Hahahahah,eeeee.... muta unkuyeho ndak!!!By the way I love this guy,arabivuga uko avyumva kandi abivugishukuri daaa....!!!Big Up B.Face!!!!It's a nice song gusa witege
Bambwirir B face n barek kwinyegez inyum y gospel. Ni bumviriz Master Land nah ar umusani aririmvy haleluya cnke sabwe usang par adoration ikwiy. Mbeg iz ndirimb zab wumv zoririmbw mw'isenger??
Respecter man. Nugutandukanya ibintu kandi n'ukubivuga uko biri. Cherie wawe ari sweety na Yesu acabe sweety wawe, itandukanirizo ririhe? Babwire bareke kwiheka ku Mana.
Vrement vyaboneka ko bari influence goooooose naba LIL WAYNE. RICK ROSS.etc.... Ntabwo bari influence naba PAULO.nizindi ntumwa so naho botubesha gute turabona tu Ivyobaririmba aho babikura naho bavyiga ni kwaba Lil WAYNE mwigisha wabo gusa ikibabaje naba pastori babo babareka bagakora amafuti babona kugira gusa bibakwegere urwaruka kuko arivyo bakunda
Ngo hitamwo gusuka cyange igipara 😆😆😆😆😆😆uratubwira nuko tutumva gusa uba waduhaye ukuri 😆😆😆😆😆😆😆ndakwemera cyane broooh ukwanga yangare rwose💗💗💗❤❤❤❤❤❤❤💗💗💗💗💗💗
Ego B face weeee uranyemeje pe vuba ninaza buja ngufitiye impano pe kuyi ndirimbo uvuze ukuri cn nta'kuvanga ibintu bro respecte i promise you
Nibahindure barek kumva ibitamvagika big up wakayanza bface on th flo 🖖🖖🖖🖖
Mungu. Mber. ..wew. nyuma. Bro. Gusa. Ndagu kunda. Vrem. . Nina taha nzokuro ndera 🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇧🇮
Abaraha 2024 mumpe izo likes
B_face komera cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
B face kumbe urakunda mana courage kabisa wubahwe babwire🧏♂️🧏♂️🧏♂️🧏♂️
Anyone i am stilling in 2024❤❤
Here we are
B-Face ivyo wavuzemwo vyose n'ukuri... Nibabe bareka kwitiranya Imana na Sweet, bareke kuguma bavuga ama termes yo mu busho ngo bariko bahimbaza Rugira! Keep going forward ma boi
Uwavuze ko uri Dogo uramuha ikosora kuko weho ivyuvuga urasohora amajambo tukayumva ariko weho urazicira nk'uwize Europe!
Big up kuko uremeza mutama.Wanka kukuvuga abandi bakakuvugana!
I'm still listening this song
Iyi ndirimbo niyo nakumenyeyeko, Kandi ndayikunda# big Up 👊🏿💥 sana
Jewe b face natanguye kumumenya kuri irya song yise Stress yakoranye na Yoya jamal
Our very own rapper🇧🇮🇧🇮 🙌♥️🥂🥂🍾u killed it 😍😂😂
MR Boniface ariwe B face komr mutam ngom nzul sn bro big up my brother 😍😍💪
I am dying vrema.hahahhaha, but we have to be realistic. Big up B-face
Ndakwemera vrt !!! Bandanya uduhanure
Shaking tables of the *new* gospel industry... Yaaaasss
Br1bb
B Face tu me tues wallah.
ndagukurikira 5/5
B face vyukuri wubahwe uvuzukuri courage musaza 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Respect kabis.Uvuze ukuri kumwe guca muziko ntigushe.Nanje vyahora binsiga kubona umuntu yitwa kwaririmbira Imana akaba akijijwe mugabo uravye ingendo yiwe akigenza nk'umu voyou.
Man urabizi kabisa nakumenyeye muri la difference gusa na gumye ngukurikirana gusa nasanze ushoboye wallah 💪🏼
Kabisaaaa ubutumwa bwawe nibwo nukuhindura kabisa big up bro
ndagukunda my friend cane gose iyingoma irarenzee man courage leta mapya
Kabisa nukuri urababwira tu ,ngo ntawituma yiruka ntibyashoboka pe
Still enjoying this Good music
Ndayikunze from USA iranyigishije
Hahahah urigihangange uyu niwomusi wambere ndonse inkuru yawe non nsanze uri icuka from #Mozambique
HELLO
GYS b -face salama nitwa pk-n pro ko meza man ura fise kazoza music rap
Hahahahah,eeeee.... muta unkuyeho ndak!!!By the way I love this guy,arabivuga uko avyumva kandi abivugishukuri daaa....!!!Big Up B.Face!!!!It's a nice song gusa witege
agahanga ntikamera umushatsi sauf akinkennde kweli
Daaaam man you are soooo good! Very impressed, keep up the good job specially representing your country !
Bro I’m still with u ❤️❤️💯💪💪
IMANA Ikongerereze kubona ubabwiye bâri batugeze ahantu
Bambwirir B face n barek kwinyegez inyum y gospel. Ni bumviriz Master Land nah ar umusani aririmvy haleluya cnke sabwe usang par adoration ikwiy. Mbeg iz ndirimb zab wumv zoririmbw mw'isenger??
