Hosy, mon premier commentaire nuko tu gères très bien les 3 langues 👌franchement n'ikintu co kuguhera amashurwe 🙂. Hama merci énormément pour cette belle émission nukuri yuzuye des émotions de tout genre 😩...Hama BAHATI Joseph, nta nkeka kabisa numva azoba umukozi w'Imana mu bihe biri imbere, kubera avugana une grâce qu'on ne peut pas expliquer! Bwana Yesu akubariki BAHATI...Entre temps, histoire yiwe isa n'irya histoire ya Joseph wo muri Bible!
Vraiment Hosy uraduha ama émissions aryoshe merci pour to travail acharné et aussi Imana ibahezagire mwese nuyo muvyeyi nabana biwe, quelle histoire inspirante ❤🙏
Oooh my God ko ntunva ko bibaho none 20 ans?burya N'Imana yabishatse kugira asubire kubona ikibondo ciwe.Mugishingo canj ndashimiye Imana. ❤
Siren vibes thank you.❤
impatiente kunva iyo nkuru batunyarukirize ,Merci sha i hosy
Nanje ndarizee 😭😭😢😢Imana ihabwe icubahiro ko yabahuje ❤❤❤
Glory be to our God, Uwiteka nkunda uburyo umara agahinda cyangwa umubabaro abakwizera,abakwiringiye bose.
Imana yuguruye ntawugara nukuri ihabwe icubahiro ibihe vyose ❤❤❤❤❤❤❤❤. Hosy merci ku kiganiro 😊😊😊😊😊😊
Oooh our Lord is so amazing🎉❤😭
Waouh ntahantu Imana itogukura ntanaho itogushikana!!! Harigihe ukubitirwa ahantu Ariko Imana idutegurira Ibindi vyinshi Murek Imana yitwe Imana
Cane gose
Hosy, mon premier commentaire nuko tu gères très bien les 3 langues 👌franchement n'ikintu co kuguhera amashurwe 🙂. Hama merci énormément pour cette belle émission nukuri yuzuye des émotions de tout genre 😩...Hama BAHATI Joseph, nta nkeka kabisa numva azoba umukozi w'Imana mu bihe biri imbere, kubera avugana une grâce qu'on ne peut pas expliquer! Bwana Yesu akubariki BAHATI...Entre temps, histoire yiwe isa n'irya histoire ya Joseph wo muri Bible!
uwo mwana afise agahinda nukur courage madame ubuzima butuma uw ukunda
This is a touching story ❤❤❤😢 nafurahi sana kusikia mumepatana na mama mzazi ❤ biragoye kwakira ibintu nkibi 😢 sometimes you have to cry so hard
Yesuweee,Imana ninziza kbx Merci mon Dieu
Hosy Imana ikwagurir imbibé.Ibikorwa vyawe bigucira inzira igana ijuru.Ariko birans nuko ndyama amarira arandenze kubera ibitangaz Imana yakoze kubuzima bwa Bahati
Amen amen ❤
imana ihabwe icubahiro this so amazing
Waao iyinkuru iratangaje kndi iraryoshe
Wooow!!! Imana yarakoze ibikomeye!! What a story 😩😭
Maaaaana weeeeeeee hoziîiii iyi histoire iranyishe neza ndapfuye
Oh byiza cyane mumushyire mwishuli yige niba yabikunda.
