Duhagatire inkota - Duhaguruke turwane - Ntimugire ubwoba! By Pasteur Chadrack NDAYISHIMIYE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 15

  • @Grace400-w6s
    @Grace400-w6s 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashijwe cane
    Imana imuhezagire kandi yesu adufashe

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @PaisibleKaneza-in2ic
    @PaisibleKaneza-in2ic 10 หลายเดือนก่อน +1

    Amen 🙏

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @vingtinniyukurii9987
    @vingtinniyukurii9987 10 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n 10 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze❤Iman ibahezagire

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-pd1pp6lq5g
    @user-pd1pp6lq5g 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashijwe

    • @meirratv
      @meirratv  10 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-ou2dg2gd5d
    @user-ou2dg2gd5d หลายเดือนก่อน

    Murakoze Can iman idufaxhe cn

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen🙏💓

  • @user-li9lq4tz5z
    @user-li9lq4tz5z 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen,Ijambo ryuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Yera
    Ariko nimba vyokunda mwohora mushirako Numero y'umukozi w'Imana aba yavuze ubwo butumwa kugira ngo abashaka ubufasha bwova kur,uwo mukozi w'Imana,vice vyoroha kugira communication

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖
      Mugize neza no gushikiriza ico cipfuzo.