ABARUNDI BANSABA KURONGORWA|Nabaye MISS i BURUNDI🤗Guterwa inda n'abamwibazaho|Mow Kanzie YIREKUYE😅

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 346

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv 2 ปีที่แล้ว +117

    Mow wacu diiii😍😍😍🥰🥰 nyaruka muhira uzosanga natwe twarugurutse😂❤️ Chita wakoze kutwakirira neza umukobwa🥰❤️

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  2 ปีที่แล้ว +12

      Thank you HOSY 😇🤙 God Bless 🇷🇼🇧🇮❤️

    • @shalomlove3757
      @shalomlove3757 2 ปีที่แล้ว +2

      Hosy na ww turakurindiriye vraiment

    • @yvesuwizeyimana4543
      @yvesuwizeyimana4543 2 ปีที่แล้ว +2

      🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @yvesuwizeyimana4543
      @yvesuwizeyimana4543 2 ปีที่แล้ว

      🔥🔥🔥🔥

    • @ncarwatsi
      @ncarwatsi 2 ปีที่แล้ว

      Sha abantu bafunze olegue ubwo bazopfa bugurutse Koko🤗🤗🤥

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 2 ปีที่แล้ว +59

    Abavuye kwa yago n'a B Face muza hano mukahasanga Mokn zi mushireho liké hano ndabona Kigari murayiturira uyumunsi

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 2 ปีที่แล้ว +24

    Burundi and Rwanda we're one family love you Chita from 🇧🇮🇿🇲

  • @jeanclaudenkurunziza216
    @jeanclaudenkurunziza216 2 ปีที่แล้ว +10

    Abarundikazi bafise indero sibijambo vyose apfa kuvuga Monna komera turagukunda abarundi wakoz kutatumaramaza

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 ปีที่แล้ว +26

    Monna uratesa,u did it well 👌t'as bien représenté ton pays 🇧🇮, hejur Can SH🙌😍

  • @shalomlove3757
    @shalomlove3757 2 ปีที่แล้ว +6

    Chita uri Umukristu mwiza, ntitujya tukumva mu matiku, uduhuza n'abarundi n'abanyamulenge. Ushyigikira abakinnyi ba filime, ikirenze kandi ufata umwanya ugakora research ugategura. Imana Ikomeze Iture mu mutima wawe kandi Yagure ibikorwa byawe

  • @jeanneniyigena8222
    @jeanneniyigena8222 2 ปีที่แล้ว +4

    Nkunze uko witizera: nta mucuti wawe ugutwara umugabo, aba ashatse kugenda! I love it, iyaba abakobwa bose batekereza nkawe rwagira amahoro.

  • @lucnelvsl1103
    @lucnelvsl1103 2 ปีที่แล้ว +84

    Who else believe that Kirundi language is the original version of Kinyarwanda language ?

    • @ingabiredorcas4800
      @ingabiredorcas4800 2 ปีที่แล้ว +16

      naba teacher b'ikinyarwanda baravuga ko ikinyarwanda cyavuye mu kirundi

    • @carlosnyayo7223
      @carlosnyayo7223 2 ปีที่แล้ว +8

      abanyarwanda bavuga ikinyarwanda gisobanutse kijya kwegera i kirundi

    • @pacifiquembonwanayo1066
      @pacifiquembonwanayo1066 2 ปีที่แล้ว +3

      Me,i do believe it.

    • @chrishenrwagasore8908
      @chrishenrwagasore8908 2 ปีที่แล้ว +11

      UMUNYARWAND'UMWE NIWE YAMBWIYE KO IKIRUNDI ARI IKINYARWANDA GIKOSOYE.Kirundi is a good Kinyarwanda.

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 2 ปีที่แล้ว +4

      @@chrishenrwagasore8908 ahubwo ababizi neza cyane bakubwira ko ikinyarwanda ari kamwe mufushami twikirundi kuko ikirundi kiragutse cyane kandi kirugurutse mumagambo yose.

