Yvette sha ikorasi yo kuri téléphone 😂😂😂😂 umwaka mushasha mwese abakinyi bingaruka nabaraba film ingaruka ahomuri hose Uzubabere uwamagara meza n,imigisha iva ku MANA ❤❤❤❤
Hahahaha 😅😅😅 burya rro filme y, Ingaruka iri kuri leval irenze kl guko nkumbuye mariage ya Sabbas na Diva yabaye kl guko bariko baca mubibazo vyinshi abarindiranye igishika nkanje mariage ya King Sabbas na Diva mumpe tuno tuntu❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 kndi ndi pfurije umuka mushasha mwiza kubakinyi ba filme y, Ingaruka bose hamwe n,aba fans bose bayo tuwuran gizanye amahoro ndabakunda .
Muryoherwe Hama ndabipfurije gusozera umwaka Neza .Ndanabipfuriza umwaka mushasha wa 2025
Murakoze namwe uzobabere mwiza.Ariko muza muradutevya nukuri😔😔😔
Murakoz cyan ❤❤
Amen namw uzubaber mwiz nukugum muduh ingaruk dii
Murakoze cane
Twese
Abakunzi b Ingaruka muryoherwe ❤ndabifurijee umwaka musha wa 2025 mwiza uzobabere mwizaaa natwe utubere mwizaa turabakundaaa mwarakoze kubana natwe muri 2024 muzongere mubane matwe 2025 twizeyeko tuzobabera umugisha❤❤
Mimi ndakwikundira disi
Amen natw turawubifurij cn mwiza nku❤❤❤❤
Mu Rwanda turagukunda cyane
@@MimimireilleOfficial-dm8ty Murakoz cyan mimi
Amen urakoze cane Mimi.ivyo utwipfurije nawe bize bikubeko
Narindayinyotewe abarii bakumbuyee ingaruk nkanje mump🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂
❤❤❤NYIKUNDA. KUBI..PE..KING .....🎉🎉🎉🎉🎉 URAYAKWIYE. PE😊
Reka Yvan tumwipfurize Noël nziza mugasho😂😂😂😂😂😂
Maman kingi😂😂😂ngo yivete. Yisukeko. Amazi2. Gusa😂😂😂😂
Yvette sha ikorasi yo kuri téléphone 😂😂😂😂 umwaka mushasha mwese abakinyi bingaruka nabaraba film ingaruka ahomuri hose Uzubabere uwamagara meza n,imigisha iva ku MANA ❤❤❤❤
Abagira commentaires batarahez kuraba film tumenyane musige like 😅😊
Nawe bihorabigushikira je ndabikunda pe kubera umunezero nkagura comantaire kabiri
Nember one mundemere liké zanje hamwe nabakundi bingaruka happy New yeah ❤❤
Namwe mwarakoze cne kutwitaho muburyo bwimpanuro meilleur vœux
Film nziz cn nakunze kurusha izind❤❤
Mwari mwaratunyoteje pe
Nyene uwudakunda iyi film sinzi iyindi akundaaaa
2025 mushiremwo Agatege we love ❤
Welcome back ingaruka séries 🎉🎉🎉guys abari murukundo niyi séries ababonako bari batwibagiye munyihere like tumenyane 🎉🎉😢 today ni 🔥🔥💯 munkandire kuga foto niba atagatima kabi ❤❤❤
Yoooo burya yaharuye kangahe basha😂😂😅😅yashikanye gatatu weee🎉🎉🎉
Muziko nagirango mwaramborotse😂 Imana ishimwe kwl Hama Abanyarumonge tubipfurije Umwaka mushasha mwese abakunzi bingaruka
Taty akantu akoze Niko pe yvan agomba guhanirwa icyaha yakoze umwaka mushya muhire kubakunzi ba ingaruka series ❤
Abari mukumbuye ingaruka nkange mumpe Like 👍👍👍
Mbakunda kubi kandi mumabara yose🎉🎉🎉
Aba bonye ko ingaruka yagiye kuyindi pwebu😂😂police ari police orginale atari wa film ampe like
❤❤❤🎉Ingaruka hejuru caneee🎉🎉
Basha mutunyarukirize iyindi episode
Umwaka mwiza wa 2025 Ku bakinyi bose, Imana izobahe imbono nshasha murushirize kuduha ivyamavuta
Murakoze cane kuduha Ingaruka twarituyikumbuye kabisa
Courage bakinyi bezaa nda❤❤❤❤ kndi mbipfurije umwaka mushasha mwesee
Sha taty nturyoherwe nanje niteze ingaruka yawe vuba irahari
Yakoze iki Taty?
