Nyakwubahwa mumenyeshamakuru amakuru mufise siyo nagato. Murasubira musenge hanyuma Mpwemu abahishurire. Pasteur ntiyigeze ava ku rusengero. Yahejeje kwigisha aja kuruhukira mu cumba ciwe ku rusengero akirindiriye ko aja gufungura. Hanyuma umwuka umushiramwo yibereye ngaho ku rusengero 11:1411:15
Nyakwubahwa mumenyeshamakuru amakuru mufise siyo nagato. Murasubira musenge hanyuma Mpwemu abahishurire. Pasteur ntiyigeze ava ku rusengero. Yahejeje kwigisha aja kuruhukira mu cumba ciwe ku rusengero akirindiriye ko aja gufungura. Hanyuma umwuka umushiramwo yibereye ngaho ku rusengero
Oya si vyo aba bantu ntabwobapfiriye rimwe kabisa.Umwe yitavye Imana muri ntango za 2022 maze uwundi amukorera mu ngata mu kwezi kwa 5 uwo mwaka nyene maze acayitaba Imana uyu mwaka kuri Noel 2024.
Ntukabeshye abantu kuko hapfuye babiri ariko mumyaka itandukanye itanakurikirana. Ureke kubeshya abantu rero. Kandi ibyo wavuze byose urimwo kubeshya abantu cyane
Ntugatange amakuru y'ibinyoma,Imana niyo inyuma umuntu abaho canke agashengera,reka kurogota
Oya reka abapasiteri bikigih nabamamyanga gusa ahoyase gutanga ibimazi babasavye twarabamemy pee ivyomusenga turabizi
Nyakwubahwa mumenyeshamakuru amakuru mufise siyo nagato. Murasubira musenge hanyuma Mpwemu abahishurire. Pasteur ntiyigeze ava ku rusengero. Yahejeje kwigisha aja kuruhukira mu cumba ciwe ku rusengero akirindiriye ko aja gufungura. Hanyuma umwuka umushiramwo yibereye ngaho ku rusengero 11:14 11:15
❤❤❤🎉🎉🎉🎉 my way kabs
Nyakwubahwa mumenyeshamakuru amakuru mufise siyo nagato. Murasubira musenge hanyuma Mpwemu abahishurire. Pasteur ntiyigeze ava ku rusengero. Yahejeje kwigisha aja kuruhukira mu cumba ciwe ku rusengero akirindiriye ko aja gufungura. Hanyuma umwuka umushiramwo yibereye ngaho ku rusengero
Suburozi wagira harya bari abandi ntibahakeneye
Tubayeho kuberimana wewe wopfa twoca tuvuga KO arishano baguhaye😂😂😂
❤❤ kabix ndakwemer
Wew,Urambabaje,kuko,ivyurimwo,ntavyuzi!
Kurimitwiko nfaho insaku😊😊
Nagez ah shaaa ufis ivyemez k kinama hapfy ab Pasteur 2 urabifis b mutang amakur mutohoj nez
Lu urondera ifaranga vyatumye abanyarwanda baba ababeshi
Imana ikubabarire
Duhe amazina yabo ba pasteur 2 bapfiriye rimwe! Geza Aho reka kubeshera abakozi bimana ubacafuza kura urusaku
Eh'ingene gikanaguzwa amaso nk'igisuma🤔kiratanga amakuru yivyokitazi !!!
Ntibapfiriye rimwe ayo makuru siyo tohoza neza
Nkugir'inama niba ujya usoma Bibriya soma Zabuli 141:3 nakugira inama yogusenga iryo sengesho
Iman'ikubabarire !!!Pasteur Seth yapfuye kera il ya 2 ans,Pasteur Benjamin nawe yipfuriye ahejeje gusigara.Uti babaroze???Bongo Yako.Ibubeshi mtupi!!!Ntiyigeze anataha Iwe.Yigishize Mercredi ,nta nubwo yagiye muri réception.Twebwe tuzi KO yimbuwe.
Uyumurongo wanyu ukwiye kugwagwa ayamajambo ntakwiye kuvugwa ngaha kutubuga ntawayagutumye kuyavuga
Yooo Mana yacu dutabare
Imana ibakire mubwami bwayo
Siguza Imana ikubwire ico bazize muratanguye vyabintu mukora murwanda mubizanye iburundi
Oya si vyo aba bantu ntabwobapfiriye rimwe kabisa.Umwe yitavye Imana muri ntango za 2022 maze uwundi amukorera mu ngata mu kwezi kwa 5 uwo mwaka nyene maze acayitaba Imana uyu mwaka kuri Noel 2024.
Nsanze mwisi hariho ababeshi bokugwego gwohejuru ariko mugihugu cu Rwanda ababeshi benshi niyobibera urumva nkuyumugizi wanabi bamutinya urubanza rw'Imana. Mukwiye kumenya icomuri Hama mukavuga Nike kugira muzobazwe bike.
