Girlfriend🥹😭/Intahe ya Mimi Mireille/abantu barantutse ngo nataye abana atarivyo/ahaye gift Hosy🥹

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ส.ค. 2023
  • #sirenvibestv #girlfriend

ความคิดเห็น • 91

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  11 หลายเดือนก่อน +12

    Uwushaka gukurikirana film “Ibibero vy’umuvyeyi” Ya Mimi Mireille yoca kuriyi link👇🏽:
    th-cam.com/video/gfq5hq9GRYo/w-d-xo.html

  • @MukarutabanaChristine
    @MukarutabanaChristine 3 หลายเดือนก่อน +1

    I love you Mimi are you teacher because are you teaching all of them

  • @desiderateniyonkuru6915
    @desiderateniyonkuru6915 หลายเดือนก่อน

    Je sindyohew nukwo kuntu mutumira umuntu mugahera kumubwira ibitagenze neza.Mweho simbona ibiganiro vyanyu birambira.Ese iyo mutumiye babiri mukavugisha umwe murumva ako gasuzuguro?courage Hosy ariko urazomerana

  • @FideliteNininahazwe-cg1iz
    @FideliteNininahazwe-cg1iz 11 หลายเดือนก่อน +4

    Love mimi❤️umwami abandany agukomeza!naw hosy wakoze kutuzanir mimi Big UP san .

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 11 หลายเดือนก่อน +5

    Ndagukunda caneeeee Mimi ❤ ugume mubuntu bwayo 🙏👌👌👌

  • @KIKIMotivation-wt2qx
    @KIKIMotivation-wt2qx 11 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy naje ndarize kubera emotions yayo majambo mimi ababwiye kati atari jewe 😢ndabakunda cane mwese kuko nabigiyeko vyishi kandi nubu ndabigirako vyishi mwese pee 🥰❤️ muri umugisha bantu beza

  • @jacquelinendayi6858
    @jacquelinendayi6858 11 หลายเดือนก่อน +2

    Bravo les Burundais . Gukora Salongo ni bon les samedis mugakora nettoyage des avenues . Idée géniale .

  • @alidandikubagenzi6109
    @alidandikubagenzi6109 11 หลายเดือนก่อน +2

    Utere uja imbere sha mimi Iyatanguje igikorwa muri wowe izonagisozera ,courage shahuu

  • @cheillakessyndayishimiye3661
    @cheillakessyndayishimiye3661 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mimi urumuvyeyi niwaba uvyemera muri présentation ugira bakubwiye wivuge ba uvuga kuri umu Mama w'abana 3
    Barya bawe nyene uvyibuke ka mm!!
    Hama ugabanye kwisobanura kuvyawe kuma réseau sociaux niho Sawa uvuge wigirira nutu réserve.👌👌

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 11 หลายเดือนก่อน +2

    Umve sha Mimi ntizewimvire kwaribose bagututse kuvyukiri jewe naragatahuye Canee.

  • @jeandagonabimana4053
    @jeandagonabimana4053 11 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy ndagushigikiye films ya Mimi nayiravye 3jrs iraryoshe ariko bagerageze baze barazigira ntoyi cane example bamenya papa sava nabanyarwanda ariko barakina ama films as comedy but full of advice za minsi yose in short time like 25 min or 20 min reo next season baduhinyanyurire thank you
    Sirens Vibes big up sana mugume mudukiriza izo mpano ❤❤❤❤

  • @lolollololi1050
    @lolollololi1050 11 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy wakoze cane kutuzanira mimi turamukunda nkukwo nawe tugukunda ❤❤❤

  • @user-oc5vy3ev6u
    @user-oc5vy3ev6u หลายเดือนก่อน

    Mimi Uvuzakant Kingenzi Filme ndumd utarayiraba ubawumba Umengo ntizinabah Ariko Umaze kuziraba ntuvako peee

  • @user-dy6pu3mu5i
    @user-dy6pu3mu5i 8 หลายเดือนก่อน

    Mimi courage ndagukundaaa canee komeza Imana irakubona

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 10 หลายเดือนก่อน

    Mbuwambwere mugukeza Hosy kuntabwe nziza uteye 100k iyintabwe ninziza Hosy wacu hama mimi turagukunda twese turavugwa ariko bivanye nicizere twegenyene twiyizimwo ntagaciro tubiha ahubwo dukora cn kugira baboneko kuvugwanabi atariko gutagaciro❤❤❤

