Intahe ibabaje//Yantegetse gukorora INDA//Kwica umwana biragoye//Agahinda mfise kubera uwo muhungu

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.ค. 2024
  • Intahe ibabaje//Yantegetse gukorora INDA//Kwica umwana biragoye//Agahinda mfise kubera uwo muhungu
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 32

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p 4 วันที่ผ่านมา +1

    Imana ikuzigame umuvyeyi dukunda abavyeyi nkamwe ikibondo niciza cane❤

  • @umukubito257
    @umukubito257  5 วันที่ผ่านมา +5

    Mwipfuza gufasha uno mukenyezi mwomuha umutahe kuri LUMICASH yiwe kuri yiwe yababwiye mu kiganiro

  • @MichelineBucutibwImana
    @MichelineBucutibwImana 4 วันที่ผ่านมา +2

    Vyiza can Gaël kuzana uwumutumire nurwaruka rwumvireho ruhendwa nivyisi rukibagirwako ivyo bagenderamwo vyase bibi bifise ingarukambi kubuzima bwabo

  • @samuelniyo8605
    @samuelniyo8605 5 วันที่ผ่านมา +7

    Ni hatari.ntawompa Aka j'aime bakunzi b'umukubito?

  • @BukuruBeatrice-qf1ss
    @BukuruBeatrice-qf1ss 4 วันที่ผ่านมา

    Nuko

  • @DivineNiyogu
    @DivineNiyogu 5 วันที่ผ่านมา

    Yoooo uwumu damu ndamuzi akirinkumi mana yanje non vyagenze gute akaja mubu malaya😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @DivineNiyogu
    @DivineNiyogu 5 วันที่ผ่านมา +2

    Nukuri ndamuzi mukamenge yahora asengera muri pantecote non vyarangiy abaye uku??? Ndabinginze mumfash number yiwe ya lumicash 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @danielmvuyekure
    @danielmvuyekure 4 วันที่ผ่านมา

    Gaël wakoze ibiganiro ciza nivyo nivyo biganiro tuba dushaka

  • @pp-wd9qq
    @pp-wd9qq 5 วันที่ผ่านมา

    Gael yaco uba uciye kuri vidéo abanaa, ntibikenew kand sinibaza ko légalement birekuwe.

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 5 วันที่ผ่านมา

    Ningonma

  • @georgettenkengurutse1312
    @georgettenkengurutse1312 5 วันที่ผ่านมา +2

    Akoze ikiganiro ciza coguhanura ugwaruka.ariko muze muriga gufuka abana kuri camera kko ntimuzi niyakura uko azovyakira.na cane cne ko mama wwe ariko avuga ibintu bibi yaciyemwo murakoze.

    • @sese667
      @sese667 4 วันที่ผ่านมา

      Cane cane ibere rya Nyina ntiryari rikwiye kuboneka kuri caméra ...

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 วันที่ผ่านมา +2

      ​@@sese667ibere ntaco ritwaye kiretse nimba uri umunyamshsnga niho vyogutgaza. Mwisoko murusengero nomunzira hose barahonkereza kuva kera ivyo numuco wikirundi singombwa ngo fukopiye ivyo tubona muyindi mico yibindi bihugu

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 5 วันที่ผ่านมา

    Non hii muranyica wajekuronderumugabo kurishoshomedia gaere aranryoherukuntu abaza nguhorawibaza guchingurugo ngowobawifuza umugabo amezegute gusanyen ubusambanyi ntakamaro wariwarazimiy kubawariyunviy kuvandereza ivyamwa komeza nogusenga imanizogutabarabirenz.najikivanderinaragikoze ahosantrevir mugih kitarigito ikivanderi niciza nubwobesh babigaya twicigwa nabaporise batumeneribintu ibind bakabinyaga

  • @christella5092
    @christella5092 5 วันที่ผ่านมา +1

    None Gael gushira umukenyezi kuri camera yonsa umwana ibere kuri camera?????gael ivyobintu sivyiza

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 วันที่ผ่านมา +1

      Iwacu iburundi ntakibi kirimwo wonkereza ahushatse ntivyigeze bibuzwa kuva kera

    • @kamilgadobvs8112
      @kamilgadobvs8112 4 วันที่ผ่านมา

      Ukuntu ubivuze wogirango harimwo ikintu kibi ubonyemwo !! Be smart byarikuba bibi iyo umwana yarigushaka konka then bakamwimq uburenganzira bwiwe bwo konka .

    • @Possible204
      @Possible204 4 วันที่ผ่านมา +1

      Haaaaaaa kwonsa umwana ni ibisanzwe none washaka umwana arire asarare kandi arikumwe na nyina? Mu Burundi twonsereza aho tugeze

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 วันที่ผ่านมา +1

      @@Possible204 bambwirire bavane ubuhimbiri bwomubindi bihugu mugihugu cacu. Udashaka kubona abonkereza muri public sohoka igihugu guko ntibizovaho ivyo numuco wacu

    • @user-no6yf8lz1d
      @user-no6yf8lz1d 4 วันที่ผ่านมา

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d 4 วันที่ผ่านมา

    Huguette waje gushaka iki ngaho ?
    Kubera iki mwishira hanze Ku ma réseaux sociaux ?
    Kiki wemera KO bagushira kuri kamera wese ?
    Mbega umugabo wawe yaratashe mu rugo ?

    • @user-lk8xg9dc8b
      @user-lk8xg9dc8b 4 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂non kubivuz vyose

  • @DAMUSAFI
    @DAMUSAFI 4 วันที่ผ่านมา +2

    MUZE MURABA PROFESSIONAL mukazi kanyu nko gushira umugore kuri kamera arikwonsa sivyiza

    • @Possible204
      @Possible204 4 วันที่ผ่านมา +1

      C'est normale, washaka umwana arire asarare. Nta biberon afise, biberon ni ibere rya nyina, numva nta kibazo kirimwo. Vyose ni mumutwe

    • @christella5092
      @christella5092 4 วันที่ผ่านมา

      @Possible204 ba ugira ubwenge ntakundi vyarikugenda amabere ataje kuri camera???yokuraho camera akonsa urumva ivyuvuga???canke ntuzi umugore numwana icarico

    • @charleneiradukunda5153
      @charleneiradukunda5153 4 วันที่ผ่านมา

      ​@@christella5092biri possible ,nabakobwa bayagendeza hejuru ataco bariko baronsa barayagendezaho,mwisengero,mwisoko kuva nakera baronsa nimureke guhatarisha ibintu