Raba it… Ijambo ryanyuma rya Bunyoni Yavugiye Murubanza/Ahaye Ndayishimiye icigwa Akoze amateka I.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
  • #Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta

ความคิดเห็น • 17

  • @NduwimanaVital-o4u
    @NduwimanaVital-o4u 2 หลายเดือนก่อน +4

    Nn kuberiki abarundi bameze gutyo.kuki batibuka ko nabo bariko batembagaza igihugu? Shaaaa

  • @JolisjoeIgiraneza
    @JolisjoeIgiraneza 8 หลายเดือนก่อน +2

    Iyoo si film urimwo usigura tuzi mushoboye gusigura film zonyene🤣🤣🤣

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nibaryaaaaaaaaane bose bariko umuvumo

  • @EricNininahazwe-f6g
    @EricNininahazwe-f6g 8 หลายเดือนก่อน

    Iyo nanone hamwe na cane cane kuzigarukana kenshi birabisha inkuru kandi uba wayiteguye neza kubw'ivyo hindura uburyo uduhamwo inkuru. Nirenganira

    • @BURUNDIEMPIRE
      @BURUNDIEMPIRE  8 หลายเดือนก่อน

      Urakoze mugenzi ✅️

  • @AlexisNzojibwami-nc6ef
    @AlexisNzojibwami-nc6ef 8 หลายเดือนก่อน +1

    uwo munt yarasaze kbx

  • @NdayiragijeEliezer-b1z
    @NdayiragijeEliezer-b1z 8 หลายเดือนก่อน

    Bushirako video uk vyagenze apan uadio wivugira

  • @AmissaIrankunda-gf1rn
    @AmissaIrankunda-gf1rn 7 หลายเดือนก่อน

    Biragoy

  • @LydiaInamahoro-tu7ji
    @LydiaInamahoro-tu7ji 7 หลายเดือนก่อน

    Nihatari

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 8 หลายเดือนก่อน

    Ntamacuti yacu avundiye mumunyororp ? Iyo Tanzanie ntajambo ifise munurundi nukuntu ifatimpunzi zabarundi uwo samia nawe natware iwe gusa

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye 7 หลายเดือนก่อน

    Urwo nurusaku iyabatarurusaku warigishirako vidéo Ariko aravuga gabanya urwo rusaku ntacobigufasha

  • @NsdeshN
    @NsdeshN 8 หลายเดือนก่อน

    Nihatal

  • @Jaywater3
    @Jaywater3 8 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo sumumenyeshamakur ahubwo n'umunyepolitike mubandi

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 8 หลายเดือนก่อน

    Abo bicanyi ngo navacamabza

  • @RemegieNiyonzima
    @RemegieNiyonzima 8 หลายเดือนก่อน

    Ah murahaz

  • @cizasylvere4094
    @cizasylvere4094 8 หลายเดือนก่อน

    Uwo siwe n'imbwa