"Mu 1993 igisirikare c'Uburundi cariciye umutwe, igihugu gica kirwa mwisanganya"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 38

  • @abubakarisudikh6172
    @abubakarisudikh6172 4 ปีที่แล้ว

    Merci pour l'histoire d'octobre 1993,la mouvaise armee' monoethnique tutsi qui n'a aucune trace de notable.Ivyabaye mu Burundi ntituzovyibagira baratwiciye umukururu w'igihugu twitoreye.

  • @ndabarushimanamanasse8899
    @ndabarushimanamanasse8899 4 ปีที่แล้ว

    Kabisa urwaruka turakwiye kumenya akahise kugira dutegure kazoza k'igihugu cacu

  • @zebede7972
    @zebede7972 5 ปีที่แล้ว +2

    Uburundi bufise abagabo nabo nimwebwe mudatinya kuvuga ukuri kuvyabaye

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 5 ปีที่แล้ว +2

    Uwo mugabo abivuga nkuwubizi. Namasaha nkeka yoduha umuco kubamwishe. Atabwira nimba urupfu rwa Ndandaye nimba ariwe yateguye ko abarundi isi baca bicwa. Nimba vyateguwe imbere yurupfu rwa Ndandaye canke inyuma y'urupfu rwiwe.

  • @munezerodesire920
    @munezerodesire920 5 ปีที่แล้ว +1

    Turatahuye vyinshi tutari tuzi Imana i bahezagire

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว

    Kamenge my Root ✊🏾🇧🇮

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 5 ปีที่แล้ว +2

    hariho umutama mu kayanza yumvise ngo NDADAYE baramwishe aca aja kwiha akayeri ngo YA NDA yaca GIKERI barayifomoye nta gikeri GITWARA

    • @zebede7972
      @zebede7972 5 ปีที่แล้ว

      Nawe vyaraguhimbaye none?

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 4 ปีที่แล้ว

      🤣🤣🤣🤣Ni hatar. Arik isi ntiba incuti twese turapfa nic gihimbaye. Knd ntanumwe ahambwa m8juru twese nimwivu

  • @juleskaze1191
    @juleskaze1191 5 ปีที่แล้ว +4

    Mbe umbonera azogenda agasigura no kw’ibubu canke i Bugendana ibara ryaguye bica ubwoko bumwe reka turindire

    • @nshimirimanaisaac9771
      @nshimirimanaisaac9771 5 ปีที่แล้ว

      Ico tuzi hamwe muraho uvuze mwarihoneje kubera mwari mwaciye imigwi amoko hama mwihenda inzu🙉🙉 rero urucira mukaso rukahitana nyoko

    • @felixniyungeko1284
      @felixniyungeko1284 5 ปีที่แล้ว

      Uvuze bugendana wibagiwe ntega namarangara ahapfuye abarenga ibihumbi 8 wibazako. Hoho ari ubwoko bumwe aho indege yabica bigacika🙊🙊🙊🙊🙊🙊yiraye mubayiguze. Kumurango izuba riva.

    • @mugishaemile8390
      @mugishaemile8390 5 ปีที่แล้ว +2

      Ntabez bigez bahaba bos ninda nukwikund !!! Rab ngen mwishuran muburof gus abaphuy baraphuy ivy vyarahz niy yar but yaryam generation yarahar kd barayashitsek namw nimutegur ivyiwany arukwican saaaw mubikor kd mubikoran umwete arugutez imber igihug navy mubikor kd mubikoran umwet umw wes nacagr kimw abonak comugirir umumar agikoran inguv

    • @havyarimanasamuel4241
      @havyarimanasamuel4241 5 ปีที่แล้ว +1

      Ibugendana niho hafuye ubwoko bumwe ?? Uribuka abiciwe kamege,! Mwisare ? Bubanza nahandi tutavuze.

    • @niyongabojules3784
      @niyongabojules3784 5 ปีที่แล้ว

      Ntiwumvise ko hariho imva itamenyekana?

