Abarokore(Abakizwa) bavuga ukuri🤦‍♂️ ngo Mwene Data /Nguyo Nyoko wawe😒/ Padiri Amando Kana arabivuze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 พ.ย. 2023
  • Benewacu Mwese Turabakengurukiye caneeeeee ingene mudahengeshanya kudusabira nukudushigikira mubikogwa vy' Urukiza Tv aho tubakengurukira kuntambwe mutugejejeko aho benshi mukora #subscribe mukaba mubaye mubanyamuryango b' Urukiza Tv kwisi aho harimwo abari mubihugu vya Buraya nahandi nko Burundi, Rwanda,Zambia, Canada,Australia nahandi ndashimiye caaaane nabaduterera ivyiyumviro ndetse nabo bose badahengeshanya kudushigikira muburyo butandukanye baba Abarundi canke Abanyarwanda nabo bose bumva Ikirundi canke Ikinyarwanda Twipfuza abasangira bikogwa botwunganira haba mubikoresho canke mukutugira inama canke mukuduhanura mushobora guhamagara kuri
    +25767294998 canke Mwandike kuri Gmail yvesmarius7@gmail.com . Murakoze!!!!!!!!!

ความคิดเห็น • 122

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 18 วันที่ผ่านมา

    Umukama agukomereze ingabirano nyishi zidasanzwe Padiri Armando wacu. Wubahwe ! 🎩

  • @eddythierryhabonimana1250
    @eddythierryhabonimana1250 8 หลายเดือนก่อน +3

    Umukama Aninahazwe. Narinarategereye ko, Yezu mukubwira wa Mwigishwa Yakunda cane ngo "Nguyo Nyoko wawe.",Yashatse ktwereka ko uwuzokwemera kuba umwigishwa wese azoba abeye Umwana wa Bikira Mariya.Igishasha kindi ntahuye ni iki ngo "Yohani ntiyari impfuvyi yari afise Se na Nyina."Urakoze cane mon Père.

  • @AliceMunezero-b3e
    @AliceMunezero-b3e 20 วันที่ผ่านมา +1

    Bikira Maria Mugabekazi w'intsinzi zose dusabire twebwe dusabire❤❤❤

  • @uwomukundadelphine5589
    @uwomukundadelphine5589 7 หลายเดือนก่อน +1

    Umukama abandanye agukomeza Padiri wacu

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye วันที่ผ่านมา

    Patiri wacu Imana ibandanye ukuzigamira mubuntu bwayo na Bikiramariya aguhishe mumutamana wiwe inyigisho zawe ziradufasha cane

  • @ritaparadienimusabe1622
    @ritaparadienimusabe1622 8 หลายเดือนก่อน +1

    Uvuze neza Umubyeyi wacu! Akwiye kubahwa cyane! Mana mbabarira igihe cyose ntamuhaye icyubahiro kimukwiye.

  • @IngridNiyoyankunze
    @IngridNiyoyankunze 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Dusabire Muvyeyi mwiza Maman Marie❤❤❤❤❤❤