Wao Murakoze cane naho Mwari mwadutebeje
Uyumusi mbaye uwambere💃💃💃💃
❤❤❤🎉🎉
Mbega byiz kuba tugiye gusoza Umwaka twirebere Ingaruka yacu 🎉🎉🎉 abakunda Diva nkange mubinyereke 👍 team yose murashoboye❤❤❤
Hahahaha 😅😅😅 burya rro filme y, Ingaruka iri kuri leval irenze kl guko nkumbuye mariage ya Sabbas na Diva yabaye kl guko bariko baca mubibazo vyinshi abarindiranye igishika nkanje mariage ya King Sabbas na Diva mumpe tuno tuntu❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 kndi ndi pfurije umuka mushasha mwiza kubakinyi ba filme y, Ingaruka bose hamwe n,aba fans bose bayo tuwuran gizanye amahoro ndabakunda .
Urukundo nkunda taty ntirubaho p Imana nyiramahoro izomuhe kuramba nokugera kure mwiza❤❤❤❤❤
Mbakunda kanini nct courage twaryohewe❤
Abaribakumbuye ingaruka nkanje muze hano
Nibyiza cyan kabix ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Narinacerewe caneee❤❤❤❤❤❤narinamaze gukumbur
Ash nukuri Imana yaremy Yvette aratwenze pe
Turaje kuwuzimya 🏃♀️🏃♀️😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Nkaba ndazindutse bash mundemere abari murukundo ningaruka❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Jewe nari nikumburiy marezo utuntu yigira so bonne année bakunzi bacu
Ahaha matiyasi yaramutesheje
Umuceri mukama
Abakunz bingaruk nkanje mumpe like nabipfuz kwibabdany nkanje ndab❤❤❤❤
Muziye igihe, nari mbakumbuye pe❤❤❤❤❤ Happy New Year
Murakoze can natwe twipfurije umwaka mwiza cane abakunz bingaruka turabakund
Uwo mukozi wa king avukana na Diva kuko barasa
❤❤❤❤kumwe ni ningaruka
Mukozi wimana urakunzwe karibu mungaruka usenga imana urimbere yiziko ikaguha umunyota ha🎉🎉🎉🎉
Yewegaye hew ndabon irenz umuriro gus
Waaaaa nivyiza can 🎉🎉🎉🎉🎉courage my brother king 🤴🎉🎉
Merci bcp ndabakunda❤❤❤❤🎉🎉
Ahwiiiii ingaruka ibayingaruka mbegambeag yemwe yvan avuye mugasho azohita akurangiza pe❤❤❤❤❤❤
Ingaruka hejuru cyane hanyuma costance afatwe avane amanyanga kwa King nabDiva
Abakunda kubi
Yaturambiy kw'idahera
Ndabakunda courg
Uyumus ndimubamber kl❤❤❤
Yoooooo mbeg avant mutegur nez
Abahashitse mbere mundemere akanyu
❤❤sabass ndagufan ❤️
🎉❤❤ gusa mwara dutebejee😢
Abakunzi bafilm ingaruka ndabinginze murigwarukundo muyikurikira dukwize 100k plus abobantu 2 bama babuze ntubarondeze❤❤❤
Ingaruka.Ekaningaruka.nyene.yvan.bimugarutsekonashaka.kumenya.iyo.iyo.mAriane.yaherey❤❤
Mwarateguy vrt murabanj nkunda courage
Ingaruka irayoboye kweli. Umwanditsi wayo nabakinyi bayikina mwubahwe
Jewe muranyishe uburero mugize ikorasi kuma unité yanjee😂😂😂
57 min nkabandahageze abakunzi bingaruka umwaka mushasha❤❤❤❤
Waouu komer Sabass wacu ivyudokerer turabinezerew ukomer cane