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq 11 หลายเดือนก่อน +2

    Mrcii hosy kutuzanira mimi

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 11 หลายเดือนก่อน

    Pol sana dada ibyiyimihanda ntibyoroshe nkomeza kumirwa ibintu biraza nabi ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥💪💪🤛🤛🤛

  • @edithniyomuhoza-ju1jr
    @edithniyomuhoza-ju1jr 11 หลายเดือนก่อน +1

    Mugize émission iryosh Can,nubwo Guldas mutamuhay ijambo kandi narinzi kwafise inyigisho nyishiiiii, muhezagirwe

  • @nadegendayizeye-kv7oh
    @nadegendayizeye-kv7oh 10 หลายเดือนก่อน

    Mimi Mireille ndagukunda cane.mw'ihurizo ry'amakuba ndakubona❤

  • @IrakozeClaudine
    @IrakozeClaudine 11 หลายเดือนก่อน +1

    Mimi ndagukunda kandi ivyawe imana ibirimwo hosy nawe komera wadukoreye umuti kutuzanira mimi

  • @user-tj6rj3mx2f
    @user-tj6rj3mx2f 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abantu bataraba film ndundi barahomvy vrt

  • @winesky7746
    @winesky7746 11 หลายเดือนก่อน +1

    KGA 💪hejuru caneee

  • @christella5092
    @christella5092 11 หลายเดือนก่อน +3

    Ariko mwabanyabakuru mwe sivyiza gutumira umuntu hama mugatsngura kumubwira ibitagenda neza mukazi akora kandi kuri camera???ahubwo mwarikuvugati ninziza abafana bacu muje kuyiraba none mutangiye kuvuga amakosa yumuntu kuri camera sivyiza nukuri

    • @adolpheniyibizi4252
      @adolpheniyibizi4252 10 หลายเดือนก่อน

      Ahubwo biratangaje.Ese bobo babikora neza ?amakosa turayabona.

  • @itekaalima3223
    @itekaalima3223 10 หลายเดือนก่อน

    WE Mimi hosiyane sumukobwa numugore ntutubeshe😂ariko ndamufana👌

  • @njejimanajean3728
    @njejimanajean3728 11 หลายเดือนก่อน +2

    Koze kutuzanira ba mimi🎉

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 11 หลายเดือนก่อน +1

    Number one🤸

  • @papabitangazaofficialtv638
    @papabitangazaofficialtv638 11 หลายเดือนก่อน +1

    Kurikirana cukumbura ukuri tv

  • @NorasqueNtareVI
    @NorasqueNtareVI 11 หลายเดือนก่อน +5

    Muvuze Ngo ivya Mimi nije Ndabizi??? 🤣🤣🤣🤣

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 11 หลายเดือนก่อน +1

    Imana nyene kubagirukomuri ikomeze ibashirzko igikundiro nubwiza nigitinyiro ndabakunda❤❤❤

    • @happy6376
      @happy6376 11 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤

  • @jeanclaudenimubona4471
    @jeanclaudenimubona4471 9 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy ibiganiro vyanyu bimara iminota myinshiii cane,plus 1h??birarambira caaaaane

  • @user-qw5pe7dd3p
    @user-qw5pe7dd3p 6 หลายเดือนก่อน

    Iki kiganiro kirampimbaye cane.mbonye ikiganiro canke film irimwo mimi mireille ntegerezwa guce ndaba!mimi ndagukunda cane

  • @divinsindayigaya
    @divinsindayigaya 11 หลายเดือนก่อน

    Ishusho y'umuntu niyo Série yambere muburundi

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 11 หลายเดือนก่อน

    Mwese imana ibahezagire mwese

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤Ka Mimi shan

  • @ineskwizera9456
    @ineskwizera9456 11 หลายเดือนก่อน +2

    Hello Guys , J'epouse l'idée hiyo gpe gukora samdi nanj muzonshiremwooo

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 11 หลายเดือนก่อน

    Keep up guys ndaryohewe
    Non nkabatararab film zabacu baraba iki

    • @Peacell422
      @Peacell422 11 หลายเดือนก่อน +1

      Turaba Netflix 😅 nizaba Nigeria. Nkunda uwitwa “RuthKadiri247” kuri youtube.
      Ahubwo Mbwira sha aho nokura izo film ndundi 🙏🏼 ntituzi uko zitwa