  • @philomenerubayiza2744
    @philomenerubayiza2744 8 หลายเดือนก่อน +1

    Amen murakoze Padiri kunyigisho nziza muduhaye, Amen ❤

  • @user-qu4xd8pu4q
    @user-qu4xd8pu4q 8 หลายเดือนก่อน +2

    Bikira Maria muvyeyi wacu ndakwakiriye umbere umuvyeyi Amen

  • @mariemacimi235
    @mariemacimi235 8 หลายเดือนก่อน +2

    Bikira Mariya Umuvyeyi wacu
    Ukomeze kundusabira
    Imyakayose Amen 🙏

    • @TheogeneUwimana-fi5jv
      @TheogeneUwimana-fi5jv 7 หลายเดือนก่อน

      Hama mpwemu wera azakora iki? Cyange Kristu yaba yarakumariye iki
      Kuki mwizera cyane Bikiramariya mukirengagiza ko Yesu ari Imana yigize umuntu kugirango tumwibwirire byose? Dore imirongo iduhuza na Yesu direct bidasabye ko tunyura kuri Bikiramariya, gusa Maria ni umukozi w'Imana nemera ijana kwijana yemereye ubushake bw'Imana tubona Imana mwishusho ya YESU
      Yesu aratubwira ati “Ni jye nzira n'ukuri n'ubugingo: nta wujya kwa Data ntamujyanye.
      Yohana 14:6
      Nigiki gituma mwiyambaza Bikiramariya?
      YESU ati “Mwese abarushye n'abaremerewe, nimuze munsange ndabaruhura.
      Matayo 11:28
      Nakazi kanyu , nimushaka muze dukizwe neza twizere Kristo n'uwamutumye na Roho mutagatifu, ibindi turi guhunga imbabazi z'Imana kubwo kwizera Kristo

  • @vincentntezimana425
    @vincentntezimana425 8 หลายเดือนก่อน +1

    Urakoze cyane .Inyigisho yawe yamfashije bikomeye cyne .Imana iguhe umugisha mwinshi.Yarii Ntezimana Vincent mu Rwanda .

  • @LilianeUWINEZA-dy6pw
    @LilianeUWINEZA-dy6pw 8 หลายเดือนก่อน +1

    Merci papa Amando kunyigisho nziza iratunaguye mukwemera

  • @TheogeneUwimana-fi5jv
    @TheogeneUwimana-fi5jv 7 หลายเดือนก่อน +1

    ese kuki ijambo ry'Imana ritubwira ko mwuka wera, cyange mpwemu wera atunihira , kuki batavuze ko Bikiramariya agamba kutunihira? ese Mariya yaba ariwe mpwemu wera?
    ese kuki Yesu yavuze ko azatwoherereza umufasha byaba busobanuye ko ariwe Bikiramariya dukwiye kumwambaza
    ngewe Bikiramariya ndamwemera nk'umubyeyo watubyariye umucunguzi ndetse mwubaha nkumubyeyi ubera abandi babyeyi intangarugero mukwizera Imana, no guha ubushake bw'Imana umwanya muri we
    ese umufasha YESU yabasigiye abamariye iki kuburyo mwiyambaza Bikiramariya
    ese kuki mushyira imbere cyane Bikiramariya, kdi ijambo ry'Imana rivuga ngo abayoborwa na mpwemu wera nibo bana b'Imana
    tujye tuyobya abantu gacye ntabwo ijambo ry'Imana ari imyumvire yacu, ahubwo ni imyumvire y'Imana
    gusa ijambo ry'Imana riyobya abayobye Luka 8:10
    Arababwira ati “Mwebweho mwahawe kumenya ubwiru bw'ubwami bw'Imana, ariko abandi bo babibwirirwa mu migani, kugira ngo kureba babirebe ariko be kubibona, no kumva babyumve ariko be kubisobanukirwa.
    musome na Matayo 13:13, Mariko 4:11...
    bene Data mureke dusabe kuyoborwa numwuka wera , ntimugasomerwe ibyanditswe Ahubwo mushake Bibiriya zanyu mwisomere musobanukirwe , pasteur cg padiri sibo Yesu yaduhaye kudusobanurira ahubwo umwuka wera azadusobanurira ibyo twisomera
    MURAKOZE

  • @user-rx1qd5xl2v
    @user-rx1qd5xl2v 7 หลายเดือนก่อน +2

    Nous sommes tes enfants maman marie❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @elianendihokubwayo272
    @elianendihokubwayo272 8 หลายเดือนก่อน +6

    Kuk’umuntu wese akora ivyo Data wo mwijuru agomba ariwe murumunanje na mushikanje na mama. Mt12:50
    Ijambo ry’Imana si philosophie!! Udafise saint esprit ntutahura. Uwo mugore bavuga muri bible si Bikira Mariya, iryo jambo risigura ishengero rya Kristu.
    Amashetani ntagenda kubera Bikira Mariya, c’est au nom de Jésus christ qu’on chasse les démons kuko atarindi zina twahawe musi y’ijuru ngo dukirizwemwo atari Jésus christ.
    Chers frères et sœurs catholiques, mukunde gusoma bibiliya, mureke kwama musomerwa gusa, tunga bibiliya mumazu yanyu, muzomenya ukuri kandi kuzobabohoraa.

