Imana yabo ntiyasuzuguritse//Pasteur prosper IYAKAREMYE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 มิ.ย. 2024
- Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo YESU
- บันเทิง
Ameniiiiiiiiiii
Amen , pasteur yesu kristo ashishikare kugukomeza ,muze muraturu gikir kugir duhembuke
Kristo Mwami aguhe umugisha ugukwiye Mukozi wayo
Amen
Turi kumwe muri mpwemu Amen
Imana Ishimwe
Imana ibazigame,mushishikare igikorwa yabatoreye
Imana ibahézagire turigufashwa
Umwami Yesu adutabare, atugirire imbibazi, adushoboze kudakengereza Imana yacu.
Vyukuri IMANA Iguhezagire cane Kandi Ikurinde numuryango wawe uvuga ubutumwa bwiza cane
Imana igukoneze muntu wayo
ubutumwa bwiza
Yesu abahumugisha!kuba amatara binaniy benshi!!
Urampezagiy cane
Imana iguhumugisha mukozi w'Imana ikonger amavuta warahezagiwe
Uhezagirwe n'Imana Data , Yesu Christo,na mpwemu yera
Umukozi wlmana yashitse nlmana turagukumbuye zambia
@@allykahinga8771 Mwakire intasho ziwe
Yesu akomeze kubasiga amavuta
Pasta ndagukunda caaane
Imana ibazigame,mushishikare igikorwa yabatoreye 39:46 39:46
Murakoze cane. Imana ibahezagire
Pasta,imana,iguhezagire,ndi,mu,,rwanda
Amen Imana Ishimwe ❤
Mukomere bakozi blmana
❤🎉amen
Haleluya yesu nabongere inkomezi vyukuri ndafashijwe imana yacu nishimwe🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳 🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Esehoboneka abandi bamez nkawe nanj nkameruko
Amen
Imana ibazigame,mushishikare igikorwa yabatoreye
Amen
Amen
Imana ibazigame,mushishikare igikorwa yabatoreye
Amen
Amen
Amen