Monna ahatswe kurira😰|yampevye ampoye ubusa|bavuga ko ndirimba nabi|Kidum ntiyangoye|ntitwaryamanye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2024
  • #mowkanzie #kidum #ndapfuha

ความคิดเห็น • 161

  • @ndayikezestephan8695
    @ndayikezestephan8695 3 ปีที่แล้ว +16

    I like this girl cause she’s real she doesn’t fake anything..the emotions the feelings and all..the way she talks it is natural..

  • @nanina6428
    @nanina6428 3 ปีที่แล้ว +6

    J'écoute plus de 10fois par jour ndapfuha waouuu irasara basha

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 3 ปีที่แล้ว +7

    Umuntu avuga ko Mona atazi kuririmba ategerezwa kuba arwaye mu mutwe, na Diamond ntafise ijwi rya grave ariko ari proud no kuririmba knd ntikibuza ko atazoshika ku ntego, Burna boy nawe ntajwi afise ariko ari proud knd niwe muririmvyi wambere muri afrique, keep it pushing Mow Kenzie

  • @ingridalidandayizeye779
    @ingridalidandayizeye779 3 ปีที่แล้ว +2

    Monna bravo kd courage ndakunda ingn uvug ukuri,ur um star wa mbere ashir'imbr gusenga,i like u so much Monna Walda

  • @s_dou.x
    @s_dou.x 3 ปีที่แล้ว +4

    @Hosy and @Monna Walda...merciii muratu motiva ns les filles burundaises ❤️ 🇧🇮 soyez benit pleinement☄️☄️☄️

  • @PazzosBi
    @PazzosBi 3 ปีที่แล้ว +14

    Courage #MoW_Kanzi. Faut seulement allez de l'avant. Na #Hosy, turabakunda barundikazi bacu

  • @ntiranyibagiraa.k.afinally924
    @ntiranyibagiraa.k.afinally924 3 ปีที่แล้ว +2

    Mona
    Bite?
    Pole sana!
    Umutipe ufise urukundo rwuzuye
    Nijew. Trust me and...

  • @itsdelidory
    @itsdelidory 3 ปีที่แล้ว +3

    I love how genuine, honest she is . And you are very talented vyukuri . Last but not least muribeza ❤️

  • @bonvoyagetaxi7730
    @bonvoyagetaxi7730 3 ปีที่แล้ว +2

    Muraberewe! Bonne chance Monna, ni vyiza ko abarundikazi mutangura kuba financially independent... irya ndirimbo narayikunze. Big up to you both!

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว +2

    Urukundo rurakomeye sha Monna,uratuza,wicecekere,lmana izokuzanira umusore w,indero,wubushingantahe ntasubirwamwo,ucubona lmana imuguhaye,klk'un qui t,aime,qui te comprend, ki te respecte,qui t,accepte.icecekere,wigumirize,urupfasoni,ibindi lmana izovyikorera,il sonde les cœurs.

  • @Carole1279
    @Carole1279 3 ปีที่แล้ว +1

    Mona ga hemwe ari tellement sincère! Imana iguhezagire💙

  • @zakiya-ww5zz
    @zakiya-ww5zz 3 ปีที่แล้ว

    Imana ikwaka kimwe yaguteguriye ikindi knd kirenze uwo yakwase ahaye amahigwe abagukunda kurusha

  • @francineirakoze7590
    @francineirakoze7590 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda ....from gitega

  • @michellesorin6849
    @michellesorin6849 3 ปีที่แล้ว +1

    Cette fille est trop ouverte comme pas possible vraiment. BRAVO

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว +1

    Monna uragakunda gukundana,kuko gukundwa nugukunda biraryoshee,gusumba ibintu vyose vrtt,dushobora kubonesha amaso.

  • @mi.vaninakatihabwa1373
    @mi.vaninakatihabwa1373 3 ปีที่แล้ว +7

    Mooo😭😭😭birashisha iyo sentiment yo kumva menga u should change and start diminishing ur kindness just because it has been misused by a certain ....I don't know how to call it😡but lemme tell u this personality of urs has been put in u for a reason and it fits u so well, U are good like that and itz not a weakness... I've been there And it hurts ariko at the end of the day none is worth enough to make u turn ur good heart into a stone.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 ปีที่แล้ว +6

