UBUTUMWA BWIZA//IVYAHA BIHARAWE!!!// YEREMIYA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 มิ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 39

  • @innocentniyokwizigirwa
    @innocentniyokwizigirwa 19 วันที่ผ่านมา

    Imana idutabare cane itubabarire❤

  • @ElicanHavugiyaremy
    @ElicanHavugiyaremy 8 วันที่ผ่านมา

    Murakoze cane muhezagirwe

  • @user-wv6kw4fw3q
    @user-wv6kw4fw3q หลายเดือนก่อน +3

    Mukozi wi MANA yesu aguhezagire ubutumwa bwiza nibwo bukwiye kuvurwa

  • @JeanineManirakiza-xv8gk
    @JeanineManirakiza-xv8gk หลายเดือนก่อน +1

    Imana idutabare vyukuri turabatsindwa

  • @nathanaelniyera7342
    @nathanaelniyera7342 หลายเดือนก่อน +2

    Mbega ubutumwa bwiza weee!!
    Imana ikugwizeko umugisha mwinshi Pastor.
    You are so loved♥️

  • @InnocentBarembemba
    @InnocentBarembemba 7 วันที่ผ่านมา

    Muhezagigwe bakoz b Imana

  • @RebeccaTunza
    @RebeccaTunza หลายเดือนก่อน +4

    Sois béni par DIEU le bon serviteur :toute cette parole est juste

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze cane mon Pasteur

  • @ChantalNdikumana-uh7mm
    @ChantalNdikumana-uh7mm หลายเดือนก่อน +1

    Ubu butumwa burakenew muribibihe ❤🙏

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ishimwe

  • @ObedNdayisaba-ht6ps
    @ObedNdayisaba-ht6ps หลายเดือนก่อน

    Ijambo ry'ubugingo

  • @user-xx1of2rs1b
    @user-xx1of2rs1b หลายเดือนก่อน

    Imana ikwongere inkomezi mukozi wa yesu

  • @user-ri9zu5vb7k
    @user-ri9zu5vb7k หลายเดือนก่อน

    YESU akwongere inkomezi Mukozi w Imana, aguhezagire cane

  • @donavinenduwimana611
    @donavinenduwimana611 หลายเดือนก่อน

    abakozi bimana bavuga ubutumwa bubohora baracariho atabo kuvugira inoti gusa Imana igukomereze amaboko mukozi wimana nzima

  • @user-ix1je5cl8s
    @user-ix1je5cl8s หลายเดือนก่อน +1

    Ameni

  • @nadinendayishimiye-ob7rr
    @nadinendayishimiye-ob7rr หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane mukozi w'imana

  • @user-pl7mq3xy8k
    @user-pl7mq3xy8k หลายเดือนก่อน

    Urakongenzwa amavuta mukozi w'Imana

  • @HATUNGIMANAJeanPierre-jg1yc
    @HATUNGIMANAJeanPierre-jg1yc หลายเดือนก่อน +1

    Amen ❤

  • @daphroseHarerimana
    @daphroseHarerimana หลายเดือนก่อน

    Amen amen ukuri kwuzuye lmana ikwongere uwundi muzingo

  • @christianninezereza445
    @christianninezereza445 หลายเดือนก่อน +1

    Imana itubabarire ivyaha bigezweho nivyavuye kuri page vyose

  • @jorgeniyongabo
    @jorgeniyongabo หลายเดือนก่อน

    Imana iturengere nukuri

  • @user-tw5rv5ip6b
    @user-tw5rv5ip6b หลายเดือนก่อน

    Amen amen, Mutama Mukozi w IMANA

  • @Ezéchiel-b5o
    @Ezéchiel-b5o 11 วันที่ผ่านมา

    TirabakurikirijanakWijana yesabakomezecaaaaaane

  • @CaudeHarerimana
    @CaudeHarerimana หลายเดือนก่อน

    Imana,iguhumugicha

  • @user-ix1je5cl8s
    @user-ix1je5cl8s หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashizwekabisa.ndatsinzwe

  • @user-un6fd9ew9x
    @user-un6fd9ew9x หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi Ubu ni bwo butumwa bwiza

  • @acquissakwizera-fq9ys
    @acquissakwizera-fq9ys หลายเดือนก่อน +1

    🙏🙏🙏🙏

  • @audreyuwimana4715
    @audreyuwimana4715 หลายเดือนก่อน

    Mukozi w'Imana Imana ikongere amavuta 'kandi jew amajambo yankozeko 'mufashe numéro zanyu
    .muri make umubonano.

  • @GerardNkunzimana-td3iv
    @GerardNkunzimana-td3iv หลายเดือนก่อน

    Imana ikonger inkomez mukoz wimana

  • @GerardNkunzimana-td3iv
    @GerardNkunzimana-td3iv หลายเดือนก่อน

    Yesu adutabare kl

  • @bishikajeanpaul642
    @bishikajeanpaul642 หลายเดือนก่อน

    YESU Adutabare

  • @uwimpuhwejeannedarc8827
    @uwimpuhwejeannedarc8827 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhe umugisha ndi umunyarwanda ndabakurikiye kandi ijambo ry'Imana ni ukuri murakoze

    • @AdonaiTv-po6gk
      @AdonaiTv-po6gk  หลายเดือนก่อน

      Murakoze cane. Mubusangize nabandi Bose bahezagirwe niri jambo ry'Imana

  • @LaurentNdayiragije-qz6du
    @LaurentNdayiragije-qz6du หลายเดือนก่อน

    Imanibongereze amavuta kumajambo meza muvuze

  • @ItangirubuntuGuillaine
    @ItangirubuntuGuillaine หลายเดือนก่อน

    IMANA iguh umugisha CNN CNN

  • @BizabigombaEmmanuel-bw4sm
    @BizabigombaEmmanuel-bw4sm หลายเดือนก่อน +2

    Ubutumwa nkubu nibwo bukenewe

  • @BayiAimable-ys3hd
    @BayiAimable-ys3hd หลายเดือนก่อน

    Yesu abahezagire cane baririmvyi

  • @GerardNkunzimana-td3iv
    @GerardNkunzimana-td3iv หลายเดือนก่อน

    Knd imana ishimwe kigikoresh abakoz bayo vyubuhizi igihe Niki mana

  • @BizabigombaEmmanuel-bw4sm
    @BizabigombaEmmanuel-bw4sm หลายเดือนก่อน +1

    Ubutumwa nkubu nibwo bukenewe