#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2024
  • Uburundi burafise umugambi w'ukwubaka ibarabara ry'indarayi (Chemin de Fer). Uwo mugambi Uburundi buwusangiye n'ibihugu bibanyi nka #Tanzania na #Congo. Ibikorwa vyoba bigeze hehe ? Kurikira Dieudonné Dukundane Umushikiranganji ajejwe inyubako.
    #Burundi

ความคิดเห็น • 8

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 7 หลายเดือนก่อน

    Urazi kubaza Kandi nuwishuye nawe nenye yishuye neza ❤❤❤❤❤

  • @sereveolivier5395
    @sereveolivier5395 7 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤ like

  • @Jewe23
    @Jewe23 7 หลายเดือนก่อน

    Mbegako reta yacu ko igizwe niryarya burya Koko Imana niyo yayishizeho?

  • @mussolininiyorugira3259
    @mussolininiyorugira3259 7 หลายเดือนก่อน

    Nivyoza can

  • @charlesuwizeye9838
    @charlesuwizeye9838 7 หลายเดือนก่อน

    Very good

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 7 หลายเดือนก่อน

    Murabesha ibindi bihugu umwaka nimunini ahubwo

  • @user-xj8tf2lh3u
    @user-xj8tf2lh3u 7 หลายเดือนก่อน

    Nimwigishe bikwiye abasirikare ibikorwa vyamabarabara abe ariho babikora

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 7 หลายเดือนก่อน

    Mbe nimba ibarabara riba ritanguye gukorwa namahera yatanzwe kiki ibikorwa bishobora kumara amezi nkabiri hanyuma bigahagarara haba habuze iki cank kuki bakora amabarabara faki ugasanga mumyaka ibiri cank mbere bataranariheza inyuma iyo batanguriye ugasanga ryabomagurits ko hino hanze mbona ishirahamwe ritanguye kwubaka ibarabara baruhuka riheze kandi rikomeye ari na ryiza iwacu haburiki cank ntimuyakwirikirana abo muhaye amasoko bapfa ivyo bikoreye ukwo babishats kugira biyungukire