Pastor Lopez: Umusi nkizwa nashitse nkubitwa cane n’abavyeyi/nabaye pasteur ndi umusore w’imyaka 25😳

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • #pastorlopez #burundi ##music

ความคิดเห็น • 38

  • @hakizimanaelie8916
    @hakizimanaelie8916 16 วันที่ผ่านมา +1

    Paster Imana iguhe icumutima ushaka . Hanyuma nimba vyoboka indirimbo ninziza cane wozishira mu Kiswahili kugira nabene data mukarere ka East Africa

  • @InezaEmmabertile
    @InezaEmmabertile 2 หลายเดือนก่อน +4

    Pasteur Lopez nda❤❤❤❤caneee

  • @WillyWilliam-i1w
    @WillyWilliam-i1w หลายเดือนก่อน

    Lopez my super star ❤❤❤❤❤mukunda kubi

  • @bernicemidonzi8752
    @bernicemidonzi8752 3 หลายเดือนก่อน +4

    Pasteur Lopez ndamukunda cane❤❤❤ indirimbo zawe ziraduhezagira sije ndabonye harageze... Nihashike n'ukuri🥳🥳🥳

  • @victoirehagerimana6079
    @victoirehagerimana6079 4 วันที่ผ่านมา

    Wow so nice❤❤❤ my favorite pasteur 🎉

  • @antoinentahimpera8652
    @antoinentahimpera8652 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashwa cane n'igikorwacawe mugusenga kwanje ndagushimir'Imana.

  • @Mukunzijolie
    @Mukunzijolie 3 หลายเดือนก่อน

    Pasteur uraduhezagire canee kandi turagukunda Imana ikomez kugukoresh ivyubuhizi we love you🙏🏻🙏🏻

  • @musangImfura
    @musangImfura 3 หลายเดือนก่อน

    Urakoze kutuzanira past.lopeze hosy! Ndahezagirwa n,indirimbo ziwe cane

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 3 หลายเดือนก่อน

    Hosy ndagushimiye kubwa Pastor nukuri kose ndaryohewe nokumubona,Numukkozi w,Imana vyukuri Pastor kuri Jardin nzozinduka Mana yanje sije nzobona harageze muraduhezagira mundirimbo zanyu vyukuri hajemwo rero Imana Ya kandi Karyo numva ndemye.pastor Mwarahezagiwe turabakunda

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine865 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤... merciii Hosy kuri iki kiganiro🤗

  • @JoselyneMunezero
    @JoselyneMunezero 3 หลายเดือนก่อน

    Mon ami d'enfance maintenant Pasteur nukuri urumugishaaa

  • @Francus1609
    @Francus1609 3 หลายเดือนก่อน

    Pasteur Lopez, Imana imuhezagire, uwo arampimbara.

  • @CynthiaNkurunziza-hf5pe
    @CynthiaNkurunziza-hf5pe 3 หลายเดือนก่อน +1

    Urumugisha kuri twe nabakuzi bose mon pasteur

  • @banumachristophedavid7553
    @banumachristophedavid7553 3 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhezagire cane Lopez

  • @IsaieNziza
    @IsaieNziza 2 หลายเดือนก่อน

    Lopez❤❤❤❤❤❤❤iman iguhezagir

  • @OlivellaNdayubaha
    @OlivellaNdayubaha 3 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda ❤ cane pasteur

  • @JeanmarieMuhimpundu-b5q
    @JeanmarieMuhimpundu-b5q 10 วันที่ผ่านมา

    Komera kwibang

  • @irumvabriceberry5178
    @irumvabriceberry5178 2 หลายเดือนก่อน

    lopez Imana iguhezagire

  • @jeanboscosinzinkayo9352
    @jeanboscosinzinkayo9352 3 หลายเดือนก่อน +4

    Uramutubwirira indirimbo ziw azishir kuri Spotify

  • @BlessingMuco
    @BlessingMuco 2 หลายเดือนก่อน

    Lopez hejuru cane ❤

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 3 หลายเดือนก่อน

    Nice❤❤

  • @bettyrachat5383
    @bettyrachat5383 3 หลายเดือนก่อน

    Ubu Uraberewe mu mutwe hosy😂❤

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

  • @musangImfura
    @musangImfura 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mwajanishije😂

  • @MunezeroParfait-hx4ch
    @MunezeroParfait-hx4ch 3 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa cane pasta wacu turagukunda cn

  • @NellySibomana
    @NellySibomana 3 หลายเดือนก่อน

    Urumugish kuri benshi

  • @Gloriose-jb6bg
    @Gloriose-jb6bg 3 หลายเดือนก่อน

    Ameen❤

  • @BayubaheAliella-gq3sx
    @BayubaheAliella-gq3sx 3 หลายเดือนก่อน

    Mwotubariza umusi Wa concert ?

  • @ArianeNikuze
    @ArianeNikuze 3 หลายเดือนก่อน

    Ndifuza kumenya ahantu hari ecole ya musique. Uwuhazi ambwire azoba akoze

    • @IrakizeEmile
      @IrakizeEmile 2 หลายเดือนก่อน

      Shaka umuntu yitwa Jolesi mugasekebuye

  • @tonnybhg-rs7md
    @tonnybhg-rs7md 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