ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Shha ndakuneguye.usohoye. ikiganiro.arukwafuye sibyiza😊
Aheza nimwijuru Saïd brazz Iman ikoroherez
Rest IN Peace Gusabirababaje candi biratangaje!Raba ukuntu Imana yamuzungurukije mubihugu vyishi ariko wewe atabizi canke imushiramwo kwiyumvamwo kwisubirira mugihugu yavukiyemwo kumbe Imana yo yarabona kovyozobavyiza arangirije ubuzima ahoyavukiye!(RIP)
👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮
Composition yiwe ntiyari yoroshe Kabisa. R. I. P legend!
Gayere..😢😢.urabona.ivyutwibukije.😢😢😢.nogufata😢😢😢
Ukwo n'ukwuri Imana imuhezagire
Noe ngaho ugiz iki vrt😢😢gushirako ikiganiro yamaz kwigira😢kandi aho usanga hahez igih agikoz har nibindi vyakozw inyuma yiw mukabiposta ariko kwapfuy niho mubony mwogishirako😢ariko abarundi turakunda agapfuy nukuri😭😭
Hewe aho rero wombwira k ico kiganiro atigez agipostinga ngira ni gishasha aho usang ari vuba
Nivyo nanj nariko nvuga kiragaragara ko haciy nukwezi agikoz ariko kubera kumukengera ntiyagisizeko ariko kubera atakiriho atanguy kukivyaza umusaruro atakibibona basi naw aryoherw abarundi Imana itubabarire tu
Hubwo ndumiwe kimaze nkukwezi kuko ibigori vyarumvye
Gael arafise ikibazo cogu posta ikiganiro kimaze iminsi gikozwe
Indeed we belong to Allah, and indeed to Him we will return 💔we will miss you Oncle 😢
Really sorry dear
Imana imwakire mubwami bwayo 😥
back to your wise words LEGEND, keep resting in peace 💔
Inalillah wainailah rajiun 😭😭💔💔💔
Igihe ni kinini tukubuze arko tucyakwibuka Blaza nari umufana wawe kuva kera nkiri muto.kuva 2003.ndi mu Rwanda
😢😢😢Intwari Izotwama kumutima....R.l.p
Still in our heart💔😢
Uyumu vieux yari yafashije uBurundi CN gose Kandi Leta ntiyigeze imufasha kandi sivyiz vraiment
Yesss
Nones umugore wiwe arihehe
NUKURI mukubito muru sarisha mwari mubiki ko mwatevye guposta ikiginiro ciwe wenda yari kwiyunva akanaryoherwa aho yari kuba MUKUBITO mwikeuke
Imana impaire mu bwami bwayo adusigiye inkebuzo
Rip mutama
Rip saidi Braz
R.I.P Saidi Brazza UMUKUBITO wubahwe
Niwiruhukire imana ikworohereze iyowibereye
Uburundi turabuze umwanditsi w'indirimbo z'ibihe vyos🙌 Yamara vyar kuba vyiza cane iyo mugishirako kare akibona🙏😭 Ariko Umukubito mwubahw kur support kumusanga kugatumba nabwo n ubutwari👍 Arik ico nizer nuko kino kiganiro kitoba catebye kujako kubushake bwanyu kuk ivyuma haraho bidasezerana😎 🙌 Muhezagirwe🙌#WeGotThat👁
R.I.P saïd braza
Ewe justin sh muratwenz pee🤔🤔🤔 gu posta ikiganiro kumuntu ubony ko apfuye bimaze iki kuri Brazza?
Aho warigupfuma ukireka bro gusa umenyeko yagiye abonyeko wamukengererye ark mube mwihanura
Imitima mibi bafise ntanisoni ga Gaëlle ariw twahora twizey ?Imana irababona basha 😭😭😭💔💔💔
Uzahore wibukwa ibihe vyose,
Rip 😢
Kuki ugisizeko ubu bro
Umugabo apfana imigambi nn iyo 6avril ntakundi katayishitseko arko hapfa umuntu ntihapfa ivyiyumviro vyumugabo
Rest in peace rastaman
We nawe ikiganiro ugi postinze nkuwugihari
Stock yubahwe.
Asha abarundi nibakunduwukize kl R.I.p Saidi Braza 💔💔💔💔🕊️🕊️🕊️🕊️
Urasohoye stock Imana ikubabarire turabona wamukunda ico womenya abarundi twaraciye ubwenge mb mubamushinguye cnk bamuravye kumusego urimwo??uyubamwo ntiwakora ibi😭😭😭😭
Nawe ikubabarire kubera uriko uca urubanza utazi contexte.Juste Gael yarakoze kuja i Ngozi kugira iki kiganiro.Nawe uratwereka ibikorwa vyawe
@@kalyka4107 nkaho umushigikiy mumafuti ko yarapfuy ntampamvu yokugi postinga 😢😢😢baberakumenyo gusa 💔😭😭
Kuba waripakije ukamusanga ingozi nurwo n urukundo mutama bagukureko amajambo
Nukuri abarundi turagoye.Uvuze ibintu nariko ndiyumvira.
iman imwakire mubayo😭😭🙏
Shha ndakuneguye.usohoye. ikiganiro.arukwafuye sibyiza😊
Aheza nimwijuru Saïd brazz Iman ikoroherez
Rest IN Peace
Gusabirababaje candi biratangaje!