  • @Carine.Nezerwe
    @Carine.Nezerwe 2 ปีที่แล้ว +3

    Bravo Monna,ndakunze ingene wishuye ibibazo vyari bitey'isoni...ariko ukagumana urupfasoni!!!So proud of you 🤗👌
    @chita,tu as exagéré muri questions zawe...mbona bimeze ukuntu!!!

  • @lbm3234
    @lbm3234 2 ปีที่แล้ว +4

    Kudos to Mo'W Kanzie kuko elle a gardé son calme n'ikinyabupfura malgré ibibazo by'amafuti bimwe na bimwe wabubajije

  • @belindabg963
    @belindabg963 2 ปีที่แล้ว +12

    Welcome to kigali Mona Walda wacu .Love from Rwanda 🇷🇼, Burundi 🇧🇮 & USA 🇺🇸

  • @gygygyslaine4712
    @gygygyslaine4712 2 ปีที่แล้ว +7

    Waooo Mona wacu disi❤️Chita ntuziko tugukunda mugarukane na B-Face😍🔥🔥

  • @yvettedusabe547
    @yvettedusabe547 2 ปีที่แล้ว +5

    Courage Monna wacuuu uri mwiza, uvuga neza kandi uriyubaha, Chita yakoze kukwakira turagukunda kandi tu es très intelligente

  • @mugangarichard6751
    @mugangarichard6751 2 ปีที่แล้ว +12

    Mow weee urigukoresha icongereza cinshi vuga ikirundi chita umucange🤣🤣🤣

  • @mukesicatrine2744
    @mukesicatrine2744 2 ปีที่แล้ว +10

    Mona keza kari intelligente vraiment ntutumaramaje 👍!! Nindimi urabemeje english na french na chita vyamucanze😆

  • @jeanneniyigena8222
    @jeanneniyigena8222 2 ปีที่แล้ว +8

    Ndagukunze kuba uzi urukimi rwawe. Ibyo mu Rwanda byitwaga amasaku: inkoko, innkooooko. Ukoubivuga bituma imenya ibyo aribyo! Uru muto mais uzi urulimi rwawe namategeko yarwo. Congeatulations!

    • @daniellagatavu7026
      @daniellagatavu7026 2 ปีที่แล้ว +1

      Ikirenze ho ,elle est éduquée ,avuga atuje murupfasoni rwinshi,si simbarubebe

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 2 ปีที่แล้ว +2

    Monna yagize indero nyishi kur iyi vidéo kwakundi nyene twar dusanzwe tumuzi vrm yaduteye iteka yavuze ikirundi ciza anglais number one asa neza vrm vyose vyari top

  • @albi9968
    @albi9968 2 ปีที่แล้ว +3

    Tworeka kumukunda gute 😋 kandi ariwe dufise i love you more Mow 🤍🤍🇧🇮

  • @Nkubito23
    @Nkubito23 2 ปีที่แล้ว +8

    Don’t make people uncomfortable by asking them ibishegu, abanyarwanda mumitwe nubushizi bwisoni birakabije and you are married a guy you don’t have to ask utubazo dutuma aba client bawe baba uncomfortable, ubiharire Samusure

    • @manchris2020
      @manchris2020 2 ปีที่แล้ว +2

      Exactly what I was thinking too. I was a bit uncomfortable nibibazo.m, you could see the guest ntabwo yabikunze. Usually ibishegu it’s okay ariko mumwanya wabyo. Aha ntabwo byari necessary.

  • @kagaswifey2960
    @kagaswifey2960 2 ปีที่แล้ว +4

    I like her 🥰 Chita thank you for showing her up here

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 2 ปีที่แล้ว +8

    Mona is cool, intelligent, lovely, and most of all she's got a great sense of humour! Komeza utere imbere mukobwa mwiza!