  • @gabrielmanirakiza9217
    @gabrielmanirakiza9217 5 ปีที่แล้ว +2

    Za muratwibutsa amateka

  • @jonasnimbona771
    @jonasnimbona771 5 ปีที่แล้ว +1

    Twaratotejwe bikwiye, about baroberi batwiciye umukuru w'igihugu twitoreye, za muratwibutsa banyakwubahwa.

  • @evelynbulaya1081
    @evelynbulaya1081 4 ปีที่แล้ว

    1993narimpari nari muto nfise imyaka 5 nindirimbo biyamamaza baririmba aba frodebu ivyabay ndabiziko agace sinzopfa ndavyibagiy sinzonakurikira ubwije.

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 ปีที่แล้ว

    iki gicapo ca NDADAYE koko mubona ariwe/ barakiriye kugisubiramwo

  • @kinanamorisho3263
    @kinanamorisho3263 5 ปีที่แล้ว +1

    imyiyerekano yatanguye mu buyenzi igaca muri ville ikaca ija mukamenge i

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 ปีที่แล้ว

    uyu koko mubona ari NDADAYE? ahubwo umuntu yamushushanije agombwa gufatwa akabazwa koko, kuko nigitutsi kuburundi kubona bashushanya uku incungu ya democratie reta sinzi ko ibibintu ibibona biteye amarira igitutsi no gukora munkovu abarundi

  • @kinanamorisho3263
    @kinanamorisho3263 5 ปีที่แล้ว +1

    kandi manifestation yambere tugitangura mubuyenzi hari 14h tugeze kuri zone buyenzi baciye baturasa hapfa umupatriote umwe

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison 5 ปีที่แล้ว

    Wari kuvuga buyoya na bikomagu blue rogue mwaro Aba shanjesheke sha sha come on robora abatutsi

  • @erickemmanuel3696
    @erickemmanuel3696 4 ปีที่แล้ว

    Ndabakunze

  • @hakizaerickenny308
    @hakizaerickenny308 4 ปีที่แล้ว

    none ko mubivuga nigiki mwakoze kugira tumenye ico ntaryamira yazize

  • @inkonantiyaruzwa5689
    @inkonantiyaruzwa5689 5 ปีที่แล้ว +2

    Harabaye ntihakabe

  • @bsc4177
    @bsc4177 5 ปีที่แล้ว +1

    ndadaye yarumugabo

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 5 ปีที่แล้ว

      Iyo batamugandagura ubu u Burundi buba buteye imbere. None intambara yaciye itera, kandi ivyo bididiza igihugu.

    • @vincentbukuru2330
      @vincentbukuru2330 5 ปีที่แล้ว

      BAoae

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 5 ปีที่แล้ว +3

    Twavuye kure kahise kacu kadutere kwubaka igihugu twarazwe na sokuru

    • @ericnyandwi6351
      @ericnyandwi6351 5 ปีที่แล้ว +1

      Murakoze cane nibabandi bageregeza kudeta ikabananira

    • @asifiwedeus4122
      @asifiwedeus4122 5 ปีที่แล้ว +1

      Abobishe umukuru wigihugu nibobatumye hichwa nabatazi co bazira

  • @ericemerusenge4032
    @ericemerusenge4032 5 ปีที่แล้ว +1

    Namwe murintwari komwagize ako kigoro

    • @nshimirimanaisaac9771
      @nshimirimanaisaac9771 5 ปีที่แล้ว

      Nintwari koko ndabakunze cane nkongera ndabasaba gukomeza kugira abene burundi bamenye neza kahis🙏🙏🙏🙏

  • @evelynbulaya1081
    @evelynbulaya1081 4 ปีที่แล้ว

    1993narimpari nari muto nfise imyaka 5 nindirimbo biyamamaza baririmba aba frodebu ivyabay ndabiziko agace sinzopfa ndavyibagiy sinzonakurikira ubwije.