ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana nyenamahoro ize iguhe ulugisha
Courage Mr President ❤️
Wubahwe Mon president
Imana ishimwe
Nyakubahwa mukuru, w'igihugu, ni vyiza kwifatanya n'aba nyagihugu mu kunezegwa mugabo hari benshonje nlfuje kumenya ingene muzofoshaabantu bavuye hanze bashaka kwongereza ubutunzi mu gihuguKuko iyo hagiza uwutaha aca yicwaTwibuke Dr Eugénie NtakarutanaKo tutamenye ico yazize. Birateye ubwoba.
Komerezaho mutama urwanye ibyo bisuma byiba itunga ry,igihugu
Ivyo uvumereye nivyo p ko banyururizwa ababo ukinumira😢😢😢
Mutama wacu urikukazi vraiment courage
Nukuri nukuri uragahezagirwa
Komeza urenganure abarengana
👏👏👏👏👏👏💯👏💯👏👍
Uragahezagirwa
🇧🇮🙏🙏🙏🙏👍
🎩
Jewe ko atamburaniye??
Tucitangirep nawuzaze urahanimbwa zinyaga imisoro yigihugu cyuburundi
Nyakubahwa president ndagushigikiye urumurundi wumutima
❤️❤️❤️❤️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦
🇧🇮❤
Rambacane mutama wacu
Manzuhere murabo bacamanza barya ruswa sha uburundi turacicana,turacariko kuko ubarundi twuzuyubugome kubona umugore nu mugabo baja inama yo kugurisha parcelle umugore akajinama nu mugabo bahengere mbahaye amahera yose umugabo acarakwepa umugore acarihindukiza kumbe bariko basha ko ndihira umugabo visa yo kuja hanze ubutungane buca bunsaba ko nsubiza ngo ndondere uwo twaguze ngo kuko umugore atasinye sha uburundi turacicana ariko twicana kubwabacamanza barya ruswa ubu umugabo ari American yagezeyo kubwamahera yanj umugore nawe Acasanga umugabo iyo ari ngo nsingira abiwacu bazwi sha haraho Imana izobanka impuze nabo uwomusi nzoca ndara kumusaga kwl
Unvesha nukubahushura da kuko bararegeje
Ee we muvyeye wigihugu cacu Gira twotira a kabiri hamwe wokwama utuba hafi mkuko nyene.
Reka tuve mu majambo tuje mu bikorwa.
Hahaha none ubundiho ntimuturihisha visa iyo tuje hiyo muratureka gotuze mutaziduhaye gonaho turabanyamaga kuvya corona hoho muratugosa mukubesha nukutupimisha corona ukaguma upima corona nicuro5 uriha amahera na Ticket ikavamwo ihera ukagura iyindi mwisuze paspoort iyo aje ava mugaca mumukorerako abarundi ntituzigera dutera ibere numusi numwe tugifitaniye izigo nubusuma ntaho tuzoshika naho wavuga baza uhere gaho mugihungu ciburundi bagabanye amanyage nubusuma urabeko igihugu kitazotera ibere ureke kuraba abanyamahaga ntaco bakoze kugihungu ciburundi birababaje kubona ugura Ticket yokuza kuraba igihungu cawe camavuko ugataha ubabaye kubera ukorewe nabarundi bagezawe hama gotuze twubake igihungu kandi mukitwiba hose mugabanye ubusuma namanyaga murabeko igihungu kitazotegwa ibere mwiterabere mukuruhe rushwa nogukorera mutaravye guyu numu nyamahanga ubundiho tuzopfa tukenye kugeza yesu aharutse
Issac new boy a geze i Kigali araturika th-cam.com/video/R-a3WAslwHc/w-d-xo.html
Imana nyenamahoro ize iguhe ulugisha
Courage Mr President ❤️
Wubahwe Mon president
Imana ishimwe
Nyakubahwa mukuru, w'igihugu, ni vyiza kwifatanya n'aba nyagihugu mu kunezegwa mugabo hari benshonje nlfuje kumenya ingene muzofosha
abantu bavuye hanze bashaka
kwongereza ubutunzi mu gihugu
Kuko iyo hagiza uwutaha aca yicwa
Twibuke Dr Eugénie Ntakarutana
Ko tutamenye ico yazize. Birateye ubwoba.