Yayayayaya,abanyagwanda bavuga amakuru n'ubwoko bw'amzdayimoni
Va mu burun3
Devagura uheze,uramara isaha yompi ushaka kudahwa ububeshi bwicamwishe Ariko ukarinda uheza uvuga ngo yazize yazize ntuheze !!!😂😂😂mwandyaryamwe
Toka pepo chafu!
Abantu bavuga vyinshi kandi sivyose arukuri ukuri kuzwi n' Imana yonyene ishobora guhishura ibihishijwe kandi ataco umwana wumuntu yoyinyegeza abantu Niko bameze mugihe cibibazo barwiza amajambo nomugihe cayobu ntiyigeze abona umuntu amushigikira numwe uretse
Imana yomw'ijuru gusa bivuze iki?
Imana yonyene niyo ituma umuntu abaho kandi niyo ituma umuntu apfa kandi Imana niyo iZi uko yaremye umuntu nigihe azomara nuburyo azova mumubiri buzwi n' Imana yonyene gusa
Murambabarire mvuze vyinshi
Murabo bantu benshi batanga amakuru Yuko vyagenze uwabonye uko vyatanguye Nuko vyaranguye ninde? Uwari murivyo bibanza ninde gufata ururimi biragoye cane ariko tuvyimenyereze kurufata mwiyubare twige gufata ururimi twirinde guca imanza kuko Yesu Kristo niwe wenyene mucamanza wukuri atagabitanya kuko azi vyose
Twebwe abana babantu ntanagace gato tuzi mugire umugisha mwarahezagiwe mwirinde cane gutanga amakuru mutazi kuko natwe nitwava mumwuka bazosigara baratanga amakuru yacu tutazi nakimwe guhora mubihe nkibi nivyigiciro kinini
Tokaa satani koma satani katika jina la yesu kristo
Ntasoni 🤭
Soma komanteri hama uca umenys ko ibyo uvuga ari ukuri;udandaza ikinyoma kweli?Pfa nkumugabo,chennel yawe uriko utuma itazokurikirwa,iyo wumguka kubera ibinyoma,haragera igihe uhomba kuko abakriya baguhinye kubabesha;sonza wigumye.
Haragowe abazana amakuru y ibinyoma
Uyu mbega niwa muvugishwa w'ibinyoma??!
Uzoze uravuga bike mugenzi kuko Imana ntikunda iminwa irementanya
Ivyontavyuzi wew akantu kose mukavugako Raba ucereze sha
Ivyo ubikura hehe?
Ko mutabihishuruwe bitaraba
Reka kurondera views hewe.Iman'ikubabarire vaho reka hutukisha Pentecote igih vyaba waruhari???ja ku mavi usenge urekane nabo ba Pasteurs ww ntibakuraba.ntasoni kuronder views ku bakozi b'Imana?uzosha wew ntutihana.rek ku bacurira biruhukir'amahoro urek kubakurikiz'amajambo y'ububeshi.ico tuzi nuk batapfiriy rimwe.ni wihane ataruko ww ugiy kubon'ibara.
Iyi radio ndayifunga vuba.
Uwu muntu arabesha cane nawe yihane kuko ntazi ivyo ari gukora
Mbe wa mumenyeshamakuru we, mu Kinama warahageze? Canke wikundira impuha? Canke n'umuko wanyu i Rwanda mwari mwamutumye muri mission n'uko aciye asinzira?
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉Aba 105 heju cyane
Ayo makuru wew wayahaw nande koyaguye muhira?ukuri kwicamwishe kuzi Imana noneho!!!!
Ariko harya upfa iki n'u Burundi?
Harya ukorera nde?
Tutabeshanye wumva uzobihemberwa iki ivyo wama uharabika uburundi?
Koma shetani gendawihane
Reka kubesha abantu uwa kabiri nuwahe ko nurya yapfuye Atari bwafungure barimuhaye gute
Ahawarondeye amakuru usanga ayoniyo watanga?ubwouvyaranyogokuru aracahari? Abapfa ntibisigurakobose barozwe,igihekigeze uragenda,zemuravuga ivyomwashishoje kwarukuri
Oya reka kubesha abantu yapfuye umwe kandi abanyagwanda murabesha murashikuza ba muvugane ivyukuri kandi muzi
Mbega ububeshi nkubwo uzobwihanira hehe.ntiwohagarika ibwo bubeshi.nimba Pasteur apfuye vyihorere wewe nturi umucamanza.ishengero nirya christo siry,umuntu
Aho arimwebwe muratanguye
WEWE NIWAPFA BAZOVUGA NGWIKI???