    • @KabagabireVirginie
      @KabagabireVirginie 8 หลายเดือนก่อน +2

      Muvukanyi inyigisho uyumvirije neza iratomoye, gusa bisaba kworohera Mutima Mweranda kugira aguhishurire ko ari inyigisho y ukuri ahandi iyo nyigisho n ukuri kw Ijambo ry Imana,gusa kenshi usanga twarugaye muri twebwe ntidashake gushishoza ntidushak kumva ukuri tubwiwe na Mutima Mweranda Abura Aho Avugira, rero intabwe nukorohera Mutima Mweranda ugashishoza urongowe nawe

    • @leonienyandwi7622
      @leonienyandwi7622 2 หลายเดือนก่อน

      Uwo mugore ngo ni ishengero? Uwari munsi y'umusaraba ni Bikira Mariya, ahubwo mwebwe muriko mushiramwo philosophie

  • @user-st2vz7em7o
    @user-st2vz7em7o 2 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe ndatahuye uvyuwo mugore mariya ,murakoz patiri

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 8 หลายเดือนก่อน +1

    Umwami Yesu Kristo n'Imana yaremye Mariya ,kirazira kwizera umuntu yaremwe kandi atakiri kw'isi, ivyo vyitwa guhamagara imizimu (nécromancie)

  • @user-hw6pf3me8p
    @user-hw6pf3me8p 7 หลายเดือนก่อน +1

    BM ni umubyeyi wandaye rwose ❤

  • @rebeccakinunda5739
    @rebeccakinunda5739 7 หลายเดือนก่อน +1

    aradukunda gusumba abavyeyi b’amaraso❤️

  • @LilianeUWINEZA-dy6pw
    @LilianeUWINEZA-dy6pw 8 หลายเดือนก่อน +1

    Muvyeyi mwizaaa wangiriye neza maman Marie uragasingizwa iteka ryose

  • @JolieNshimirimana-zz6ti
    @JolieNshimirimana-zz6ti 3 หลายเดือนก่อน

    MAMAN Marie uwutagufise mubuzima bwiwe ni mukene!! Ndakeje abakunda Bikira Mariya nabamufise mubuzima bwabo kuko bafise itunga ritazoribwa n'umuswaa !! MAMAN Ndagukunda caanee mu NDOME NKURUU ❤❤❤

  • @protaisrwatangabo4989
    @protaisrwatangabo4989 5 หลายเดือนก่อน

    Merci Pere pour votre enseignement wari uyobowe na Mwuka Mweranda

  • @nduwimanaalexis6639
    @nduwimanaalexis6639 8 หลายเดือนก่อน +1

    merci de partager cet enseignent combien important

  • @caritaskamelo5373
    @caritaskamelo5373 8 หลายเดือนก่อน +2

    Maman Marie je t'aime beaucoup. Je suis ta fille à jamais.

  • @user-vp1ne7mi5b
    @user-vp1ne7mi5b 9 หลายเดือนก่อน +1

    Urakoze cane kuri iyi nyigisho nzima uduhaye.

