Imbere y'Umukuru w'Igihugu ,Pasteur Mbayahaga ati : "umviriza neza uyo mugani"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.พ. 2025
  • #Amasengesho2024:Kugamburukira abaganza, hagera ku mwami hoho bikaba agaheta, kuko impanuro ndende z'umwami zingana n'umutego. Ayo ni amwe mu majambo yakoreshejwe na Mbayahaga mu nyigisho yatanze mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera ku kibuga ca #ETS.

ความคิดเห็น • 68

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +9

    mbayahaga ndamwemera cane avugisha ukuri

  • @FrédéricNIYONKURU-l1w
    @FrédéricNIYONKURU-l1w หลายเดือนก่อน +11

    Aho gutegera kwanje kugera, Bayahaga ari mu bavugabutumwa baciye ubwenge

  • @NtakarutimanaLiberat
    @NtakarutimanaLiberat หลายเดือนก่อน +1

    Uwo mugani ugana akariho,bibwirwa benshi bikumva benevyo.Banyecubahiro,batoyi cnk bakuru iki nigihe cokwisubirako tutaravye ibiduhuza gusa nibindi ahubwo tugakora neza kubaribo Bose kuvyimwihariko,imperuka yawa n,iherezo rizorangwa nivyiza uzombaraze wakoreye abandi warongoye apana barya uziko mwahurira Kuri vyinshi kuko naje utazi noba umupfu sumenyekane ndimwo kuko amagorwa,amarira namaborogo vyanje kandi untwara,Imana iratabara muburyo butandukanye hama nawe ukanyikorera umusaraba wanteye hama nkibagira amagorwa yose wanteye...,....,.....,cfr Mose bamutakambira.....,.........,

  • @jinamajody
    @jinamajody หลายเดือนก่อน +1

    Iyabantu batagirivyo babwira abandi vy'umumaro birata ivy'icaro.
    Ubwo mukanya wabona amazi arenze mu Gatumba abavogera mwivyo bibinga mukamwara.
    Shaaaaah.......reka iraje iyo MANA ibanywafirize

  • @KrintonDeogratias
    @KrintonDeogratias หลายเดือนก่อน +1

    Ndakwemeye urazi kuyihahira mutama mbayahaga

  • @Gibeonchristiantv
    @Gibeonchristiantv หลายเดือนก่อน +3

    amen lmana iguhe imigisha

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana หลายเดือนก่อน

    Jewe ndamukunda kuko avugisha ukuri

  • @NshimirimanaJeanchristome-m7g
    @NshimirimanaJeanchristome-m7g หลายเดือนก่อน +1

    Umukozi w Imana W ubwenge twemera

  • @donnezi9884
    @donnezi9884 หลายเดือนก่อน +4

    Mbega mbeg'Umuganiiiii😮

  • @VyizigiroJoshua
    @VyizigiroJoshua หลายเดือนก่อน +1

    amena

  • @ChristianeUwihoreye-g3l
    @ChristianeUwihoreye-g3l หลายเดือนก่อน +1

    Mbwire gito canje icuwundi cumvireko❤❤❤❤❤

  • @VincentNahimana-q9k
    @VincentNahimana-q9k หลายเดือนก่อน +2

    Iyi sonorisation , irateyisoni

  • @Ndayizeyemelance
    @Ndayizeyemelance หลายเดือนก่อน +1

    Wavuga muntu w,IMANA

  • @niyonzimadevote8858
    @niyonzimadevote8858 หลายเดือนก่อน +1

    Wampayinka uwo mugani urasobanye abanyabwenge nahanyu. Abanyabumenyi sahanyu.

  • @dusabamahoroaline7281
    @dusabamahoroaline7281 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @IrakozeLeonard-l5y
    @IrakozeLeonard-l5y หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @SimonNtirampera
    @SimonNtirampera หลายเดือนก่อน +2

    Ndayicebere Isidore

  • @HADIDJA-q5h
    @HADIDJA-q5h หลายเดือนก่อน +2

    Jyewe umugani nawutahuye

  • @LonginNkurunziza-e6z
    @LonginNkurunziza-e6z หลายเดือนก่อน +1

    Ntako waciye umugani urimwo ubwenge bwishi.haraho wahengamye ibintu vyirabura wabigize ivyera

  • @mariechantalkwizera7319
    @mariechantalkwizera7319 หลายเดือนก่อน

    Yeeeee uwu mugani niwo aho bari harabandi😂😂😂

  • @Thierry-y7l
    @Thierry-y7l หลายเดือนก่อน

    Mbega imigani nkiya yesu! bibwirwabeshi bikumvabenevyo

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 หลายเดือนก่อน

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @jinamajody
    @jinamajody หลายเดือนก่อน +1

    C'est vraiment domage kubona abantu bitwa ko bahagarariye igihugu bicara ngo bategamatwi ico gikunzi c'inda ngo ni Mbayahaga.
    Mana weeeeh uyo uko yari ejo nubu niko ari abamuzi turamuzi.
    Gusa ndamushimiye kwazi kuzirika inka kukatsi

  • @Amajwi
    @Amajwi หลายเดือนก่อน

    Editors, amajambo ntahuye n'ama images

  • @ndagijimanaemmanuel8429
    @ndagijimanaemmanuel8429 หลายเดือนก่อน +1

    Ahantu umukuru wigihugu Ari ariko amajwi akaba asohoka gutya kweri!!! Umuntu watunganyije iyo video wapi ntabyo ashoboye

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon หลายเดือนก่อน +2

    Mbayahaga ni imbwaaaa iyoboye izindi mubavugabutumwa kabisa

  • @FrancisNzigiyimpa
    @FrancisNzigiyimpa หลายเดือนก่อน +3

    Urumuhanga mutama irambire

  • @SibomanaCélestin-j5f
    @SibomanaCélestin-j5f หลายเดือนก่อน +1

    Amen ❤🎉

  • @BowasiNDAYIZIGAMIYE
    @BowasiNDAYIZIGAMIYE หลายเดือนก่อน

    Vidéo iteguye nabi cane

  • @themagnet4236
    @themagnet4236 หลายเดือนก่อน

    Pastor CNDD urayibwiye pe!!!