Umwakamuchacha bakuzibigaruka❤❤❤😂😂😂😂😂
Umwaka mwiza mwese❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Umunezero urandenze kubera ingaruka sha mwari mwayuyondeye.ndabifurije umwaka mushasha mwiza beza banje ndaba❤❤❤❤ mwese
Ingaruka mwarimwaduhevy so narimbakumbuy disi ubundi nimwebwe banje🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Happy new year kubakunzi bingaruka mwese sabas turagukunda❤❤❤
Ungaruka hejuru cane
Inkozi zikibi nka yvan turabipfurij guhinduka mwuyu mwaka mushasha 🙌🙌sabass courage vrt 🎉🎉❤❤
Marezo ntakubonye muriyiflm agahinda kanyica😂😂😂😂😂
Waaoooo Courage twarituyinyotew,ham mugir umwak mushash bakundw banj
Sabasi burya ndakunda amajambo yawe so ngira ndakwibarize kandi unyishure woba ukoze nkubu bishitse nkaba mfise uburyo buke nkabwira uwodukundanye tukaja gusinya muri reta. Hanyuma nkahama Gara pastor muhira akaza kudusengera uryamusi nyene wa eta civil ntabwo twoharugwa nkabasambanyi ko bavuga ngutagiye murusengero uhezagirigweyo nguba usambanye mubivuze kwiki. Nicokimwe nibi sabasi avuze ko yogira mwibanga
Nukur musigay mudutevya pe nari ndayikumbuy
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA muze hano tumenyane.
Mariage yahomba,Yvan izo n'ingaruka,courage ❤❤❤
Evode 🎉🎉🎉
🎉🎉🎉😂😂❤❤😂🎉😢😮😅ego nukuza murahana imichezi
Kuel courage vrmt
Tatiyana ukoze igikwiye uhezagigwe chane nimana ❤❤❤❤❤❤❤ ❤
Ndaryohew gusubira kuraba ingaruka🎉🎉🎉❤❤❤
Ingaruka nahishikiye courage 🎉🎉🎉🎉
Congratulations🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Sha nari ndayikumbuye
Ako kanyuma kibitwosha nabi Niko kabi😅😅😅😅😅❤❤❤
Courage cane turabakunda cane kur cane nihonkwipfurij gushik ❤❤🎉🎉🎉🎉
Emw guteba ntibiz bien subire turaba❤❤❤ caaane
Tatty ndakwemeye cyane uzi gutegura peeeh , hama Diva na King musenge cyane abanzi banyu bari hafi yanyu arko umugambi w'Imana ibafiteho urusha uwabo imbaraga. Kandi arko ntizongere guteba kuyiduha turabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwari mwadutebej inyota yaritwishe Hama abakiny bingaruka nda❤❤❤ cane sinokwicara muhagaze🎉❤❤❤
Gooood agasozera umwaka❤❤
🎉🎉🎉🎉mur 4min gusa nkaba ndahageze ingaruka hejuru caaaane ❤❤❤❤❤❤
Ni
hatari
kabisa
Yaaaayayayaya 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥
Mbega weeeeeee 😂😂😂😂
Ariko hasigaye Yvette nawe ko agaragara maze ibintu bikaja mu butwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
Mwarimwayidukumbuje umwaka mwiza rero ndawubipfurije
Yesuweee mbega mariyage pare namarene bakozwe nisoni
Yvette namenya k sabbas ashaka gukora ubukwe mam diva azobabimenye ,umunwa wa Yvette ungez ahantu