INGORANE zaba Introverti🙆🏽‍♀️/Extraverti nabo bama muma Drama kubera kuvuga cane😂/Dada twamubazaniye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 151

  • @niteka
    @niteka 25 วันที่ผ่านมา +21

    Abantu barakunda kwitiranya umuntu ari introverti n'umuntu ari timide, abantu bari timide baba bafise la peur ou l'anxiété dans des situations sociales tandisque les introverties eux n'ont pas nécessairement la peur de s'exprimer en public mais ils ont une préférence à s'exprimer dans un cercle plus restreint canke bagaprefera their own company

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe 26 วันที่ผ่านมา +13

    Co-host
    Co-host
    Co-host Darlene🔥🔥🔥🔥

  • @edissa9747
    @edissa9747 26 วันที่ผ่านมา +7

    Egome twari tubizi ko akorera i Gitega mugabo twashaka ko aza kuduha yambu gusa ! Kaze kaze. Turagukunda cane❤

  • @kimana8818
    @kimana8818 19 วันที่ผ่านมา +2

    Welcome Dada 🤗🤗🤗 twar tugukumbuye.😘😘😘 Anyway Hosy ugum uba akabaju nah wahor mubitaro usa bien sana👌 imisuhuko rero mubaju wacu

  • @allan777able
    @allan777able 26 วันที่ผ่านมา +13

    Cholérique; Sanguin, Melancholique, Phlegmatique. Niba nibuka neza izo nizo temperements zihari; kuba umu introverti, extroverti....., ni bimwe mubiranga temperement iyi canke iriya.

    • @AmandaMonia
      @AmandaMonia 22 วันที่ผ่านมา

      Correcte!!!! Hakabaho umu univerte entre numu extra na intra verti.

    • @AmandaMonia
      @AmandaMonia 22 วันที่ผ่านมา

      Pas univertie mais ambiverti plutôt....

  • @NishimikijimanaBelyse
    @NishimikijimanaBelyse 26 วันที่ผ่านมา +7

    Yoo Dada nari ndamukumbuye vraiment ndaryohewe kumubona

  • @Lisa-CarleneMPOREZA
    @Lisa-CarleneMPOREZA 26 วันที่ผ่านมา +18

    Co-host ....co-host.... co-host ×100000000000....DARLENE❤❤❤❤

  • @annicksindy1384
    @annicksindy1384 25 วันที่ผ่านมา +6

    Co-host
    Co- host
    Co-host Dada ❤️❤️❤️

  • @copdancy1529
    @copdancy1529 22 วันที่ผ่านมา +1

    Merci beaucoup kukiganiro ciza😊 hama Dada WELCOME BACK❤

  • @CarmellaINgabire-p1z
    @CarmellaINgabire-p1z 20 วันที่ผ่านมา +1

    Uragakira hosy turabakunda cane ibibiganiro biratwigisha cane mugere kure🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤turabakunda

  • @raissaninteretse4901
    @raissaninteretse4901 26 วันที่ผ่านมา +3

    Un très bon sujet et une belle discussion..Merci à toute l'équipe pour votre partage.
    Ma seule suggestion aurait été d'avoir un expert(psychologue)sur le plateau...vyari kuryoha gusumba
    MERCI

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 25 วันที่ผ่านมา +1

    Yooooh yambii😮iiiiii dadaa🫂🫂🫂🫂🫂naringukumbuye disi nukuri ndaguku'da kubi😂❤❤ harigihe mpora nitwenga kukuntu mpora ngukumburaaa❤❤❤

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 26 วันที่ผ่านมา +6

    Yooooooo Dada twari tugukumbuyeeeee 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @MugAma1012
    @MugAma1012 24 วันที่ผ่านมา +2

    😍😍😍Dada we´re happy to see you on the screen

  • @ZakiaCadette
    @ZakiaCadette 19 วันที่ผ่านมา +1

    Co co co co co co co co .host dada dada dada dada dada dada dada dada nimubashe basha dada dada dada ndarushe 😂😂😂😂

