Babura ibyo bavuga kubera iso i bakabesha.Ubwo se ibyo abasoda bi burundi bakora byiza nibihe?Nukwambura m23 nibura na 1centimetre?Mwaramwaye gusa@@BahatiAfricanmsc-ln9hl
Nyakubahwa,,mwana wi mana,,,nimba wemera,,imana,,ntugahishe umwotsi,,inzu iriko irasha mwana wa mama,,,amaronko menshi,,aziba amatwi mutama...,,BACA UMUGANI MU KIRUNDI NGO NU MUBAJI,IGITI KIRAMUGWAKO❤
U Burundi bufite akazi gakomeye peee,uyu ngo ni general kweli😢😢 sha,Bagaza weee,urakumbuwe peee!! Ibigabo byose nibi juju!!!
😂😂😂😂 njye nikundira sloga yanyu ivuga ngo umwanzi niwe akurondera siwe umurondera ngo muri ntare 😂😂😂😂 yew ahubwo muri mbegap m23 hejuru for ever
Nivyo kabsa twebwe dukorera bujumbura bukavu duca muri plaine de la ruzizi kueli abasoda ba baba rundi barafasha sana felicitation
Abapfira congo bahakanwa n'ababarungitse bashyingurwa gute?
Mwakoze vyishi bisumba iringaho mur congo 💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮ingombo zuburundi mwumbahwe🇧🇮🇧🇮💪💪🙏🙏💞💞💞💞
❤❤❤❤❤
None mwafashe hehe niba muhagaze neza ko mutarambura m23 aho yafashe 😭
❤
Babura ibyo bavuga kubera iso i bakabesha.Ubwo se ibyo abasoda bi burundi bakora byiza nibihe?Nukwambura m23 nibura na 1centimetre?Mwaramwaye gusa@@BahatiAfricanmsc-ln9hl
Vaku ngurube M23 irazaca ikazifata mateka banyirazo bakazihakana abarundi barashira@@BahatiAfricanmsc-ln9hl
ja muri congo kugwana niho tuzomenya yuko uri intare😂😂
😂😂😂aho ni ryari se?subutu
😂😂😂😂
Wibaz ko ipete rya general ritorwa mwibarabara? Uwo ntarugamba atiny nintare uvyumv afise izoyarwanye
Imana irababona,Kandi amarira yabavyeyi babariko barwayo Imana irumva amarira yabo!!!!
Aho usanga ata muntu numwe ufiseyo!!!
Ariko ugwamo rurarenze
Abobanyarwanda ahubwo bazorwara imitima bigize bamunwa ibasumba aho Nina izahabubakuyeyo zitabateje imbare murimubibza niyompamv mutindero kuburundi bwacu twe turabana bantare❤❤❤
Naipenda nchi yaburundi
Barundi bene Data muraremerewe nubutegetsi bwinjiji gusa ariko Imana izabatabara ndabakunda mwibarutse Mama I love you Barundi
Ntimukivange mubyabandi
Mwebwe iwanyu ari icabwenge nimuruhuke.none ko waranze umutsi kandi mwebwe mumerewe neza?ariko ikibavugisha ayamuhe kirazwi.babugariye Aho mwahora muvoma.hhh iyo umuntu agushishuye sawa sawa urataka cane.
Oya nani ntituremerewe abarundi ibikorwa imbere amajambo tuyihoze izompuhwe sizumuvyeyi twe kubishoboka vyose tuzoshigikira uwutwipfuriza amahoro nituze
Na njinji ziri kwisi nkabanyarwanda puu mubeshwa nakagabo kamwe atacyo kamariye abanyagihugu ahubwo kitaho inyungu zako gusa 🤷 abanyarwanda kabafungiye mumufuka nka cobra kugira ube murwanda nuko uba ukavuga neza cywanga ugasenga buri munsi akagabo katemera ko abandi bagabo bagapinga abanyarwanda bose bose aho bari murabagore kako mwese kabacira mukanwa uko gashatse kuko ntandimi mugira karaziciye imbere yako abanyrwanda mwese muramabyi kayo Yaba umutsi umutwa numuhutu embecile.
Abarundi bafashwe barahari benci cyane. Wibesha.