    Monna impore none titre ko banditsengo Monna bamuhevye ni bangahe déjà?so,muja mu nkundo zitarizo nico gituma muzokwama muri deçu. Pourquoi vous ne priez pas et aller en relation avec des hommes vrai qui craint l éternel et qui craint le péché?mais si vous aussi vous le craint exactement.qui prie en réalité Sans hypocrisie parce que ces hommes il y en a mais vous n avez pas besoin celles qui sont comme ça alors accepte ce qui viens de votre choix parceque vous êtes consciente i know. Monna je te conseille une chose je souligneet tu verras la suite.Mais nukizwa nabi pas d intérêt toujours.uzicare uri wenyene un jour ufate akanya witekerezeho(introspection,examen de soi-même) tu découvriras des choses wohindura usanga arinazo ntandaro zituma uhebwa,"comportements"et "les exécutions"de soi-même en même temps que tu sais que tu es dans une relation avec l autre.

  • @boboyann
    @boboyann ปีที่แล้ว

    Ikibazo co gukunda nkahererayo turagisangiye Mona 🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️ iyo biheze ndicuza, mais gukunda si bibi... we move 💃💃💃💃

  • @umutonisophie3878
    @umutonisophie3878 3 ปีที่แล้ว +4

    Routine yawe yuyumusi ntibivugwa hosy,kuko routine nikintu ukora preque chaque jour de ta vie ✌

  • @Mika-lq3dv
    @Mika-lq3dv 3 ปีที่แล้ว +4

    Dufise ingorane imwe na Monna Imana idufashe🙏😂

  • @jeanjospinnkurunziza9540
    @jeanjospinnkurunziza9540 3 ปีที่แล้ว +2

    Yooo pole sana Monna hama as Hosy yabivuz fo apprendre yugufata umwanya wa poz maybe uraheba cank ugahebwa kubera wihuse gusubira muri relation genre ukameng ni lieu de refoulement . So take your time for ur next relationship

  • @fabriceidubu888
    @fabriceidubu888 3 ปีที่แล้ว +3

    i like iyi Tv vrma Hozzy big up sana

  • @jeanpaulb6909
    @jeanpaulb6909 3 ปีที่แล้ว

    Vraiment nkunda Mona the way avugisha réalité kubintu byose cyane , Mona Imana izaguhe umuhungu ugukunda for real

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 ปีที่แล้ว +1

    Naheruka hosy na mona bankana nivyiza KO mukundana ndabakunda😘😘😘😘😘😘💖

  • @viewsteam1246
    @viewsteam1246 3 ปีที่แล้ว +11

    Mukunda abahungu bo mubakire cane,kundana nabahungu basazawe niho urugendo Rwurukundo ruzoshika kuntumbero

  • @amiebienvenueabayo827
    @amiebienvenueabayo827 3 ปีที่แล้ว +2

    Mona Imana igufashe mwiza u uko umez nanj Niko mez Déception irababaza pe Muga harabaca bagushinja ukamengo niw uri mubi Imana ibababarire nabo bazobibemwo babone ngen bibabaza niho bazobitahura

  • @Liesse-winer
    @Liesse-winer 3 ปีที่แล้ว

    uhejeje neza disi abigeme fo guhaguruk vrm we are so powerful than we think

  • @charlenenshimirimana7371
    @charlenenshimirimana7371 3 ปีที่แล้ว +5

    Nduwambere basha rek numv ikiganiro

  • @nitungamartin4180
    @nitungamartin4180 3 ปีที่แล้ว +7

    Hosy yabaye mwizacane nukuri.ikiganiro cose ndakimaze ariwendaba gusa 🤣🤣🤣🤣

  • @nnno989
    @nnno989 ปีที่แล้ว

    Nic, mbona, ndagukunda

  • @berthinekazekenitha4877
    @berthinekazekenitha4877 3 ปีที่แล้ว +5

    Mona 😍😍

  • @EdrissiaDeJah
    @EdrissiaDeJah 3 ปีที่แล้ว +1

    Eh!Ntubona none ko Uciye Ubivuga shira link Ya Instagram yawe ngaha none vyorohere Abagukurikirakugukorera Follow! Reka Nje Kugufasha Kurondera Abantu Bawe kuri Wasutwa Wobona Ndagutoreye Nabatari Bake Bakubuze!Kandi Courage Ndabona waratewe Si Gusa 😂😂😂😂

  • @muhozaemelyne7902
    @muhozaemelyne7902 3 ปีที่แล้ว

    Ego cane jewe naryohewe kandi merci beaucoup ❤💯

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 3 ปีที่แล้ว

    Ewe Mona mpore basi , you are an angel
    Ndabakunda mwese 🥰

  • @eloiemerimana2784
    @eloiemerimana2784 3 ปีที่แล้ว +4

    None Mona ntakuntu yoza nanj tugakundana aho twaronderey abakobwa bakunda bagaherezako.nanj ndaknda ngaherezak bigahera ndize

