Mbega vya bintu bimeze nk'ubutare vyatowe mu binogo mu Cankuzo ni ubutare canke si ubutare?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 18

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyo nkuru ntinryoheye . muburundi turanjanjwa kubutuzi bwacu .
    Biramaramaje . aho baratwaye ivyo nivyabananiye .

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 2 ปีที่แล้ว +4

    Ivyo ino Australia muvyo ducukura ayo namabuye bita copa bayakoramwo amagurudumu yamakamyo canke ayimodoka zisanzwe
    Iyo ni imari nziza

    • @EdouardNduwayezu
      @EdouardNduwayezu 2 หลายเดือนก่อน

      Uragakoz ubona hatagiye babandi binda zirereta Aho baca bakubwirako atakirimwo 😢

  • @yayafilms5473
    @yayafilms5473 3 ปีที่แล้ว +1

    Yani ugashika ufata ikintu utazi ukoresheje iminwe vrema open your mind benewacu

  • @yayafilms5473
    @yayafilms5473 3 ปีที่แล้ว +2

    Baze bamenya kwambara gloves 🧤 plz!

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 หลายเดือนก่อน

    Yooooohhh ndababay vrt ng bisa niki? Ay makuru ateye isoni caann mwarikuduha amakuru azwi neza

  • @IrankundaMichou
    @IrankundaMichou 2 หลายเดือนก่อน

    Navyovyahereyehe abarundi bamwebamwe muguma mupfukama uburundi munda nonekovyabaye akamizwe ningoma
    4:55

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 2 หลายเดือนก่อน

    Ngwibintu iyombugo irababaje incabwenge twarize ntakazi turonka ngwibintu imari ikomeye nkiyo bise prezida avyirabire turamuzi kwadaca iruhande

  • @fredchibs1902
    @fredchibs1902 3 ปีที่แล้ว +1

    Ivyo bisa nubutare bakoramwo ivyuma

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga 2 หลายเดือนก่อน

    Guterimbere bivakumana nimweranirize munda zanyu nze nigire kumana ntabonye igisagara mumaso muyandi nze mbure ndabakupire amashugwe mumpembumuceri tuzongera kubonana kumana

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 2 ปีที่แล้ว

    Nibantumeko nze kubibapimira ndabimenyereye

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 2 หลายเดือนก่อน

    Ubwo nubutare ntimuduhe babwira copa mutanguye kuvuga ngo ivyobintu ubwonubutare muhashikane rwarwaruka nyenicubahira yaraye agenye abobasaza ntitubizeye ubu turabatinya,ico azovuga tuzokimenya ahashitse

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 2 หลายเดือนก่อน

    None kobaguma bavuga ngwibintu ntibazi gupima ngobamenye ubutare ubwaribwo ngwibintu igihugu kikianyagwa nkuko neva niyikorere aduteze imbere apana kuzana abavahanze batunyaga

  • @zamzamzam3920
    @zamzamzam3920 2 ปีที่แล้ว

    Nibikise

  • @kakas6648
    @kakas6648 3 ปีที่แล้ว

    Abantu baraza bavuye mukindi gihug bagakor ibint nkivyo tukabimeny hahez 10 ans!! Il faut qu'il ait un suivi pour ces étrangers !!

  • @HEAVENNduwamungu
    @HEAVENNduwamungu ปีที่แล้ว

    Ivyobikorwamwo felabeton

  • @amedeeg3910
    @amedeeg3910 3 ปีที่แล้ว

    Kuki mutahaye abakozi ivyo bambara vrm

  • @kanezioanthony7063
    @kanezioanthony7063 2 ปีที่แล้ว

    Niyompamvu abarundi dusuzugurwa kumbe abize amashure nabatize Bose barasa