@@DrMurumbaLubanga-lo1fz bashire nyoko sha kura urunturuntu Ngaho uzi kowogira warapfuye
Nibenewanyu mwakoresheje 2015 murabagumya amanyanga yanyu na scovia twarabammenye
Induru zabanyarwanda ngo abarundi barashyize induru kure.ubu umcyo urabonetse.gael ndakwemera cyane
🤔😩
none warutegereje ko akubwira ukuri hahah m23 iramaze ubu mugeze kalehe muri sud kivu naho nawe ejo bazagutwara kuja kurwana
Ubwo se muzakomeza kubeshya abantu kugeza ryari birababaje 😢😢
Urumugabo wabagabo komera kwibanga 🇧🇮
😂😂😂abantu baratangaje reka tubirindire umwanya uzotwereka ukuri
Birahera nukuri kose Imana irareba kandi buri munsi ukuri guca muziko ntigushe.Barundi babandimwe mukomere cane.uyu mugabo mbe arabizi ko binjiye na Sud kivu gusa birahera bitinde bitebuke.
Tekana ntuzogware umutima Kuko mwemushigikiye m23 mwatombojenabi kubera abarundi bayigiyemwo mwemwaryohegwa nokumva mugatumba bica inzirakarengane
Mukomeze mwisukire ku ntare nyazo muzosobanukigwa neza ko umwana ur’iwabo avun’umuheha akiyongeza undi! No ku rugamba iza Sarambwi zizobarya nk’imitsima noneho ibyo binyoma unyometse abarundi bizoja ahagaragara namwe ngo igihugu c’ikibanyi cabatumiye kwica ubwoko bwaco! Papa mutahenyaaaa Imana yarabatugabije!
Ivyo nivyobiba bikenewe vraiment naho abivugira ayamuhe, ubwo ivyobavuga niba arukuri, inyungu nigwabo. Zemuduha ibi biganiro cane. Ariko ikindi, Uburundi urevye uko bukora kandi intelligence yabwo atari ikirenga, ahubwo icokibazo bocigako bokora nibirenze.
Izoni nshingano zawe kbx niwavuga nabi igisirikare cyanu nta wakurenganya gusa Nuko murwana inambara zitarizanyu
Mwe murwana iziwanyu ntambara murwanda?
Ya vuga iki esha akubwire ngo barashwe reka nkubwire ibyabaye byarabaye ni nkokuvuga ngo mugandare mu gacerere
Mwebwe izomurwana ni izanyu????kuki mwabishushemwo???ko muri murwanda muri amahoro none ivya Congo kobibaraza mudasinziriye ikibazo mufise nicahe ????ngo intambara itariyacu??mwebwe ni iyanyu????
Uburero twavyivanze kbc uburundi n congo we united urwanda rushavura rwiriza😢😅uwuzotera congo ninko kuvyonga uburundi mukibuno
None wewe ni izawe rero ko uri kuvuga cane.uvuga nk'uwataye umutwe kweli.cabo del gado ni iwanyu?
Noe Aho iryo Pete baguhaye kugira ubeshe
Murakoze kuduha umuco mukomere cane musenyere Ku mugozi umwe ivyo bibandi bija
Ubwose wowe uriho urakora iki , nkeka ko urimo kuvuga , ahubwo uravugisha iki s'umunwa!
Ewe baratuza sha genda urazi guswaganya ubu rero mugira mukubitwe ivyo akarorero..ako karimi tuzovugana mu minsi iza...urakwegeye abarundi kubera ikinyoma cawe...uguma wibabura ngo uriko uravuga kandi uriko urafyokonyora..
Komera mutama ibisigaye Nimana kuko uburundi burazwi mumakungu mukore azizl uburundi ntamwasi aduca mumaso
N'aba mercenaires kimwe na wagner
Imana irakubona shaaaa
Iyo umuntu agukubise ukaba Aho wari Uri agafata mpiri abandi akakwambura ibikorwsho uba watsinzwe
We love you FNDB
❤kabisa
mugeze kalehe mwiruka hhaha abarundi we murateye ikigongwe
Ndakwemey cane muvugizi wigisirikare cacu ,murakoze kubeshuza ivyo ba scovia burwanda bama baregeteza
Muyagi uwo muvugizi wanyu nababwire agache na kamwe batse M23 kugira ngo mwemere ibyo ababeshya. Abarundi muri Kongo barashize twewe turi sur terrain, abayobozi banyu nabinda gusa.