  • @philoscoco
    @philoscoco 2 ปีที่แล้ว +2

    Amazing smart minds #Chita & #Kanzie
    Looked perfect

  • @honnetenduwayo6335
    @honnetenduwayo6335 2 ปีที่แล้ว +2

    Waouuh vyiza cne uzi kwishura Mow love one😘

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 2 ปีที่แล้ว +1

    mona kirazi ubwenge wee nkunze ukunt asiguye "Mugabo" ku buryo bwumvikana kand mu kanya gato👏👏👏👏👏👏👏

  • @mamarichard9568
    @mamarichard9568 2 ปีที่แล้ว +9

    Chitaa turagukunda ukuntu utwereka urukundo 🇧🇮🙏

  • @willermemukeshimana1682
    @willermemukeshimana1682 2 ปีที่แล้ว +9

    our girl is so cute, clever,..and lovely! big up

  • @donnar3790
    @donnar3790 2 ปีที่แล้ว +5

    Our own Mona 🥰🥰🥰🥰🇧🇮, la raffinée💯 , Chita wakoze kumwakira umukobwa wacu

  • @inesirankunda7265
    @inesirankunda7265 2 ปีที่แล้ว +3

    Monna turakwikundra❤ ur mubarundikazi bugurutse mu mutwe 🇧🇮so Chita uratuzanira B-Face nawe🙏🙏

  • @Alntho
    @Alntho 2 ปีที่แล้ว +3

    So cool and intelligent we are proud of you

  • @inezajoselyne631
    @inezajoselyne631 2 ปีที่แล้ว +1

    Waaaaaaw beautiful girl, she is open minded also.

  • @agacirotvburundi7403
    @agacirotvburundi7403 2 ปีที่แล้ว +9

    Monna wacu😘😘Icambere nkunze n'uk'uri wewe utahindutse.keep shinning disi

  • @btv254show1
    @btv254show1 2 ปีที่แล้ว +5

    Monna welcome home Kigali 🇷🇼🇷🇼 turakwemera sana

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye8278 2 ปีที่แล้ว +4

    Momo ndagushigikiye ntamuntu akuze batwara niwe abashaka kugenda love u ma belle cherie🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 11 หลายเดือนก่อน

    Uburundi🇧🇮twicaye k'ubuhiye. Thanks sister Momo

  • @mukesicatrine2744
    @mukesicatrine2744 2 ปีที่แล้ว +2

    Chita shirako Link yiwe nkuko wavyemeye please !! Wahora uri serieux ntubeshe

  • @godwin4040
    @godwin4040 2 ปีที่แล้ว +3

    Monaa niwe mudemu wambere nkunda Burundi muba Star ni keuzaaa sanaa❤🇧🇮

  • @janettebella8026
    @janettebella8026 2 ปีที่แล้ว +8

    Why do we love her?? She’s the only person that presents our country well🇧🇮 Mow urakundwa iwanyu kuko uri uw’IWacu

  • @divinenduwayo2162
    @divinenduwayo2162 2 ปีที่แล้ว +3

    Mona wacu hejuru caaane merci bcp chita we love u from burundi

  • @julesjabil8074
    @julesjabil8074 2 ปีที่แล้ว +10

    Monna wacu hejuru cane we love you more😘🥰🇧🇮

  • @hanifabintissah3292
    @hanifabintissah3292 2 ปีที่แล้ว +3

    I like this interview 😍😍😍 from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @naurettensengiyumva6861
    @naurettensengiyumva6861 2 ปีที่แล้ว +7

    Monna asa na Bianca baby

  • @clarissemanzi9733
    @clarissemanzi9733 2 ปีที่แล้ว +4

    Ooh my God
    Wakoze kumutuzanira ndamukunda!🥰

  • @frankellamuhanuzi5066
    @frankellamuhanuzi5066 2 ปีที่แล้ว +1

    Monna Igituma abarundi tugukunda nuko wugurutse dis uyaga neza ntiwipanika🥰🥰🥰

  • @merchiorkarenzo4793
    @merchiorkarenzo4793 2 ปีที่แล้ว +1

    Mona vraiment urumwana mwiza non stress 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 ปีที่แล้ว +5