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 หลายเดือนก่อน +2

    Yooooo, 🥱🥱🥱🥱😱😱😱😱

  • @Mika-ug2sn
    @Mika-ug2sn หลายเดือนก่อน

    indundi tv montage muraraba neza izo insere mugira murasarisha cane

  • @HADIDJA-q5h
    @HADIDJA-q5h หลายเดือนก่อน

    Witwaye neza mubuzima bwatwese

  • @EgideHATUNGIMANA-j5f
    @EgideHATUNGIMANA-j5f หลายเดือนก่อน

    Bibwigw bensh bikumv benevyoooo kbx!!! Harimw ubwenge kbx!!!!😂😂😂😂

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon หลายเดือนก่อน +1

    Imbwa yambere izi gusega gusaba w'inda ndende cane Muri make mbayahaga arakabura impundu nk'impene

  • @EtienneNsavyimana
    @EtienneNsavyimana หลายเดือนก่อน +1

    Mana ndutabar irijambo niryatwengwe abarundi ubariye nahawe mana dukize!?

  • @tk-padonniyonsaba
    @tk-padonniyonsaba หลายเดือนก่อน +1

    Uwuhanugwa kenshi akagamika izosi,ivyago bizomuzako giturumbuka

  • @EmmanuelKwizera-tu8dr
    @EmmanuelKwizera-tu8dr หลายเดือนก่อน

    Wabaye nkabandi

  • @ntigirinzigoaudace9227
    @ntigirinzigoaudace9227 หลายเดือนก่อน

    Uwomutype arazi guhengamira impande zose pe

  • @EmmanuelNkurunziza-g7b
    @EmmanuelNkurunziza-g7b หลายเดือนก่อน

    Uyo nigitorera nda.

  • @EspéranceBUKURU-n7y
    @EspéranceBUKURU-n7y หลายเดือนก่อน

    Mbayahaga avuga ukuri ariko ni NDAYICEBERE ntavyiwe

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo video iteguy nabi kwumva ijwi ni problème

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 หลายเดือนก่อน +2

    reka kuzamubesha abaturage

    • @NganizijeandeDieu
      @NganizijeandeDieu หลายเดือนก่อน

      Ngewe ndumva watubwira iby ukuri bizira amabeshyo.

  • @MinaniDismas-l5o
    @MinaniDismas-l5o หลายเดือนก่อน

    minani tiv TH-cam channel

  • @Johnnestorz
    @Johnnestorz หลายเดือนก่อน +1

    Dj nuje kwiga gutunganya amanjwi ndaghaye 0% kbsa ntabuhanga nabumwe wakoresheje mugkora iyi video 00%

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 หลายเดือนก่อน

    Reka reka pasteur abobasaya ahobatugeze siho😂😂😂

  • @NduwayoAlede
    @NduwayoAlede หลายเดือนก่อน

    Zidor uziy wabesha abarundi

  • @JohnsoniByamukama
    @JohnsoniByamukama หลายเดือนก่อน

    Isomo mbayahaga yaritwaye nkuko riri ariko mose ariho ? inkoni yiwe irahari ? Amajambo turayumva kandi IMANA NiMANA niyo cabonaaaa.

  • @LaurentNzeyimana-e4r
    @LaurentNzeyimana-e4r หลายเดือนก่อน

    Uyumugabo nincabwege

  • @NdayishimiyeTherence-y4t
    @NdayishimiyeTherence-y4t หลายเดือนก่อน

    Uri mutama

  • @None-d7e
    @None-d7e หลายเดือนก่อน

    Ibara.bi😂😂😂🎉

  • @BoscoNdayishimiye-w3h
    @BoscoNdayishimiye-w3h หลายเดือนก่อน

    Uwo mugani ni bwa bupfindo buzoba mu Burundi kuri Rwasa

  • @HADIDJA-q5h
    @HADIDJA-q5h หลายเดือนก่อน

    Denize ndagusuhuje

  • @yvesnkengurutse9634
    @yvesnkengurutse9634 หลายเดือนก่อน

    Bansumirinda

  • @AishaBurundi-s6o
    @AishaBurundi-s6o หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 หลายเดือนก่อน +1

    Mbayahaga, combien as-tu été payé cash ?😂😂😂😂

  • @Uturenzecomedy
    @Uturenzecomedy หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉

  • @NduwayoAlede
    @NduwayoAlede หลายเดือนก่อน

    Hahahaha turakuviriza ariko urashikuza nabarundi bapfiriy hanz bamw ikisiti iboho irabamaz

  • @cangwepapa-v7i
    @cangwepapa-v7i หลายเดือนก่อน

    😊UUU)zzzs

  • @Roger-j2r
    @Roger-j2r หลายเดือนก่อน

    Un démagogue manipulateur et mégalomane

  • @dusabamahoroaline7281
    @dusabamahoroaline7281 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @KennyAkimana-c1y
    @KennyAkimana-c1y หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @BowasiNDAYIZIGAMIYE
    @BowasiNDAYIZIGAMIYE หลายเดือนก่อน

    Vidéo iteguye nabi cane