IMBURI IMBURI IKOMEYE KU BANTU BOSE BUMVA IKIRUNDI//IMANA IJE GUHANA NO GUHEMBA//NTUBIFATE IBISANZWE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
AMENI🙏🙏 IMANA niyubahwe caneeee nanje impekwiyinjirira murikristo YESU ambere ubuhungiro kugeza kwiherezo
Yesu kristo Wongere utubabarire kuvyaha vyacu
Yesu kristo duhe guhagarara neza muri Mpwemu yera kuk Abarongorwa nampwemu yera nibo Bana b'Imana
Nukonyene ,komerezahooooo
Yesu, dutabare ubwoko bwawe!!
Imana idufashe iduhe gucabugufi
Mana uzoduhishe mumababayawe
IMANA idutabare cane kandi uturengere
Nibaraaaa,Ubu udafise ibipapuro ngo namadipolome ,ntuvuga ubutumwa ,ngo ntiwizeee, abantu baranse kurongorwa na mpwemu ,bishakira kwirongoraaaa, we rindira.
YESU NDAKWINGINZE TURISABIYE IMBABAZI NUKURI. YOOO😭😭😭😭.mbega mbega IMANA IJE GUHEMBA NO GUHANA.
😭😭😭😭😭 Imana itubabarire
Mana uzampe iherezo ryiza!!
Mana iconsavye uzompe iherezo ryiza. Kuko ibihe nibibi
MANA dukize umugararizo.MANA mbabarira aho ntumviye nakire kwumvira amajambo yawe
Mpisha Mana
Komera nuko nyine bili imani shimwe
Hezagirwa mukobwa wa Yesu.🙏 wakoze gutumwa nawe ugatumika
Yesu nadutabare
Manayanje.tubabarire.ataduharuye.kuvyaha.vyacu.ndisabiye.ikigongwe.numuryangowanje.ndawusabiye.imbabazi.manayanje.umpekwitahura.nihane.ivyaha.vyanje.unyongere.amavutayugusenga.nukwitunganya😭😭😭🤲🤲🤲🤲
Turasavye amaraso yayesu atubonekeko ivyaha vyacu bikugweho namaraso
Manawe.urampisha.mwihema.ryawe.numuryangowanje.uzumpiherezo.ryiza.manawe.
Twahageze....muhezagigwe mwese
Mana tubabarire turi abatsindwa muri vyose
Nuko
Mana urampisa mwihema ryawe
Mama urakoze kwijambo
Ryiza nuhambwe icubahiro
Ndagusaba urushiruze kumbabarira
Numuryango wanje wose
Uduhe umutima uvuye bugufi
Duhore dutunya icaha nigisa naco
The dera mungire yawe iguhesha
Ishimwe Amen