  • @sandrinekwizerimana3634
    @sandrinekwizerimana3634 8 หลายเดือนก่อน +2

    Mama Marie ,Urumuvyeyi wanje iteka ryose❤

  • @user-xu5hq6kd9o
    @user-xu5hq6kd9o 8 หลายเดือนก่อน

    Muboo yagiriye nezaa ndimwoo ndamukunda ndamukunda numuvyeyi wanje ntacoo ndamuburana 🙌✨

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 8 หลายเดือนก่อน +1

    Bikira Maria nivyukuri numuvyeyi pee .yarambereye umuvyeyi muri vyinshiii.Maman Marie ndagukunda cane❤

  • @ElieNdayihereje-ll3fy
    @ElieNdayihereje-ll3fy 9 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen 🙏 🙌 👏 ❤ ☺ 😊 🙏 🙌 👏

  • @yvonnepacifiquesarabanamwa7033
    @yvonnepacifiquesarabanamwa7033 7 หลายเดือนก่อน

    Yeremiya 7:18 na Yeremiya 44:17-19 Umugabekazi wo mw ijuru (Bikira Mariya) atandukanye na Mariya Nyina wa Yesu bamwe bita Yezu. Birasaba ubushishozi...

  • @yvesmariusnishimwe7274
    @yvesmariusnishimwe7274 8 หลายเดือนก่อน +1

    umukama nimwiza we yaduhaye umuvyeyi wiwe ngo atubere umuvyeyi wacu nashimagizwe caaaaaaaaaaaaaane ubu no mumyaka yose amen

    • @gilbertniyonzima7354
      @gilbertniyonzima7354 8 หลายเดือนก่อน

      Uragashemezwa warahezagiwe muvyeyi wacu dusabire Jewe ndizera ntakeka umuvyeyi wacu aradusabira jewe umuvyeyi yaranyiyeretse naraheze amazinda ndamwizera ntakekeranya Mumutima wanje Nasabwe Arabikwiye Amen Amen🙏🙏🙏

  • @RoseRose-cb6qq
    @RoseRose-cb6qq 2 หลายเดือนก่อน

    Patiri. Urakoze. UMUKAMA. AGUHEZAGIRE. NARINARAHONVYE. INYIGISHO. ZIRDOSHE. 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @nintunzealan6240
    @nintunzealan6240 8 หลายเดือนก่อน +1

    Burya Nanje ndumva nezako Bikira Maria ari umuvyeyi wacu, ndavyemezwa n'ibintu vyinshi. Kamwe Gusa novuga ni ukuntu mw'ibatisimu tuba abavukanyi ba Yezu Kristu, Yezu nawe akaba umwana Wa Bikira Maria, none Aho mvuzeko nyina wa Yezu ari mama wanje ubwo noba mbeshe??? 😀😀

  • @JeannetteNikoyagize
    @JeannetteNikoyagize หลายเดือนก่อน

    Maman Mariya ndagukunda muvyeyi ❤❤❤

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4k หลายเดือนก่อน

    Amen muhezagigwe cane

  • @mariechantaknijimbere7081
    @mariechantaknijimbere7081 7 หลายเดือนก่อน +1

    n'Umuvyeyi atananirwa abatazi ivy'akora barahomba!

  • @ritaparadienimusabe1622
    @ritaparadienimusabe1622 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mubyeyi wacu ujye uhora udusabira

  • @KabagabireVirginie
    @KabagabireVirginie 8 หลายเดือนก่อน

    Bikira Mariya N'Umuvyeyi Nyina w Imana, n'Umuvyeyi nyina wa Twebwe Abantu, n 'umuvyeyi kandi wa Ekleziya, uko n'ukuri . Uri Umuvyeyi wacu Bikira Mariya Mawe

  • @annonciatengiramahoro5347
    @annonciatengiramahoro5347 8 หลายเดือนก่อน

    N'ukuri uwo bikira mariya mwigisha si we nyina wa YESU .Tandukanya Maria nyina wa YESU na bikira mariya mwebwe muzi ico ari nico abamariye.Yesu ni We yavuze ati:"Ndi INZIRA,UKURI N'UBUGINGO,nta wuja kwa Data ntamujanye."Si Bikira mariya atujana kwa DATA,ni YESU azotujana kwa YESU.

