SOLUTION COUPLE:💖DOT💖
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
- Turashimiye cane incuti za solution couple uko mubandanya Mudushigikira Muduhezagira IMANA DATA WA TWESE IBAHEZAGIRE kuko Ari mwebwe cubahiro cacu numunezero wacu🥰
SOLUTION COUPLE:
NORASQUE:72096080
FAXINE:79210295
FEARLESS GENERATION✍️
Nitwa tuyisenge crere ndi umunyarwanda kazi ndakunda ravine cyane rwose mufite ku❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee terimbere bagenzi
🎉🎉🎉Amen🎉🎉congratulations ❤
❤❤mimi
❤❤❤
Hakurikir wew nukuri isezerano ririho mimi❤❤❤
❤@@NishimweAdija-bq3kg
nanje.nitwa.evanjelin.ndumurundi.kazi@@estachou6896
iyo Imana Yatevye,Irinze Iza Izanana n'indishi y'umubabaro😂
Waooo ijini naho ritapfuye ariko ryara zezengeye (mwaraye muturiye abazimu mwizina rya Yesu kristo)
Imana izokomeze kubana namwe gushitsa Yesu aje gutora umugeni ❤❤🎉🎉🎉🎉
Ntakiryoshe nk'ijambo rivuzwe,Bari baryiteguriye n'ukuri abatama bacu, Hama Nora na faxine muze mugire urugo gwiza kandi urugo rugendwa na Bose abakuru n'abato,Muze mushire imbere Imana ibisigaye Izobubakira ibahe amahoro n'imigisha murigo gwanyu,ndabakunda
Nukur kw'Imana pe 🙏🏻🙌🏻😭😭😭😭Natwe biteb bitebuke Imana iziyerekana mugihe cayo🙏🏻🙏🏻🙌🏻🤲🏼🤲🏼❤️❤️💕
Yoo imana izibane namwe mubisigaye vyose
Abamaze kuraba iyivideo icura zirenga cumi nimunkorereko basha fafa ndagukunda can hamwe nanono Iman ibubakire❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbaye Uwambere félicitations my couple solution couple ❤️❤️ hejuru cane❤❤❤
Jochua arankuyeho nukuri😂😂😂😂 ndamukunda uwomwana vraiment ❤❤❤❤
Congratulations Norasque and fany ibintu nivyiza cane
Ntajambo ryavuz'imana ngo rihere 🙏 mbifurije urugo ruhire Norasque and Faxine ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Ntajambo ryavuze Imana ngo rihere erega nImana💃💃💃💃
Congratulations bwana Norasque Big up saan abanyagisitye ntagufyina turi romantique saaan
Biteba gushik arik iyobishits birimw nikirungo nukur ndagufashij umunezero ntitukumvir inzigo n,Imana yabikoze
Mbega ukuntu mwaberew🎉 congratulations
Muze mugire urugo rwiiza caane,mukomeze kwikundanira❤❤❤
Nagumye nza kurunguruka basha umunezero ugomba unyice 😂😂🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Nono uzomuririmbire Fanny wacu😭😭😭 anezerwe kuko arabikwiye😭😭😭 agasuzuguro Kari kenshii 😭😭😭
Bibayembwa uzomuririmbire kugeza agiye mw,ijuru n,amaguru Hama agaruke
Koko IMANA ikura agasuzuguro nibutse agasuzuguro karaho nca numva nuzuye amarira y,umunezero😭😭😭😭
Gusa mwumve ndabakunda cane❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
IMANA irahuguye umuhigo muzoyinambeho kuko ibakoreye ibikomeyzeCongratulation Again❤
Fanny lmana igukuye agasuzuguro kaba Daimoni ndayishimiyeeee❤❤❤❤
Imana ishimwe caane irakura agasuzuguro
Kuber umunezero amarira aranyishe.Fanny Ndagukunda ntakuzi pe.Bakuvuze nabi barababara ukamenga ninje bavuze.Imana izabubakire mwigumire mumunyenga wa Kristo
Muraberewe cyane rwose murasa neza cyane nukuri imana izabubacyire Kandi izabahezagire muribyose muzakora
Waaaaoooo toutes mes félicitations ❤❤❤
