This song boast the atmosphere of worship in overflowing way ... Jesus CHRIST IS All in All. Touch us again( Subira) Ku wunaniwe wese , kuwushaka fresh anointing, Kuwushaka ugusubizwamwo Ubuzima bw'Agakiza buryoshe, This song, this song, is a Great moment to praise again and again!!! Thank youuuu so much
Hallelujah Hallelujah Hallelujah...It IS out now... Thank you Worshipper Dudu T. NIYUKURI Niyo nazindukiyeko mukumviriza mu gatondo kuri audio... THANK YOU...
Hari ububasha bwihishije mwi sengesho ariko hari ubndi buri mu ndirimbo nacanecane iyiza idufasha gusaba mpwemu wera asubire atugender congrats dudu u made it again !! And my soul has been touched in deep
Abemerako Dudu tumufise ari Ubwambere Mu Burundi Like mumpereze.Yesu ni vyose Muri vyose God bless our artist Dudu
Mukozi w'Imana Dudu harindirimbo yawe yakera ivuga ngo ntawumenya ko atunze kugeza yatswe ico yarafise amaso agaca yuguruka twoyironka gute!?
This song boast the atmosphere of worship in overflowing way ...
Jesus CHRIST IS All in All.
Touch us again( Subira)
Ku wunaniwe wese , kuwushaka fresh anointing,
Kuwushaka ugusubizwamwo Ubuzima bw'Agakiza buryoshe,
This song, this song, is a Great moment to praise again and again!!!
Thank youuuu so much
Woooow. What a comment
Congratulations all Burundians let give our likes to the man of God
Subira unyuzure mwami Imana ikomeze gukuza impano yawe meilleur gospeliste au burundi
Ndugu Dudu,Greetings fom Kigali.What a gospel song!Imana ikugirire neza wowe n'abawe.
Twese ndugu
Turabakurikirana turi 🇲🇴🇧🇮turabakunda cane indirimbo zanyu ziratwubaka imana ikomeze kubagirira neza cane 🙋♀️🙋♀️🙋♀️
Mukomere cane
Hallelujah Hallelujah Hallelujah...It IS out now...
Thank you Worshipper Dudu T. NIYUKURI
Niyo nazindukiyeko mukumviriza mu gatondo kuri audio...
THANK YOU...
Your most welcome
Urakoze cane ku ndirimbo nziza wama udushikiriza.
Imana ishishikare igukomeza🙏
😢😢This Worship song!!YESU URI VYOSE MURI VYOSE!Imana Ibandanye Isuka Ubuntu bwayo ku buzima bwawe Dudu ubandanye uba igikoresha cayo c icubahiro!
This guy always make love Burundi...this country has been blessed indeed
Gospel y mu Burundi 🇧🇮 urayifise yose in your hand be bless Mr dudu I like your song #ayayaya 🎉❤ and this is also good
God bless you again ❤❤🇧🇮🇲🇿
Waiting fr this new song God bless you
Thank you Dudu for this song ❤urisoko yubugingo bwanje thank you Lord Jesus Christ 🙏🏻🙏🏻🙏🏻Subira unyuzure Mwami muma domaine yose yubuzima bwanje ❤❤❤❤
Subira unyuzure
wawou Merc bcp boss dudu many blessings to you vrt.
Amen amen Yesu uri vyose kubuzima bwacu nukuri❤❤❤😢
Subira ungenderere Data ! Thank you brother Dudu ukomeze ube umugende Data atembesherezamwo ivyo kuduhembura
Soyez béni 🙌
Ubuntu bwawe burampagije ❤
Subira🙏🏾
Uri amazi amar'inyota
Uri vyose muri vyose
Kimera mweneda imana izohekuramba
Warahezagiw 🎉❤
Urivyose murivyose🙌🙌🙌🙌🙌
Iyi ndirimbo vrt irankoreye umuti. Maze kuyumviriza kenshi gashoboka kandi nkiriko. Mumisi mike iheze nari nibajije ikibazo c’uko Dudu amaze umwanya ataduha indirimbo nshasha yahawe kumbe muziko vyari bihiye........ SUBIRA UNGENDERE 🔥🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂 Eh oui
Iman ikwonger amavut kk amen
Ur'isoko y'ubugingo bwanje🙌
thanks @dudutniyukuri
Indirimbo ni nziza caaane pe🙌🙌🙌
Thank you Lord you give us good sinnger
God Song
Subira❤
Dudu kure cane Ndiho abandany ahezagira
Amen Amen uri vyose muri vyose yesu
Warakoze Yesu kutubera vyose abakwizeye
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Amen Amen Amen 🙏🔥🙌
Amen Yesu uri vyose muri vyose
Yesu isoko y’ubugingo bwanje 🙏🙏
Uri Umugisha Kuri twebwe, May God keep revealing himself more to you!!
