Inyishu za B FACE nukuri nama Insolite gusa..|| Amaramaje umunyamakuru wa Isaac TV turumiwe kweli..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 มี.ค. 2021
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
- บันเทิง
Icakoze Mbonye ikikiganiro kari B-face kuk💕💕💕ikiganiro ciwe nicubwenge uwuvyemera nkanj like
Uvuz kuru kwl
✌✌✌✌✌✌✌
🇧🇮
B face incabwenge uwo niwe muririmbyi wubwenge mufise muburundi muzosubire mumutumire. Thanks 👍👍 good interview B face & santa
Ramba cn
Mana Be_face uwumwitez ntambaz.Gusa ndamukunda pe.Niyo nshavuy ndaj kur y tube kurondee ikiganir ciwe ngo ntwenge
B face ndakwemera Ahhhhhh mbega ikirato chawe man waberewe bro 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩 wubahwe B Face tes Réponse m'inspirent💕💪
abavyey bawe barazi kurisugi?🤣🤣🤣🤣
Ngira ndondagur amazin yabatumir isaac atumir nkunda 1 B fac 2 Alvin Smith 3GASOR 4 yasoni 5 diva the beste abobant ndatweng imbavu zikuma kand ndabakund pee💕❣❣🇧🇮
Jew 😍🤩ndagukunda cane muco ❤🇧🇮ndabona k ub umwuga wawe uwigenzamwo nez ubwambere udusoni twatitwishi 👌👌🔥🔥🔥courage
Mwese mwavyifashemwo neza big-up all.
B fece Ndamukunda cyane ntakiganiro Nakimwe akora ntarab Kbx Kuko Ndamukunda sana
Bro nakukubalisana ku fashion 💪💪💯
Urarinda santa wikweger b face uwo avukana nibibazo ninyishu kandi turamukund cane b face
Sha yikwegeye kabisa B-face🔥🔥🔥
B face inyishu zawe urashisha gabasha 😀😀😀😀gusa ndakunda ijwi ryawe ninyifato ufise pe.hama nkunda uko wambara bro unajitahidi kabisa
Bite nisawe ikiganiro sata kirameze neza❤️❤️👍👍🇧🇮🇧🇮💯💯
Wabuz uwo wikwegera la fille!big up Bface!
❤plus musaz wnj tagata B_Face
uwambere Link 👇👇👇
B-Face namwemer vrt ham sandre courage uzoze uraturonderr a afán nkabo capital ni jerousalem
Nakubali B FACE ### from Holland 😎
Much respect to you brother, nakwemera b face, indirimbo yawe nkunda ni huku ft mukadaf ft those niggas
capitale ni tel vive ou jelusalem
Tel Aviv
Santa usigay utesa kwel
Wallah abanyakayanza bacuuuu murantwengejeeeeeee wallah😂😂😂😂😂👊👊👊👊👊👊
😁😁😁😁Brother B- Face nakubwire kweri nimba arisugi 😂😂😂😂❤🇦🇺
matongo oyeee. motongo uno musi ni 🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣 manawe b face damukunda 🥰🥰🥰🥰
Unawazimu 🤣
Murakaz kwer
Hahaha Irya Swing Wumva😂🤣Nakutowea Shapo O'2 Flo yaaaa aaa
MANA, B. F uranyishe pee🤣🤣🤣🤣
😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂🤣😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣
Ndagufana B FACE
Aho sasa watumyeko uyo ndamwemera kabisa
Hahahahahahhhhh ati bishitsee akinyakoooo ngo womutabaz jw B face ndamufan nubuu ndacatweng icokibazo canyuma abajij
😂😂😂😂ngontiwoshindiriya sata yooooooo muranyish😋😋😋😂😂
😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂
ntiyigerabura inyishu 😅😅
Iki iganiro kiratwenza abasokotse amagufa nkanje 🦴🦴🦴🦴🦴mumpe linke🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nakubali biiii👌🤩uyo mkobwa arrinda aghamagra kri TV🤭🤣🤣🤣
mamawe wahamagaye b face utaha wize vyinshi kuriwe 😀😀😀😀😀
B fece niwomuririmvyi wambere wubwenge hamwe na embi data
Uko nukuri kutagabanije kandi banafise nikinyabufura.batere bajimbere
Nkunda emb Dat vyahatar
Inyishu zabifese ziri kumunwa ndamukunda cane❤️❤️
Urarinda wamukobwawe witeye uyomusore
Ndamwemey hari abigira abajournaliste umwuga ari fyo
B Face ndakwemera ariko iyo Man uzuraraba uwo uyibwira.Plz!