Mana ndariz nukur kubwumunezer félicitations fani
Hhhhhhhhh FAXINE uyumuhungu uzamuntije pe arantwengeje nukuri👍👍
Imana izabubacyire urugo rwiza beza bange ndabakunda mbafite kumutima umugabo wawe akwiteho❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Congratulation my Fanny wng and Norasque❤❤❤❤❤ hejuru cane bakunzi banjeu🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤❤❤
😂😂😂 ntajambo ryavuzimana ngo rihere 🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏💞💞
Sibwabwana kbs nbega Akes abibona gut mwubahwe murazi gutegura kbs🎉🎉🎉🎉🎉❤
😂😂😂akes sinzi iyo yinyegej
🎉🎉🎉🎉🎉 waaaaa félicitations ndishimy kimwe ubwanyu nukur Mana weee🎉 urimwiza ibih vyose❤
Courage Nono est fany biraryoshe cn kwer
All my congratulations 👏👏👏🎉🎉🎉👏 rukomeze gusosa ntiruzigere rusaza kubw'Urukundo rwa Ndiho. I'm proud of this Couple🎉🎉🎉❤❤
Wow ndabishimiy❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Congratulations vrm Imana yabibayemwo ntajambo ryavuzwe n'Imana.ngorihere
Imana izobubakire❤❤❤
Vyiza cane 💃💃💃🥰🥰🥳
Imana imeze neza❤❤❤❤
Mumwanya muto mba ndahashitse🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳basha munyaruke kur solution couple hahiye🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Mbega ivyiza🥰🥰🥰🥰 izobubakire
❤❤❤❤❤🎉 amen
Muzemugire urugo ruhire bakunzi muzorubemwo mumahoro numunezero uva ku Mana Rugiravyose🙏💓
Uwayizeye ntizomutetereza ngwimukoze isoni IMANA weeeeee❤❤❤❤
Incuiiiiiii mwaberewe ndabakunda abi wacu
Waoooooooooooooooo biratesaaaaaaaaaà nanje ndarizekubera umunezero🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤yesu azabubakire
Mbg dot iryosh weee 🎉🎉🎉 conglaturation kbx muraberewe sana
Yooooooooo nukur ndariz imana ninziza ibihe vyose ibubakire bakunzi bnjr
Good vyiz cn gos fanny Iman iguhezagire😊
Imana ninziza cane imihezagiro isasagare muvyanyu❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😂😂
Vyabilofa ngo ni ba libere bamaramareeeee 🎉
Congratulations vraiment norasque bisaba umpuze nurya yakuvugiye ijambo nanje azorimvugire ari sérieux
Waouuuuh😊 mwari mwambaye neza disi....uyo munezero Imana ize iwuteramire gushika Yesu agarutse❤
Imana ishimw ,ameeen
Basha ndababwir I ibibint biraryosh nukuri jew biranryohey can fanny norasque Ndiho aze abubakir isezerano ntirigenduk amashurw nayany🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Mumubano wanyu muze mwubahe Imana 😊
Dawidi abuze uko abigenza yaravuze ati uriyaaaaaaaa nanje ndabivuze ati Mana uriyaaaaa
Ndabakund❤️ cne ndets mwirambanir beuza banjy
Congratulations my Dear Fanny
Rek Imana yitwe Imana
Félicitation
Iyigutindije iragutegera
Mbega ivyizawe❤❤❤❤❤ Fafa et nono muzemwubake rugume lmana yomwijuru izobubakire kugira umuryango biraryoshe gose ndabakunda cane
Felicitations bavandimwe bacu muzobe amakara ntimuzobe urubeya
Hejur c'n mwubahw 🙏 ndz❤❤❤ muz mugir imigisha myishiii murugwo rwanyu
norasq umunyamwaro wiwac congraturation
Congratulation diiii faxine mwiza vyar biryosh cn Ilana izoshishikire kwivanga muvyawe nda❤
Imana ntanzigo🎉🎉 conglatulation bantu bacu muze mwubake rugume❤knd murikumwe n'Imana birashoboka🌟🌟🌟❤️🔥🔥🔥