Ameeeeen lmana nivyose
All Burundians gether her to support our brother Dudu🙏🇧🇮
Subira unyuzure , uri vyose ... Thanks dear Dudu. You are an inspiration for many
Go deeper famous.Uriko wubaka ibitanyiganyizwa.
Tu es un repère mur gospel
On REPEAT! Love it! A beautiful song. The lyrics are amazing. Thank you for being a blessing. Bro avaaaaaaaaaaaaaaaance
Uri vyosee muri vyose🙏🙏🙏🙏🙏
Neza cane mwubahwe mutama wanj wamateka ❤
Uri Vyose Muri Vyose YESU Ni wewe gusa Nzira Yukuri🙌🙌🙌🙌
🙌🙌🙌🙌 Be blessed man of God 🙌🙌🙌
Subira Mwami👐
DUDU number one is our best gospel music
Subiramwo kristo ungendere 🙏🙏
I’m blessed brother God bless you
Yesu uri vyose muri vyose 🙌
Va de loin homme de Dieu Burundi oyeee
Que Dieu vous bénisse encore ❤❤🇧🇮🇿🇲
Imana igira neza. Hari vyinshi mbandanya mbona Inkorera .
Ugize neza kur iri sengesho uduhaye.❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Imana isubire idukoreko twese kandi itugendere.
Uri amazi amara inyota,uri umutsima ubugingo🙌🙌🙌,Thank you Men of God,Ukomeze uhishurirwa urigikoresho Imana yitoranirije🥰🥰
Oooh Mpwemu Yera!Subira ungendere Mwami ,subira unkoreko kandi unyuzure...amavuta menshi kuri wewe mukozi w'Imana iyindirimbo ikura mu bugaragwa igatanga amazi meza❤
Igikora ciza Brother!
Papa God Bless you I love you so much
Amen ndafashijwe caneee
My favorite Artist ❤❤❤❤ thank you for this song🙌🙌🙌🙌 nukuri Yesu nibyose muri byose😭😭😭😭
❤❤❤❤❤❤❤❤ Ibikorwa vyawe, bikundwa na benshi ni mwijuru birazwi, Imana ibandanye kugukoresha kugeza kumbibe zisi yose Tara Ry' Uburundi,,,
Subirunyuzureeeee Mpemu
It'sHozana Béni in Eldoret
Urivyose MuriVyose Yesu
This Man😢❤❤
😂😂😂😂
Yesu uri amazi amara inyota🙏🙏
Jewe numva ataco novuga nzokivuga tubananye amaso muyandi hariho ikintu nzokubwira gusa Imana iguhezagire caneeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
Nzokwibutsaaaa 😂😂
Manitsee..ayamaboko natura nakanwa kanje kurisoko y'ubugingo bwanje... Yesu uri vyose muri vyose......🙏🏼
Thank u a lot @Dudu kuduha isengesho..❤🙏🏼
Hari ububasha bwihishije mwi sengesho ariko hari ubndi buri mu ndirimbo nacanecane iyiza idufasha gusaba mpwemu wera asubire atugender congrats dudu u made it again !! And my soul has been touched in deep
Amen amen.
Big up again
Mercie bcp kuraka karirimbo
Warahezagiwe mr Dudu🎉
Uri inzira yukuri
Subira 👏🥰🎧🎧👏😮. we like it so much . Yesu subira ungenderere
Amen amen nanj manitse aya maboko ubunt bw ndiho bugukubemw kuyind level Iman yakuduhay ikudutungire
Subira ugenderere Mana kugira nkomez kuba intama yaw Mana😭
Dudu turagukunda imbaraga n'amavuta by'Imana komeza wamamaze ubutumwa bwiza mu ndirimbo kuko bidusubizamo imbaraga
Imana iguhezagire
Imana iguhe umugisha papa Irambire ndagukurikirana kumbuga zose umufana wawe🥰🥰🙏🙏uko rero Nkunda indirimbo zawe😂😂😂❤️❤️
Good mon chef
Iyindirimbo is mine(je veux dire ije insanga ndimubihe nipfuza kubwira Yesu SUBIRA..Be blessed man of God
🔥 🔥 🔥 🔥 Subira
Turabakunda
Iyi ndirimbo irampezagiye niho nkiyumva uhezagigwe mukozi wimana
Hallelujah hallelujah amen 🙏🏽 urampezagiye chane Dudu
Amen uri umutima wubugingo 🙏🙏
Uri inzira yukuri Mana
#WeGotThat👁️
Kweri
Turagukunda can
subira ungendere Mwami 🙌🙏
Subira unyuzure Mwami
Urashoboy dudu
Mbega indirimbo yamavuta,ugeze aharaho ngo subira numva ndibutse vyinshi
Dudu iruhurabeshi najendimwo.
Subirunkoreko Yesu 🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏
Be blessed #Dudu# like you bless us!
Urivyose muri vyose Yesu🙏🙏
Urakoz Dudu kur Kano karirimbo Yesu akomez aguhezagir mur vyose