Ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umutama w'umurimyi mworozi wa kijambere wo mu ntara ya Bururi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • #Burundi Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye n'umukukuruke wo muri komine Songa intara ya #Bururi arima akongera akorora kijambere. BUTOKI François, afise imyaka irenga 80, avuga ko uburimyi n'ubworozi yamye abibonamwo kazoza, aho akukurukiye mu kazi aca aja kubibandanya. Umukuru w'Igihugu yamugendeye, aho yari mu rugendo yise #Inkebuzo.

ความคิดเห็น • 28

  • @ClaudeNdagijimana-lg4kb
    @ClaudeNdagijimana-lg4kb หลายเดือนก่อน

    Merciii bcp mon excellence

  • @elisanayituriki4246
    @elisanayituriki4246 หลายเดือนก่อน +6

    Perezida wu Burundi nda mukunda cyane

    • @Umugabonyamugabo
      @Umugabonyamugabo หลายเดือนก่อน +4

      Vyihoze na jewe ndamukunda sana, ukuntu akunda uburimyi bibonekana yuko yanka KO inzara yokwica abanyagihugu, ndamukunda gose❤❤❤❤

  • @toyi7605
    @toyi7605 หลายเดือนก่อน +1

    Rais wetu mungu akupe mahisha malefu katika kazi uliyo nayo ya kujega ichi

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or หลายเดือนก่อน +2

    Abarundi muri kuyind mpem kbx❤❤🎉🎉

  • @Cyubahiro-nu8ns
    @Cyubahiro-nu8ns หลายเดือนก่อน +1

    Vraiment c'est très bien

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +6

    uburundi turi kukivi

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 หลายเดือนก่อน +1

    Acha tur kukivi❤❤❤🎉🎉🎉

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 หลายเดือนก่อน +5

    Ibi mbikunda kubi

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 หลายเดือนก่อน

    Nakupenda rais wetu kwaushauli unaotupa kilasiku hata wakupinge vipi lazima watu wafanye kazi tuachane namambo yaukoloni walizoea vyabule ndiomana tumekua nashida nyingi kwasababu hakuna kvitu tunauza nje hiyo yotw nikwasababu wakoloni walituzoeza misada tukasahau kulima vyetu wanaokupinga waishie nawalegeye❤❤

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 หลายเดือนก่อน

    President wacu wirambire❤❤❤

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk หลายเดือนก่อน +1

    Ibi réro birandemesha Can kuburundi

  • @SabuwukunzeTerase
    @SabuwukunzeTerase หลายเดือนก่อน

    IMANA ihezagire uburundi n abarundi

  • @bettertv470
    @bettertv470 หลายเดือนก่อน +2

    Yewe ga president 😂😂😂😂😂

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd หลายเดือนก่อน

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @LadislasNiyongabo-t3d
    @LadislasNiyongabo-t3d หลายเดือนก่อน +1

    Amashi menshi kuri uwo mutam

  • @igiranezaseth3970
    @igiranezaseth3970 หลายเดือนก่อน

    Uyu mutama ndamukunze

  • @user-dd8dq7kz3e
    @user-dd8dq7kz3e หลายเดือนก่อน

    Président Neva aremeye 😂😂baramwemeje😂😂

  • @user-mx1pu6ic2e
    @user-mx1pu6ic2e หลายเดือนก่อน

    Perezida wacu ndamushima ibikogwa vyiwe vyiza agendera abenegihugu bizovugwa mumateka yisi yose

  • @NgororanoSergefrancis
    @NgororanoSergefrancis หลายเดือนก่อน +1

    Ese neva ko abaza nkaho arumunyamakuru cyange iyi channel niyiwew

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k หลายเดือนก่อน

    Nyenicubahiro, Waratanze umurongo igihugu gikwiye kugenderaho!! Kandi ni cviza gose hama rero harageze ko ivyo ubiharira abayobozi muyoborana kuko nabakozi bawe bazajya baguha rapport naho ubundi abo bobo bazokora iki!? Wewe ntubibona ko babuze uko bajya kukivi!!???

  • @S.T.OTV24
    @S.T.OTV24 หลายเดือนก่อน

    Ariko uburundi ntamisozi minshi ihaba

  • @mchimgentil8666
    @mchimgentil8666 หลายเดือนก่อน

    uwo mutama azorenza 100 ans

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k หลายเดือนก่อน

    Hewe,mutama ndagukebure ?!??! Umukuru w,igihugu sinyakubahwa!!?? Ni nyenicubahiro,,,none ntubizi!!??