ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Umuntu ABA yumva yoguma asubira akongera agasubira kudwebera I bwina cane Kureeee Kureeee🙇😭
Imana igukuze cane Pastor Lopez,Aho uvoma inkomezi ntuhave .
Kubana nayo bidutera umunezero so Data womwijuru ashishikare akwagurira your talent Imana iguhe vyinshi biremesha Imita yacu Pastor.
Kubana nawe mwami bintera umunezero🖐️! Imana ishishikare kubagirira neza!From mozambique 🇲🇿 turabakunda
Simpanharika kwumviriza iyindirimboo pastor Kristo akomeze kugukoresha murugezo rwo hejuru twese dukomeze kwinjira kure canee hashoboka kureeee caneee!!!!!Mwami wanje🙌🙌
Kure cane mbone ivyumuntu atobona kure cane numve ivyamabanga yawe ndakurekuriye Mwami wanje May God Bless u Mi Pastor
Indirimbo yanjye.Ntwara kure,kure cane mubwiza ntarabana mpore ngutangarira.Numve ibyo abantu batumva,mbone ibyabantu batarabona n'umve ibyamabanga yawe.Egome ndakwiyeguriye
God keep u my favorite artiste🇧🇮🇨🇦💞so ndakunda ukuntu wandika song zawe ndakwipfurije gushika kure cyane numuri Hillsong
U're doing a good job dear Pastor Lopez, U're a blessing to many souls, may our Lord Jesus bless u more & more
All the glory to Him who inspire me
Hallelujah 👏👏👏😭😭
Eeeeedddddedee@@niyonkuruevode6541
Oooooh my God Imana ibashitse kure cane
Pasteur imana iguhezagir nukur .imana iguhe kuramba kurya yongey hezekiy imis yokubah.yab kwigirish yaba kuririmb birampezagir ikiganz candih kikubek
Ameeeen ameeen
Ntwara kure cane mu bwiza ntarabona mpore nama ngutangarira😭😭😭🙌🙌🙇this is a heavenly Melody GBU pastor
🙏🙏🙏
ukubaho kwawe undutira ivyagaciro mwami be blessed my paster
May God bless you Pastor Lopez, you are lifting the church into the realms of worship.
😭😭 Oooh! Mana wee!Iri n'Isengesho ryanje Mwami Ntwara kure Cane mbone ivyunyereka , numve ivyo Umbwira , mpishurirwe kukumenya ubundi busha 😭🙌🙌
Since this song was loaded , I have Never got the deeper message of it. May the Lord Jesus CHRIST his Servant Pastor Lopez NININAHAZWE.
Be blessed again n' again man of God....Ikomeze kugukoresha biciye mu ndirimbo no mu bundi buryo bwose
God bless you so much Pastor Lopez
Ameeen ameeen
NTWARA KURE😭😭😭🙏🙏🙏❤️Thank You my PastaGod Bless You ❤️
Ntwara kure Mana indirimbo nziza iri nisengesho ryanje🙌🙌🙌🙌
Amen amen Hallelujah 🙌 ntwara Kure God bless youuuu again urushirizw gukoresh birushiriz😍😍😍💞💞
Ameen
Amen amen ntwara mana kure
Merci pour cette chanson.on ressent vraiment l’onction sur ta vie.Que le Seigneur t’utilises encore et encore✨
The only problem to this song is that it ends. Keep moving forward 💪. You're a living inspiration
Merci pasteur Lopez Imana nyene Amahoro ibandanye yagura ingabire yaguhaye indirimbo zawe zirashikana ahandi hantu merci bcp 🙏🙏🙏
Kubah kwiwe kundutir'ivyagacir bikomey kubana naw bigir'UMUNEZERO ;u're so blssed as u bless people through your music
Indirimbo nziza caaaane.keep on great man of God.You're blessed
♥️
Thank you dear Pastor for this anointed song,keep moving and go so far in this kind of spirit
Waaaaaoooo Ugukoreshwa kuvuye ibwina mumutima w'Imana niho nkwifurije kwama uri 🙌 God bless you my Pastor
Ameeeen
Ameeeeen
God bless you Pastor Lopez 🙏Ndahezagiwe 🙌
Twarahezagiwe kuronka uwudasanzwe nk pasteur lopez🙏🙏🙏kure cane mbone ivyamabanga yawe ndakurekuriye🙏🙏🙏🙏🙏 Hallelujah 🤗🤗🤗
Aho ntasubira nkumva ikindi kintu cose kiretse weeee aho yesu ariwe avuga gusa aho amatwi yanje yumva ijwi ryampwemu gusaasaaaa
Imana iguh'umugishya mwinshyi cyan Pastor indirimbo zawe zirimo mwuka wera p!
