Ndabonye commentaires ndababaye saana.Birababaje kubona muriyi myaka aho abandi bantu bo kwisi bagira competition muri development na innovations, abandi bagifise ivyiyumviro vyurwanko nubwicanyi. Education abarundi bakwiye guha abana avec toute l energie qui existe ni LA VIE D'UN ETRE HUMAIN EST SACRE. Bakavyigisha mu mashure yose ahari kuko abavyeyi bo benshi baracica abana babo mu mutwe babereka ubwoko burya nubwo gufuta kandi ata na diplome bisaba ngo witwe uyu canke uriya. Umengo abarundi hariho Rideau izibiye amaso yacu. Kandi umenye wewe wica uyundi canke uhamagarira kwica ko ata mahoro uzokwigera ugira kwisi ninyuma yurupfu. Kandi inyuma yurupfu niho harehare gusumba ubuzima bwo kwisi. Urya wishe ntiyoshikanye 150ans nawe nuko nyene. Pole 🇧🇮
mucha pena a mi me da. lo que le pasa africa. yo sigo esta telvison desde españa , todos sus programs . es muy interesante i educativa,.ya veo porque el gobierno Burunde no la quiere dentro del pais.
Hama mwikambi uravuze abahungu bari bavuye ibujumbura ,narimaze kuvyumvako hari aba sans échec bari baduze kwica abahutu barikuzindukira mwisoko nogusenga bwaca ari dimanche selon nuko navyumvise! Kandi ze muravuga ukuri kk nkivyo usanga ubizi usanga nitike dyabaduganye wararitereyemwo gusa ikinyoma carabamaze
Kuri jewe abishe président Ndadaye ntabo nshigikiye bohanwa ariko sibo bagiye gutema abantu en plus hakicwa nabana ataco bazira.. en tout cas abakoze amaraso bakwiye guhanwa.. aho simvuze muri 93 gusa même avant 93 ababikoz bagahanwa
none ko ata mututsi ahari avuga ko yahonerejwe abiwe hakabaho nivyabona nkuko abahutu babikora bakabishingirwa nintahe nabatutsi gute hoho kuba tutsi? reka ayo manyanga bashaaa
cette femme n a pas honte. comment elle ose dire qu on n a pas tué les femme et les enfants en 72. visionne votre propre interview faite sur les massacres de Hutu a buhiga. c est juste un exemple. il faut se dire la vérité.
Mpore cane muvyeyi. Imana ibandanye igujoza
On comprend maintenant votre amertume madame. Mpore kuvyashikiye umuryango wanyu. Mugabo mwirinde ku minimisa akababaro k’abahutu nabobarabuze ababo mûri 72 . Discours zanyu sinziza ihanure. Abarundi turakwiye kwiga l’empathie.
Mère courage 😢😢🙏
Kimera mama Rose
Imana yonyene niyo yo nyene izoduhoreza uwo muvyeyi wacu, ivyo yakorewe nta zina bifise🙏🏿
Iyo,umuntu nka Roza adashobora kugirira impuhwe abandi,nawe ntakazigirigwe!.Asazanye urulimi n,akanwa kuzuye imyanda myinshi y,amacakubiri.Satani iramurindiranye igishika cinshi.
Nivyo kera harabaye ibintu bibi cane, abahutu n'abatutsi baricana. Ariko ibiriko biraba ubu birengeye ivya kera. Hako dutera imbere dutera tuja inyuma, usigaye wumva hirya no hino ngo umwana yishe se umugabo yishe umugore, canke umugore yishe umugabo, none turiko tuja hehe? Ibiko biraturusha ubwenge n'umutima, intare ntirya iyindi naho yoba ishonje, ariko teebwe, umuntu arica uwundi bikaba ibisanzwe. Tuja he tukava he? Ibindi bihugu abantu biyumvira innovation natwe teiyumvira kwica abo tudasangiye ubwoko. Mbega umuhutu yishe umututsi we ntazopfa? Umututsi yishe umuhutu we ntazopfa? Ni muze tuve ibuzimu tuje ibuntu. God bless you all.
Twebwe twese abarundi twarabuze abacu. Ivyo uyo mama avuze nanje nivyo nari kuvuga. Kuko ikibanza Je nuko ababanyi basangira vyose ibikorwa ; bagafashanya kwubaka inzu hanyuma bugaca ukabona bamwe mwasangiye nibo baje kukwica.
Biboneka ko ubwo bwicanye bwigishijwe.
Ubwo lero kuvuga ngo abahutu n’abattrai baricanye, sivyo. 72 leta niyo yishe aba intellectuels baba Hutu bakabatwara. Ntamumyagihugu w’umututsi yaremye umubanyi wiwe.
Il faut faire la part des choses. Personne ne minimise ukubabara kwabahutu Nico we ababo. None abo bana n’a ako was bato bakorewe ivyobintu biteye isoni bakorana na leta? Inka zabo zataguwe ngo nintutsi Nazi zari zarishe?
