Témoignage de Thierry Mako / Rescapé de 1993

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 19

  • @jeanclaudendayizeye8818
    @jeanclaudendayizeye8818 27 วันที่ผ่านมา

    Pole sana kuri twese twahuye n'intambara uhereye kera 1965 gushika 2024

  • @kwizhugue2696
    @kwizhugue2696 3 ปีที่แล้ว

    Mpore Docteur wacu

  • @ndayishimiyeannemarie7708
    @ndayishimiyeannemarie7708 3 ปีที่แล้ว

    Birababaje cane kuri genocide yakorewe abatutsi 1993

  • @bibonimanavital
    @bibonimanavital 3 ปีที่แล้ว +1

    Birababaje cane

  • @habimanahodal2864
    @habimanahodal2864 3 ปีที่แล้ว +1

    Mwarabajije ivyo kuri Lycée Rugari? ETP? Paroisse Muramba? Muri ondy

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison 3 ปีที่แล้ว +1

    Ivyo vyabaye 1993 ubwo bwoko bumwe baduganywe nubundi bwoko ubwo bwoko bwabaduganye bwari bwabande???

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 2 ปีที่แล้ว

    Niqihangane umugwi wabansumirinda barabakwegeye. Ba bob rugurika na pasifike ninahazwe nabo nimubisunga bazobakwegera

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 2 ปีที่แล้ว

    Ntahazigere n'umwe avuga nkuba kubita umwansi kuko n'umukunzi birajana. Ntimubona ko kwica Ndadaye Melchior n'abamufasha babakwegeye? Si mwebwe mwari babi gusa ababashize mu mugwi wabo ABAHIMA

  • @fredricktuyaga958
    @fredricktuyaga958 3 ปีที่แล้ว

    None kirya gihe ko hishwe abanyeshure b, abahutu beshi kuri lycee MUSINZIRA ko mutabivuga?

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 ปีที่แล้ว

      Uvuz abapfiriy muma lycee, utazi abishwe n abasoda 1993 hamw n abatware imyaka ikwirikira. TV nkiyo y ubwoko bumw, waruzi kwivugira abahutu? Yabayeho mukuvugira aba T. Erega abatutsi hapfuy umw ni genocide, abahutu naho hopfa 2 millions, bazivugira ko arubwicanyi busanzw. Ubwoko bw abahutu butigwanyeko, ntawuzobuvugira, Kukaba nkako umuzungu avugira minorite ashobora kumanipulant!

    • @marty5937
      @marty5937 3 ปีที่แล้ว +1

      Nawe warigishijwe uramenya
      Vuga ivyo uzi !! Adusangije testimony yiwe niba ubabaye kora iyawe nawe

    • @donatairadukunda9919
      @donatairadukunda9919 3 ปีที่แล้ว

      Ushaka bavuge ivyo batazi ? Ahubwo wewe ubizi urabivuga ! Bari bagize kubohwa hanyuma ngo baje kwica ? Ba mugira ubwenge basha .

    • @donatairadukunda9919
      @donatairadukunda9919 3 ปีที่แล้ว

      @@Irene28092 Uragowe nukuri

    • @elyse-fabricengabirano1850
      @elyse-fabricengabirano1850 ปีที่แล้ว

      None wewe ubizi ntiwobivuga ? Mugomba avuge ivyo atazi

  • @danympawenimana8145
    @danympawenimana8145 ปีที่แล้ว

    ABA n'abafarizayo ntibigera bavuga ivyo bakoreye abahutu

    • @Yvesbriand
      @Yvesbriand ปีที่แล้ว

      None urabivuga wewe uri umuhutu