Ahubwo Fablice buja city plazza niyahera tuzokore project yibarabara ryohejuru Express high way kuburyo imodoka izoricamwo yishuye. Muri USA arahaba nomuri Kenya
Njyewe ntabwo ndi umurundi, President NDAYISHIMIYE yankundishije u Burundi kandi nifuza gutura no gukorera mu Burundi. None Ndagirango mbaze Fabrices; ko hari abantu benshi tumaze kwiyumvamo u Burundi, twebwe twabigenza gute ngo twinjire muriyo mishinga y’iterambere .
Glory be to God. Fabrice Imana ikwongere ubumenyi nu bwitonzi nukuri urinka Ibrahim Traoré ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana igufash kuramba
Abanyabwenge Gusa Nibo Bagutahura Mr Fab ✌🏼
Fabrice komeza bwana wubake uBurundi Kandi abarundi turagushigikiye ❤mtiwumvirize abagucintege.
Fabrice ni don twahawe n'Imana
Uhoraho amuturindire.
❤❤❤❤❤❤❤
Ahubwo Fablice buja city plazza niyahera tuzokore project yibarabara ryohejuru Express high way kuburyo imodoka izoricamwo yishuye. Muri USA arahaba nomuri Kenya
Fabrice, i like your vision and love for developing our country. never stop working for the best interest of our country.
Imana iguhezagire bwana fablice❤🎉🎉 vrt ukomezz gusenga ikurinde ba pacifique na RPA
Allahuma Amin Amin
Ivyiza vyiwacu umunezero wacu❤❤❤❤
Imana ikutuzigamire.
Tu es intelligent monsieur, si tu étais de mon pays!!!
Proud of you My Big Brother Beni 🎉❤
Thank you mukuru wanje
Amahoro cane,
Hanyuma jewe ndi muri Finland kandi Fablice turagushikiye cane mu bikogwa ukora , hanyuma ndagusabe cane kuko ugerageze hasi yinyubako uhatanguze parking nkuku kwiburaya kuko aho hantu haziba amamodoka meshi please muvyigwa vyanyu ico ntikibure
sha fabrice numunyabwenge,ashira Imana imbere,afise ama verse menshi yubaka umuntu,araryoshe kumviriza
Imana ikuje imbere Fabrice nkuko uyizera❤❤❤
Nezezwa nukuntu ushira Imana imbere muri vyose🙏🙏. Imana mushobora vyose izokuje imbere 🙏
Fablice Manirakiza ndakwemera saana mi BROTHER
Washyize Imana imbere, ubumuntu n’ ubudahemuka!
Courage fabrice wew bandany ikigeragezo ninfumgurw y'umugororotsi❤
nukuri Fabrice imana yomwijuru ikube hafi❤❤❤
Fabrice imigambi yawe ufise irarashe kandi uriko ubikora wizeye uhoraho uzonesha ❤❤❤ congratulations
Wa kwetu wa gasaka courage!
Fabrice 🎉❤ imana ishishikare kubana nawe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰
Tangura uduhe proof 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍
I wish you protection from GOD
Korakazi,uzokwitoz wew
Ibona kazoza niyo sasa fabrece abirimwo nezaa caneee komeza wubak igihugu 😘🫶🏾
Imana izokujimbere shetani ntuzoyemerere guhemukira abarundi
Amen girumugisha
Njyewe ntabwo ndi umurundi, President NDAYISHIMIYE yankundishije u Burundi kandi nifuza gutura no gukorera mu Burundi. None Ndagirango mbaze Fabrices; ko hari abantu benshi tumaze kwiyumvamo u Burundi, twebwe twabigenza gute ngo twinjire muriyo mishinga y’iterambere .
Imana ikwame imber uradufitiye kazoza uduhe nibarabara gitega buj duce dukora amasaha 24h 24h
Irebe media komera
Uhezagigwe Mwana wUburundi
Ndakwemera kora projet yo kuroba imikeke
Kbs mukomere cane
Fabrice mwana wubuurundi terimbere nkumuzinga.
