Ndashima Imana yongeye kuvugana natwe biciye mwiyi ndirimbo.... N UMWIZIGIRWA W IBIHE VYOSE❤️ Narabibonye, naravyumvise, narabikozeko noneho bigiye kubandanya, he's still the same🙇 Thank you Jesus, thank you pastor
😭😭Amaso yanje Yarabibonye,amatwi yanje yaravyiyumviye, amaboko yanje yarabikozeko ndashing'intahe ivyo niboneye urangwa n ukugiraneza!May God bless you Past.Lopez more and more!
Your faithfulness God goes generation to generation 💯🥳🥳🥳twaravyiboney turabikorako turavyumva kurangwa nukugira neza🙏 @pastor Lopez more anointing MOG🙏
Icombonye nuko mbona ko Israel Mbonyi ariko arinspira uburyo bwokuririmba kubaririmvyi beshiba ba gospel bo mu karere .kandi nivyiza kwigana gukora iciza....mubandanyirizaho ..well done
Your songs are making me know the really love of God ,and I couldn,t stop telling keep up ! Your are blessed and you blessing me so much by this song of yours
Turashimiye Imana kandi y,aduhaye ingabire nka Past Lopez mu burundi
Haleluya!!! Umwami wacu ni umwizigirwa cane. Lopez, Imana Ikomeze kuguha kwakaka. Kandi ugumane wamutima wahoranye wo gufasha no kwitaho impfuvyi n'abapfakazi. Urumugisha brother in Jesus Christ.
Kabis n bn uyumuntu aririmb indirimb nziz cn gs imana igume imuzamur kbs ahar ndamukejeeeeeeeh kbs
Be blessed Pastor Lopez
Ndakunda zaburi nshya
Thank you
🙌🙌🙌🙌🙌 ❤❤Thank you Pastor for this👌🙏🙏..Umwami Arushirize kubakoresha kubw'ishengero Ryiwe, Muri umugisha ukomeye kugihugu no mumahanga menshi
Hallelujah 🙌 nkund,indirimbo zawe Lopez ziranfasha mu ma sengesho ya buri musi, surtout ,《ngomba kuba kubirenge vyawe》❤🎉🎉
Ndashima Imana yongeye kuvugana natwe biciye mwiyi ndirimbo.... N UMWIZIGIRWA W IBIHE VYOSE❤️ Narabibonye, naravyumvise, narabikozeko noneho bigiye kubandanya, he's still the same🙇 Thank you Jesus, thank you pastor
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏ndashing'intahe👌
Pasta wunveko ngukunda vyagutseee ntushobora kwibaza ukuntu nkunda iyo usiguye ubutumwa muri église nukuri wuzuye amavuta y'Imana 💖💖💖papa wo mw'ijuru agukomeze
Iman ishimwe kubwa pasteur lopez nukuri indirimbo ziwe zirubaka benshi
Ubwizigirwa bwiwe ntibuserangurika🙌🏽🙌🏽🙌🏽more anointing Pasteur Lopez
Uhoraho Abandanye kuguha amavuta, Uraduhezagira cane, Ibazigame n'umuryango wanyu, naba kristu Bose BO muri CLG n'Umwungere wanyu yuzuye mpwemu yera
Imana ibahezagire mukwitangakwanyu kugra Ijambo ry'Imana ritugereho mwubahwe cyane🙏🏽 NDABAKUNDA❤
Oooh Jésus nanj ndabihamya😢
yarabikozeeee naravyiboneye nanjeee Glory to God always
Uyu mu pasteur ndamukunda afis ingabire ikomeye
Yesu ni umwizigirwa koko Imana ibandanye iguhezagira Pstor Lopez❤❤❤🎉🎉🎉
Indirimbo Yanje y’Ibihe vyosee 🙌🙌🙌🙌Stay blessed Pastor
God bless you paster lopez for your nice song. Million thanks kuriyindirimbo yaw imana igukomeze
ndi richard.yesu akwongere amavuta.turinyuma yawe.hejuru can niho nkwipfurije ncuti ya yesu.wahora arumwizigirwa ibihe❤❤❤❤❤❤❤❤
Oooo my God ❤️ Jésus tu es bon en tout temps 😭😭😭 wauuh on avait besoin de ce chant merci mon Pasteur
Gloire soit rendu au père qui vous inspire toujours avec des morceaux qui nous fait voir sa grandeur 🙌🏽🔥
Muri umugisha Ku Burundi n'abarundi🙌🙌
Israël bonyi burundi .waragezagiwe Lopez .Amavuta yiyongere