    Chita turakeneye b face kuri chita magic peee we love u🇧🇮❤

  • @nzizajovinpaul4955
    @nzizajovinpaul4955 2 ปีที่แล้ว +6

    Ruanda - urundi one people one language" Peace and love forever ✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️❤️❤️❤️❤️

  • @الحمدلله-ص2ب2خ
    @الحمدلله-ص2ب2خ 2 ปีที่แล้ว +3

    Mona mama wubahwe abarundi turagukunda caaaane

  • @jeanneniyigena8222
    @jeanneniyigena8222 2 ปีที่แล้ว +3

    Yes , be yourself! I love it , I love it!!! I am proud of you!!

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official 2 ปีที่แล้ว +7

    🇧🇮🇧🇮 Represent, Mow Kanzie ❤️

  • @MohammedMohammed-fv6sy
    @MohammedMohammed-fv6sy 2 ปีที่แล้ว +1

    Reka witwengere shahu mana wifitiye namenyo yera icombwiricukoresha mukuyoza

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 2 ปีที่แล้ว +2

    Nda gukunda mukobwa wacu Mona ndakwikundira mwiza wacu ndakunze ukuntu utahinduye urimi nka monia

  • @m.jeanpaul3603
    @m.jeanpaul3603 2 ปีที่แล้ว +3

    Abarundikazi ni bonne kabisa,ikirundi ni romantique cyane iyo kivugwa ni abakobwa ( abigeme )

  • @fidiakushi4542
    @fidiakushi4542 2 ปีที่แล้ว +2

    Waoh sha urimwiza kweli Monna ntasanzwe kweli❤😍😍

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 2 ปีที่แล้ว +3

    Mona uruwambere ndagukunda ❤️💞🇸🇦🇧🇮

  • @gustave2ful
    @gustave2ful 2 ปีที่แล้ว +4

    Love from Congo lubumbashi 🇨🇩

  • @kalisaeu68
    @kalisaeu68 2 ปีที่แล้ว

    Cita jyugerageza urek3 kubaza umuntu kugiti cye birabangama plz

  • @ElianeMunezero-z9b
    @ElianeMunezero-z9b 8 หลายเดือนก่อน

    Ndakunda ivyiyumviro vyaw Mona ,ww ndakwemera saana

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi 2 ปีที่แล้ว +2

    Yaaaagaaaaa 🇧🇮🇧🇮 akagakobwa nihatari nkeee 🤗🤗🤗🥰🥰🥰

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok 9 หลายเดือนก่อน

    Apart from being beautiful, Monia Fleur is very intelligent.
    Vive le Burundi notre patrie

  • @pieeloinishimwe7923
    @pieeloinishimwe7923 2 ปีที่แล้ว +3

    We proud of you Mow Kanzie......💯

  • @jeanpaulb6909
    @jeanpaulb6909 2 ปีที่แล้ว +8

    Guyz abarundikazi bavuga neza sana

    • @mariejeanne4958
      @mariejeanne4958 2 ปีที่แล้ว +2

      Niko twabaye😁😁🤭🤓

    • @jeanpaulb6909
      @jeanpaulb6909 2 ปีที่แล้ว +1

      Jane nawe urabizi KO muvuga neza ?? Hari ukuntu ikirundi kiryoha iyo kivuzwe n'umukobwa ukuntu hhh

    • @jeanpaulb6909
      @jeanpaulb6909 2 ปีที่แล้ว

      Jane nawe urabizi KO muvuga neza ?? Hari ukuntu ikirundi kiryoha iyo kivuzwe n'umukobwa ukuntu hhh