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 26 วันที่ผ่านมา +8

    Merci Dacia guprecisa ko hanabaho aba ambiverti (intro et extraverti en même temps)

  • @Ntungane-25
    @Ntungane-25 26 วันที่ผ่านมา +4

    Yes Dada is back✊🥳🥳🤗

  • @acool5614
    @acool5614 26 วันที่ผ่านมา +16

    Introverts here👋

  • @Dusenge-TV
    @Dusenge-TV 17 วันที่ผ่านมา +1

    Happy to see u Dada!

  • @NishimikijimanaBelyse
    @NishimikijimanaBelyse 26 วันที่ผ่านมา +3

    Dacia nawe uraberewe mumutwe gusumba ya perruque warumaranye imisi😂

  • @charleneirakoze9617
    @charleneirakoze9617 23 วันที่ผ่านมา +2

    Hariho igitabo camfashije gutahura ama type de tempérament : colérique, mélancolique, sanguin, flegmatique
    Citwa "PERSONNALITÉ PLUS" de Florence LITTAUER

  • @leecharon
    @leecharon 24 วันที่ผ่านมา +1

    Iyo mutazana iki kiganiro I was going nuts 😭 merci sha kumbwira uko meze, ubu nditahuye 🤣🤣 bamwe ngo ndi umusazi abandi ngo ndi bizzard🤣 oft vyarananiye kuvuga ikibazo mba mfise ku bantu 😅 nguma ntwenga ngo ndavyibagire, nzakurira apres nka 5jrs kugira ngire conclusion kuri iyo case hama nkace mbandanya😅😅

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 26 วันที่ผ่านมา +5

    Oya intro extra si tempérement. Ni caract zigize tempérement. Ubundi temperament ni 4 namba ntibagiye. Sanguins, flegmatique, coherique, mélancolique

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  25 วันที่ผ่านมา

      Tuzotumira umu psy abidusigurire neza

    • @fernandndayisenga3551
      @fernandndayisenga3551 25 วันที่ผ่านมา +2

      C'est vrai. Tempéraments ni zine( Sanguin, Colérique, mélancolique na Flegmatique). Les sanguins et les colériques sont extravertis tandis que les mélancoliques et les Flegmatiques sont introvertis.

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 26 วันที่ผ่านมา +4

    Co host co host co host co host Dada 🤣🤣

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 26 วันที่ผ่านมา

    Wow wow Dada 😂 it's nice to see u😅 where u been Dada 😮 how is Kitega Dada 😊 Dada tuna furahi kuona Dada kweye show 😊 nazana uta ondoka this time 😊 happy to see Dada. I hope I will see u every Friday on the show 😊 ok my people's 😍👊🏿 all the best 🙏🏿

  • @SnowSnowing-ov5px
    @SnowSnowing-ov5px 13 วันที่ผ่านมา

    Kalibu Dada twari tugukumbuye cane

  • @kizezeemelyne580
    @kizezeemelyne580 23 วันที่ผ่านมา +1

    Helooo, izo temperaments muriko muzisigura nabi basha murondere umupsychologue abizi abisigure neza

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 22 วันที่ผ่านมา +2

    Noba proposa gutumira psychologue iciba 2 ème partie...on risque de prendre au sérieux ce que vous avez dit...

  • @nenegash24
    @nenegash24 26 วันที่ผ่านมา +2

    Merci hosy dada nari ndamukumbuye ndi muba mugusavye

    • @user-nj9vy2pb2m
      @user-nj9vy2pb2m 26 วันที่ผ่านมา

      Hosy usa nez vrt urandyoher❤❤

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 25 วันที่ผ่านมา

    kandi pore sana wakize kandi
    karibu kandi nari ndabakumbuye pe🙏🏾🙏🏾❤️

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia 22 วันที่ผ่านมา

    Uyu Dada yahora he???
    Jewe namuheruka keeera! Twari tumukumbuye😊

  • @benignedushime2288
    @benignedushime2288 26 วันที่ผ่านมา

    Dada twari tugukumbuye shaaa
    Uzoze urasimba uturamutsa vrmnt

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 15 วันที่ผ่านมา

    Darlène kumenga uratwite burya naho muba muza mutubwira ngo muri divorcé namwe ndabona hariho ukuntu muba mwigenza nabi kabisa.amakosa namwe muba muyafise.