Nyakubahwa,,mwana wi mana,,,nimba wemera,,imana,,ntugahishe umwotsi,,inzu iriko irasha mwana wa mama,,,amaronko menshi,,aziba amatwi mutama...,,BACA UMUGANI MU KIRUNDI NGO NU MUBAJI,IGITI KIRAMUGWAKO❤
Abasoda babarundi,,baguye muri congo ni miburiburi barenga 600 pers
Mutama sindagushigikiye
Harimwo ububeshii goseee,,nyakubahwa,,ushobora kubesha,,ariko ntushobora kubesha imana
Agati gateretswe ni mana nti gahenugwa nu muyaga,,jewe MBA Holland,,juste laye muvuze
Mbana nu witwa esdras butare,,interahamwe
Komera ngabo z'uburundi ubahwe inyanka Burundi bagiye gupfana ishavu nk'ishuri ikonye komera imana irimbere yanyu 🇧🇮🤝🤝
Mwashize inda zanyu imbere kuruta gukunda abanyagihugu?
Iryonishavu ryuko bitagikundako mutera 12:40 mugihugu ingumvu barazibatse😂😂 na m23 mwahungiyemwo barayiziriye
Abarundi murasetsa tuvuga ururimi rumwe abakongomani bazabamara bagirango naba nyarwanda. Mujya mumbabaza kweri
Imana iguhezaigire
Abarundi muzi kubeshwa ngaho uwo mugabo nanjye kurugamba kamubeho
Rindira bazane abavuye somalia uzorabe KO Kigali tutayoomeka kuburundi😁😁! Mube murarondera iyo muzohungira ndibaza scovia warumvise ivyo yavuze kumu commando mushasha wumurundi bazanyeyo arabamara! Nayo ntabwoba muteye abarundi muzi kurwana iyo kuri social media
General Baratuza, yishuye neza cane ibi bibazo yabajijwe.
ubwonko bwawe buri munnyo puuu
Imana iturindire abacu bariyo.
Ariko,turabakunda,
Masisi barabakindaguye, naho ni kumupaka w uburundi.
Uravuga ubusa,ko wibera mubiro ko ntacyoumaze,mukomeze mugwe amaraso y'abarundi.
Reka gukoma induru guma hamwe
Nivyiza k dukunda uburundi bwacu.ereg nah boba barapfuye singobwa k twerek imboga mumenyo abansi bacu
Ngo murikwitwara neza haaaa mutege ibitugu babahonde nimwe mwigemuye.
Twababatije "BAJYAGAHE".
Jewe abarundi turatangaje kandi tubiravye ntidukunda igihugu cacu hariho Abarundi bamwe bumvise abanyarwanda kobishe benewabo bararyohegwa cane ariko wibukeko umunyarwanda ntimuzigera muvukana yomba urumuhutu cank umututsi uzokwama urumurundi urwanda ruteye imbere ugatabagura iwanyu uzopfa uri umurundi harya siwanyu muriko murasamara mugusambura iwanyu
Kabisa
Kandi mumenyeko atantwa zubwoko numwe zigikunda abafise akogatima kaveko these ntitwoba bapezida Kiko namwe tuzorima abandi tudandaze nibondi nibondi uwomutima wamacakubiri wurandure Hama mureke kwifatanya numwasi agomba kotutagira amahoro mwebwe ntimubonako bakora ibishoboka Bose ngotwa inyuma name bitwengera non mwebwe kwariyo muba iyobabatwenga ntiheza ngo mumaramare mucamwanika amenye ngobariko barabatera amashurwe nagirango mubaza ivakogakwengegwe nkazikanyu nguwusambura urwiwe bamutiza umuho namwe baragabirije kubafasha kumarana tuzoraba ici muzunguka.