  • @gakunzichaine3948
    @gakunzichaine3948 11 หลายเดือนก่อน +1

    KGA turakuzi shaaaa 😅😅😅

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 11 หลายเดือนก่อน

    Sasa wawe hozi bavuga anyways canke (anyway)avha kuuwa mnatuchanganya

  • @AnnociatteNyishuyimana-bz2uj
    @AnnociatteNyishuyimana-bz2uj 10 หลายเดือนก่อน

    Erega Mimi ntibavuze ko ikibazo arugukina film nini bavuze kurya kuntu scene imwe imara umwanya munini par exemple nko murirya film yawe nkirya scene bakwiba phone mukamara nka 10min muriko muriruka nuwakwivye ugasanga nkako konyene kamaze umwanya munini

  • @emmanuelHabiyambere-rs3le
    @emmanuelHabiyambere-rs3le 5 วันที่ผ่านมา

    Aboba journalist bahumwanya akazikabo ntibakubeshe nta firme bakundakuraba

  • @GahimbareGodas
    @GahimbareGodas 6 หลายเดือนก่อน

    Mimi🥰🥰🥰🥰

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 10 หลายเดือนก่อน

    Uranyibukij vyishi😢😢😢😢mimi

  • @axelarakaza9870
    @axelarakaza9870 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy ukunda Netflix indundi zimeze nkigihinde

  • @user-bg7qp3ib9e
    @user-bg7qp3ib9e 10 หลายเดือนก่อน

    😊😊

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 11 หลายเดือนก่อน

    Arko mwaducangiy
    Iyo girlfriend ninyabaki

  • @dorcelladusabe
    @dorcelladusabe 10 หลายเดือนก่อน

    Mimi naje ufashe uzushire murifirime nkine ifirime imwebasi

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 11 หลายเดือนก่อน +2

    Sans blague film ndundi maze kuraba niya film yakera ya Mugisha niyindi ya kera gose ya Gito ,sindarenza izo.twarabaye pararisé kuri film ndundi vrt.

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน

      Uri umurundi none?ngo warabaye pararisé ndumiwe

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o 10 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😊

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 10 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉❤❤🎉🎉🎉

  • @yollandenicimpaye3705
    @yollandenicimpaye3705 10 หลายเดือนก่อน

    Ariko abantu tuzoreka kwigira inzoka
    Ryari umwana wavyarany nuwambere
    Ntibari kumwe abo bavyarany n'a Claude nta mwana barikumwe murazi affection yumuvyeyi abavyeyi
    Mwumva igise ico kintu muracumva icarico?umwana hako abura urukundo rwa nyina yobura rwa se Mimi sindakwanka sindanakuzi ariko wifate Hosy aragira aba chri no kuri réseau sociau akabazana bakamuhemukira non ko atarata abana urazi ingene bimuvuna.

    • @annabellaakimanamurengeran9927
      @annabellaakimanamurengeran9927 6 หลายเดือนก่อน

      Sha nanje nuko nahor ndavyiyumvir Arik genda murabe ikiganiro aheruk kugira kur zaburi nshya yaravuz impamvu

  • @asadhamed3699
    @asadhamed3699 10 หลายเดือนก่อน

    None urabizi? Gusaubizi jewntubimbwire Kuko nkundaukuri kwanyenekwo Kuko nkawew wotubwira nivyoatazi rero vyihorere

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน +3

    Hossy sindakuz mim sindamuz arik arek kwiyoroherez umugab wiw niwe yatumy avuga kum reseau sociaux si non ivy ingo biragoye knd Claude ntiyigez AZ kur camera ngo twarahukany numugore yaj gutang umuco kuvy mim yavuz koreshumwany yamukoreshej ikiganir munyuma ac atang ikiganir kur kirezi media yarahakany kwata mugab afis naban ng nukumubeshera 🤔mber yaradugije namibiganz yerekan ng Hari impata mumbonn 🤔Imana natekan ntawumuciriy urubanz kuk twes nti twer mais yarihakany aban kur camera knd agir ng abant baravyibagiy wew Kora umirimo wawe mimi arik mwibuka ko dufis iherezo buri wes imbere yinteb yimannza ✍️

    • @irakozemarina8881
      @irakozemarina8881 11 หลายเดือนก่อน

      Ko kukivyibuk none bibamariye iki?? Burya kenshi sivyiza kuvug ivyaw vyose kur camera