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 24 วันที่ผ่านมา

    Eka mwarikuja k'umuramutsa mureke kumbeshq ariko ndabakunda disi❤😊😂😅

  • @GratiaNkurunziza
    @GratiaNkurunziza 25 วันที่ผ่านมา +1

    Co host co host co host dada 😍😍😍

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o 25 วันที่ผ่านมา

    Dada karibu twari tugukumbuye kuri TV yacu❤❤❤

  • @VianneyButoyi-ug5ki
    @VianneyButoyi-ug5ki 26 วันที่ผ่านมา

    We Darlene wew reo mur lenox bakwirukany wagaruts aho naho vyans ndk😂

  • @Hakybara4
    @Hakybara4 26 วันที่ผ่านมา +1

    Co host shan wadawa😂😂😂😂😂😂😂

  • @CubahiroBoris
    @CubahiroBoris 23 วันที่ผ่านมา +2

    Darlene yagarutse ,bagigi yagiyehe

    • @kimana8818
      @kimana8818 19 วันที่ผ่านมา

      Bagigi ari mukiriri

  • @olgainakamana8607
    @olgainakamana8607 18 วันที่ผ่านมา

    You girls are Amazing 🥰🫶 keep good Job 🙏

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 26 วันที่ผ่านมา

    Dada 😀 wow wow😊 nice to see u Dada 😊where u been Dada 😮 Dada she back 😮 your friends said to us u working in Gitega! Outside Bujumbura 🇧🇮🫵🏿 any way 😊 nice to see u Ms Dada 😊u are back with your friends 😊tuna furahi kuona Dada. Na friends wake. It's nice to see u Dada 😊 take care my people's 😍👊🏿🫵🏿🇧🇮

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq 26 วันที่ผ่านมา

    Yooo Dada shaa yambiii inkumbu nyinshi vrt warukumbuw muratesa basha

  • @clarissentirandekura
    @clarissentirandekura 26 วันที่ผ่านมา

    J ndum intro yuzuye p Umv j ndavygumizak ndanabvuz nsigara mbabay😢😢😅gus vynse rwose ndondera pap wnj nkabura nandik ndira nkca nduhuka

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 26 วันที่ผ่านมา

    Darlène bite uguwe neza?karibu knd ,Hosy pol sana mwiza nagira nguri mumyiteguro y,Inkerebutsi day.ariko rero uraberewe mumaso,ikiganiro kiratesa nditoye ahondi mr6 sana muratesa bz

  • @iddypasteurnshimirimana1263
    @iddypasteurnshimirimana1263 24 วันที่ผ่านมา

    Dada kabis, de retour 🔥🔥

  • @edissa9747
    @edissa9747 26 วันที่ผ่านมา

    Co host cane rwose. Twari dukumbuye conlusion yiwe.

  • @tumukundescheilla580
    @tumukundescheilla580 26 วันที่ผ่านมา +1

    Co host co host dada ❤❤

  • @nahimanajadot
    @nahimanajadot 8 วันที่ผ่านมา

    Darlène shaa 😊

  • @laurettebernisseiradukunda2828
    @laurettebernisseiradukunda2828 23 วันที่ผ่านมา

    J aimerais être présente muri ino emission c’est vrt tres intéressant muri société