Merci imana irushirizeh yi ibibashoboza
Pasteur Lopez Imana iguhe umugisha kubw iyi ndirimbo ur umuramyi nyawe
Amen Amen Amen!🙏🙏🙏 Une autre magnifique chanson, puissantes paroles et et belle mélodie 👍 Même la production est superbe. Que l'Eternel continue à t'utiliser puissamment pour sa Gloire au Nom de Jésus! Merci pour le partage.
Ameeeeen que la gloire revienne à celui qui nous inspire
May the Lord keeps and guides your steps
Ooooh😍😍😍K ta coupe deborde mine Pastor🙌🙌🙌🙌🙌🙇🙇🔥🔥🔥
God bless you !!go on to build our Heart
Kurecane yesu akwongerereze amavuta warahezagiwe imihezagiro y,ahantu homwijuru
Kure cane aho umuntu atabasha kubona... Thank you for this song🙏
Amen kurecanee
Since this song was loaded , I have Never got the deeper message of it. May the Lord Jesus CHRIST his Servant
NtwaraKure cane Mbone ivy’umuntu atobona Mubwiza bwawe,Mpishurirwe amabanga yawe ...#NtwaraKure 😭🙌🏽thk u again Pastor
Utere ujimbere Pasteur Lopez 🙏
🙌🙌🙌kubana nawe Mana bintera burigihe umunezero 🙌🙌🙏kure caane🙌
Merci Beaucoup Mine Pastor Kubw’iyi Ndirimbo nziza cane🙏🏼
Courage mon Pasteur Uriko ukoreshwa ivy'intwari
Ndakurekuriye,Ntwara kure😭😭🙇🏻Indirimbo Nziza ifise amajambo meza cane❤️Umwami akumpezagirire Pastor Lopez 🙌🏻Uri umugisha kand Ndagukunda❤️
Ameeeen Don!!! Wewe rero
@@pastorlopeznininahazwe9548 ❤
Haleluah... twari dukumbuye bishasha Pastor. Amavuta nihishurirwa bikomeze vyisuke
Iki ni igihe...courage...👍👌👊
Lopez indirimbo zawe ziramfasha mukubaho kwanje,mu gusenga. God bless u bro
Ameeeen.niwigumiremwo
Kureeee caneee, waauuu, mukomeze kuzurizwa bishasha pastor
Nukuri ndahezagiwe.Imana irusheho kugusura mukozi w'Imana
Yeeees Kureeee knd Kureee caneeeeee Mwamiii😭😭 Amazing Song God Bless youuuuuuuu Pasteur. Lopez🙏🙏
Kubana nawe mwami bintera umunezero🙏🙏
Ameeeen 😭🙌🏼GOD bless u Pastor UHORAHO akomez umurimo uhambaye yatanguye muriwewe uragahezagirwa
Ameeen
I'm still here... Oh what song😭😭😭 thank you Pastor what a blessing.... Ntwara kure caneee Mwamii
Kure cane mbon'ivy'umuntu atobona kure cane menya ivy'amabanga yawe🙇🙇🙇
Yoooo, my God.ndakwiyeguriyeeee😭😭😭😭😭🎸🎸🎸🎸you are one mubo nimviriza nkumva mpembuwe nuko wandika nkadwebera mu mutima w'Imana.keep shinning pst Lopez
Oooooo glory to God alone. I'm just a vessel
Ntwara kure💃💓
Ntwara kure cane...ibwina.....ooooh my God🙆♂️🙆♂️🙆♂️....bless u Pastor Lopez
Ntwara kure mubwiza ntarabona.ameeeen.merci pastor lopez
Amen 🙌🏾🙌🏾😭😭 bless you Pastor 🙏🏽
Ameeen Serge
Whao nc music vraiment
😭😭🙌Our man of God Komeza udwebera,Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye!