❤❤❤❤❤❤❤❤
Naheruka arajamb nkay yubweng kuri nyakigendera nkurunziza
🙏🙏
Ntabwo ati FabLice ni FabRice
Umuntu baha isoko yogukora icintu icarico cose nsingire ikibazo nakimwe vyose nkabonako babisize mubiganza vyigihugu vyabarndi ni fabrince birababaje kubona ubutare bwomukirundo baraye babutaye ntakintu nakimwe buzifasha abarundi abagiye kubucukura igihugu gisa nkaho ça bubagabiye iyo batuma baba baraburetse abarundi tukiyubaka tuyobowe na fabrince tukabwihingurira
Duhe iyo video
Uti rero Banque Mondiale yoguhaye credit? Too confident, nivyiza gushimira abakwizeye riho
👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Bite Fablice na shaka kubaza igihe chongutaga konte ya bataze imitahe yabo aho barotorera inyungu
Hama hamwe amahera mushaka gukoresha atokwira muri nahandi mwokura aya tabonetse
@@RyabuyeJeanMarievianny Ico kibazo yaracishuye; kurikirana ibiganiiro yagiye aragira.
Ahubwo akokantu batubwire na kimwe ca titre
Nivyo kbx
Abaguze imitahe ntibashobora gukurikira ibiganiro vyose akora, vyoba vyiza bagiye baratanga amakuru yakamaro via email ko contacts barazifise.
Uwaguze umutahe akaba ashaka kuwongerereza bigenda gute?
Fabrice ndakwumva,nagutegereye
Turipfuza abandi bameze nkawe baze ba investissement mukuturosa amazi na amatara birababaje kubona dufise amahera yokuriha amazi ariko tukayabura mumazu
Imana Iguhezagire Fabrice kuvyiza uriko ukorera Uburundi nabarundi.hama nagira mbaze umuntu yaguze umutahe hama bigashika akitaba Imana abasigwa biwe bazohora bahembwa ?
Nn biracabandanya
Gutanga umutahe biracashoboka
@@salemniyinyobora3630ego birabandanya
Mwarahezagiwe mugume mudusobanurira
❤❤
Kugira effort na courage!!! Ntiwokoresha ikirundi?
Uyu numurapere azobaha ama verse😂😂😂
Ndabahaye mwiriwe ngomba mbaze kugira ube umunwanyi wa ubaka nation group bisabiki
Mwaramutse neza
Jewe nkeneye numéro tel ya Fabrice murakoze
Ubundi abantu nkabo nibo baba bakwiye gutwara igihugu! Kuko nibo bapanze neza mumutwe! Abandi bo ninduru gusa
Kuber'iki ikintu nka kirya cambere citeka kugihugu mwagihaye izina ry'icongereza? Canke ntiturikukira bihagije?
Fablice arakwiye kugira synergie des médias pour large diffusion yuw mugambi wo kubaka isoko
Mbariza ko hari deadline yamafranga yisoko
Kbc
Ndabirabe gerazi ubivuga yagiyekuborerwa niyunvirize diaspora ico muri gukora
Uwimana ikunze agira ngo asumvya abandi gusenga.Ariko niwongere usenge imana iguhishurire
Fabi nivyiza cane, igikenewe ubu dukore publicity kugira numwenegihugu adashobora Kuja kuri TH-cam abikurikirane.
Ashobore guterera kuko murabona ko na connexion Zaha iwacu ari ikibazo murakoze.
Fabrice tumwitezeko ivyiza vyinshi reka imana imujimbere nawe ayigamburukire azobe nka Moïse arongoye abisilayeli
Nn nimero yaw niyih
Ikiganiro ciza cane kabisa.