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 25 วันที่ผ่านมา

    karibu kandi Darlene twari tungukumbuye pe

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 26 วันที่ผ่านมา +1

    Woooooow dada yagarutse welcome

  • @deliciaingabire8371
    @deliciaingabire8371 23 วันที่ผ่านมา

    Dacia aratesaa ukuntu yambaye no mu mutwe aussi 🔥🔥

  • @GrettaAkiduhaye
    @GrettaAkiduhaye 25 วันที่ผ่านมา

    Waooo dada shaa karibu narinkukumbuy yooo

  • @madinanoor2505
    @madinanoor2505 23 วันที่ผ่านมา

    Dada wlcm twari tugukumbuy cyane

  • @ZEDNEWS-o9w
    @ZEDNEWS-o9w 26 วันที่ผ่านมา

    Yoooooo! Imana ishimwe kuba warakize

  • @josendayizanie7306
    @josendayizanie7306 25 วันที่ผ่านมา +1

    Co-host
    Co-host
    Co-host Darlene 🎉🎉🎉🎉

  • @AliceIrakoze-nb9rg
    @AliceIrakoze-nb9rg 25 วันที่ผ่านมา

    Yambu Dadaaaa, twari tugukumbuye

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 24 วันที่ผ่านมา

    Dada yambu mwiza,twari tugukumbuy

  • @user-xw3mk6jk3b
    @user-xw3mk6jk3b 26 วันที่ผ่านมา +1

    Hosy imisuhuko sha turagukunda cane na Dacia Nikita umushitsi nawe turamuhaye ikaze na karibu Darlene twaheruka kumubona kera

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 26 วันที่ผ่านมา

    Nanje ndi Introvertie
    Mfise amahoro menshi mu mutima wanje 🙏🏿

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 25 วันที่ผ่านมา +1

    Co Host
    Co Host
    Co hooooooooooooost

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 24 วันที่ผ่านมา

    Hosy ugum wibra kezaaa❤❤

  • @Nalomie
    @Nalomie 25 วันที่ผ่านมา

    I NEEDED A SEAT THERE😭😭

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 24 วันที่ผ่านมา

    Munyuzezeko yobagarutse ndamukunda cane disi

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 26 วันที่ผ่านมา

    Turabakunda cane beza bacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 26 วันที่ผ่านมา +2

    Cohosti

  • @chadiaakimana5465
    @chadiaakimana5465 26 วันที่ผ่านมา

    Hello Dacia
    Ama bague nkayawe umuntu yoyakura he?
    Merci.

  • @deliciaizere9825
    @deliciaizere9825 23 วันที่ผ่านมา

    Co-hosts🥳🥳Dada❤️😍

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 26 วันที่ผ่านมา +1

    Ese mugihe umuntu ari introvert ukarageza kuganiriza incuti ziwe za hafi canke abavandimwe na ba scologue ukabona ntaco biri kugufasha muri uwomwanya wokora iki?

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  25 วันที่ผ่านมา

      Sha haba hasigaye ko ubibwira Imana peee

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 25 วันที่ผ่านมา +2

    Jewe mbonye isura ya chr wanje dada, dadaaaaa pls yambiiiiiii ❤😂😂😂😂 dada yambiiiiiiiiiiiiiiiiii jtm b1😂😂❤

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 25 วันที่ผ่านมา

    Oh imisuhuko Hosy ❤

  • @ni-el1537
    @ni-el1537 26 วันที่ผ่านมา

    Dada😍.. warukumbuwe ❤️❤️

  • @Nestor800
    @Nestor800 26 วันที่ผ่านมา

    Hosy ubikora neza ❤️ ❤️ 🙏 🙏

  • @Christa-MireilleIrakoze
    @Christa-MireilleIrakoze 26 วันที่ผ่านมา

    Dadaaaa karibuuu gosee nukurii aragaruka

  • @user-tj3ys8ll4o
    @user-tj3ys8ll4o 26 วันที่ผ่านมา +4

    Jew rero ikint mez tumaz kumenyerana cane nd extraverti kuk ndakwisanzurak cane kind naco ndakund cane kumviriza cane abant bafise ikibazo Arik ntibambaz ivyiwanje

    • @CongeraClaudine
      @CongeraClaudine 26 วันที่ผ่านมา

      Hosy pole Sana kandi félicitation wangu kuko n'ubwo bibi vyakubayeko navyiza vyaraje.