Izina niryomuntu Bahati , vmt Imana irakora kndi ikora mumwanya wayo gusa rekatuvugeko Ishoboye ,ni Nteturuye 🙏🙏🙏
Ariko imana iduhe kwihangan abana tutaronse ibakwe ryokuregwa na bavyiy bacu kabisa mugabo i chance tugira mubuzima nuko inyuma yavyose itubera inyishu ikatubera umuvyey adahemuk iman ibandany kugushits kwisezeran mwe numuvyey waw na siren mubandany muhezagigwa kabisa murampay intege ko bizoteb ariko bigashik😢❤❤❤❤
Yoooo birambabaje vrt
Muga Imana yacu ntakiyinaniraaa pe
Muhabwe umugisha kubiganiro vyiza nkivyo mudusangiza. Hama Imana ishimwe kuvyo yakoreye uyo muvueyi numwana wiwe!❤️❤️❤️🙏
Uyu mwana arandyoheye nukuri.Imana ni nziza yarezwe neza❤❤❤❤
Irakoze, iyi nkuru nta n'ico noyivugako! Uyu mwana Imana yaramurinze cane.....! Ukuntu yagumanye ubuntu mumabi yose yaciyemwo, chapeau! Komeza uturonderera inkuru z'ubaka imitima yacu nk'izi
Narize cane ark Imana ishimwe k bahuye nic cingenzi
Iki kiganiro kirankoze ku mutima! Imana irahambaye❤❤❤❤
Ariko Mana weeeeeee 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢Nukuri Icubahiro kibe ic' Imana🙌Hosy Imana iguhezagire kubikogwa vyiza ukora
Imana ikorane nawe uduha ibiganiro vyiza birimwo n'inyigisho tank you
Yoo hawa sha imana ihabwicubahiro,iguhojeje agahinda nkaka, bahati nawe imana wasenze yarakwishuye
Imana ninziza igihe coze nihabwe icubahiro🙏❤️
Ntajambo ryavuze Imana ngorihere Imana ishimwe komwongeye guhura.
Nukuri Hosy ndumiwe,kuva ahowakoreye ikiganiro,ndumiwe nukuri
God is good all the time
Imana nishimwe cane yabahuje, mukanezerwa natwe turanezerewe, kandi uwo mwana numwana mwiza afise ubuntu n'urukundo rwose
Imana ntibura uko ibigenza bitebe bitebuke ico yasezeranye iragishitsa ivyo bintu biraryoshe cane amarira arandembeje😭hanyuma ukwizera nikintu ciza cane nico gituma nzokwizera imana ibihe vyoooooose
Ninziza igihe cose 🙏
Mana Habwa Icibahiro warakoze. Nabandi bafise ibikomere mubuzima ubibavure ubaronse. Ivyo bakeneye vyose mubuzima 😊😊😊😊😊❤❤❤🎉🎉🎉
Imana n nziza vraiment iy story ndayiz muma flm Kwer Imana niy Ihuza Abantu Bayo
Imana ni Nkuru😭🙌🙌
Imana n'imana❤❤
Abana benshi bakurana ako gahinda.Imana idufashe cane ihindure imitima n.imvugo z,abantu
Imana ninziza ibihe vyose 🎉
Mashalla imana murek yitw iman
Nukuri imana ihabwe icubahiro natanguranye nikiganiro ndira kirangira ndira ariko yaramarira yogushima imana hawa tura komej kugufasha kuduza amashimwe kumana❤
Ndnyuzwr can imani nivyose❤❤❤
Ariko Abadamu batandukanye cyane n abagabo ...ibaze ise ntacyo bimubwiye wowe warugiye kwicwa nagahinda...abagabo babanyafurika puuuuuu
😭😭😭😭😭😭😭😭iyi nkuru weee...
Imana ntakiyinanira
Iyi emission yaturijije yaheze amaso yatukuy nokurira. Ariko iherezo ryabaye ryiza❤
Nukr kirenz giher ndira vyanseko nihangan peeee ❤❤❤.
Reka Imana yitwe IMANA
Kweli uri Bahati izina niryo muntu!!! Imana n'umwizigirwa
Iyi nkuru imeze nka documentary yaha UK yitwa long lost family.
Imana ni nziza.
Imana Ishimwe caaane🙏❤️
Émotion ni nyinshi kwli,n'ukuri espoir ni nziza Ku muntu,n'imbabazi😭😭
Ibi ni bimwe bavuga ko imana ikora ninyuma ya zero.
Ndipfurije umuvyeyi yoba yaraburanye numwana bobona miracle nkiyi🙏
Uvuze ukuri kwuzuye
Nivyogushima. Nukuri. Imana. Irakomeye
God IS able vrt this story iratumy twizera kwatakidakinda bisab kwizera gusa
Nkumuvyeyi ndarize mbabay kandi, nkumuntu azi iyumwana ava agaheza agatwara umwana ntavug, imyaka 20 yose Vrma, Mama ndariz kuko wararush umutima, umwana araruha nawe.
Imana ishimw komwabonanye izobah kurambana.