Fabrice turashaka utuzanire ubwoto bworoba amafi raba kera twararya imikeke nti ndagara ariko ubu navyo
IMANA NIHEZAGIRE CANE UWO MURUNDI WINTWARI.ABANDANYE GUFASHA BENSHI BASHOBOKA .ABAVUGA KO BIDASHOBOKA MU BURUNDI ABANDANYE ATUJINJIBURA
Uwamateka mu burundi
Ntangazwa ningene ugomba gukora ibintu vyose en même temps!
None baracijija imitahe mukigega
Umugambi birakwiyeko ushika mu gihugu hagati kuwusigira
Fabrice kurakwemera kabisa
Abandi wibaza ubarusha cach iyo twaro yica yabahutu bifiteiherezo wangu nako nibatabisenya ese abapfuye urabaruta 🤷🏿♂️
Emwe nawenyene mwowica kuko imfura zuburundi mwishe ninyishi'rwagasore ndadaye nabandi......ariko ntakibanza c'inkozi zibibi izobavuma.
Ntasoni kweri ariko wihora ubusa bizoba ubibona kandi ntinivyo wohagarika ahubwo nawe shiramwo imitahe uzokwamurane natwe nihagera ko twamura
Ibi bintu ntangamarara vyikiganiro vyogabanywa mu kiganiro kuko biba bija kugaruka mu kiganiro nyezina 10min atari publicités irimwo birarambira,ahandi ho bikwega umwanya kugeza aho cohebwa kumvirizwa
Turagashaka kweri jew akumpa kose ndagashak
Journaliste agabanye amajwi
Nivyo. Ibintu vyokwitabira tout le temps ça enerve
Abantu muzotanga amaherayanyu batabagaye Insurence muragabe utanga Amafaranga baguha nubwirinzi bwayo ubwo avuga ngo muryame musinzire gwamafaranga arugaranye batabahaye insurances yayo nukubahenda
Uraza nawe uduhende nkuko yatubeshe reka sha ibikorwa vyivugire amajambo make😅😅
Wewe shaka wangare umare isi ntiwigere uryama twebwe barundi dukunda igihugu 🇧🇮❤️ imitahe tuzoyirundamo numwanya wokuryama Ntawe tukigira turi kukivi harame abarundi bakunda 🇧🇮🙏
Twe nubwo yoherayo ariko igikogwa cakozwe ntaco nzoba mpo.vye
Mfisey imitah ireng umwe ninabon batanguy kwubak ntabind, ibind birasanzw. ivy vyama assurance nivyiwaw
Ntagahora gahaze ibyabarundi biraboshe kuko murabahemu murabajura murica muracyari mumoko bivugako uwabibyura mwamarana😂
@patrick.
1. Mubihugu vyinshi vyo mukarere canke vya Afrika muri rusangi ivy'amoko/tribus biravugwa kumugaragaro. Biravigwa ko muri Uganda, Tanzania, Kenya, Congo, Sud Soudan n'ahandi hari tribus izi canke ziriya.
Jewe narabaye muri Tanzania nk'impunzi (1977-1982, 1984/1985): ugiye kurara muri lodge/ihoteli urandika mugitabo ubwoko bwawe/kabila MUGABO MUBANTU NTAKORANYE MURI GEOLOGICAL SURVEY OF TANZANIA/IDARA YA MADINI-DODOMA, NTANUMWE NUMVISE YIDODOMBA NGO BAMUBONEYE KUBERA UBWOKO/KABILA VYIWE. NAJEWE BARI BAZI KO NDI UMUNYAMAHANGA NTA NARIMWE BIGEZE BAMPOHOTERA.
2. Rero ntiwoza ngaha umengo ushaka kuvuga ko muRwanda ariho mufise politique sociale yiharije isumba iy'ahandi. Mwebwe murafise ingene mwashitse kuri systeme yanyu, abarundi natwe twashitse kuri quotas ethniques kubera kahise k'igihugu kandi kubera Accords de paix d'Arusha (Tanzanie) zo mu mwaka wa 2000. SI NGOMBWA KO AFRIKA YOSE/ISI YOSE BAKURIKIRA LE MODELE RWANDAIS.