Shantubeshe barabamesa blo
Kagame abarundi baramunaniye😂😂😂
Ntabasirikare mufite nibigojyi
Komeze ubeshe abatabona,
Ariko cndd ntakindi ishoboye usibye gushira inda imbere nka Neva we mweneyo naho ubundi abadede bashiriye Drc kbs
Hezagirwa. Africa ça ubwenge tugenda kurwana ataco dupfa .Duhendwa nabashaka kuduhekenya. Réveille-toi Afrique
Mbega umuyobozi wikibwa abarundi barashize twe turi kuri terrain turabibona abo 200 avauze bararenga mugabo
Niba uri kuri terrain kwanyoko reka twidigadiga sha
Warapayutse mumutwe😁😁
Ariko uzi abantu 200 😂Sha ntavyo nshigikiye muga abantu 200 ntibopfa ngo ntibimenyekane hose gezaho abantu baraciye ubwenge da
Mwikwicyisha abatariho urubanza
😂😂😂abarundi M23 izabamara
Tekana mwotumuriro mwarikirigita umurundi yarahigerey abarundi turabazisha ningwanyi zibushitse iyomudugijumunwa tucatumenyako murikotumuriro wabahungu bantare nabado
Uri intare? Jya RDC ubitwereke. Uramarisha abasirikari warangiza ukazana ubugoryi ni ibinyoma intambara y'umunwa?
Afande kwizina ry' Imana Urikubesha . Imana ikunabarire
Hmmm murarushe! Ivyo avuga nukuri none harumuntu urumva arwanira kuri social media nkamwe??? Reka babamenagure
Courage komezuburabesha abanyagihugu ukuri kurazwi
Genda ikuri uzi ukubwire nyoko kuri ivya ngaho
Nomuri somariya mwakubitiweyo ndabyibuka rekababirukane ntaburwanyi bwanyu😊
Muyobozi, mwatubeshe kweli kweli.
None imiryango ifise abayo bapfirayo uti barabesha? BARATURAGUZA ariko adukinda ku mivyimba
Abasirikare b'Abarundi mukomere kwibanga🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kwa Ntare ntitwiriza😅
Abarubdi ibijanye nurugamba nangufu mujira kabisa no muri sumalia mwagoreweyo
komera mutama
Urigicucu Nkinda yawe.
Komeza ubeshye Abavandimwe ba Barundi , ubu Tugiye kubashyushya kibarenge kuko ni mwebwe mwabashoye, muzemera mubonye nshuti😂😂😂😂
Iwacu nimasisi muzabe tubakoremo KumA Kuma yabanana yenu mwantanazimbwanwe
Mumubaze ibyo mukibira
Ntivyabaye vyaje biva murwanda
Hhhhhhhh hhhhh Sha yo babwira iki
Byaba 1 byo arazira iki i congo
Mwampa nimero yanyu nkabaha imirambo yabarundi ningofero zanyu namapeti
Ubwo bushano bwurwanda bica mugaca mubwambika itenu mwatoye😂😂😂😂😂😂😂.tuzobamesa.abarundi ntituvygira hejuru kubera turaz règlement militaire.ubunyarwanda bwirirwa burasama ngo yaaaaaayaaaa.lurabura Abo mwasamako mukina nintare.
Nonese nibaza kubushobozi bwigisirikare cyuburundi kuki mutirukana ziriya nyeshyamba
Aba Kongomani bazo marisha abarundi !!
Uhubwo muzashirira DRS mugire mutahe afande uratubeshye barapfuye beshyi cyane
Komera mutama kbs dukeneye intwari kbs Abantu atamachakubiri bafise gukorera igihugu cacu
Kagalme.abarundi baramunaniye
Wakiwerewerewe ntago abatutsi bo muri congo muzatumara
Poor ideology🙄🤧
Thank you La force ✊🏽✊🏽✊🏽
Hhhhhh murintare???? Izontare nizibaho. Muzabaze intare zasarabwe nizo ntare tuzi
Abarundi biyita intare kubera umwami wambere burundi yitwa Ntare
Abanyarwanda reka bavuge uko bashaka, bakomeze gutukana hanyuma tuzaraba iherezo ryabyo
Ja hiyo sha henda abandi wibaza ngo ntitubona?mama shaaaaa gezaho gezaho
Bakoresha photo shop.
