Burundi Bwanje by Tetero Laurette (Official video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 มิ.ย. 2021
- You can take me out of Burundi, but you can’t take Burundi out of me.” 🇧🇮
As we will be celebrating Patriotism day on 8 June 2021, in Burundi, let’s reconnect to our roots in remembrance of all of the heroes that made Burundi a country of honor🇧🇮
Imana yakuduhaye ikudutungire 🌾
Burundi bwacu,
Burundi bwanje 🇧🇮
Spécial thanks to :
⁃ Dieudonné Nahimana Foundation and Pasteur Dieudonné Nahimana
⁃ Holy Center and Apostle Jean Paul Manirakiza
⁃ Admicom Renovat Sindayihebura
We are exceedingly grateful for your support.
May God reward you and make all your wishes towards our beautiful country come true.
Written ; Niyuhuhire Jean Claude ( Falasha )
Audio : Amir Pro
Vidéo réaliser par Landry SB
Script ; Miss Dtive Uwimana
Styliste ; Ishimwe Aimée Gloire
CATCH UP WITH TETERO LAURETTE ON
- Facebook : profile.php?...
- Instagram ; tetero_laurette...
- Twitter ; :// laurettetetero?s=21
Bookings On : teteromanagement@hotmail.com
Uwubafise Ku mutima ❤️ - เพลง
Bandanye utwemeza Mwana W'Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍 Ururirimbo Rwiza cane,"Genda umbwirire isi yose uti Uburundi n'igihugu C'ijambo"
Je suis fiere de toi ma fille 😘
nice vdeo big up SB👌👌👌👌
😭😭😭iyi video numva noyiraba 100fois 😭😭 genda mumbwirire amahanga yuko Uburundi ari igihugu c'iratiro 🥰🥰
Turatunze nukuri ncie nkumbura🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤦🤦🤦🤦🖐️🖐️
👍👍👍👍❤
I'm a Rwandan but always I'm a fan of good music!
Afise ikibanza ciwe mumuziki kuko ivyakora ara créa ari mubindi bintu yitwa Tetero Imana igukomeze
Ivyiza vyacu ntawobivuga ngwabihezee.. Ururirimbo rwiza gosee.
th-cam.com/video/m-q14QLuHh0/w-d-xo.html
Kubantu mwese muri inyuma yigikorwa nkiki murankoze kumutima cane nzoyiraba kandi nongere ndayirabe nongere ndayisubire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nayo jewe ngize nti "IMANA-ABARUNDI- UBURUNDI"
Burundi bwa Nyaburunga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮,ter ujimbere mwana w'igihugu
I love you so much ❤️
Nukonyen mukobwa w'Iburundi.
Courage indirimbo nziza cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tetero Nice song urashoboye imana ibandanye igutera iteka ryoguterimbere courage
Everything about the video biraryosheeeeee kuraba😍😍😍😍😍😍😍😍😍👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿
Burundi bwacu
Igikorwa ciza mushiki wacu Tetero
Ijwi ryiza ,indirimbo nziza
❤🇧🇮BURUNDI Bwanje🇧🇮❤
Genda umbwirire Amahanga bati UBURUNDI N'Igihugu C'iratiro❤
Urukundo rwinshi ku Burundi❤
Indirimbo Nziza Caane Kandi Ikoze Nezaaa.Turaguteye Intege.
Nk'ubu runo ruririmbo turutaziriye garuka undabe
Nibazako atakosha ryoba ririmwo
Winjira neza
💯💯🇧🇮🇧🇮❤️💕💞🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Genda umbwirire ba kavantara kabisa
Mabuja, you did what needed to be done !!!!
Burundi bwanje uri agaheta!
Une si splendide voix accompagnée de belles paroles,Toutes mes respects à vous Tetero Laurette.Que Dieu vous Bénissez
Wouuuhhh Burundi bwacu😍😍😍😍très belle chanson !!!
Genda umbwirire amahanga, uti uburundi ni igihugu c'iratiro😍😍😍😍 I love this quote❤️❤️
Idubuuu🤣🤣
Cool song, guys iyi song itabaye iyambere Jew nzoca mpwere
Uburundi ku mutima 🇧🇮❤️ urakoze Laurette kuri aka karirimbo keza cane
Song nziza Kbx🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nkubu kweli kano kajwi na bino bicurarangisho vyari birindiriye umunsi wahariwe #patriotism
Ikindi nuko abadatahura mwabafashije gutahura biciye 💯💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tera uja imbere nk'umuzinga
Nice song and quality of video 👌 Asante saana kwa kazi nzuli
Nta vyinshi vyo kuvuga gusa Imana yarakoze kugushira mugihe cacu,
Mbega indirimbo,
Mbega amajambo??
Mbega ijwi ryiza we!!
Burundi 🇧🇮 Uri agaheta. Les 🎤 paroles zonyene ziri tellement bien 😌 écrit. Shishikara mwiza wacu
Tetero hezagigwa sha
Come and visit our Burundi🤗🤗
Nice song mwiza keep shinning mwiza wacu
Indirimbo nziza Gose, Ter'imbere Tetero wacu🇧🇮❤
Can’t stop listening to this amazing song❤️
Hezagigwa cane mwene data❤️🇧🇮
Iyi ndirimbo ishikiriw on my Play list ndayisubiramo more dan 5times
#Tetero u deserve more
Tu m intéressait pas mai,pour cette chanson j #Apprecie 💕💕💕💕💕💕💕
Le refrain me tue😥😥😥
Love from #Aisuper💓
Love from SUDAN 💙💛💚
Wonderful!!!