    • @antoinettebakuramutse8634
      @antoinettebakuramutse8634 7 หลายเดือนก่อน

      Utasamanywe icyaha Bikira Mariya n'Umwani wacu Yezu Christu Bakuzwe iteka ryose mwiriwe bavadimwe, Umubyeyi wacu Bikira Mariya twiherewe n'Umwani wacu Yezu Christu Aragasingizwa iteka ubuziraherezo, urakoze Padri gusobanura neza Bikira Mariya Uwo Ariwe

  • @FidelieNdayikengurukiye-iw6en
    @FidelieNdayikengurukiye-iw6en 9 หลายเดือนก่อน

    Amen amen amen☺☺🙌🙌🙏🙏💖💖💖

  • @ritaparadienimusabe1622
    @ritaparadienimusabe1622 8 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @user-fw6qf4vl4y
    @user-fw6qf4vl4y 9 หลายเดือนก่อน +2

    Maman Marie tu es ma mère

  • @andreniyonzima1392
    @andreniyonzima1392 8 หลายเดือนก่อน

    Ikindi ,umuvyeyi mwubahwa,Nyina w'lmana,kumugereranya n'ibibumbano niko kumuha agaciro! Ubwo mwoba mutahura ikibumbano icarico? Yeremiya 10:3 ubandanya ati: Mwene ivyo bishushanyo,ntaho bitaniye n'ibikanganyoni bitazi kuvuga,.......yemwe yemwe,yaco mubumba canke ngo mubaze ibibazano muvyitirira uwagomwe n'lmana ! Muvyitirira uwatubambiwe! Ni akagaye gashavuza lmana! Zimuruka kuko nyuma y'ibinyoma vyigishwa bitandukanye n'a Bibiliya,hazoba urubanza!

  • @user-xu5hq6kd9o
    @user-xu5hq6kd9o 8 หลายเดือนก่อน +4

    Ni maman mwizaaa❤❤❤❤❤

  • @user-cc5rw1lx7u
    @user-cc5rw1lx7u 9 หลายเดือนก่อน +2

    Muvyeyi mbera mungoro nanj unshire mubavyeyi mukundosa ikibondo

  • @nicodemeniyikiza8841
    @nicodemeniyikiza8841 8 หลายเดือนก่อน +1

    Umivyeyi wacu Maria

  • @user-zr1vi2sn2p
    @user-zr1vi2sn2p 8 หลายเดือนก่อน

    Bikiramariya, urumuvyeyi wacu🙏🙏

  • @BeatriceNiyondiko
    @BeatriceNiyondiko หลายเดือนก่อน

    Ni Mama mwiza vyukuri aradukunda cane uwutamufise mubuzima arahomba vyinshi

  • @bangtangirl6348
    @bangtangirl6348 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashijwe

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 8 หลายเดือนก่อน +1

    Bikira Mariya yari : Umuvuga butumwa! Duhe aho vyanditswe muri Bibiliya ?

  • @user-hw6pf3me8p
    @user-hw6pf3me8p 7 หลายเดือนก่อน

    Iy nyigisho ni Ok!

  • @nicodemeniyikiza8841
    @nicodemeniyikiza8841 8 หลายเดือนก่อน

    Amen amen❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @OlivierNdayikengurukiye-gx5bc
    @OlivierNdayikengurukiye-gx5bc 8 หลายเดือนก่อน

    Amen amen

  • @user-bc8fv7vp3f
    @user-bc8fv7vp3f 8 หลายเดือนก่อน

    Utugire Abo Muruvyaro gwawe Maman Wa Yezu N'Uwacu❤

  • @theresenizeyimana2098
    @theresenizeyimana2098 8 หลายเดือนก่อน +1

    Turi urubyaro rwawe Maman Bikira Mariya. Udutakambire kuri Yezu.

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima7354 8 หลายเดือนก่อน

    Nagaze Kristu nokunyigisho nziza utwigishije 🙏🙏🙏

  • @jeanclaudekaneza9376
    @jeanclaudekaneza9376 8 หลายเดือนก่อน +1

    Umutumwa bumpembuye baranyuzuje ni maman kuva nkiri muto nunva maman wamaraso amwambaza.