    • @teginezamilca2472
      @teginezamilca2472 2 ปีที่แล้ว +1

      Caneeee😍

    • @delacycy
      @delacycy 2 ปีที่แล้ว +1

      Caaane 🥰🥰

  • @rustambuk8311
    @rustambuk8311 2 ปีที่แล้ว +25

    Thank you Chita for support our Burundi 🇧🇮💯

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  2 ปีที่แล้ว +1

      ONE LOVE ❤️❤️❤️ 🇷🇼🇧🇮

    • @rustambuk8311
      @rustambuk8311 2 ปีที่แล้ว

      @@CHiTAMAGIC7 umuntu ashaka kumutwikira Gusa Ari buja Kandi n movie turiko turakora vyagenda gute💙♥️

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  2 ปีที่แล้ว

      Andikira WhatsApp +250739200401

  • @meddynivyimana2970
    @meddynivyimana2970 2 ปีที่แล้ว

    Monna tu es belle vraiment.
    Kandi ndagushigikiye Kuri tes principes de la vie.
    Il faut être toi mm au lieu de vivre dans la dépendance d'autrui

  • @adelinadn2628
    @adelinadn2628 2 ปีที่แล้ว +5

    @Wonna karaciy ubwenge sha, @Chita imitego yawe ntishbora kumufata😅🇧🇮🇧🇮

  • @utamurizaariane1735
    @utamurizaariane1735 2 ปีที่แล้ว +3

    CHITA arikuvugisha ibishegu umushyitsi koko?! 🤣

  • @eddyrosekaza7922
    @eddyrosekaza7922 2 ปีที่แล้ว +1

    Abarundi oyeeeeee!!!!! voilà komera bantu bacu

  • @shalomlove3757
    @shalomlove3757 2 ปีที่แล้ว +4

    Wow Mona yaje i Kigali?? 🔥...ndamwibuka abyina mi casa ya Christopher nizere ko bazakora collabo

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 2 ปีที่แล้ว +2

    Burundi love

  • @jeanpaulb6909
    @jeanpaulb6909 2 ปีที่แล้ว +4

    Nwy abarundi n'abanyarwanda turi bamwe cyane

  • @semuganzabicusulaiman2353
    @semuganzabicusulaiman2353 2 ปีที่แล้ว +1

    Ibyo vyose uvuze ngo abanyarwandakazi ngo baregeranye mumaso cane hariho abarundikazi benshi cane bafise mumaso hegeranye hakabaho nabanyarwandakazi benshi cane bafise mumaso hanini pee urumva rero bose kimwe.

  • @gapitadenis3542
    @gapitadenis3542 2 ปีที่แล้ว +5

    uyumurundikazi afite umwenge kandi azicakora bazamuhe ubuyobozi

    • @vianneyndizeye8714
      @vianneyndizeye8714 2 ปีที่แล้ว

      Hari beshi caaane babumurusha bro... Welcome +257 uzobibona

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 ปีที่แล้ว +6

    Mbay uwakabir abaz musige twatunth

  • @Widetech250
    @Widetech250 2 ปีที่แล้ว +2

    Wamubeshye nta link washyizeho!

  • @globalconsultingandsocialb3676
    @globalconsultingandsocialb3676 2 ปีที่แล้ว

    Mow Kenzie,bigishe utwatuzo naho tutoroshe.

  • @carlosnyayo7223
    @carlosnyayo7223 2 ปีที่แล้ว +2

    very sharp beautiful umuturanyi wacu

  • @erichakizimana5185
    @erichakizimana5185 2 ปีที่แล้ว +2

    my artiste love from 🇧🇮🇧🇮

  • @erica9758
    @erica9758 2 ปีที่แล้ว +3

    Aka kana ndakemera harahantu yavuze aka week end keza gatovye

  • @thierryirakinga1463
    @thierryirakinga1463 2 ปีที่แล้ว +4

    😆😆😆 Chitaaa Mona yagu challenginz the girl she's very serious

  • @julesakimana7839
    @julesakimana7839 2 ปีที่แล้ว +3

    Love from Buja Burundi🇧🇮

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 2 ปีที่แล้ว +4

    Nkunda uyu mudada kubi❤❤❤

  • @gracecishahayo8819
    @gracecishahayo8819 2 ปีที่แล้ว

    Chita ndakunda ukuntu ugerageza ukavuga ikirundi neza na Monna hejuru cane yagumye kururimi gwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ntiyabaye nka babandi ntiriwe ndavuga