Ego #Tetero
This is real Burundian Music
waouh! mbega akaririmbo keza we!!!Imana iguhe umugisha muri vyose. U Burundi ni igihugu ciza kandi c'ijambo. Kibitse ubutunzi bwinshi. Amahanga aze kuburaba
Vyiza cane kabisa
A country rich in everything. Anyone who is outside of this country has the chant the greatness of this country. Keep it up Tetero ♥️♥️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✡️
Iyi yoyo iraruenzee 🔥 kabixa umukobwa ari very talended
Irarenzeeee Laurette. Congratulations for this great work !! Proud Proud proud
Kubona indirimbo nkiyi mumezi abiri yose ifise vues nkizo gusa, birafise ico bisigura mubuzima bw'igihugu cacu.
Bravo Tetero, proud of you
Wooow good job. so beautiful and high quality video 👌 from Australia 🇦🇺
Then support her music if u can
Uburundi Bwanje Uburundi bwacu
Burundi🇧🇮ajourd'hui, demain, le lendemain, le surlendemain et pour toujours🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️merci infiniment pour la chanson 🥰🙏@tetero_laurette🤗🤭😘💗
Je vous adore, depuis le Cameroun. Cette musique me transporte et me fais me sentir Burundais également. Fier de vous, fier de l'Afrique!!!
Nice song my Tetero 😘😘😘😘 our Burundi is beautiful country and I miss my 🇧🇮
th-cam.com/video/j_UeaaC6h8I/w-d-xo.html
Uburundi nibwiza caneee 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️ genda mumbwirire amahanga ko uburundi ari igihugu c'iratiro💃
Ndagufana kbsa
🇧🇮🇧🇮nice song😍😍Uburundi bwacu bwiza bwubahwe😍icompa abarundi twese tukabona ivyiza Imana yadushize imbere🙏Tetero wacu stay blessed mwiza😘😘
Burundi 🇧🇮 bwiza 💪
Wooow... Belle chanson kbsa......
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wari kuvuga: "umbwirire ...uti "aho kuvuga ngo "genda umbwirire... bati"
😂😂😂🙌🏾
Nanje, ako kantu...kiretse nimba hari ikindi yashatse kuvuga
Ahubwo “Genda umbwirire...nti “
Ego basi ico kirundi yakoreshej ni gikene!!ubundi indirimbo imez neza
@@horimberealexbrice3005 Oyaa, "mumbwirire" = jewe ndagusavye/ndagutumye nti wewe umubwire Uti....uwo ariko aratuma niwe azobivuga.
Nice song sis wanje
Wouw nice one kabisa 🇧🇮🇧🇮 salute you @Laurette
Nice mbe ivyiza Burundi komeza mukobwa
Am proud of being a Burundi yes my girl u made my night
Uburundi bwanje
Courage
Love from Les Jumeaux music club Burundi
Please make more traditional music. This style suits you very well!
Keep on working dear little sister
Ubirimwo neza 🔊🔊🔊🥰🔥🔥🔥
#Ivyiwacu_Imbere🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Well done Tetero👌👌
Tetero🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Take you lot my sister for your hardwork and for showing the world the beauty of our country.God bless you.I like your songs too much.keep moving forward on your hardwork ,God bless you my sister.
Burundi bwanje, gahugu kanje; iyakuduhaye ikutuzigamire🙏
Like you Tetero
Wari kera sha nayubu ncaronenekaye
Ego vyz Can vraiment
Tetero&Amir a wonderful duo at this Burundian's drum
I like this part 0:15
Nice music video👌
Urakoze cane ariko irivuga :" ti ." Ryakoreshejwe ukutariko . Ngenda umbwirire amahanga uti niko wari kuvuga .
Muri poésie biremewe
@@yamuremyeferdinand3752 n'uko tutazi ko yabigize abibona kuko kenshi iryo rivugwa twama twaryihenzeko
Umwigeme w'umunyakaranga. Iyo ndirimbo ni nyayo kabisa. Terimbere!
Umukobwa wigihugu 🇧🇮
Take me back home 😍 thank you for this beautiful song ❤️
RESTE NON STOP SE VREMMENT BON DES RESTE NON STOP CONTINUE COMME SÁ👌👌👨🎨
Tetero big up sanaaaaa iyi ndirimbo yawe ninzinza caneeeeee cane courage hama natwe tugushigikira urahesheje icubahiro uburundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 merci 🥰🥰 ubu🇧🇮 mpaka kw’isi yose
Burundi igihugu ciratiro。。nice song😍😍
Beautiful country Burundi🇧🇮🇧🇮
😍❤️
I miss home 🇧🇮, nice song🔥🔥🔥
❤️
Neuza cane my Tetero,Burundi🇧🇮 akaranga kiwacu,keep up
Urakwiy sapoti cane gose
Dadicate This One To All Burundians👌🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
#MrCeleb
Cool th-cam.com/video/qRJjgadlKcw/w-d-xo.html
Waaooooh😍😍🔥🔥🔥🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🥰🥰😍😍♥️♥️
Mbega wagiyeh? 😅😅😅😅❤❤❤
Bien
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮I love you so much hangama
Tetero❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮❤❤
Nic song Tetero
Nic video
mbayuwambere uwugufise kumutima😍
th-cam.com/video/j_UeaaC6h8I/w-d-xo.html
Yegooo
Niciza koko !!🇧🇮🇧🇮🇧🇮
th-cam.com/video/j_UeaaC6h8I/w-d-xo.html
lolo nice son j'aime qd vs parlez des beautes de chez nous#Burundi
Wow🥰🙏 keep dreaming big 👏👏👏