Courage pasteur, kure cane niho nkwifuriza
this is my desire🙌🙌🙌Merci bcp dear #Pastor-Lopez🙏🙏
Ntwara kure🙌🙌🙌Imana irushirize cane kubakoresha Pastor
Nkunda texto zindirimbo zawe... Uhoraho agume agukomeza
good song man of GOD
Indirimbo nziza cyane
🙌🙌kure cane 😊
pasta uhezagigwe pe uraduhezagira indirimbo zawe zirampezagira zingeza ahandi hantu ntwara kure😭😭🙌
Ameeeeeen
Uri umuntu agendagendamwo umutima w'Imana, Mutwigisha vyinshi
More anointing my blessed Pastor
good lyrics,good message,good Melody,good music ntwarakure🤩🤩😍😍
Ntwara kure mwami mbone ivyamabanga yawe ndakwirekuriye😩😩😩
God bless you!Urumugisha kuri benshi
Hallelujah Hallelujah thank you Pastor 🥲🔥🔥🔥
u'are blessing My Pastor.May our Lord Jesus bless u more and more
Ooh thank you for this anointed song pastor🥺😍May God bless You ♥️
'p
Hallelujah mbeg indirimbo nziza weee
Ndakurekuriyeeeee
🔥🔥🔥🔥🔥
Thnk u Pastor❤️th songs ishishikare ikora kumitima🔥🔥🔥
Dutware Kure mwamiii wacu twumve ivy'amabanga yawee
Amen❤❤🙏🚀🚀
Be blessed keep the revival anointing pastor many blessings
I love this song! Stay blessed our Pastor!🙏
Amen amenAmavuta Masha Past Lopez
NTWARA KURE YESUUUUU.Thk u man of God
My favorite
Ntwara kure jeesuus hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah
Halleluya mu bwiza bw'Imana
This man of God is full of anointment. Love his songs
🙇🏾♂️🙇🏾♂️🙇🏾♂️🙇🏾♂️🙌🏾 ndakurekuriye
I can't count how many time I listened to this beautiful song thank you pastor
I Love your song ntwara kure 🙏🙏
Amen amen
Good job ❤️❤️❤️❤️
Ntwara kure 🙏🙏
I am so proud of you as a fellowburundian🇧🇮
Amen
Umuntu ABA yumva yoguma asubira akongera agasubira kudwebera I bwina cane Kureeee Kureeee🙇😭
Imana igukuze cane Pastor Lopez,Aho uvoma inkomezi ntuhave .
Kubana nayo bidutera umunezero so Data womwijuru ashishikare akwagurira your talent Imana iguhe vyinshi biremesha Imita yacu Pastor.
Kubana nawe mwami bintera umunezero🖐️! Imana ishishikare kubagirira neza!
From mozambique 🇲🇿 turabakunda
Simpanharika kwumviriza iyindirimboo pastor Kristo akomeze kugukoresha murugezo rwo hejuru twese dukomeze kwinjira kure canee hashoboka kureeee caneee!!!!!Mwami wanje🙌🙌
Kure cane mbone ivyumuntu atobona kure cane numve ivyamabanga yawe ndakurekuriye Mwami wanje
May God Bless u Mi Pastor
Indirimbo yanjye.Ntwara kure,kure cane mubwiza ntarabana mpore ngutangarira.Numve ibyo abantu batumva,mbone ibyabantu batarabona n'umve ibyamabanga yawe.Egome ndakwiyeguriye
God keep u my favorite artiste🇧🇮🇨🇦💞so ndakunda ukuntu wandika song zawe ndakwipfurije gushika kure cyane numuri Hillsong
U're doing a good job dear Pastor Lopez, U're a blessing to many souls, may our Lord Jesus bless u more & more
All the glory to Him who inspire me
Hallelujah 👏👏👏😭😭
Eeeeedddddedee@@niyonkuruevode6541
Oooooh my God Imana ibashitse kure cane
Pasteur imana iguhezagir nukur .imana iguhe kuramba kurya yongey hezekiy imis yokubah.yab kwigirish yaba kuririmb birampezagir ikiganz candih kikubek
Ameeeen ameeen
Ntwara kure cane mu bwiza ntarabona mpore nama ngutangarira😭😭😭🙌🙌🙇this is a heavenly Melody GBU pastor
🙏🙏🙏
ukubaho kwawe undutira ivyagaciro mwami be blessed my paster
May God bless you Pastor Lopez, you are lifting the church into the realms of worship.
