imbabazi by Lion story

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 24

  • @oscarnduwayo2654
    @oscarnduwayo2654 ปีที่แล้ว +8

    Iyi ndirimbo irimwo ubutumwa bukomeye, nuko mwaduhevye . Uhoraho Imana yacu n'urukundo iritegereza abana b'abantu kandi azohembera umwe wese ibikwiriye ivyo yakoze.
    Rero mureme izodutabara ino si tuyikurwemwo🙏🙏🙏

  • @kezakimanamelisa6102
    @kezakimanamelisa6102 ปีที่แล้ว +4

    🌟 from gtg. Love more

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mwaramutse neza.
    Turabakumbuye cane mu Burundi.

  • @dieudonnegisazaniyirora4591
    @dieudonnegisazaniyirora4591 6 หลายเดือนก่อน

    Lion story🎉🎉🎉🎉 Ndabakunda cyane amagambo yo mundirimbo zanyu ninjyana yanyu biranyura kabisa

  • @dianendayishimiye6613
    @dianendayishimiye6613 ปีที่แล้ว +5

    Didi Blessing

  • @manassenemeyimana3078
    @manassenemeyimana3078 2 ปีที่แล้ว +4

    Mubahwe turabakunda cane

  • @donnick7856
    @donnick7856 ปีที่แล้ว +7

    Chanson fabuleuse ❤️

  • @desiresingirankabo156
    @desiresingirankabo156 8 หลายเดือนก่อน

    Iyi ndirimbo irakmeye caane muduhe amakuru Yaba bana b igitega

  • @aliceakmaakimana9408
    @aliceakmaakimana9408 ปีที่แล้ว +2

    None koko musongera kugaruka kumuzika ryari. Imana itugirire imbabazi

  • @ArnaudAkimana-rw7pi
    @ArnaudAkimana-rw7pi ปีที่แล้ว +1

    Mwirambire batama umuziki murawuzi

  • @kayogorokayogoro7297
    @kayogorokayogoro7297 5 หลายเดือนก่อน

    Turabakunda cane LION STORRY
    DUKENEYE KUBA SUPPORTINGA KUGIRA MUGUME MUVUGA UBUTUMWA

  • @NdikumwenayoJohn-ly5dk
    @NdikumwenayoJohn-ly5dk ปีที่แล้ว

    Incabwenge murakumbuwe ça née❣️❣️

  • @Alexisnshimirimana-vz5dx
    @Alexisnshimirimana-vz5dx 2 หลายเดือนก่อน

    I like you jaman❤❤❤

  • @NiyonsabaEsperance-cf5ux
    @NiyonsabaEsperance-cf5ux ปีที่แล้ว

    Mana tugirire imbabazi amen 🙏 🙌 ❤️

  • @user-jv3xb2rr3m
    @user-jv3xb2rr3m 6 หลายเดือนก่อน

    Raba mugaruke iburundi turabakumbuy

  • @mikeniyonkuru1339
    @mikeniyonkuru1339 ปีที่แล้ว +1

    ✌️✌️✌️❤️❤️🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏

  • @manirakizafulgence9240
    @manirakizafulgence9240 9 หลายเดือนก่อน

    Mwaburiy heh

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 4 หลายเดือนก่อน

    Atari imbazi zuhoraho ntaco twovamwo 2024

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 3 หลายเดือนก่อน

    2024

  • @arcade3838
    @arcade3838 11 หลายเดือนก่อน

  • @christabellauwimana3164
    @christabellauwimana3164 ปีที่แล้ว

    2023

  • @ntarestouta239
    @ntarestouta239 2 หลายเดือนก่อน

    Umuntu wese afata indirimbo y'umuntu akayishira kuri TH-cam atabanje kuvugana na nyeneyo aba ariko akora amakosa mabi cane. Iyo nyota yo kuronka ama views ku gikorwa kitari gwawe ni mbi caaane. Iyo ndirimbo wayanditsemwo amakosa none abantu barenga igihumbi ijana bamaze gusoma amakosa. Yikureko ubanze uvugane n'uwayanditse, sinon IMANA Izobiguhanira cane.

    • @ntarestouta239
      @ntarestouta239 2 หลายเดือนก่อน

      Birumvikana. Navugane na Passy Lion Story

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ibandanye kubazigama Aho muri hose
    Ntamvura idahita.