Wubahwe mutm 👏👏this music bro 🎶🎵🎧
Your song contains many advices ,respect
Daaa B face ninoma sana
Wooah iyi hit izogir buzz ndke nic #Rap nigga !! Itakua Ngumuu wallah Hhhh
Trick on Da Beat is on fire ,real. 2020 still
From KGL with Love .... nigga is talented for days. Like if you agree
B,fac
Ndakwemera
Kabs
Uribukako
Imanaariyoyakuremye
♥️♥️♥️♣️♣️♣️♥️♥️♥️
Bro big up San kk Urashoboye p 👊👊👏👏👏
I never get tired of listening this hippo
bandanya kbsa ubaha impanuro,very coooooolllll
Nice song bro wangu🔥🔥🔥
Songa mbere kbsa👍🏻👍🏻👍🏻
KABISA UMETUMBUWA WAJINGA NIMEKUBALI ZAIDI,B-FACE hongera sana ila tunaitaji video ya kimataifa ya huu mziki!!!!
Nakubali bro #babwire bahindure kuko bariko bayovya benshi. #Ukwiyorohereza kwabo haaaaaaaaaa
B-FAS ndakwemera nn vidéos niryar
Ahahaha babwir kk vyadutanganz kbs gus big up urashoboye👏👏
Utafika mbali bro unaweza....
Bro vraiment you’re the best rap, nkunda ukuntu uvuga ukuri keep it up
Ndakunda iwacu 🇧🇮
Respect wa kwetu👌💃♥️🇧🇮🇸🇦🔥🔥
King of hip hop. Ubagezeho kabisa
Big up bro. Nakubali kuri game.gusa rapers muj hamw mwandik amateka
Uziko atamakuru narimfite???? WOW
hii nyimbo tunaomba utoe video nasikiliz nikiwa tz dar es salaam
Nice song brother wanjye ❤❤❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ntishika 🔥🔥🔥🔥
#b-#face wambie wenoma sna 🔥🔥🔥🔥
This song is so Amazing keep it up bro
Respect urabizi kweri nda gufana
Respecter man. Nugutandukanya ibintu kandi n'ukubivuga uko biri. Cherie wawe ari sweety na Yesu acabe sweety wawe, itandukanirizo ririhe? Babwire bareke kwiheka ku Mana.
B GT ndashaka rmix noyironka 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
respect kabisa
imana ikora ibitangaza
Komera TMG boy uko n'ukuri, babwire barek kuvanga ibintu
Big up
Nivyo vrt mwana wa uncle
Uyu mutipe niyabandanya azomenya kuririmba
Ariko asanzwe abizi nawe uribeshya cyane kabisa
Iyi ndirimbo urakwiye kuyikorera video kuko niyo yatumye ngukunda vrema
B-face Big up bro
Bface ninjer🙏🙏
Kandaha uzi ngontayo tucibuka.guma mukazi.gusa uzatwongere hipap
Hahahaaa B-face nakubali mimi PAWAN
Bandanya ubahanura mu rappeur wacu
Hahaha uwujama anatishasana napenda jisi anavyo ondoka kufoka kuwajuzaidi bro
Kabsa song niya bien sana big up sana B-face ♪♪ good song
Vrement vyaboneka ko bari influence goooooose naba LIL WAYNE. RICK ROSS.etc.... Ntabwo bari influence naba PAULO.nizindi ntumwa so naho botubesha gute turabona tu Ivyobaririmba aho babikura naho bavyiga ni kwaba Lil WAYNE mwigisha wabo gusa ikibabaje naba pastori babo babareka bagakora amafuti babona kugira gusa bibakwegere urwaruka kuko arivyo bakunda
Vrt kuva nabaho uvuze ikintu kizima
Urashoboye man
urumugabo man kandi uzi kwumviriza yumvise.. vyiza bokwumviriza ic ukuri hama ibitabaraba babirekere abo biraba..
Tobowa majipu bro and big up for this 1
Ndemera hip pop yawe
And even me Bro more and more were here for you my bro
2025 nguma nkumviriza
Yoooooooooo_yo,hongera,b,fac
Uwutangimpembo,azoraba,ivyomwama
Ndoo ivo wambiye. Sijui Kama wanna masikio lakini
Xaf san b-face turakwemer kwer
On the fro ibindi bigoma vya rapp numva ngukumbuye urik urarappa none romantic yagutwaye noooo Kora rapp
Babwire.Tera ibuye mu mwijima uwo rifata amoke
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥never gets old🙌
Ismail where you are shangamka show intro ❤
big up bro.respect kabisa.I'm speedo
ibintu ni moto kwa B Face
Respect for you man.
Primustar yarayikwiye kbs
babwire abo bajinga bareke kwinyegeza inyuma ya gospel ,hariho amabara atabera imbwa
Hariho amabara atabera imbwa ? Abarundi mugeze kure mugufobeka( imvugo ifobetse)
Hariho amabara atabera imbwa ? Abarundi mugeze kure mugufobeka( imvugo ifobetse)
Bakuri sana
Nice brother 🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Toujours mon caractere imbere yukwumviriza cnk kuraba video mbaza gusoma comments ❣🤘🇧🇮
RESPECT 🤩🔥
big up best rpp
Really talk bro this is 🔥 respect