😭😭 Oooh! Mana wee!
Iri n'Isengesho ryanje Mwami Ntwara kure Cane mbone ivyunyereka , numve ivyo Umbwira , mpishurirwe kukumenya ubundi busha 😭🙌🙌
Since this song was loaded , I have Never got the deeper message of it. May the Lord Jesus CHRIST his Servant Pastor Lopez NININAHAZWE.
Be blessed again n' again man of God....Ikomeze kugukoresha biciye mu ndirimbo no mu bundi buryo bwose
God bless you so much Pastor Lopez
Ameeen ameeen
NTWARA KURE😭😭😭🙏🙏🙏❤️
Thank You my Pasta
God Bless You ❤️
Ntwara kure Mana indirimbo nziza iri nisengesho ryanje🙌🙌🙌🙌
Amen amen Hallelujah 🙌 ntwara Kure God bless youuuu again urushirizw gukoresh birushiriz😍😍😍💞💞
Ameen
Amen amen ntwara mana kure
Merci pour cette chanson.on ressent vraiment l’onction sur ta vie.Que le Seigneur t’utilises encore et encore✨
The only problem to this song is that it ends. Keep moving forward 💪. You're a living inspiration
Merci pasteur Lopez Imana nyene Amahoro ibandanye yagura ingabire yaguhaye indirimbo zawe zirashikana ahandi hantu merci bcp 🙏🙏🙏
Kubah kwiwe kundutir'ivyagacir bikomey kubana naw bigir'UMUNEZERO ;u're so blssed as u bless people through your music
Indirimbo nziza caaaane.keep on great man of God.
You're blessed
♥️
Thank you dear Pastor for this anointed song,keep moving and go so far in this kind of spirit
Waaaaaoooo Ugukoreshwa kuvuye ibwina mumutima w'Imana niho nkwifurije kwama uri 🙌 God bless you my Pastor
Ameeeen
Ameeeeen
God bless you Pastor Lopez 🙏
Ndahezagiwe 🙌
Twarahezagiwe kuronka uwudasanzwe nk pasteur lopez🙏🙏🙏kure cane mbone ivyamabanga yawe ndakurekuriye🙏🙏🙏🙏🙏 Hallelujah 🤗🤗🤗
Aho ntasubira nkumva ikindi kintu cose kiretse weeee aho yesu ariwe avuga gusa aho amatwi yanje yumva ijwi ryampwemu gusaasaaaa
Imana iguh'umugishya mwinshyi cyan Pastor indirimbo zawe zirimo mwuka wera p!
Merci imana irushirizeh yi ibibashoboza
Pasteur Lopez Imana iguhe umugisha kubw iyi ndirimbo ur umuramyi nyawe
Amen Amen Amen!🙏🙏🙏 Une autre magnifique chanson, puissantes paroles et et belle mélodie 👍 Même la production est superbe. Que l'Eternel continue à t'utiliser puissamment pour sa Gloire au Nom de Jésus! Merci pour le partage.
