Nubundi ndaryohewe kuba nsubiye kwumva iyindirimbo sinigera ndayihimba on the fro ♥inyikibukibuje numuhisi Bernard mwarahezagiwe ntituzigera tubibagira 💞💞💞💞💞💯2022
WOOOOOOOW AMAJAMBO YIYI NDIRIMBO NI HISTOIRE Y’UBURUNDI. IKI NICO CEREKANA KO ABANYAMUZIKI ARI ABANTU BO KUBAHWA. NIBO BATEZE IMBERE IMICO KAMA Y’IGIHUGU. #B-Face Respect ✊🏿
BFace naho azokora ikosa, kubera iyi ndirimbo nzoca ndamuharira . Iyi ndirimbo narayikunze cane . Ariko ubu yigiriye mumudiho wiki yamahanga , burya sinaryohewe kuko uyumurongo wiyi ndirimbo wari umurongo mwiza cane .
B-FASE ndakwemera san ndumufana waw
B face urashoboye man. Shira uburundi up to the map.
Niyo mpamvu b face arumuntu wanje nikundira avuga ivyo uburundi bukeneye
🎶🎵📂🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nubundi ndaryohewe kuba nsubiye kwumva iyindirimbo sinigera ndayihimba on the fro ♥inyikibukibuje numuhisi Bernard mwarahezagiwe ntituzigera tubibagira 💞💞💞💞💞💯2022
Iyo Niyo ndirimbi yatumy nkunda B-face kuger nub! 👊💖💖💖💖😘😘
Ego ndemeye!!
iyi ndirimbo irimwo inspiration ihambaye. Murakwiriye aga P. d'encouragement pe.
WOOOOOOOW AMAJAMBO YIYI NDIRIMBO NI HISTOIRE Y’UBURUNDI.
IKI NICO CEREKANA KO ABANYAMUZIKI ARI ABANTU BO KUBAHWA. NIBO BATEZE IMBERE IMICO KAMA Y’IGIHUGU.
#B-Face Respect ✊🏿
Ingoma ziwacu ntahuzosisanga nukuri,zirateyigomw na kamwemwe.BURUNDI❤❤❤❤
Yooo urabwiye kweri sinarinzi igituma abagore badakubita ingoma risupegiti wallah ndakwemey nibakwirekereke kweri urashoboye abarundi nabarundikazi turakwiye guhora twishima👏👏👏❤
abarund murih twuzuze views10k
B fc urareze zokubona gute
Courage man Imana igufashe
iyi song twar dukwiy gushikan 100k views kuko ntirambira ku mviriza kuko nibint birimw biratwigish kahis vrt
Ikintu twishimira Abarundi ni Ingoma
repect iyo ndirimbo ivuga ibintu vyiza cane ku ngoma zuburundi kandi zemejw na uNESCO bisigura ko zidasanzw.B FACE ENDELEA
ndumva abarundi twese dukwiy kumufata kumu rapeur par excellence uyu musaza#b face
Guy gize. Respect by B face and Keep on your Music
Terimbere nkumuzinga
Abacumviriza iyi song muri 2022 muri he?
Respect B-face iyi niyibih vyose
Mukoze umuziki hamwe aba journalistes culturels bacu bokora nka Claudy Siar, mwoca mwinjira mumateka y'umuziki ndundi. Respect to you guys!!!
Nice song kabisa urashiboye hip hop iyo irakoze saaaana neza komerezaho kabisa Respect
Big up sana mon ami unaweza sana endelea nyimbo zako zina niwaba sana. Bandanya gose.
Iki kigoma ubundi gifise ukunTu kiryoshe vyihariihE
👍👍👍☝☝☝👍👍👍B Face never giv up❤❤❤
nice song bro!
Jw nanj iranyica vyandanger
7 ça ce que je voulais voir merci bcp by Shazi HARERA
Merci B-Face pour la chanson...biraryoshe iyo wumvirije ururirimbo rugahura nivyo sokuru yakuyagiye ....Sabidaha ni mubasokuruza banje ....sokuru Yariyaramunyagiye....Go B-Face....ni SABIDAHA yanyegeje mwezi gisabo...