Raba ukuntu Imana yamuzungurukije mubihugu vyishi ariko wewe atabizi canke imushiramwo kwiyumvamwo kwisubirira mugihugu yavukiyemwo kumbe Imana yo yarabona kovyozobavyiza arangirije ubuzima ahoyavukiye!
(RIP)
👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮
Composition yiwe ntiyari yoroshe Kabisa. R. I. P legend!
Gayere..😢😢.urabona.ivyutwibukije.😢😢😢.nogufata😢😢😢
Ukwo n'ukwuri Imana imuhezagire
Noe ngaho ugiz iki vrt😢😢gushirako ikiganiro yamaz kwigira😢kandi aho usanga hahez igih agikoz har nibindi vyakozw inyuma yiw mukabiposta ariko kwapfuy niho mubony mwogishirako😢ariko abarundi turakunda agapfuy nukuri😭😭
Hewe aho rero wombwira k ico kiganiro atigez agipostinga ngira ni gishasha aho usang ari vuba
Nivyo nanj nariko nvuga kiragaragara ko haciy nukwezi agikoz ariko kubera kumukengera ntiyagisizeko ariko kubera atakiriho atanguy kukivyaza umusaruro atakibibona basi naw aryoherw abarundi Imana itubabarire tu
Hubwo ndumiwe kimaze nkukwezi kuko ibigori vyarumvye
Gael arafise ikibazo cogu posta ikiganiro kimaze iminsi gikozwe
Indeed we belong to Allah, and indeed to Him we will return 💔we will miss you Oncle 😢
Really sorry dear
Imana imwakire mubwami bwayo 😥
back to your wise words LEGEND, keep resting in peace 💔
Inalillah wainailah rajiun 😭😭💔💔💔
Igihe ni kinini tukubuze arko tucyakwibuka Blaza nari umufana wawe kuva kera nkiri muto.kuva 2003.ndi mu Rwanda
😢😢😢Intwari Izotwama kumutima....R.l.p
Still in our heart💔😢
Uyumu vieux yari yafashije uBurundi CN gose Kandi Leta ntiyigeze imufasha kandi sivyiz vraiment
Yesss
Nones umugore wiwe arihehe
NUKURI mukubito muru sarisha mwari mubiki ko mwatevye guposta ikiginiro ciwe wenda yari kwiyunva akanaryoherwa aho yari kuba MUKUBITO mwikeuke
Imana impaire mu bwami bwayo adusigiye inkebuzo
Rip mutama
Rip saidi Braz
R.I.P Saidi Brazza UMUKUBITO wubahwe
Niwiruhukire imana ikworohereze iyowibereye
Uburundi turabuze umwanditsi w'indirimbo z'ibihe vyos🙌 Yamara vyar kuba vyiza cane iyo mugishirako kare akibona🙏😭 Ariko Umukubito mwubahw kur support kumusanga kugatumba nabwo n ubutwari👍 Arik ico nizer nuko kino kiganiro kitoba catebye kujako kubushake bwanyu kuk ivyuma haraho bidasezerana😎 🙌 Muhezagirwe🙌
#WeGotThat👁
R.I.P saïd braza
Ewe justin sh muratwenz pee🤔🤔🤔 gu posta ikiganiro kumuntu ubony ko apfuye bimaze iki kuri Brazza?
Aho warigupfuma ukireka bro gusa umenyeko yagiye abonyeko wamukengererye ark mube mwihanura
Imitima mibi bafise ntanisoni ga Gaëlle ariw twahora twizey ?Imana irababona basha 😭😭😭💔💔💔
Uzahore wibukwa ibihe vyose,
Rip 😢
Kuki ugisizeko ubu bro
Umugabo apfana imigambi nn iyo 6avril ntakundi katayishitseko arko hapfa umuntu ntihapfa ivyiyumviro vyumugabo
Rest in peace rastaman
We nawe ikiganiro ugi postinze nkuwugihari
Stock yubahwe.
Asha abarundi nibakunduwukize kl R.I.p Saidi Braza 💔💔💔💔🕊️🕊️🕊️🕊️
Urasohoye stock Imana ikubabarire turabona wamukunda ico womenya abarundi twaraciye ubwenge mb mubamushinguye cnk bamuravye kumusego urimwo??uyubamwo ntiwakora ibi😭😭😭😭
Nawe ikubabarire kubera uriko uca urubanza utazi contexte.
Juste Gael yarakoze kuja i Ngozi kugira iki kiganiro.
Nawe uratwereka ibikorwa vyawe
@@kalyka4107 nkaho umushigikiy mumafuti ko yarapfuy ntampamvu yokugi postinga 😢😢😢baberakumenyo gusa 💔😭😭
Kuba waripakije ukamusanga ingozi nurwo n urukundo mutama bagukureko amajambo
Nukuri abarundi turagoye.
Uvuze ibintu nariko ndiyumvira.
iman imwakire mubayo😭😭🙏