  • @GuyalainNuwitonze-mf9ku
    @GuyalainNuwitonze-mf9ku 8 หลายเดือนก่อน

    Mawe Mariya❤❤❤❤❤❤❤

  • @MUKAYISENGACesarie
    @MUKAYISENGACesarie 7 หลายเดือนก่อน

    Mama wacu aradukunda cyane ❤

  • @albertnsengiyunva4043
    @albertnsengiyunva4043 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ngizikibazo mariya ubuyobarihe afisikibanzicah kutubwiyuwurimuribikiramariya koshetanitamwegera

    • @FelicienBukeyenezaFelicien
      @FelicienBukeyenezaFelicien 3 หลายเดือนก่อน

      Yooooo!!! Aho yankuye nije ndahazi. Iyo wemeye kumubera umwana arakwereka ko ar'umuvyeyi 'W'agatangaza.

  • @ElieNdayihereje-ll3fy
    @ElieNdayihereje-ll3fy 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nanje ndakiriye uwomuvyeyi vyukuri ambere umufasha wubuzima bwanje

  • @emmanuelalleluia
    @emmanuelalleluia 8 หลายเดือนก่อน +1

    Inyigisho n intahe biramfashij. Uwayiduhay Bikira Mariya amusabire ubu no mumyaka yose

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o 5 หลายเดือนก่อน

    Ntibaramenya kumuvyeyi wayezu kwaribanga rikomeye cane

  • @user-tb6th4iw5v
    @user-tb6th4iw5v 7 หลายเดือนก่อน

    Urumuvyeyi wanje imyaka yose bandanya usabira

  • @user-dh9dt2tf8x
    @user-dh9dt2tf8x 7 หลายเดือนก่อน

    Uri umuvyeyi wanje Maman Marie

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 8 หลายเดือนก่อน

    Kukw'atarindi zina ryo gukirizwamwo twahawe musi y'izuba atari irya Yesu Kristo umunyanazareti

  • @jeanclaudeharerimana7544
    @jeanclaudeharerimana7544 9 หลายเดือนก่อน +2

    Merci de nous partager cet enseignement du Père Amand

  • @user-zt1om6po2i
    @user-zt1om6po2i 8 หลายเดือนก่อน

    Akakazehe karininyigishombi tubwire ahovyanditse .upfakuvuga wewd

  • @guillaumendayisenga2100
    @guillaumendayisenga2100 8 หลายเดือนก่อน +1

    Inyigisho nkoramutima

  • @bukurujeanbosco
    @bukurujeanbosco 8 หลายเดือนก่อน +1

    Urumubeshi sivyo yashatse gusobanura

  • @dorianeingabire4118
    @dorianeingabire4118 8 หลายเดือนก่อน

    Umukama ni mwiza yatugabiye nyina wiwe!

  • @nduwimanajudith4253
    @nduwimanajudith4253 6 หลายเดือนก่อน

    Bikira Mariya navugwe yongere avugwe n'amahanga yose avyumve ko ari Umuvyeyi w'agatangaza, Umukanga shetani

  • @egidentakirutimana
    @egidentakirutimana 7 หลายเดือนก่อน

    Yezu birasaba ko tubanza kumenya uwariwe muri yesaya 9:6 hama tukamenya ko ariwe data maze tukizera ko ariwe Mana Uhoraho,kuba murumunawe navyo niyindi nyigisho yimbitse ariko ico twobaza amando ko yezu arumuvyeyi wacu nikumvo iyihe ducika benewabo kandi ariwe yaturemye ivya Mère marie navyo ntaco bitwaye kuko usivye ko kumwanka bitarekuwe no kumukunda ntaco vyodutwara je ndamukunda kandi ni Mère wanje ariko haca habaho ivyo mbwirizwa kumenya ko ndekuriwe ntarinze gutuma kuko ndi samurarwa.umwana wo munzu kwa Data kandi mukuru nije niha kuko narabitahuye ko atahandi nca.icanyuma nukwo ngiye mwijuru Mariya sindamusangeyo noca nivirayo hatoba ariho ariko siwe rembo kweli.kandi mwijuru nta kamwana wa mama nkuko mwisi mubikora