Big Up Kabisa...
Asante Mzee mwenzangu nimelewa michanooo
Ivyo hanze tubirekere abanyamahanga mama yangu.
Courage mutama
Umbereye uwambere nukuri ndamenye vyishi ntarinzi Courange
IYI NDIRIMBO NI ORIGINAL
indirimbo z akamaro;;;;aho sha
Keep it up b face.. 👌👌👌
Akantu kubwenge
So good akiwacu in Burundi but is very long
Very very good
Kabisa originally from Burundi big up respectgity ahubwo mpiGA dukore collaboration canker remix ndibaza noyiryosha
Listing to this song just made me miss home burundi you will forever gonna be in my heart naho ndi mumahanga USA
Akaranga nikeza ku burundi 🇧🇮
b face henza up kbx ndakwemera cyn love from rwanda keep up brother
BFace azomenya kuririmba, ndibuka igihe azibisha abanyar
Ingoma z’iwacu 🇧🇮...
daaaa iyongoma nikali
Nikweri b face ndakwemera akaranga kiwacu uragakurikiza imana yivange muvyawe bibandanye biterimbere
Urahoboye
respect man. ndakwemeye kbsa
N'ukuri
ingoma zacu ninzixa pee..vrmt nice song Bface
Burundi Face ❤️🔥🇧🇮🌟
Dah nice song big up brother 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎶🎶
Mwakoze kuririmba mushimagiza ingoma z'iwacu iburundi.abandi baartiste bari bakwiye kubabonerako akarorero muguharanira kumenyekanisha akaranga keza k'uburundi
Great job. Proud burundian living in south australia
Nice song frerot
Ntabanga ririmwo wubahwe wamuhunguwe none nkivyovyose ubikurahehe kweri
Waouh!!! Courage man.... Urashoboye vraiment
Arashoboye kabisa gusa ntanyambo ibura agahonzi
Wewe b face urakora neza kandi ngukundira ibikorwa ryawe vyiza nkibi
I love you Burundi Bwacu ❤🇧🇮❤️
Nice song kabisa
man uranyemeje
B face nitara ryabaririmvyi bo mu Burundi
Wauh nice song bro
Big rapper big song
B face kabisa wubahwe
Imana iguhe umugisha, ndayikunze bya hatari( abarundi ndabakunda) +250
natwe turabakunda cyane byahatari kabisa
Kwizana ryimana abarundi nibataguhemba bazaba bahemutse rwose kuko urabizi pe kandi neza
Zigezweho vt.
Wow . umuziki ni mwiza cane
Wow mbega indirimbo komera bene wacu
Ndagusaba ngo uzakorane hip hop imwe na raidman na diplomat gusa maze urebe ibintubyiza
Yes,burundian drummers are special
chanson originale!un très bon produit
Nice song
best song i like burundi
Egoool cha uburundi bwubahwe
Nice song.
B fc ndagukunda kanik saud turikumwe nawe
Ikintu cumutse kweli
Respect B-face 👑👑👑
Who else is here in 2021??
we kigabo risupegiti wallah
Proffesseur wa histoire du Burundi
Abakiyiraba like hano ❤ ❤
Good song ever
Boniface nibakurek kabx urashoboy muri vyose
ndemey abarundi
Very nice song, it makes me miss back home
Kbs nice
Umurama ?
Bigup
Big up
🇧🇮🇧🇮🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
La chanson que j'aime bcp
Urintwari
Rspect m bro
Ni saw iyi ndirimbo yatumy ndezah kugukunda
nice job, ariko ni ndende cane
nizab congomani urazumv zimara 10min
ishak imar isaha ark amajambo niy aja imber
5min, si ndende
si ningorane yuburebure, igikuru ni message itanzwe ko ishikanwa yuzuye
we kigabo risupegiti wallah
Nice song
Big up
🇧🇮🇧🇮🔥