Igandagurwa rya Melchior Ndadaye kwabaye kunigira mu menshi intwaro rusangi (J.M. Ngendahayo)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 22 พ.ย. 2024
- Igandagurwa ry’umuhisi Melchior Ndadaye ryateguwe n’abansi b’intwaro rusangi, batipfuza ko Uburundi buva mu kaga kubera Ndadaye yari afise imigambi myiza. Bivugwa na Jean Marie Ngendahayo, umwe mu banywanyi b’umugambwe FRODEBU bagendanye n’umuhisi Ndadaye, akaba yabivuze mu gihe hibukwa imyaka 31 iheze agandaguwe mw’ijoro ryo ku wa 21 Gitugutu 1993. Ngendahayo akaba yibutsa ko Ndadaye yashira imbere ukunywanisha Abarundi, gushinga intwaro yubahiriza bose, izira ugukumirana kukizingamitse igihugu kugeza uyu munsi.
Jewe ndakuzi wamye urimvugakuri twarakwumva muvyiyumviro n'amajambo washikiriza
Iyo uvuga umunyacubahiro gerageza werekane ukubaha umuntu niho nivyushikiriza bigirishingiro
L homme dignitaire ❤
🎩
Imfura cyane ❤❤❤❤❤❤❤
Abishe His Excellency NDADAYE nibaza ko aho bari babona bihenze cane vyateye indyane zateje inyuma igihugu, ari zo ngaruka na n'ubu turimwo. Ariko abafise amaso babone ko camaze gucakirwa n'abagumyabanga.
Bamwishe bibaza ngo bamukuye kubutegetsi kumbe bikuye kubutegetsi ibihe bidashira
Ibihe bidashira se wowe uri igihe 😂😂😂😂😂😂
@luizfigo1133 if you don't it forget about it
@@LameckNgaboyou are not God. you don't know what the future holds
@@Elliott1234-z7x the record 💽 you made wil never be forgotten
🎉🎉❤❤
Un vrai démocrate
muri 2008 ahungira USA yarahunze iki?
Sorry Muhozi uyu aremera ko hatsinze amacukuru ( ubwoko bwabahutu ) ,namwarivugira kumugaragaro Atari itsintsi ni catch nukuniga , 1er ministre ,ba ministre ,ba gouverneur, ba chef de zone ,ba musitateur 12:13ect yoooo ntaco ,atakoze kuri intégration ahubwo Buyoya yari mission accomplie yuguha ubutegetsi benewabo ,
Emwe uririra !
Ahubwo ntufis ufis traumatisme psychiatrique, ngo sans échec, ariko mwarahamuts?!
Amaraso mwameny yarabakurikirany muzopfa nabi nicogituma mwarons nigihugu kikabananira gutwara kubera inda ndende mufis nabadayimoni ndaday yabasizemwo they are haunting u!
Iherezo ryanyu niribi ikibazo na Tanzania ntizosubira kubakira!
Iyo approche yawe ni semblable y'a approche y'a PDC kuri Rwagasore... PDC ne voulait pas une indépendance direct, mais progressif... Contrairement à l, idée de Rwagasore (indépendance directe....)
Abishe Umukuru w'Igihugu nabakoze Génocide kubatutsi yakurikiye bose bakwiye kujanwa Imbere y'Ubutungane
Kwica umukuru wigihu nabashikiranganji nababuramatari nabamusitenteri nebenegihugu si genocide????,
Génocide yokumara Abatutsi yari yateguwe na Frodebu imipanga bokereshej mugutema Abatutsi kumitumba yose niyaraye iguzwe iryo joro nyene ibinogo rusangi vyogutamwo abantu vyari vyaribwe ibikoresho vyoguca ibiti bizibira amabarabara ngo Igisoda nikize gutambara vyari vyaraguzwe, ikikwereka ko ihonyabwoko ryari ryarigishijw, nuko n'abatutsi bamwe bamwe bari muri Frodebu nabo uyo musi barishwe
The party actually is like in the uprona in past excellency they use drastique measure to resolved politique matter so nothing in my point point of view is so so sad to Say it but is truth nothing change . 😢😢😢.
Uwo muhutu Yama avuga amahopa ! La démocratie c'est quoi monsieur ?
