Abarundi baba mu Bushinwa bagwiriyemwo abanyeshuri barafashija abana biga kw'ishure rya Mitakataka

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • #Burundi: Abarundi baba mu gihugu c'Ubushinwa bagwiriyemwo abanyeshuri biga muri ico gihuhu bararonkeje kuri uno wa 20 Myandagaro 2024 imfashanyo igizwe n'intebe amakaye n'imyambaro y'ishure kw'ishure shingiro rya #Mitakataka muri komine n'intara ya #Bubanza.

ความคิดเห็น • 6