Rosa,mpore mpore,muburundi imiryango yose yo mumoko yose yariciwe ababo kandi babica urupfu rubi cane,we nuko urose micro yo kubivugirako ariko sinibaza KO ariwe wiciwe wenyene mugihugu.
Kandi abicwa nka bose nazira ico batazi,rero kura ivyo ngaho ubandanye wihangana mubandi wongera usengera indongozi z'uburundi kugira babandanye bakingira abarundi n'uburundi kuko ivyabaye muri kahise vyava kundongozi mbi zatwara harimwo nigisirikare cubwoko bumwe cagomba gukingira bamwe abandi bariko nicwa bunyamaswa.
Ikindi noguhanura buza uritonda mumajambo ushikiriza wongere wubahe inzego kuko nimba wariciwe muri 93 nuko inzego zari zihari batari bazubashe bituma namwe nabandi barundi twese bidukorako turicigwa.
Tekana mumutwe uruhuke mbona no gukura ukuze ivyo wirigwa uratukana kuma réseaux sociaux ntibikubereye nagato!
Twese nivyoo twarabuze.. reka tumusengere agahinda afise IMANA ikamikize kuko birababaj kubura
Ndabonye commentaires ndababaye saana.Birababaje kubona muriyi myaka aho abandi bantu bo kwisi bagira competition muri development na innovations, abandi bagifise ivyiyumviro vyurwanko nubwicanyi. Education abarundi bakwiye guha abana avec toute l energie qui existe ni LA VIE D'UN ETRE HUMAIN EST SACRE. Bakavyigisha mu mashure yose ahari kuko abavyeyi bo benshi baracica abana babo mu mutwe babereka ubwoko burya nubwo gufuta kandi ata na diplome bisaba ngo witwe uyu canke uriya. Umengo abarundi hariho Rideau izibiye amaso yacu. Kandi umenye wewe wica uyundi canke uhamagarira kwica ko ata mahoro uzokwigera ugira kwisi ninyuma yurupfu. Kandi inyuma yurupfu niho harehare gusumba ubuzima bwo kwisi. Urya wishe ntiyoshikanye 150ans nawe nuko nyene.
Pole 🇧🇮
Ihangane muvyeyi mwiza ikimbabaje nuko ivyakozwe de 93 kubandanya bitazopfa bigiye ahabona muriyi myaka kugituma twese tuzi Umukama akuremeshe muvyeyi turire twihanagure
Uvuze neza abatutsi bishwe kubera ndadaye batamuzi en même temps nokubandanya mwariko mwica abahutu nabo kandi bataziri bazi uwo ndadaye.kuvyokuvugako abishwe vyahereye 1993 ngira nibimwe mukunda kugira muzi natwe abavuba turaziko guhera1972 nimbere yaho 1988 abantu bagumye bicwa bazira ivyo batazi.ntubazwe nabatutsi niba uri umukirisu babazwa nabose si non wokwitwa umunyamacakubiri, hama président ni sebarundi.
Noe mbega kobavuzeko president yariyishwe nabatutsi bibururi abanyabugendana bazize iki?????
mucha pena a mi me da. lo que le pasa africa. yo sigo esta telvison desde españa , todos sus programs . es muy interesante i educativa,.ya veo porque el gobierno Burunde no la quiere dentro del pais.
Hama mwikambi uravuze abahungu bari bavuye ibujumbura ,narimaze kuvyumvako hari aba sans échec bari baduze kwica abahutu barikuzindukira mwisoko nogusenga bwaca ari dimanche selon nuko navyumvise! Kandi ze muravuga ukuri kk nkivyo usanga ubizi usanga nitike dyabaduganye wararitereyemwo gusa ikinyoma carabamaze
Ubivuga uko ubishaka kuko ushaka kumukora munkovu warakoze kuvyumva urabandanya ushinga amatwi uzumva n ibindi
Nahora numva uvugana akababaro keshi sinarinzi KO wababaye nkuko.warakoze kwihangana.ariko womenya KO atariwe wenyene wagize ivyago nkivyo mugihugu cacu.muribo hariho abatakivuga amajambo nkayo umaze imyaka ukoresha kuko baratahuye kandi Bari mumoko yose.Ndakubaze rero;rurya rutonde rwabagirizwa kugandagura ndadaye ,urupfu rwiwe rukaba rwatumye abawe Bose bicwa uruvugako iki?haruwo barenganije muribo?kubwawe ntaco bobazwa kuvyashikiye umuryango wawe ?hoho vyari bikwiye koyicwa kurya ,hoho wewe konumva Uzi vyishi,uhwihwisha KO yoba yazize iki ndadaye?