  • @Lesaviezvous2022
    @Lesaviezvous2022 3 ปีที่แล้ว

    Mes talentueuses.ndabakunda Hosy and Monna

  • @iradukunda6638
    @iradukunda6638 3 ปีที่แล้ว +2

    yeap this girl is really good

  • @donnar3790
    @donnar3790 3 ปีที่แล้ว +3

    Mona humura one day uzoronka ur fit and personally i like ur voice, Ntaburyarya ugira , ufise urukundo muriwewe kandi honestly jewe naryohewe kumenya une partie yubuzima bwawe benshi barabinyegeza so big up,
    stay strong one day you should find ur mate😊

  • @arnaudphotograph1265
    @arnaudphotograph1265 2 ปีที่แล้ว

    Wow big up sana monna je kiff bcp ta sincérité

  • @gildasirakoze1495
    @gildasirakoze1495 3 ปีที่แล้ว +2

    Muri make tu es tjrs dans le bruit relational, second tente tes relations avec les personnes qui t'aiment! Tu peux ne pas les aimer directement mais le temps fait decouvrir la beaute interieur qui est le buldozer for love!

  • @fidesinimahye7445
    @fidesinimahye7445 3 ปีที่แล้ว +1

    Ba dada nukuri muranyishe😁😁😁😁. Urukundo nurusazi ruratuma abigeme tubabara tuzira ubusa. Anyway try to learn how to love or how to be loved.❤🇦🇺

  • @ndayishimiyearlene2544
    @ndayishimiyearlene2544 3 ปีที่แล้ว +1

    Momo dafuha iramara nc song kabisa

  • @egidenkuriyingoma8995
    @egidenkuriyingoma8995 3 ปีที่แล้ว

    Tumez nezaaa Hosy.
    Monna ararenze sana,mupe tano kbsa

  • @ndegezndechez1734
    @ndegezndechez1734 3 ปีที่แล้ว +2

    Mbakunda mwese❤️❤️❤️

  • @fabricemaluanenzohabonayo5321
    @fabricemaluanenzohabonayo5321 3 ปีที่แล้ว +1

    Monna Umukama akuje imbere kugir ubanze gukira ico gikomere kuko kitakuvuyemwo bizokugora kubaka Umukama akurinde umubabari murugo rwawe je ne te juge pas ushobora kuba wakuze ubona aho uherereye atarukundo ubona mungo plz Umukama akube hagufi

  • @benshaka7595
    @benshaka7595 3 ปีที่แล้ว

    Non slt muri beza.. Muciye n’ubwenge!!

  • @zyadahmaed9400
    @zyadahmaed9400 3 ปีที่แล้ว +1

    Mbaye ubwambere osiii❤️❤️❤️🤣🤣🤣

  • @thierryirakinga1463
    @thierryirakinga1463 3 ปีที่แล้ว

    Très bien muganira ukuri biratesaa😍 🖐️

  • @philoscoco
    @philoscoco 3 ปีที่แล้ว +1

    Kanzie U really my kind 'f Favo

  • @aishahernandez4201
    @aishahernandez4201 3 ปีที่แล้ว

    Pole san mon niwangan abahungu nuko bamez muga ndagufan mo ijwi ryaw noma san ☺☺

  • @vianneyndavyi2485
    @vianneyndavyi2485 3 ปีที่แล้ว +1

    Kari sincère sha…..

  • @user-nd8ff4bg8h
    @user-nd8ff4bg8h 7 หลายเดือนก่อน

    We love ya walda sweetheart

  • @comradesaurlindiegosoffici421
    @comradesaurlindiegosoffici421 3 ปีที่แล้ว

    Hey, Cameraman next time uzoze ura coupa au lieu yo kuzungurusha camera, birarusha mumasi, my pint of view. Keep up Hosy and Monna

  • @davidnziza1676
    @davidnziza1676 3 ปีที่แล้ว +1

    Irya influence igituma ayifise imana yayimuhaye kugire ashobora kuza aravuga l'évangile de Jesus-Christ. Nico gituma yumva umenga ntayo ariko arakoresha.

  • @LouiseKanziza
    @LouiseKanziza 26 วันที่ผ่านมา

    Respect

  • @tuyisengecleppin4034
    @tuyisengecleppin4034 3 ปีที่แล้ว

    Love u so much hosy, courage san.mona courag naw!!!