Kweri b face uramwishe
Wao
Iyooo uramumaramaj bifes ngabavyeyi baw barazikurisugi nacichur santavugichukur nukuntuwagay kuridiwane
B Face ndakwemeye kubwenge bwawe ufise urafise vision ndende courageux
Ereg b face umeng niw yacitse umu journaliste!!!!😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃
B fac nice kbs
Namukunda uyo mu tip ndamukunda troop
Nic broooo
B-face big up Sana ndakwemera gose we iguette we ntaco umaze
Part 2 please
B face uragara sana,umuntu wese ava hasi ,santa nawe ari courageuse ,ubandanye uterimbere ni pole pole.
13:12 yerusalemu
Jérusalem
Umwam uraberew tu Rwanda ndagufan 💯 pe Santa ni Ménard 💯🇧🇮
Isaac akagakobwa wazanye nikeza ariko kanse kwemera kwaragasugi ..
Eweeeeee
𝗡𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲𝗸𝗲 𝘆𝗮𝗯𝗼𝗻𝘆𝗲 𝗮𝗺𝗮𝗿𝗼𝗿𝗶 𝗴𝘂𝘇𝗮
😂😂😂😂😂😂ikiganiro kiryosh
Komera
Ndakwemer b face
Uyo mumenyeshamakuru asubir kwishur gato
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ntanguye gutwenga nkicunva ikibazo b face abajije ''ngumugabo anukamukanwa''🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jew nobimubwira kweer
Ndakwemera b face
Muco. Ico gifarasa cishi weeeee!!!
Mwubahwe
😂😂B face urakaze journaliste vyamunaniye kwishura ibibazo vyoseeeee ni zero yoo geographie yubahwe🤣🤣🤣
Ati simpaka uyoberwe capital ya Israel kuko ntashure wizeko itagira ikarata
B face unapendezaaa sana ndagufan felide from oman
Mucorere ama real none🙊🙊🙊
Waramuros isaac azi igifarasa
💯💯💯
21:38 jisho 😂😂
Inyish ziw zirumvikana kabis
Nakubali san
👌👌👌👌👌
❤❤❤❤❤❤
love b face
B face numuti wamenyo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jewe ndapfuye 😂😂😂😂
@@meshomm7040 Nukuri arimwo umu comedy wa danger😆😆😆😆
B face😂😂😂😂 Asha eeheeeh 🙌😂😂😂😂 uwo mukobwa nihamwe hokwihangana yarabuze iyo anyikira😂😂😂
B face ndakwemera kwl
Nivyo mwahuje kwel
B face ndamufana foo sana 🤩
B Face tu es un musicien intelligent et elegant...... courage
My God ! Santa uyu musi wikwegeye 😀🙈
Wikwegey ikara mugashambara😂😂😂
Ak gakobwa Karik karigaa karasesemw
Amarori har nah usang afis double verre🤣🤣🤣
Grand choix que j'ai, B Face
Wikwegeye nka yampene yivyarira umugabo
Ndababwizukuri bifc arasara mukuru ntakwije
😅😅😅😅ariko utumiye b face ngo uramutsinda gusa uzohore umuzan turamukunda🤣🤣🤣🤣umukunzi anuka mukanwa😂😂😂😂😂😂😂
Uramwishuye neza bface ....🤣🤣🤣🤣🤣
B face wambara neza👌👌🥰
Aho uza wateguye nimbago ziraza kuri b.face
Sawaaaaa uzusubire kumutumira sha
Ci biii ntigitsidwa haaaa ngo utanyishiye ikiganiro ndagiheba 🤣
@@johajohar7777 hhhh uwomuhungu ntabaho
😂😂😂😂😂🤣🤣🤣 mbavuzangu jamani mtazirudisha 😃😃😃😃 wamekuweza lewo kwakweli 😄😄😄😄😄
😂😂😂Nintambara. Sikiganiro 😂😂😂😂
Uyo mukobwa Sandra ni umwana mumutwe kweli!
Ngo Ayo marori yawe ntazimvye!!
😀😀question bête vraiment
😀😀😀Jerusalem 😀
B face wewe ni 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ufise umu chr anuka mukanwa😂😂😂😂
B face 😔 njewe ndagufan kl mukobwa we ndabona wikwegeye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Mana we urisug?
Yikwegey kbs
😃😃😃b face ndakwemeye pe.
B face i like y
B face arakaze
😂😂😂😂😂b face numuti wa menyo nukuri , mbega inyishuweeeee😂😂😂😂
Basha ntiyirigw aharir najew sinobikor umuntu yinyako mukabare wapi
Kayanza nibyobyachu💃💃💃💃🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣
Ariko