Vyararohehecana ndabifurijurugoruhire lmanizabubakire amahoroyimanazabanenamwe♥️♥️♥️
Narimfise amaziko yokubona ukovyagenze mbega ubukwe buryoshe 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Abavuze Nabi nibaz hano iyivuz birab ntibesh biratesa vrt ndab❤❤❤❤
Rirya riba ari ishari rirabavungunya
Mugire urugo ruhire Fanny Norasque ntimuze muhane umwanya wogushavuranira muze mushire imana imbere murivyose urugogwanyu ruzerube ijuru rito nivyo ndabipfuriza mizina rya'kristo yesu imana yivange murugogwanyu amen❤❤❤❤❤
Abazimu barazezengey kuburyo gusubira muri mood Atari buno gusa ndarengew amarira antanze imbere
Yooooooo Jochua😢😢😢 Mana Nukur Mukomere Cane Murukundo Rwanyu ❤❤❤❤❤ Felicitations Couple 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉♥️♥️♥️♥️♥️💜💜💜💜💜💜
Wooow vyar ibintu biteye igomwe Basha😋🥰 toutes mes félicitations ♥️
Vyar biryosh vrt muzogir urugo rwiza🥰🥰🥰
ariko sha Imana yzgutwengeje .felicitation sha Fagi
Ibi bintu byari biryoshe kbs💃💃💃💃
Nyagasani abandanye abahezagira muzagire urugo rwiza❤❤❤❤
Ariko,abanywanyi bawe,ntuc'uduheba!!!!
Ntakirori nkiki nari bwabone mubukeye iwacu❤❤❤❤❤❤❤
Turira abazimu nukuri ibirimwimana vyamamwo akanovera Norasco Fanny lavine hejuru❤❤❤❤❤❤ twaritubitegereke p nyamwema aramvuna rekambanzendabe abonkunda🇧🇮🇸🇦🥰🥰🥰
Uhoraho ashimweee
Murabe amakara ntimube urubeya ❤❤❤❤
Waouh♥️♥️♥️♥️♥️♥️.
Vyari vyanseko nsinzira ntahejeje vidéo yose.
Umukama WE ahuza babiri bakaba umwe azobubakire ,abanezereze mu myaka yose muzomarana ngaha kwisi❤❤❤❤
Mbeg vyizaaa weee
So nice
Ubundi Joshua niwe wanje kbs🥰🥰
Ndabona ariwe azoba ikiraro co gutuma mbona Solution Couple😁😁😁
Kbs niwe ntawayisavye azoburivyiwe kbs nurambe ushir Imana Imbere Iratanga kbs Bose babiraba
Felicitations mes amies ibisigaye Yesu Kristo azavyivangemwo kandi inyuma yavyose muzorarwe ubwami bw'ijuru❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ congratulations Yesu abubakire ibihe vyoseee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Fanni congratulations 🎊🎈🍾🎉
Félicitations
Ndabanezererewe amosi yantanze hasi kubera umunezero nukuri birahimbaye nuko bitinda kuza iyobishitse umunezero uba mwishi gusumba umubabaro Imana izibane namwe murugo ndabakunda❤❤❤❤❤
Nunva niryohererew 🎉🎉🎉❤❤❤
Mbega vyizaaaaa ndabuze namajambo nkoresha mukuvuga gusa Yesu araryosheeee❤❤❤❤
Congratulations kbc mwar musa nez mwar muberew p Imana izobubakire itsinde ivyo twebwe abantu twiyunvira❤❤❤
Waooooo mbega byiza weee congratulations solution couples 💑 💑 ❤❤❤
Harihahiy kbx
❤❤❤❤❤❤❤ imana ize ibubakir
Iyo Mana yitwa.ntihemuka uhoraho azobagwize nivyanyu.vyose ibahe.icubahiro. munananyi ❤
Birahimbaye!vyari bitesa Imana irazi gutenza koko!Muze mwubakire kuri Christo vyose bizogenda neza!
Iyo imana uvuz biraba kandi itegetse biraba muzobane amahoro nka isaka na lebeka
Nukuri Yezu acunge impande zose akomez kuguma yibera murugo rwanyu❤
imanibubakire ❤❤
Waooo vyiza cane ❤❤❤ vyari bitesa cane
Mwarakoze umuti ngo waririmvye ndabona mukama akokantu nako karikarenze