Jewe AKES DON nibwe IBIRATO Vyanje na KIRIKOU/LOLILO Arushwa Ubwenge na BIG FIZZO/DOUBLE JAY nawe…..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ต.ค. 2024
  • #bujumbura , #akesdon , #starboythesheep , #startv257

ความคิดเห็น • 36

  • @Tagt391
    @Tagt391 9 วันที่ผ่านมา +1

    Akes ndamukunda imbere yuko mfana umuziki wiwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ProsperBukuru-un7ne
    @ProsperBukuru-un7ne 10 วันที่ผ่านมา +1

    My brother🇧🇮🇧🇮

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 14 วันที่ผ่านมา +2

    Mr fasha warafashijwe umu no sentiment❤❤❤❤

  • @AkramKamana-uf7gk
    @AkramKamana-uf7gk 2 วันที่ผ่านมา

    Akes Don adahevy kwishimsgiz bizomuhang kub ahangar Legend nk Simba Mzizi wa jiwe n'inderonke

  • @BennyBertrandBahizi
    @BennyBertrandBahizi 14 วันที่ผ่านมา +5

    Starboy nukuri ivyo akes don avuze kuri Kirikou ni ukuri Uwo muhungu ntandero afise vraiment jewe nigeze guhakwa kumukubita nukuri 😢 ariko mpwemu yera yarankoreyemwo ndanuma ndihorera none raba nubu akomeje gutindero vraiment 😅 akes uti komereza ngaho pe

  • @josephofficiel145
    @josephofficiel145 10 วันที่ผ่านมา

    Mr,Ububeshi,vrt😮

  • @Pajonice
    @Pajonice 11 วันที่ผ่านมา +1

    Interview yamavyaa kabisa mwahushuyee❤❤❤

    • @KP-fe6io
      @KP-fe6io 11 วันที่ผ่านมา

      😂

  • @nzissaonlinetv
    @nzissaonlinetv 14 วันที่ผ่านมา

    Big up bro keep shining ugeze ahantu heza

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 11 วันที่ผ่านมา +1

    Lolilo ni gangster broo😅😅😅😅😅😅

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 13 วันที่ผ่านมา

    Uwu muziki wacu uratwengejeee mama yanguuuu 😂😢

  • @JideJide-x3p
    @JideJide-x3p 14 วันที่ผ่านมา

    Akes ni fora. Lolilo nta concert yakoze naba legends muri congo

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 8 วันที่ผ่านมา

    #Akes urumuntu umugabo naho wariye umunwa numuziki womuburundi urimwo amacakubiri afatiye kubwoko #hutu_tutsi cabane cane mugutumira abaririmvyi baja hanze diaspora ndundu yuzuye ivyiyumviro vya 1993 😭 nubwo mutabivuga #abapresenters #abajournalistes haguruka mubivuge abantu babimenye

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy 14 วันที่ผ่านมา

    Ntawakwivye

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 13 วันที่ผ่านมา

    Âkes dan❤❤❤

  • @niyibitangasamson4156
    @niyibitangasamson4156 14 วันที่ผ่านมา +1

    Ikigugu akes

  • @Unochris-t2s
    @Unochris-t2s 13 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤

  • @MrhavertzNtwari
    @MrhavertzNtwari 12 วันที่ผ่านมา

    star boy Abantu bacafunza abarimvyi bacu bureka kubazan kuri camera yaw 😂

  • @adidjamanirakiza4030
    @adidjamanirakiza4030 13 วันที่ผ่านมา

    Akes reka kumaramaza bagenzawe NGO barakwivye NN wewe ukora ivyiza ahubwo Muba mukwiye gukundana

  • @mafiaakahi756
    @mafiaakahi756 8 วันที่ผ่านมา

    Mafia AKA hi

  • @julius875
    @julius875 12 วันที่ผ่านมา

    Uko siko bakora content man Akes ww vyaranse heba urekane nabariko bakora neza?

  • @IteritekaAngecharlene-i4z
    @IteritekaAngecharlene-i4z 14 วันที่ผ่านมา

    Nihatar kwl kirikou neza

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 13 วันที่ผ่านมา

    Iki kiganiro kije hageze muzorabe indirimbo zama collabo mu burundi bwacu zikorwa na bwa burwi nyene babandi 😂

  • @DollarKiller
    @DollarKiller 13 วันที่ผ่านมา

    5/5❤

  • @EliasMisago-l9t
    @EliasMisago-l9t 13 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @queenieSamantha544
    @queenieSamantha544 12 วันที่ผ่านมา

    ✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮

  • @jamela1114
    @jamela1114 13 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤

  • @sunnadia1830
    @sunnadia1830 13 วันที่ผ่านมา

    😂❤😂😂😂❤

  • @AnaNitungaNItinga
    @AnaNitungaNItinga 13 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂🎉

  • @MugishaTherence
    @MugishaTherence 12 วันที่ผ่านมา

    Hhhhhh D one

  • @ntirampebadarcy1954
    @ntirampebadarcy1954 13 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @InesIgiraneza-b3c
    @InesIgiraneza-b3c 14 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉😂

  • @Darcy_3P
    @Darcy_3P 14 วันที่ผ่านมา

    😅🔥🏆🇨🇦

  • @Evrosen12
    @Evrosen12 14 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂 Mbe uwo mwana azoc' atezimbere imiziki yawe wewe kubwawe utari gutezimbere? Akes Akes Akes Akes. you can do better than that, please

  • @dadivniyogusenga
    @dadivniyogusenga 14 วันที่ผ่านมา

    Akogatop nakarifosan