Ntabwo ari Umuhutu.. Ni umurwanwa... Kandi nta ubwoko bufise le monopole de bonnes idées
😢🙏
Nkaho tutabeshanye usivye ubujuju nuburofa nibikoma biba bibari mubwonko nkaha wavuze iki, wabwiye bande? Ariko muzogira ubwenge ryarikoko?ivyiyumviro nikiganiro biri mukirundi bibwirwa abarundi...nawe ugahuragura amajambo wandika mundimi zinakugora kuko utanazizi abakoloni bagutsindagiye mwo...ewe burundi uraca rwaje indwara nyinshi
😅😅😅😅😮 0:22 😅😅😮😮😮😮😮😮😅😅😅😅😅
Abatutsi bagumana akangonongono
Uyu mugabo arakwiye gufatwa yotanga ivyemezo
Kuberiki afatwa nyamba utazi le Grand Jean Marie Ngendahayo inziraguhemuka ya Muhisi Ndadaye.
Ibinivyo.birikobiraba
Ninkubu uwotsinda CnddFdd yorara apfuye kbr Inzego z'umutekano zose nibo bazitwara
Ndakesera😂😂😂ashaaa weho ntuvuga ukuri ukubitira ikinyoma kumbuga
@@IrakozeJeandedieuruiz-s2s I see tutsis commanders, soldiers in the army , in the police, the administration, the business ( finance , Assurance &banking , import & export, industries..) well controlled by the tutsi elite of Burundi.
If tutsis want to come back to political power , they should have a strong frank alliance with elite hutu. The time tutsis won't be frank and honest , Burundi will be on fire...
@@user-nk3ue2cs4kTustsis make what percentage compared to Hutu and twa population
Désolé Ngendahayo Jean ntanarimwe yigera avugwa abatutsi (1965,1993 ,1988,2003,2015) bishwe mbetse nabaganwa ,Ntare ,Rwagasore ect azoceceke ahore" prostitue political' !!!! ntaho yagushikanye kandi ntaho izogushukana
Ubwo nturiko urabeshera le Chef d, État Major de l, époque ? Hari preuve ufise ? Des propos du genre sizo zatumye bagandagura le chef d, État Major de l, époque ?
Uyu muhutu n’ukumumucira urubanza ABATUTSI yicishije
ahubwo abatutsi ntimuhaha burya mwagandaguye umukuru wigihugu yitorew nabenegihugu mwibaza kobizijana ahu mutagirira umutima na 2015 Mwari musubiye bwabubegito mwibaza kobigishoboka ariko.tesha mute ntapresident twitoreye muzosubira kugandagura
Uyu n'umututsi!
@@bizomenyimanaelias5455 Urakoze kwemera ubwicanyi wakoze!!
@@MaydayMayday-zw8pw ntumubona none
@@bizomenyimanaelias5455 rekana na batutsi rero! Warakoze kwica, naho ushaje gerageza wige hama hari igihe Imana izokubabarira ku batutsi wishe!!
Iki kigabo ni ikirofa ciguhemu!
Ndaday ko yari mwiza cndd fdd carimwo ihabuza demokrasi ya ndaday ivyo bakora hari iciza abona?
Abish ndaday et ses acolytes terroristes sont considérés par des patriotes comme des héros du Burundi!
😂😂😂😂😂 sans echec
Bizokugora kugira umenye ukuri migihe ukwuzi udashobora kukwemera.ariko ivyo biba mumutima niko kuri
😂😂😂 nibibere aba hero natwe tuzopambanira ngaha ivyomwihaye
Ndadaye possédait des démons ayant la soif du sang nicogituma abamugiye inyuma bose bacits abicanyi guhera nubu urabona ko umudayimoni wiw wabakurikiy!
Raba Rwagasore yarishw ariko Uprona ntiyigez yihora!
Nayo ico kirofa ngendahayo kidedemba kitazi nukuvuga abo nivyana vyibinyendaro!
Ndaday yahaw ubutungane car il était un premier terroriste émergé sur le sol africain!
Ndaday était dangereux plus que Hitler et Ben laden!
Rero ivyo mwivugisha ivyo binyoma muvuga tuzobikura mu mateka y’u Burundi!
Vive les patriotes soldats qui ont opéré contre les terroristes du frodebu.
Nivyo bikwiy nubu!
@dieudonnendabaneze3761 😭😭😭😭😭 so sad to read something like this in 2024. May God give you peace. 🙏
Un vrai démocrate