  • @niyonzimaesperance8449
    @niyonzimaesperance8449 3 ปีที่แล้ว

    Ese ukuntu nkunda mona vrma ..ari tres agreable

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 3 ปีที่แล้ว +1

    hahahhah mona arayobeye rimw uzawumva ng sindi en couple munyuma ngo yahebwe mukama nidange nabur gufata agumye uwumukund ntabindi

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 3 ปีที่แล้ว

    Love From IHURIRO TV

  • @celestinmununi9371
    @celestinmununi9371 3 ปีที่แล้ว

    Courage monna si tu continue dans ton carrière tu seras meilleure dans le monde musical comme Rihanna

  • @mariejesus1427
    @mariejesus1427 3 ปีที่แล้ว

    Ndamukunda caane mona

  • @Liesse-winer
    @Liesse-winer 3 ปีที่แล้ว

    ur right mo uwambay ikirezi ntamenya ko cera

  • @annaannaa6369
    @annaannaa6369 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri Ndafuha iramara peee

  • @abdoulgodson7377
    @abdoulgodson7377 3 ปีที่แล้ว +1

    Uwuvuga ko utabizi asohore iyiwe .mind Ya own business

  • @malicksag466
    @malicksag466 3 ปีที่แล้ว +1

    Pole sana Mow

  • @EdrissiaDeJah
    @EdrissiaDeJah 3 ปีที่แล้ว

    Baby Momo Chr abenshi Bama Bakwigirako Naho Utabizi!Ugira Ukuri Kuri Clean Iyo uhuye Numunyamakuru Aguha Umwanya Wokuvuga ibikurimo. So Keep inspiring u Don't need More than that U R a Burundian Oprah abagomba kumenya Ibijanye Nama etape Yo Gukora Ivyo bakora bokwumviriza peeeeeee!
    Hosy Ndafuhaaaaaa......

  • @igiranezadidace5504
    @igiranezadidace5504 3 ปีที่แล้ว

    M Burundi turafise abana bez kwel mwese muhuye knd ndabakund cn mug naco turingah kubwanyo

  • @floraingabire5835
    @floraingabire5835 3 ปีที่แล้ว

    NDAFISE CAMERA URAZA NZENDAKWIHERA AKAZ KABANDANYE NYANDIKIRA REPLY NGAHANYEN HAKOWOKWICARA GUSA TURANDIKIRANA UYIMENYE UNDIHE
    TAKE FREE NTACO NDIKUYIKOZA

  • @floridegahimbare3275
    @floridegahimbare3275 3 ปีที่แล้ว +1

    Rek ndakirabe kwl

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 3 ปีที่แล้ว +1

    Ka make up ndabona kameze bon

  • @kevinblessingemerimana863
    @kevinblessingemerimana863 3 ปีที่แล้ว

    Big up to u both
    Je vs aime
    God bless u

  • @karolidjibril6391
    @karolidjibril6391 3 ปีที่แล้ว +1

    Mona kuba single ntibiryoshe plz just essay de connaître la personne d'abord cane gose 👌

  • @horimberealexbrice3005
    @horimberealexbrice3005 3 ปีที่แล้ว +1

    Uwo muntu ninde yahevye Monna ga yemwe ??

  • @mussandikumana3561
    @mussandikumana3561 3 ปีที่แล้ว

    Hozzy tayari uko Boss Lady

  • @jbosconduwayoofficiel877
    @jbosconduwayoofficiel877 3 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro ciza kiratuje.
    Hama ubwo Mona uguhebwa naho batamubwiye imvo ubwo ntuzoba ari ingaruka ziyo colabo yabe na Kidumu ? Usanga umu chéri wa Mona yarafushe agahava afata ingingo yukumuheba

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว +1

    Ijwi ryo ntaryo pe 🇦🇪

  • @lynendim8586
    @lynendim8586 3 ปีที่แล้ว

    Ndafuhaaaaa kromer ncuti Imana Izoguha Umuhungu wifuza

    • @lynendim8586
      @lynendim8586 3 ปีที่แล้ว

      Wewe mon tumeze cokimwr vrt kwl

  • @brunoarmand3559
    @brunoarmand3559 3 ปีที่แล้ว +1

    Hosy ukorera hehe? Umuntu akeneye kukubona yokubona gute?