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน +2

    Rek nikurikiranir Hossy nay Imana ni Data WA twese numusum agiy kwib asab Imana ng imufash ntibamufat 😂😂😂😂 mimi wew ibere um star arik abavyey bos bagw kuban rer umugab wawe yaj kukubeshuz kuber uvuz ng ntamugab ufis naban ahand hoh nih mwar mukivan? Kiry gihe AZ kur camera bamurek kwiyoroherez 🤣🤣🤣🤣Ndapfuz Yesu ko yoza akaducir imanza tugihumeka non ikora mwibanga🤐

    • @lolollololi1050
      @lolollololi1050 11 หลายเดือนก่อน +1

      Hewe uravuga make ikinryoheye nukwo mbona nawe uhegekeye agasatuye ntuzi imbere hawe iyi nisi sinyoko shaa nawe yogusunurira aho yasunuriye aburigucira imanza nkaho umenga wewe urera

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@lolollololi1050wew watahuy Nabi kwahukan sicah knd uy mimi suw mber cNk uwanyum yob yahukany jew nakomans bivany nivy arik abesh ng umugab wiw yashats kumuharabik ng ntater intambwe?

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@lolollololi1050bubanz kumviriz ikiganir cos imber yo gukomant kuk umugab wiw ntiyaj kur camera avug ng jew twaravany numugor ba mutahur ibint yaje atang umuco kuvyo mim yivugiye ubwiw kur reseau sociaux kwataban afis atanumugab afis mber are rekan ng harimpeta mumbonn? Wew rer nimb atac wabony ico kiganir cucecek 🤐non ko yar mukuri yababwiriy iki ng bagifut kur you tube tekan rer umucarubanz numwe NImana nay ng kwigish ntavy vrt kuko mukwi gish aband banz wiyigish Mim ni shusho yumuntu ntaw nzi mais umugab wiw ntakos afis kuvug kur resaau sociaux kuk yaj kubeshuz ivy yavuz kwataban afis ✍️

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@lolollololi1050Bubanz utahur mukobwa aban niw yabihakany ubwiw si umugab wiw yaj kur camera kubivug nay ivying wew ndaz ntubindush knd sinovyinjiramw kuk kwahukan nibisanzw abakinyi nk bos nab divorce sauf abagab 😂😂😂Rer tekan yaraj muga kino Nabi nimb ufis watsap yitang ndaguh iy videos mim arik yihakan aban 😢

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 11 หลายเดือนก่อน +1

    😭😭😭😭😭

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 11 หลายเดือนก่อน

    Non complexe yibiki bagira gree

  • @solange-np7bc
    @solange-np7bc 11 หลายเดือนก่อน +1

    Abarundi ikintu kitwish nukubwira umuntu ukur non kowemeye kobaryabahungu babiri arigwawe mumumbarize ko azi uko barota mwijoro bamukor ikiganir coguhanur twese mungo vyarase ariko abana dusangira bike cank vyish bibonets

    • @SalmaSalma-sn8zw
      @SalmaSalma-sn8zw 11 หลายเดือนก่อน

      Harabagabo bakubwira ati waje utagira abana nubu genda uko waje, kandi uraziko umukobwa atosumvya inguvu umuhungu,ucugenda utarahasiga agatwe mukobwa.

    • @SalmaSalma-sn8zw
      @SalmaSalma-sn8zw 11 หลายเดือนก่อน

      Harabagabo bakubwira ati waje utagira abana nubu genda uko waje, kandi uraziko umukobwa atosumvya inguvu umuhungu,ucugenda utarahasiga agatwe mukobwa.

  • @user-xh2cj4xn4x
    @user-xh2cj4xn4x 12 วันที่ผ่านมา

    Jewe mimi vraiment ikintu kitanyubaka kuri we n'ukuntu avuga ikinyarwanda kandi ari umurundikazi canke yoba yarabaye mu Rwanda canje n'umunyarwandakazi?sinzi muga je karatumye ndamubona ukuntu !ibisigaye nta kamaro ko kwirirwa arisigura uhoraho umucamanza w'ukuri agororotse niwe azomenya urwo abacira be n'umugabo wiwe!gusa ubwoba mfise Nuko muri bimwe ijambo ry'lmana ryavuze ko hahiriwe uwihanganira ibimugerageza agashitsa kwiherezo rizohava rimutsinda!kuko azosanga hariho abahizi baba aho hafi yiwe bahuye n'ikibazo nkico mbere gisumba no ngaho barihangana baranesha ni navyo bitsibo tubwirwa abantu bazokwambikwa.