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx 24 วันที่ผ่านมา

    Ayo ma termes iyo muyadushirira mu Kirundi vyaba vyiza

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 25 วันที่ผ่านมา +2

    co host
    co host

  • @havyarimanakanykarlie5200
    @havyarimanakanykarlie5200 22 วันที่ผ่านมา

    Dada yarakumbuwe

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 25 วันที่ผ่านมา

    Jew ndi vyose😂😂😂😢😢

  • @user-jq7yo3ly4f
    @user-jq7yo3ly4f 26 วันที่ผ่านมา +1

    Dadaaaaaaa

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 24 วันที่ผ่านมา

    Woow Dada yaje😊❤😊❤

  • @Christa-MireilleIrakoze
    @Christa-MireilleIrakoze 26 วันที่ผ่านมา +2

    co host co host co host

  • @silvergirls00
    @silvergirls00 24 วันที่ผ่านมา

    Nahayo 🫂🫂🫂🫂🫂 co-host co-host co-host co-host co-host co-host co-host co-host 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥nar ngukumbuye

  • @evelynekaneza
    @evelynekaneza 25 วันที่ผ่านมา +1

    Turakwakirite

  • @NishimikijimanaBelyse
    @NishimikijimanaBelyse 26 วันที่ผ่านมา

    Hosy uraberewe mumutwe sha kandi imisuhuko

  • @mugishajoyeuse6538
    @mugishajoyeuse6538 26 วันที่ผ่านมา

    Imisuhuko sha Hosy!!

  • @pascalinensengumuremye4642
    @pascalinensengumuremye4642 26 วันที่ผ่านมา

    Yooooo muramvuze umu ambi

  • @gloriangenzebuhoro8895
    @gloriangenzebuhoro8895 22 วันที่ผ่านมา

    Dada yampiii abandi yambu

  • @inagwen8086
    @inagwen8086 26 วันที่ผ่านมา

    Dada wacu yambiiiii😘😘😘

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 26 วันที่ผ่านมา

    Maman siren vibes❤❤❤

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 24 วันที่ผ่านมา

    Dada warukumbuw❤❤

  • @user-jh6pl3yz1p
    @user-jh6pl3yz1p 25 วันที่ผ่านมา +1

    Co-host

  • @KuwakuMalumba6895
    @KuwakuMalumba6895 26 วันที่ผ่านมา

    Dada tuna furahi kona. Unarudi mu show😊 welcome Dada😊 vipi igine kazi😊 iko sawa😊 welcome again Dada😊

  • @MANIRAKIZAJeanPaul-h7d
    @MANIRAKIZAJeanPaul-h7d 25 วันที่ผ่านมา +2

    Vous parlez de la Psychologie alors que n'êtes pas des Psychologues mais quand même vous avez essayé🤭🤭🤭

  • @nadinenathan8257
    @nadinenathan8257 26 วันที่ผ่านมา

    Dada wa kera ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @mugishajoyeuse6538
    @mugishajoyeuse6538 26 วันที่ผ่านมา

    Nari ndabakumbuye

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 26 วันที่ผ่านมา

    Yoooo Dada karibu

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 25 วันที่ผ่านมา

    Dadaaaa ❤❤❤❤🫶🏾🫶🏾🤗🤗🤗🤗🫂🫂🫂🫂

  • @user-kf4gv9lx9f
    @user-kf4gv9lx9f 21 วันที่ผ่านมา

    Co Host
    Co Host
    Co Host

  • @ZEDNEWS-o9w
    @ZEDNEWS-o9w 26 วันที่ผ่านมา

    Turabakunda hano muRwanda