  • @ubutumwabwizatvbypatrick-pg7yb
    @ubutumwabwizatvbypatrick-pg7yb 8 หลายเดือนก่อน

    Maman wanje ndakwakiriye umbere umuvyeyi ndakubere umwana

  • @gyslaineiratwibutse3118
    @gyslaineiratwibutse3118 7 หลายเดือนก่อน

    Pati umukama naguhezagire cane kuriy nyigisho wateguye umuvyeyi bikiramariya niyame agutwikirij umutamana wiwe

  • @jeaninenduwimana347
    @jeaninenduwimana347 8 หลายเดือนก่อน +1

    Bamubwiye ati nguwo nyoko wawe nabenewanyù Yezu yaravyemeye?

  • @KanezaFrancine-fz9vi
    @KanezaFrancine-fz9vi 9 หลายเดือนก่อน

    Yezu yaramuduhaye koko nivyo uwugiye amwitura aramuha ivyo akeneye🙏🙏

    • @FelicienneManirakiza
      @FelicienneManirakiza 8 หลายเดือนก่อน

      Ahabapatiri basigaye baharira ivyamadini. Abanwanyi mutubarize mubutatu dusengeramwo komariya arimwo ko yesu ariwe nzira nukuri nubugingo Kandi igihuzu catuzibira ahera catantamutse mwokubiri yesu ubwiwe yabwiye abariko baramuririra yabishuye ngo mwiriwe banana banyu Nuko abanyabwenge bivyanditswe intama muriko murazimiza muzokobitwa nyinshiiiiiiiiii

  • @beliseninziza2028
    @beliseninziza2028 9 หลายเดือนก่อน +1

    Yuda niwe mwigishwa Yesu yakunda

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8p 7 หลายเดือนก่อน

    uwatubambiwee turamuzi ni Yezu ckristu kandi ntawuzobona Imana atamujanye . abazojanwa nawe nabo barera , ntagatosi . ivyamadini tubishire hasi , vyaraturambiye, birimwo namapolitik menshi , kora neza . uzomubona

  • @FidelieNdayikengurukiye-iw6en
    @FidelieNdayikengurukiye-iw6en 9 หลายเดือนก่อน +1

    Merci de nous partager cet enseignement merci beaucoup

  • @user-vp1ne7mi5b
    @user-vp1ne7mi5b 9 หลายเดือนก่อน +1

    Kimwe mu vyerekana inyigisho y'ukuri ni uku kuntu uyu musaserdoti ayitangana ubwitonzi, ata rwamo avugana kuko uwuvugana urwamo, akenshi aba atizigiye we nyene ivyo avuga.

    • @dionisengiriye5547
      @dionisengiriye5547 8 หลายเดือนก่อน

      Babahenda ngo mariya ntabana yavyaye kandi yarabavyaye
      Bakabahenda ngo yagiye mwijuru kandi nimva yiwe irahari

  • @user-dh6mr6tr2g
    @user-dh6mr6tr2g 8 หลายเดือนก่อน

    Uko n'ukuri patiri,ababeshi mwisi nuko bigenda

  • @user-xj2nj4sm3q
    @user-xj2nj4sm3q 8 หลายเดือนก่อน

    Tu es ma Mère chérie parler de moi à ton fils comme à cana❤

  • @user-bv7lg7du3y
    @user-bv7lg7du3y 8 หลายเดือนก่อน

    Maman Marie uri kirumara mubuzima bwanje.Ntawakwishimiye ngo ateterwe

  • @dionisengiriye5547
    @dionisengiriye5547 8 หลายเดือนก่อน +1

    Non kutatubwiye nyina wiwe kubiciy kuruhande? Henda abonyene basomerwa ntibasome

  • @FelicienneManirakiza
    @FelicienneManirakiza 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ibintu biranse gose

  • @claudegirarike1740
    @claudegirarike1740 8 หลายเดือนก่อน

    Yezu yavuze ati: sinzobasiga nk'impfuvyi....ariko aravuga Mutima Mweranda, apana ariko aravuga Bikira Mariya.
    Iyo Yezu yabonako Bikira Mariya ariwe wo kutubera umuvyeyi, niwe yari kuduha asubiye mw'ijuru ntiyari kurungika Mutima Mweranda.