  • @samuelnsengiyumva726
    @samuelnsengiyumva726 2 ปีที่แล้ว +1

    Uyu mukobwa rwose aravangavanga indimi ikiganiro kikabiha pee

  • @KevineNijimbere
    @KevineNijimbere 11 หลายเดือนก่อน

    Chita ❤❤❤❤😂uradukunda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @bertrandhobayo7197
    @bertrandhobayo7197 2 ปีที่แล้ว +1

    Wakoze gutumira icabwenge yacu 🇧🇮

  • @fabiolafafa9134
    @fabiolafafa9134 2 ปีที่แล้ว +2

    My Mona tu es très belle 🥰❤💪 jt'aime tant 😘😘🇧🇮

  • @aniceaga5353
    @aniceaga5353 2 ปีที่แล้ว +3

    Mow uri umuntu wacu kakisa. tu es ce que moi je qualifie d'une femme moderne.

    • @aniceaga5353
      @aniceaga5353 2 ปีที่แล้ว

      Mona c'est la diveristé qui fait l'harmonie de la terre... bakurek ubeho shaaaa.....

  • @joelndiku9431
    @joelndiku9431 2 ปีที่แล้ว +2

    Love from burundi

  • @mustaphaclaude8110
    @mustaphaclaude8110 2 ปีที่แล้ว +1

    Yuba ubizi ntiwarikuvugako ikinyarwanda gikomeye.kirihasicane yikirundi.kkwenda nne nukuvuga iki??mwarapararanganye.bavuga kurondera.

  • @delistonzagga
    @delistonzagga 2 ปีที่แล้ว +3

    She’s the best 🇧🇮

  • @francoiseinamahoro5808
    @francoiseinamahoro5808 2 ปีที่แล้ว +2

    What a beautiful girl💖🥰

  • @jean-mariekabalisa3733
    @jean-mariekabalisa3733 2 ปีที่แล้ว +2

    China reka gutukana, wenda mu kirundi ni canke, uriko uratukana mu kirundi " wenda" wenda nde? Olala

  • @nickrebstein4559
    @nickrebstein4559 ปีที่แล้ว

    Ni umukobwa mugabo nakunda ijwi ryawe ndu umurundi nkawee

  • @igiranezakevin5644
    @igiranezakevin5644 2 ปีที่แล้ว +1

    Uzotuzanire juno kizigenza et ariel wayz

  • @maeli6300
    @maeli6300 2 ปีที่แล้ว +4

    Love from Burundi 🇧🇮

  • @MMSTVBurundi
    @MMSTVBurundi 2 ปีที่แล้ว +1

    Numukobwa azi. Ico ashaka courage Mo

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine5468 2 ปีที่แล้ว

    Ndagukunda Mona urumwana mwiza kandi uciye ubwenge uciye bugufi uzogera kure chita uratuzanira Natacha nawe

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 8 หลายเดือนก่อน

    MONA NDAGUKUNSA UVUGA NEZA,GENRE URACIYEYUBWENGE

  • @ayisha2671
    @ayisha2671 2 ปีที่แล้ว

    Sha monna ndagukunda vraiment

  • @ennymuhimpundu3121
    @ennymuhimpundu3121 2 ปีที่แล้ว +4

    B Face na Monna mu Rwanda hahaha twitege ikintu🔥🔥🔥🔥

  • @emeryshalom7067
    @emeryshalom7067 2 ปีที่แล้ว +1

    Rutwitsi wi Burundi yashitse murwanda