Kuri jewe abishe président Ndadaye ntabo nshigikiye bohanwa ariko sibo bagiye gutema abantu en plus hakicwa nabana ataco bazira.. en tout cas abakoze amaraso bakwiye guhanwa.. aho simvuze muri 93 gusa même avant 93 ababikoz bagahanwa
❤ 18:44
Rose noe nkawewe wasigayegute watanzigiturir taha urimamatongo yawe turagukumbuy.
Simpakanye ko habaye ubwicanyi muburundi,ikibabaje n'uko vyose babishira kuvyo bise ngo n'ubwoko!ikindi naco nuko ivyo mwise témoignage ari uburyo mwatoye bwo guteragira inzigo n'amacakubiri,hakabamwo no kurenza urugero.kimwe gusa umuntu wese azi ko yishe umuntu ,nimba vyoshoboka yoraba akihana kuko kwiyisi turi ingenzi tuja mubindi buzima bw'ibihe bidashira.aho rero ubuzima budashira hashobora kuba mwijuru canke mumuriro
Mpore mpore muvyeyi, isi yarameze amenyo
Ni inkotanyi zabishe igihezozoga gufatanya Na iporona!!bashakango batsembeko abahutubababurundi
Kandi témoignage ya Rosa siyukuri kuko n'umunyamacakubiri
Nawe ukiri socretaire ukongera ukaba numuhabara wiwe mwaragakoze gusa mpole nawe wishe beshi
Wa micombero
Mwe na micombero ntaco mutakoze kimwe Imana ihora ihoze
Wagomba Ndadaye sebarundi apfe nkimpene nkuko abandi bahutu bari bamaze imyaka bicwa?Reka kwigira juju wamumama we!
Ico nogusaba nimba usenga bandanya usengera Uburundi ivyo ntibize bisubire gusa!
Abakoze ivyo rero bahoreye Ndadaye.
@Nininahazwe Claude urumva rero urashigikiye abagiz ihonyabwoko ?? IMANA ikubabarire nukuri
@@tiumuganwakazi7166 Wantahuye nabi ndibaza kuko jewe uko ubwicanyi bwitwa ukwariko kwose ntanabumwe nshigikiye
@@nininahazweclaude7888 mpole ntahuy nabi
Abarundi bari babaye ibikoko vy'imfyisi
None uratahura igituma président yishwe kugira ukidutahuze, mbega président numuntu asanzwe kuri wewe ?
Président apfuye kuri wewe wumva ushigikiye ko boca bagandagura abantu ga bashaaa??? Tureke ishari ahubwo twubake igihugu catwibarutse
none ko ata mututsi ahari avuga ko yahonerejwe abiwe hakabaho nivyabona nkuko abahutu babikora bakabishingirwa nintahe nabatutsi gute hoho kuba tutsi?
reka ayo manyanga bashaaa
Ko mwatomboye mukagira aho muvugira abo ubona batavuga nuko nubu bacicwa batagira aho bavugira ariko bizoteba bihinduke ibihe bih ibindi
Nonerero ubwicanyi nurabwagiriza abahutunukuntu abatutsimwifanije ninkotanyi ngomubarimbaguremubamareho!
uyu musazikazi wumumaraya kandi ni umu extreamiste Tutsi wambere kugeza ubu uburundi bufise igihugu kitofata ivyiwe minenerwe, abarundi boboroga kurusha akahise, ntanakimwe c'ukuri nakimwe avuga cukuri uyu abatamuzi mwumva yari mubategetsikazi akomeye umushikiranganji muburundi icogihe gusa murumva ingene abatutsi babesha yari n'umuhabara wimaraya wambere abategetsi bigihugu bicogihe bamuhurumbira harimwo n'abakuru bigihugu rero ntawumva ivyo avuga ko arivyo kuko ariyotsa kuvyo yakoze nivyo yakoranye nabiwe nawe arimwo.
Ngira uri mubamwiciye wewe
Wewe uri négationniste gute uhakana ivyo utahagazeko? Uri témoin occulaire ngo ubihakane? Ihane !
Imana ikubabarire uratukanye
Wewe uri interahamwe yamaze abatutsi b'i Rwanda ni Burundi wa muhutu mubi.uyu mu maman ivyavuga ntanakimwe abesha vyose nukuri
Urakicirwa abawe boooose atanumwe asigaye kandi babice urw agashinyaguro.barakabagutemagurira imbere.uriko umutamba kumuvyimba kuko mwamumariye abiwe
cette femme n a pas honte. comment elle ose dire qu on n a pas tué les femme et les enfants en 72. visionne votre propre interview faite sur les massacres de Hutu a buhiga. c est juste un exemple. il faut se dire la vérité.
Elle a dit sa vérité nawe ushobora kuvuga ivyo wiboneye kuko mwese mwarabuze
Erega rose nawe yari secretaire wa micombero akaba numuhabara wiwe nawene mwihonyabwoko rya 1972 arimwo kwabaye kumwihora gusa yihangane