Hallelujah hallelujah 🙌🙌🙌 uko bukeye uko bwije uteramira ijambo ryaw ntuhinduka Amen Ameeeeeeeeeeeen
Be blessed Pastor Lopez 🙏 amaso ynjee yarabibony,amatwi ynje yaravyiyumviy,amaboko yanj yarabikozeko oooooh my God🥳🥳🥳🥳
nimpano yawe mahaanga Burundi nshinga intahe kuko muriwewe hakiriho intahe Yesu watubereye umwizigigwa guhembura amatazirano mumukozi wawe
Kuva Kera hose ntawakwizeye wamarampaje ❤️🔥❤️🔥❤️🔥🔥🔥🔥be blessed My Pastor 🥳🥳🥳and HBD to U
Waooo❤❤❤ aka karirimboo kankoreye umwaka mushashaaa .... uhezagirwe pastor lopez
Eego pe Imana yacu n,Umwizigirwa Ndashinga intahe nanje nukuri amaso yanje yaravyiboneye,amatwi yanje yaravyiyumviye n,amaboko yanje yarabikozeko
WOW 😳 Thanks Pst.Lopez we love you
Ntawkwizey wamarmaje uruwokwizigirw mwamii🙌🙌Ukobukey uko bwij uteramira ijambo ryaw ntuhindukaaa🙌🙌😍 be blessed Pastor 🙌
Nanje amaso yanje Tara ubonye kandi arabibona n’ubu. Amaboko yanje yarabikozeko n’ubu arabikorako, kandi n’amatwi yanie yaravyumvise gusa uko mbona uko ndamubona uyo Mwami birenze ivyo numva. GOD bless you child of the ALMIGHTY GOD!
Amaso yanj yarabibonye. Urumwizigirwa yesu be blessed mon paster🙏
Nukuri nanje nfise amakuru menshi
Yabo Imana yagiriye neza!!
Nukuri Arangwa nokugira neza!!
Kubwivyo, ndite gutabara kwiwe🙏
Urakoze cane kuduhezagiza izi ndirimbo nziza zidusunikira gusenga Imana ibandanye kugukoresha
Uko bukeye uko bwije,uteramira Ijambo ryawe Ntuhinduka 🙌🙌🙌🙌😭😭😭 thank you Pastor Lopez ❤
Amaso yanje yarabibony yesu agira neza
Amaso yanje yarabibonye Mwamiii bimwe wambwira vyooseee😂😂😂🎉🎉🎉🎉 pasta lopez Data arushirize kugukoresha uri umugisha Kumahanga❤
😭😭Amaso yanje Yarabibonye,amatwi yanje yaravyiyumviye, amaboko yanje yarabikozeko ndashing'intahe ivyo niboneye urangwa n ukugiraneza!May God bless you Past.Lopez more and more!
Your faithfulness God goes generation to generation 💯🥳🥳🥳twaravyiboney turabikorako turavyumva kurangwa nukugira neza🙏
@pastor Lopez more anointing MOG🙏
Hallelujah Imana yacu numwizigirwa muri we ntagitutu co guhindagurika 🙇🙌🙌
Ndaryohew can niyi ndirimb 🥰narindayirindirany igishik🥰🥰🥰imana ikongererez amavut.knd igum iguhezagirw impand zos❤❤❤❤
My testimony
God bless you servant of God
IMANA yacu irangwa nokugira neza 🙌🏼 #Urumwizigirwa mwami
Thank you again pastor 🙏
Respect to you Josh this video ✍🏽🙌🏼🎁
Courage mn pasteur
My pastor warahezagiwe cane urushirize gukayangan cane uru mwizigirwa❤❤❤🎉🎉
UHORAHO akomeze ahezagire kandi akuze ingabire yabahaye Pasteur Lopez! Muri umugisha kuri benshi.
waouuu Imana ishimwe kucoyashize muri wewe kugira Ivugane natwe biciye muri co
Nice song🎉🎉 amaso yanje yarabibonye kandi azokwama abibona
Be blessed pasta Lopez 🙏
Amaso yanje yaravyiboneye ibikorwa vyiwe ndigishingantahe ciwe ibihe vyose 😴 indirimbo iryoshe cane❤🙏🙌
IMANA iguhezagire maman mignone ❤❤❤
Amaso yanje yarabibonye vyukuri ❤❤❤
Iyi niyindi season yubwiza kuri twebwe biciye kumusavyi wImana Pasteur Lopez.Imana iriko igukoresha ibidasanzwe nigihe cawe kandi
Nukuri urampezagira muvyeyi,nukuri iyindirimbo ije hageze,numwizigirwa uwo Mwami Yesu
Nuuuukuriiiii twarabibonyeeeee🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌Imana niyo kwizerwa💖💖💖💖💖💖💖
Yesu aguhezagire cane Pastor Lopez utubereye umugisha cane. amavuta yiyongere imitima y benshi iremeshwe.