  • @AbahiziMukwizera-fh7rb
    @AbahiziMukwizera-fh7rb 11 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣Nhtr

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 11 หลายเดือนก่อน +1

    None kuvuze ngo bariya babiri nabana bawe abandi ubahebeyende? Bose nirwawe bakundi kndi imbere niheza wewe pambana kndi wiyime itangaza makuru wirinde kuvuga kubuzima bwawe kuko ukwisobanura bitera kwisobanya abana ufise turabazi kndi bakunde nabawe ureke kubakomeretse wemere bamwe abando ubahore Bose nirwawe reka kubakomeretsa

    • @irakozemarina8881
      @irakozemarina8881 11 หลายเดือนก่อน

      Yavuze barya yavyarany nury mugabo bavug

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 9 หลายเดือนก่อน

    Niyompamv gukunda uburundi nukubukundishabandi bigoye mugihe nakahise kuburundi bakigisha mururimi mvamahanga. Uburundi bwonyene ntibwiyemera

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 11 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy ivyo wavuze nivyo nanje bituma ndabingwa bikebuke .urakoze kutuvugira

  • @KhalidKhalid-js1rf
    @KhalidKhalid-js1rf 11 หลายเดือนก่อน

    Itekanire mimi umugabo agira gatatu uzomuronka kandi uracarimuto uzovyara abandi abantu bikigihe turiyorobeka cane

    • @twinsmom-td7gb
      @twinsmom-td7gb 11 หลายเดือนก่อน

      Iyi encouragement yawe urimwo inzigo😂 none nimpaka utubwire na nombre yabagabo azoba agezeko vrt.

    • @happy6376
      @happy6376 10 หลายเดือนก่อน

      Yibagiy gushirako abana nabo😢

  • @user-rh8dt7zp1c
    @user-rh8dt7zp1c 4 หลายเดือนก่อน

    Shaka numéro yawe Rosy

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 หลายเดือนก่อน

      76711802 na 61899583 ziguma zicako mu biganiro

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 หลายเดือนก่อน

      Mutwandikire mutubwire ico mwifuza

  • @FannyFafaofficial
    @FannyFafaofficial 10 หลายเดือนก่อน

    Mimi ariko inyambaro sinziza😢

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 11 หลายเดือนก่อน +3

    Hossy urabaz noraske yaposting kiry kiganiro abihakan aban kur kirezi media mim yaciy amubwir agifut abony umugab wiw aj kumubeshuz kwatr inkumi 😅😅😅😅 ahand hoh ntiyar aj kugeseby oyaa vrt niw watumye avug kuk wakoz ikiganir mwaravany rer tekan gus ndazi uzohor an agahind pe kuk amafrang ntah asaniy naban na hossy cNk fanny nah babavug Nabi mais aban babo barabafis knd barabishimiy

    • @claudinebayubahe-jx8yq
      @claudinebayubahe-jx8yq 11 หลายเดือนก่อน

      Rabana nivyaw disi urek guhangayikishwa nivyabandi

    • @maeli6300
      @maeli6300 11 หลายเดือนก่อน

      Noneko mbona uvyegereje umutima cane ushaka bikumarire iki???

    • @lolollololi1050
      @lolollololi1050 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@claudinebayubahe-jx8yqurakoze cane narabane nivyiwe nawe ntibitunganye

    • @edithkatihabwa2600
      @edithkatihabwa2600 11 หลายเดือนก่อน

      Ur'umukobwa uzobona yac winjir mibitakuraba hangan n vyaw ah wosang ur ndushi duuuuh banange

    • @user-ro4zg5zt7o
      @user-ro4zg5zt7o 6 หลายเดือนก่อน

      Twesetwaravanye numugabo muganxorwakubana ahoniwubufitamafuti abagabo2uburikushaka uwugira3?kndintumaramara?nne kowemera2 uwundiwe kutamwemera?akonikabi

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 11 หลายเดือนก่อน

    Emwe take your time muzikore neza
    Harigihe muvuga ngo birateba nuko arivyiwanyu aho ntakindi.
    Naho wokina ntoya mimi abataziraba ntazo baraba. I’m proud of you Mimi ukuntu ukunda igihugu please give me your number