Igihe mwagiriyeyo mumaze kuzambura utuhe dusozi nonese zarabananiye cga murazirebera
Ese Niba Koko badapfa wowe waretse kuvuga ibyo uri Burundi ukaza kurugamba ukatwereka ko uri intwari tukaguha nyiko wamusevirewe 😂
None buriya abanyarwanda nigihugu gitangaa ikinyabufura nkomubindi bihugu?? None nkawe wirevye ubona ukomeye?? Reka nyenee murwanira kuri social media nivyo mwishoboreye urabona KO ivyo yavuze kwarivyo ukoze nyenee😁😁
Egooo !!
Abasoda ba Abarundi nabahanga mukurwana !!
Ubesha kubi uwakwoherezayo
Uwamushyira imbere sha
Uburundi Mutarevye neza muzizanira Intambara mutazashobora Kurwana mwibwirako mwagiye kuzimya umuriro Muri Congo Umuriro ukazabakurikirana ukabinjirana muburundi
Nawe ukaze WAmuswerawe
Barenze maganabiri,bageze kuri magana tanu.
Magana tanu yanyoko wambwawe
Magana tanu yanyoko wambwawe
@@LaulentiEzekiel😢😢😢
Abarundi bazikurwana em23 uysasanga ikubeshyango yishebeshi arikoretsekubeshya em23 yatsindaziriyangabozase
None mwebwe mwafashe he 😂
Sha muraba sevire kbs
Mwagumye iwanyu mwabaswerabantoko mwe. Mudushakaho iki
Komera komera
Yeweee,uburundi buragowe peee,ngo baritwara neza yayaaa
Burahiriw petit, ivyo nibiri mumutwe wawe
Scovia wenyene ntiyahora yemera arko ryari yaravuze ati colonel makenga yavuti abasoda babarundi basaze, courage brothers mur mur congo
Vyari bikwiye ko igisoda kigira ic kivuze
Ese mwarwanyehe nuburundi kobabubahaye nonese atababeshye kuva mwaza mwarwanyehe mufatahe nibura nukuri mushaki twarayibahaye ariko Nanubu nta gisirikare cyanyupe
Ninde yakubesheko babubahaye??
Buvuga ubanje kwiyumvira, idiot🙄
Kwiba murikongo mubimese bihone twibere mumahoro mwarahezagiwe 🙏
Abatutsi bariyambitse ibara mukarere! Mwibaze namwe ingegera z’abatutsi zumva ko ntamuntu n’umwe yohaguruka ngo avuge canke atabare mugihe ziriko zitera akajagari mukarere! Ahubwo izo mperetsi zigume hamwe iminsi yazo irabaze!
Muraciriritse
Iherzo ryanyu rifitwe n'Iza Salambwe.
@@ndungutsedamien3777 nyoko yaraguheneye akwereka rugongo uhita ushyirira ubwonko
𝒕𝒂𝒎𝒖𝒕𝒆𝒌𝒂𝒏𝒐 𝒎𝒖𝒈𝒂𝒓𝒖𝒓𝒂 𝒘𝒊𝒃𝒆𝒔𝒉𝒂
Uzi 94 mu Rwanda ingene bavugaga abatsinzwe baravugaga ngo ubu umuji uyu twawufashe baja kuraba ugasanga nta nuwahigeze hama vyaje kumenyekana ko batsinzwe bamaze kujabuka congo namwebwe rero bizomenyekana kuko abo basoda bose bari congo bafise imiryango niyababura
None imiryango yabo ntibizi Yuko abana babo Ari abasirikare ????😂😂😂Ahubwo wabuze ivyo uvugaa.
Nta n'umwe arapfa rero, nta n'uwurafatwa??😢😢
Abanyarwanda ico bazi,barazi kugwanisha umunwa ikibaba nuko hari abarundi babafasha kwicafuriza igihugu cabibarutse.Imana ibane n'ingabo zacu zidatinya urukamvye.🇧🇮❤️💪
Namwe mufise umunwa mubure gusengera abana banyu bari kugwa congo mugume mwishînge ibyabashaka kuzuza ibifu byabo bababwira gusa murababaje😭😭
Kubesha ushaje mwebwe muragowe kbx
Ndabir ahubw najey naw turabe ngobarabesha