Uku ugenda wandika commentaires nyinshi kuri iyi nkuru, biranteye amakenga, je me demande pourquoi vous etes si obsede de la question burundaise.
3. Jewe aho nari nciga muri secondaire nko muri 1968-1971, hari uwundi munyeshuri yambwiye ngo mwebwe (abahutu) ntimuzopfa mutwaye igihugu. URUMVA RERO KO HARIMWO UGUKUMIRA/DISCRIMINATION.
Muri Octobre 2018 nari iBujumbura aho bibuka urupfu rwa perezida Melchior Ndadaye n'izindi ndongozi, VYARANEJEREJE KUBONA INDONGOZI BAVA MUMOKO YOSE BAZA MUBIRORI VYO KWIBUKA IZO NCUNGU ZA DEMOKRASI.
Ntako mutagira muragatsindwa n'imana yomwijuru.
Vyarabohotse mwizina rya yesu ntibikiri ukwo muvyifuza ncut abarundi turikwiyubaka murukundo nokwubaka igihugu 🇧🇮❤️🙏
@@VenantManirakiza-z1u Jewe sinzi ico bampoye. Commentaire nanditse kuvyo uyu munyarwanda yavuze bayihanaguye mugabo naronse alerte/notification y'uko wewe nawe wanditse commentaire.
Ariko,ikintu mushima Niki!!¿?? Abantu bari kukivi!!! Naho inzangano zanyu niziki!?
Uwo numutekamutwe ntimumuzi.
Ntawabikubajij kandi yavuze katagahato karimwo
Nawe uraza ube umutekamutwe nkawe
Turasaba abantu bose bumvako fabrince arumuteka mutwe baze nobo twese twibere abateka mutwe kk igihugu gikeneye abateka mutwe nka fabrince tucubake 🇧🇮❤️ reo muhagarike gushuka abarundi ngo fabrince numuteka arikutubesha nawe naze yibere umuteka mutwe nkawe bikunze twese tube nkawe igihugu tucubake muri rwarukundo kk ndazi Ntawe bitoryohera twese tubaye abateka mutwe nka fabrince twiyubakire burund bwiza ❤️🇧🇮❤️
Duhe izonkuru ureke kuvuga gusa utafise preuve niho uzoba udukebuye
❤❤❤❤
Fablice arakwiye kugira synergie des médias pour large diffusion yuw mugambi wo kubaka isoko
Abandi wibaza ubarusha cach iyo twaro yica yabahutu bifiteiherezo wangu nako nibatabisenya ese abapfuye urabaruta 🤷🏿♂️
Tekana wew nimba utinya gupfa uzopfa imbwa ziyanwere Ubuntu , Hererera inyuma satani uburundi bwahagurutse imana ishikare kubana muburundi.
Ishari ni ribi,ntiryubaka.Nawe zana umugambi mwiza,abarundi tugushigikire.Nayo ivyo kwipfuriza abandi inabi ntaho vyoshikana uburundi.Fabrice guma utera intambwe,abarundi turashima ivyo uriko urakora
Urumusazi
Musa nubundi urumupfu nimba ugitinya gupfa nimba nawe ufise umugambi ukaba ukunda igihugu Ingo twubake abarndi tuzogushigikira p abahutu abatutsi abatwa tuzaba tu kuri inyuma ntugire ikibazo ubu muburndi dukeneye kwubaka ivyo vyogupfa Jana kure🙅🏻🇧🇮❤️☑️
Uyo ni umunyarwanda sha muramubabarire . Ntazi no kwandika ikirundi. Iterabwoba niyo turufu . Ababahaye igihugu ni abafaransa birazwi.