Iwanyu mugwanda niho hamamaye kuvyokuroga reronimwe mwabikoze
Uhoraho akubabarire Kuki mukunda kibesha!!!Aho ntumaramara????Oman'iguharire cane.
Bureka kubesha kugeza hiyo
Bapfuye kuko hageze, ugira hataragera bari gupfa??? Murakunda kurya, murira no kubapfu
Tubayeh kubwa kristo nugupfa ni kristo bamuvuga make muzemubazw bike
Burabasha abandi bigiriye mwijuru nawe nikokazi ufise kokubesha
wew nihowari aho babah sumu muze muvug ivyomuz mucimanz nez
None abanyarwanda mufise ingorane nyabaki mumitwe yanyu haragongoye kwel?
NONE NKUYU UBU BUBESHI AZOBWIHANIRA HE?? URINDE UCIRA ABANDI URUBANZA ?? NTASONI KUBESHERA KURI CAMÉRA ?? PENTECÔTE I BURUNDI IHAGAZE NEZA TUZA
Urabeshe hapfuye umwe nihonsengera uwowundi yapfuye kera amaze imyaka ibiri apfuye
Uzaguhembwa angahe vyotum uhemuka nkuko amahera uhembwa abe azokurambisha kuko niwapf ivyo uzobibazwa
Ububeshi lmana ikubabarire cane kandi wihane irementanya nkiryo ntuzosubire lmana yoguhana igihano cakarorero
Ariko kuberiki abanyarwanda bakunda kwicanga mubitabareba mbese murwandaho ntibapfa? Uyu yishakira ama views
Abanyarwanda ububeshi mwabwonse mumaberebere.Nkaho ntunamaramara?
UYU MUNTU PENTECÔTE YAKUGIZIKI??? SENGA UREKE AYAMANJWA YAWE NDUMVA URUMURUNDI NUBWO WIGIZE UMUNYARWANDA
Ivyo nimigani yabakecuru nukomeza kuvyizigira uzorimbuka
Ntuzoramba ww.
None nibwo bwa mbere wunvise umuntu apfuye
atarwaye?None wewe ko utari mu kinama ugomb udusumvye ukuri?
Wavangiwe cane reka amatiku.
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Abantu mubesha nkuko muragowe kabisa
Ubujambo bupfuye gusa.
Bro ibiganiro vyawe ukuri sikirenga.uvuga ibinyoma vyinshi man
Toka kure kura uburofa ngaho
None nivyo hapfuy 2 nyene??
Komuze ngo nibabiri uwundi nuyuhe?
Wagiye uvga ibyo wahagazeho jyewe ndi umukiristo waho umwe yapfuye hashize imyaka yaguye mubitaro aho yararwariye undo yapfuye kuri noheli apfa nka canesiyo mbega burya nawe yararozwe bjrababaje gucuruza amatiku nibinyoma wakwihannye uwo mwuka wera uvuga wewe urawugira?ntakikureba nakimwe muribi mujye mureba ibibabareba
Abapentucote mukunda isukari, na diabète yobamara
Mukozi wimana ivyo utangaj nimana yabigutumye
?
😅
Kanduyu wosang arumunyarway
Ivyuvuga ntavyuzi
Uyumugabo nkimubona mpita ngenda bapfiriye rimwe ubona
none wewe urumubyarwanda ivyo vyomuburundi ubuzi gute ko atanivyo uriko usigura bijanye nuvyo washizeko
Nimutekane,mwihangane,,ntimucumure
Ugara akazi kakunaniye ubeshe isiyose
None wewe ntuzopfa?canke urigihangange
Bamureka kwemeza ivyo mutazi wewe uzigute kotagiye mwijuru? Sha aba bagabo ijuru sidyo bababaye bibabariye akanoti nokugirwako Rabi ivyijuri nivya mwebwe batobato bobo ingero barayirose nidya nyene
Tutohoreje nibara
Gabanya amajambo
Mbega amakuru y'ibinyoma,y'ububeshi nk'aya akwingur'iki? Vues nizo zotum'ucumura? Iman'ikugenderere
Mwa babeshi mwe umwe yapfuye 2021 uwundi apfuye 2024 hama muje ngaho ngo bapfiriye rimwe!!
Abantu bahishurigwa ibintu aruko vyabaye nabanyabinyoma bakenereye ama vieus kuri youtube
Nukubiraba neza izompfu zabobakozi b, lmana ntizisobanuts gus lmana ibahe ubuzim bwamaho mw, ljuru
We. Atasiyo wamuteranyiw
Imana ikubabarire cane urabesha ugakavya aba ba pasitori ntibapfiriye rimwe umwe yapfuye kera hahez nkimyaka 2 uwundi yapfuye kuri noheli
Bro ibiganiro vyawe ukuri sikirenga.uvuga ibinyoma vyinshi man