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 3 ปีที่แล้ว +8

    Mwamaze kuvyimba ubu umuntu abahaye bonjour ababa abagoye?Muri entertainment ntimuzohura nivyo mukunda gusa ?Mwibuke abo babaha bonjour nibo ba clients banyu.Never throw a ladder you used for climbing!

    • @nitungamartin4180
      @nitungamartin4180 3 ปีที่แล้ว +3

      Hosy ntiyahora agara karamuciyemwo mubabarire siko yahora.Ntabone koyageze hejuru ngwacakura ingazi yuririyeko No Siren Vibes TV iriho kubwacu.Yibuke agitangura yavugango mundamutse basha kandi mukore Subscriber

    • @viewsteam1246
      @viewsteam1246 3 ปีที่แล้ว

      Hosy agitangura SIREN VIBES TV aravyibuka Bonjour yaranayisaba abamukurikira.Ntushavure vyashitse ntawudakosha 🙏

  • @iranzifanny9008
    @iranzifanny9008 ปีที่แล้ว

    Turabakund can hosy

  • @abcdehijkl484
    @abcdehijkl484 3 ปีที่แล้ว

    Wanji mon mbera on baby 😘🙋‍♂️

  • @majesty_1778
    @majesty_1778 3 ปีที่แล้ว

    Nibazako Arico gituma bamuheba...ngo nta mariage..??..Ninde muhung yoguma akunda umukobwa azi ko relation yabo ataho izoshika???..ni opinion yanje🙌🏽🙌🏽🙌🏽

  • @LydieKouyate
    @LydieKouyate 3 ปีที่แล้ว +1

    Jw ndakund cne ibiganiro vya Monna. Knd arany inspira cne

  • @habitathunter
    @habitathunter 3 ปีที่แล้ว +1

    Awesome

  • @InnocentHAVYARIMANA-os1sg
    @InnocentHAVYARIMANA-os1sg 7 หลายเดือนก่อน

    Kandi Ari claire

  • @fabricenizeyimana7914
    @fabricenizeyimana7914 3 ปีที่แล้ว

    Kuberiki uyomukobwa banunda kumuheba bamuhora iki ariko indirimbo yaririmbanye na kidumu narayayikunz ninziza cane

  • @BigRoRo28
    @BigRoRo28 3 ปีที่แล้ว

    nkunda ukuntu uri ouverte; kandi vrmt nzanaronka umuntu dusangiye ikibazo kbx

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 3 ปีที่แล้ว

    Hoss ndagukunda urikeza

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 3 ปีที่แล้ว +1

    Monna afise ijwi ryiza ariko aravuga

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 3 ปีที่แล้ว

    NICE WORK

  • @maryangel4729
    @maryangel4729 3 ปีที่แล้ว +2

    Monna🥰Hossy🥰two gorgeous ladies with such great talents,muzogera kure,and we have your backs girls!

  • @ninetteninettendayizeye4492
    @ninetteninettendayizeye4492 3 ปีที่แล้ว

    hosy asigaye atesa kwr 😗😍😍😍

  • @Reine257
    @Reine257 3 ปีที่แล้ว

    Hosy nicyuki kweri 😍

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 3 ปีที่แล้ว +1

    Hosy zurishura ntawukwandikira atagirico akubwira.🙏hari Comment yavuzeko Siren Vibes TV itazoterimbere,🤔 wihenze nakoze Subscriber Le 19 Sept 2019 unomusi sikobikimeze.

  • @InnocentHAVYARIMANA-os1sg
    @InnocentHAVYARIMANA-os1sg 7 หลายเดือนก่อน

    Iryo jwi rirasara,rirantungura

  • @jijiluckbmzbt188
    @jijiluckbmzbt188 3 ปีที่แล้ว

    U look beautiful guys

  • @egidenkuriyingoma8995
    @egidenkuriyingoma8995 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂ewan none ze murabishura basha erega babiyumvamwo

  • @itsdelidory
    @itsdelidory 3 ปีที่แล้ว

    Monna If you want I can be your mentor muri journey of how to be single and happy

  • @marceldouglas3016
    @marceldouglas3016 3 ปีที่แล้ว

    Sorry MO' Normalement on répond pas au téléphone quand on est à table 😀😀😀. Ne te décourage pas pour la musique parce que tu as la voix.

  • @nzeyimanaanassi3585
    @nzeyimanaanassi3585 3 ปีที่แล้ว

    Mona iyi ndirimbo yasohoy na kidumu nta buryoh butenze burimwo nkuzo yama yasohoye.umengo knd ari timide