    • @nduwimanajudith4253
      @nduwimanajudith4253 6 หลายเดือนก่อน

      None mwipfuza ko amuduha kangahe ko yari yamaze kumuduhera musi y'umusalaba imbere y'uko acikana? Iri jambo ry'ukutadusiga nk'ipfuvyi siryo batwigishijeko. "Ng'uyo nyoko wawe"

  • @cecileuwimana8149
    @cecileuwimana8149 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ese Marie niwe Bikira mariya?

  • @MuhimpunduChristelle
    @MuhimpunduChristelle 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mfasha mawe ubwenge bwanje butumbere iwawe

  • @nduwimanajudith4253
    @nduwimanajudith4253 6 หลายเดือนก่อน

    Turagushimiye Patiri wacu ku nyigisho nzima uduhaye. Abashaka kubandanya bashishoza ibindi nibabandanye. Bikira Mariya abamumenye kandi bazi ico amaze turahari. Mbega iryo zina rya Yezu muvuga ko mwahawe mwarihawe nande ko ari Bikira Mariya nyene yarihawe ubwambere none twomwiyobagiza gute? Mpora numva mu masengero atandukanye batemera Bikira Mariya ariko bakambaza Amaraso Meranda ya Yezu, none nitwaba twemera ko ariwe Yavyaye yezu, ayo Maraso muhamagara Yezu yayakuye kwa nde??

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o 5 หลายเดือนก่อน

    Jewe vyukuri naravyemeye hari kwitariki 15 zukwumunani

  • @user-ti8jq6xb6l
    @user-ti8jq6xb6l 8 หลายเดือนก่อน +1

    Aramahafi yac mubih vyose

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 8 หลายเดือนก่อน +1

    Bikira bisobanura iki? Tubwire

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 8 หลายเดือนก่อน

    Uyo Bikira Mariya muvuga ntabwo ari Mariya yavyaye Yesu, ahubwo ni impwemu mbi iganza ikirere yitwa Marie MARGUELLA, SÉMIRAMIS, niyo mpamvu mumwita Reine du Ciel, Belle de Lune. Elle est la Reine du monde Armstrong la capitale du monde de satan. Mwizere Umwami Yesu Kristo wenyene kukw'atarindi zina ryo gukirizwamwo twahawe musi y'izuba atari irya Yesu Kristo umunyanazareti.

  • @omarnkeshimana5007
    @omarnkeshimana5007 8 หลายเดือนก่อน +1

    None mariya niwe yatumye Yesu???

  • @edouardniyongabo6431
    @edouardniyongabo6431 8 หลายเดือนก่อน +1

    au lieu de parler l'evangile IL parle de la religion.

  • @user-ox8oi8gx3x
    @user-ox8oi8gx3x 8 หลายเดือนก่อน

    Mama mukuru nabandany ansabire

  • @FelicienneManirakiza
    @FelicienneManirakiza 8 หลายเดือนก่อน +1

    Umufunga kiwane aruta wewe uzimiza abantu bazima yezu aguhangaze

  • @user-dh6mr6tr2g
    @user-dh6mr6tr2g 8 หลายเดือนก่อน

    Bikira mariya mawe,ndukingire muri vyose

  • @cecileuwimana8149
    @cecileuwimana8149 8 หลายเดือนก่อน +2

    Umwana nababatura muzaba mubatuwe byukuri

    • @TheogeneUwimana-fi5jv
      @TheogeneUwimana-fi5jv 7 หลายเดือนก่อน

      Yohana8:36
      Nuko Umwana nababātūra, muzaba mubātūwe by'ukuri.