Ooh my God I can't believe 😢emotional interview 😢how deep pain ,just Mr bahati be strong and yr mom uncluding yr family even it's not easy
Very interesting story about them. Glory to the Lord.
Ndabakunze cane😍😍
Imana ihabwe icubahiro kuvyo idasiba gukorera abana bayo !
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌 be blessed vraiment ku kiganiro cawe ciza @my journey ✌️✌️✌️,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Imana ntinanigwa pe yishurira igihe
Ooooh soo sad mamy so sorry sanaa gusa Imana ishimwe ko mwahuye mwabonanye
Imana ninziza cyane
Such a beautiful story 😭😭❤️❤️🥹
Turabaramukije cyane from NSW
Imana ninziza numva amarira menshi
❤❤❤nkundi Mana. Kurusha..ibindi vyose. Nivyikora. Birandenga rekanda yihere🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Mana ndindira ikibondo. Canje. Ndimubarabu. Ariko aranzi yoooo. Nguma mbaza. Kuri fone. Burumusi. Ukwameze ❤❤❤❤❤❤
Osi ndumiwe nukuri Imana ninkuru ibihe vyose
Hosy Hejuru cane niho nkwifurije icikiganiroo niciza caaaane hezagirwa
Ooooh ndarize agahinda karanyisheeee😭😭😭😭😭
Yoooo ndariz bshaa😥Imana igr nez nukr🙌
Ndariz kubere umunezero 😭😭😭😭🥰🥰🥰
Komera muvyeyi nawe muhungu komera nubwo vyagenze ukwo 😢😢😢 from 🇸🇪
Manshallah 🤲
Biranezereza cane guhura n,umuvyeyi wawe
😒😢Ivy'Imana ikora biradutangaza ntanuwomenya uko biri❤️🙏
Mana siren Imana iguhzagir can kubigabiro uduha nabandi uzubafash kugir bishik kur iyintah irankuy ahantu 😢
Imana igira nez nukur mbeg ikiganiro Camarira😢😢
Baragoye kuyagisha pe bavuga Indimi zitandukanye
Ndarize ayiiiiiiiiii
Twiriye muvad wacudukuda😢😢 manawe
Nongeye ndagisubiramo ndishimye cane ari nanje ndaziko nzobona papa wanje bimpaye kwizera ❤❤❤❤
Guma kumavi YESU KRISTO azogufasha umubone
Hawa uwo mwana muhigire ishure yige atume amenya gusoma nokwandika nukuri ndababye pe uyu ndi mwanya ndishimye 😭😭😭😂
Kabisa naje kwiga gusoma nokwandika azabifata vuba ntararengerana
Hosy biranse ko mpeza kurira vraiment yooo
Yooooo😭😭😭😭😭Imana ikoribikomeye vrt🙏🙏🙏🙏🙏
Hawa uwo mwana uzomukorere inshingano ziruta izo wakoreye abandi bana bavukana ,imana izogufashe ushobore kumushumbusha umunezero ataronse mubwana bwiwe.kuko utahabaye yokomereka kurusha
Birababaj nukuri.Imana ishimwe can yabahojej umubabaro nukuri
Barasa can naje iyintahe dayifise mugajewe ninyakine nabayehontamubona makomera
Mbega inkuruuuu noyikinamwo movie
Aki unafanana na maman mungu akubaliki kijana
Vraiment Hosy uraduha ama émissions aryoshe merci pour to travail acharné et aussi Imana ibahezagire mwese nuyo muvyeyi nabana biwe, quelle histoire inspirante ❤🙏
Amen amen
Imana ni nziza. Iyi nkuru irandijije. Ariko muri byose nshimiye Imana yongeye kubahuza muri bazima
Osy nukuri ibikorwa vyaw bije imbere caane
Mpole kuvyabaye na Hongeleni kwakuwa mumerudi kukutana🥳👌
Hosy félicitation encore kuri emiission
Hosy kure caane heza hashoboka.imana ishimirwe impano yaguhaye.ndagukunda ataburyarya
Ahubw hosy rondera iyind episode yakabiri yabavyeyi Bamurez bitanzania barikumw nuw mumam wiw
Aba Maman mukomere kbx aha arinkumu papa ntiyonezegwa ahubwo yocayibazati ajekunsaba itongo ariko Maman ni Maman
Kiganiro kibereye