Ameeeeen que la gloire revienne à celui qui nous inspire
May the Lord keeps and guides your steps
Ooooh😍😍😍K ta coupe deborde mine Pastor🙌🙌🙌🙌🙌🙇🙇🔥🔥🔥
God bless you !!go on to build our Heart
Kurecane yesu akwongerereze amavuta warahezagiwe imihezagiro y,ahantu homwijuru
Kure cane aho umuntu atabasha kubona... Thank you for this song🙏
Amen kurecanee
Since this song was loaded , I have Never got the deeper message of it. May the Lord Jesus CHRIST his Servant
NtwaraKure cane
Mbone ivy’umuntu atobona
Mubwiza bwawe,Mpishurirwe amabanga yawe ...#NtwaraKure 😭🙌🏽thk u again Pastor
Utere ujimbere Pasteur Lopez 🙏
🙌🙌🙌kubana nawe Mana bintera burigihe umunezero 🙌🙌🙏kure caane🙌
Merci Beaucoup Mine Pastor Kubw’iyi Ndirimbo nziza cane🙏🏼
Courage mon Pasteur Uriko ukoreshwa ivy'intwari
Ndakurekuriye,Ntwara kure😭😭🙇🏻
Indirimbo Nziza ifise amajambo meza cane❤️
Umwami akumpezagirire Pastor Lopez 🙌🏻
Uri umugisha kand Ndagukunda❤️
Ameeeen Don!!! Wewe rero
@@pastorlopeznininahazwe9548 ❤
Haleluah... twari dukumbuye bishasha Pastor. Amavuta nihishurirwa bikomeze vyisuke
Iki ni igihe...courage...👍👌👊
Lopez indirimbo zawe ziramfasha mukubaho kwanje,mu gusenga. God bless u bro
Ameeeen.niwigumiremwo
Kureeee caneee, waauuu, mukomeze kuzurizwa bishasha pastor
Nukuri ndahezagiwe.Imana irusheho kugusura mukozi w'Imana
Yeeees Kureeee knd Kureee caneeeeee Mwamiii😭😭 Amazing Song God Bless youuuuuuuu Pasteur. Lopez🙏🙏
Ameeeen
Kubana nawe mwami bintera umunezero🙏🙏
Ameeeen 😭🙌🏼GOD bless u Pastor UHORAHO akomez umurimo uhambaye yatanguye muriwewe uragahezagirwa
Ameeen
I'm still here... Oh what song😭😭😭 thank you Pastor what a blessing.... Ntwara kure caneee Mwamii
Kure cane mbon'ivy'umuntu atobona kure cane menya ivy'amabanga yawe🙇🙇🙇
Yoooo, my God.ndakwiyeguriyeeee😭😭😭😭😭🎸🎸🎸🎸you are one mubo nimviriza nkumva mpembuwe nuko wandika nkadwebera mu mutima w'Imana.keep shinning pst Lopez
Oooooo glory to God alone. I'm just a vessel
Ntwara kure💃💓
Ntwara kure cane...ibwina.....ooooh my God🙆♂️🙆♂️🙆♂️....bless u Pastor Lopez
Ameeen
Ntwara kure mubwiza ntarabona.ameeeen.merci pastor lopez
Amen 🙌🏾🙌🏾😭😭 bless you Pastor 🙏🏽
Ameeen Serge
Whao nc music vraiment
😭😭🙌Our man of God Komeza udwebera,Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye!
Courage pasteur, kure cane niho nkwifuriza
this is my desire🙌🙌🙌
Merci bcp dear #Pastor-Lopez🙏🙏
Ntwara kure🙌🙌🙌
Imana irushirize cane kubakoresha Pastor
Nkunda texto zindirimbo zawe... Uhoraho agume agukomeza
good song man of GOD
Indirimbo nziza cyane
🙌🙌kure cane 😊
pasta uhezagigwe pe uraduhezagira indirimbo zawe zirampezagira zingeza ahandi hantu ntwara kure😭😭🙌
Ameeeeeen
Uri umuntu agendagendamwo umutima w'Imana, Mutwigisha vyinshi
More anointing my blessed Pastor
good lyrics,good message,good Melody,good music ntwarakure🤩🤩😍😍
Ntwara kure mwami mbone ivyamabanga yawe ndakwirekuriye😩😩😩
God bless you!
Urumugisha kuri benshi
Hallelujah Hallelujah thank you Pastor 🥲🔥🔥🔥
u'are blessing My Pastor.May our Lord Jesus bless u more and more
Ooh thank you for this anointed song pastor🥺😍May God bless You ♥️
'p
Hallelujah mbeg indirimbo nziza weee
Ndakurekuriyeeeee
🔥🔥🔥🔥🔥
Thnk u Pastor❤️th songs ishishikare ikora kumitima🔥🔥🔥
Dutware Kure mwamiii wacu twumve ivy'amabanga yawee
Amen❤❤🙏🚀🚀
Be blessed keep the revival anointing pastor many blessings
I love this song! Stay blessed our Pastor!🙏
Amen amen
Amavuta Masha Past Lopez