ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Love from Oman ❤❤❤❤
Courage
Amazing biraryoshe cane❤
Je repete B-F ndakunda ingene wishurana ubwenge cane knd uzubwenge ark man uragara sana mais biguha respect
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🎙
Top cane kuri ako kantu ngo:"Kiretse ko nzoca nyika".Abo imitima yari izahutse bo ntibabuze,nuko ababwiye ko yariko arababesha!
Vp
Monna ngira ntazogaruka izo bagage zose😅😅😅
B fc❤️❤️❤️❤️❤️☺️🥹
Bon voyage bana buburundi amahirwe masa
B face urugendo gwiza maze ndakwikundira
Sh nae urumugom kbs noe izoyans kwambara warazimugiriy wozerekan
Bface na Mona ndabakunda ntamatiku bajamwo
Safe journey
Umu police mukiganir😂😂
Umupolisi yashavuye : "Buretse, buretse ivyo n'ibiki hariya ..." na B-Face yumiwe, ukuntu aciye amuraba 😂😂😂
Belgique ubu akabeho katnguye guhuha.muraba ama manteau mutayabitse kure
But Mona this is not airport outfit 🥱😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wari waberewe Mona
Bamubaza ibibazo bigufi vyumvikana apana Kubaza ikibazo umengo urikuvuga amakuru
Nizere ko urukoti wari warunyegeje ahandiho irakwereka imbeho
Bagire urugendo rwiza
Ahubwo B face dumufanawawe rero muzondangire inzira nanje ninjireyo
Wew mona ba wambara ukikwizaUranshisha kubera iyonyambaro yawe
Ba mureka kwitera stresse vrt none nkubu wew k atakuzi ukaba ushobora kuraba abandi bambara uko ukunda kandi nawe ntimwigeze mwumvikana ko azoza arakunezereza vyoba vyiza uravy ivyo ukunda ukamureka abamukunda bakamuraba ubuzima ni buto ntampamvu yo kuruhisha umutwe mubintu bitakunezereza vrt arinde agushisha atanakuzi kweli
Ntakamenye kuko ntakamaro
Ugirango yabiguze atabonako zitameze neza nomukwambara yabibonye rero nimumwihorere ahubwo mumusengere Imana imusange ibimwereke kukotwenahotwovuga gute tiyivyuva shaho
Ibitababaje patiri bibabaza abakorezi raba ivyawe Hama ubeho neza
Yvonne we nukur warkuvug iynd mvug apan ng argushisha vrm nt muntu ashisha!!utamukund ntukund uko yifata birenz amaso wihorer har abbikund uko
Nubwo urumu star wambara nabj nibiganiro vyawe ntavyonkunda kubera wambara nabi cane mbega hoho ubona uzokwereka kazoza akahe niwavyara abana bawe nabavugako urimwiza wambaruko ubwiza simumaso ni mumutima ninyambaro
Ikirofa gusa toka wangurubewe wewe niwe wambara neza wamasewe😂
Ahubwo uwo mukobwa niwe Ari rofa niwe wambara neza harya cnk ùbwo bwiza niwe ubifise?
Ibiri Ku mutima bigaragara mu mvugo no Ku mubiri!!ntaco uba uzana inzara muri comment
Love from Oman ❤❤❤❤
Courage
Amazing biraryoshe cane❤
Je repete B-F ndakunda ingene wishurana ubwenge cane knd uzubwenge ark man uragara sana mais biguha respect
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🎙
Top cane kuri ako kantu ngo:"Kiretse ko nzoca nyika".
Abo imitima yari izahutse bo ntibabuze,nuko ababwiye ko yariko arababesha!
Vp
Monna ngira ntazogaruka izo bagage zose😅😅😅
B fc❤️❤️❤️❤️❤️☺️🥹
Bon voyage bana buburundi amahirwe masa
B face urugendo gwiza maze ndakwikundira
Sh nae urumugom kbs noe izoyans kwambara warazimugiriy wozerekan
Bface na Mona ndabakunda ntamatiku bajamwo
Safe journey
Umu police mukiganir😂😂
Umupolisi yashavuye : "Buretse, buretse ivyo n'ibiki hariya ..." na B-Face yumiwe, ukuntu aciye amuraba 😂😂😂
Belgique ubu akabeho katnguye guhuha.muraba ama manteau mutayabitse kure
But Mona this is not airport outfit 🥱😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wari waberewe Mona
Bamubaza ibibazo bigufi vyumvikana apana Kubaza ikibazo umengo urikuvuga amakuru
Nizere ko urukoti wari warunyegeje ahandiho irakwereka imbeho
Bagire urugendo rwiza
Ahubwo B face dumufanawawe rero muzondangire inzira nanje ninjireyo
Wew mona ba wambara ukikwiza
Uranshisha kubera iyonyambaro yawe