Imana ibandanye iguhishurire vyinshi vy'ubwami bwayo
Uri Umwizigirwa Yesu , ndashinga intahe yivyo niboneye 🙏🙏🙏 Amenn Amennnnn
Amen.Imana irangwa no kutugirira neza . sois bénit pasta🙌🙌🙌
Amaso yanje yarabibonye,,amatwi yanj yaravyiyumviye,,amaboko yanj yarabikozeko,,ndashinga intahee ooooo hallelluyaaaa
Quel Bon chanteur ❤❤❤. Be blessed our pastor , Imana ishimwe yo yaduhaye umuntu w'ingabire nkawe
Another song to be looped....
Imana n'umwizigirwa ,irangwa no kugira Neza ukwo nikwo kuri kuzima 🙌🙌Be blessed again and again Pastor 🙏
Amaso yanje yarabibonye amatwi yanje yaravyiyumviye🙌amaboko yanje yarabikozeko🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Urangwa no kugira neza🥺🙏❤️
Ndashing'intahe y'ivyo niboneye.
Urangwa n'ukugira neza.. ❤
Amen 🙌🙌 muri wew ntagitutu coguhindagurika..... Uri umwizigirwa
Amavuta psteur Lopez les mots me manquent oooh oooh amaso yanj yarabibony for really so remain blessed
Waoooo indirimbo zawe zirampezagira cane Imana igukomeze Paster! We love you
Nukur Amaso yanje yarabonye ukugir neza kwawe😢ur Imana itarobanura ku butoni Ur Umwizigirwa Mwami🙏✨Be Blessed Pasta Lopez🙌✨
Amaso yarabibonye nuko vyose Imana izi ivyanj kandi nkmva ko Imana arumwizigirwa uko bukey uko bwije ibana natwe
Thank you Pastor Lopez🎉🎉🎉muriwe Nta gitutu coguhindagurika n’umwizigirwa ibihe nibihe ❤
Amennnn uri mwiza yesu🙏🙏🙏🙏🙏
Amen hezagirwa pasteur Imigisha myinshi Ibane nawe
Uri umwizigirwa , indirimbo y,amavuta ,inshikana ahandi hantu
Icombonye nuko mbona ko Israel Mbonyi ariko arinspira uburyo bwokuririmba kubaririmvyi beshiba ba gospel bo mu karere .kandi nivyiza kwigana gukora iciza....mubandanyirizaho ..well done
Yes bro! Urabiz vrt abanyarwand nibo nirinziko talent nkiz.
Ikibaz dufise ni internet mbi dufise.nuko tutamenya gukoresh niyo dufise ubundi views waruzikwiy
What a masterclass🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥thank u God for your vessel Pastor Lopez🙏
BURUNDI AND NATIONS AROUND,ARE BLESSED TO HAVE YOU BROTHER PS LOPEZ
Chris ndikumana yadusavye kugushigikira mpisenza kugira s'abonner, niyo ntererano yanje.Ndiho akuduze caneeee ❤❤
Ameeeen.Imana yacu irangwa nukugira neza❤❤.God bless you Pastor Lopez
Amen Amen
Amaso yanje narabibonye
Oh God bless your servant pastor Lopez 💖💖💖
Ôoh Hallelujah🙌🏿 NUMWIZIGIGWA Turabihamwa🙌🙏🏿 God BLESS YOU Pastor❤
Thank u Pastor for the song ,uku runganwe rubisa urundi uru mwizigirwa🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Ntuhinduka Mana!
Waouuu😍✨...stay blessed Pastor👏
Amaso yarabibonye ndabushingirintahe😪💯
Nice Song be blessed pasta Ropez ndagukunda 🥰🥰cane 🙏🙏
Your songs are making me know the really love of God ,and I couldn,t stop telling keep up ! Your are blessed and you blessing me so much by this song of yours
God bless you paster Lopez uraduhezagira caane
Amazing song irahezagiraa cnee🌹🌹🌹🇧🇮
Uri Umwizigirwa🫶🏾🙌🏼💃🏽
We testify
Amaso ynje yarabibonye🥺 amatwi ynje yavyiyumviye
Amaboko ynje yarabikozeko favorite song 🎼 be blessed🙏🙌
Ndakunze amajambo avuzwe , IMANA iguhezagire
Amaso yacu yarabibonye vyukuri nuwo kwizerwa🎉🎉🎉
Ooooh my favourite one of your songs;;be blessed dear Pastor🙏🙏
YESU KRISTO agira neza
ukobukeye nu kobwije ntuhinduka 🎉🎉❤
Yesu KRISTO ni WE Mwizigirwa wenyene.
Pastor Imana igukomereze umuhamagaro