ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Sha nkaha aba bahungu ba Double Jay boca berekana izi menace yoca asaba Asile Belgique ni cadeau ubahaye pe nuko abarundi tutazi gukina deal peeee
Abaririmvyi babarundi baragoye ifasha pe! Big up to you Mr Paulin.... Ntucike intege kubufasha bwawe kubaririmvyi ndundi. Take your 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Pauli tu as raison ivyo vyana nta ndero bifise nicogituma bilateral imbere
Imana nibyosepe
Mutama ivyo vyana nimureke kuza murabifasha bizoteba bitore indero
❤ felicitations 🎉
Abobajama nibobazononera nabandi bashaka guterintambwe
Double jay numu gtg wiwacu ariko aho sindamushigikiye i gtg twararezwe neza ntiyishinge kirikou ubu vouyou Beiwe
Umudimudimu yashishwe ndake
Numurundi twe nivyo tuzi ivyobindi birakuraba
Double jay ndazi numwana twakuranye kandi yamye arumwana windero kuva kera, ninumwana yamye yitonda yavuga make caane, kuva aciga kuri les irondeles, arumwana muto tumutwaza ishakoshi kubera ubuvyibuhe bwiwe,namba yarabikoze nuko nawe utera, ururimi rwumwe rukamwa amata ah twobaza jiji naw yovuga ibindi. Rero don't judje double jay mureke atere imbere. Hakim moza nawenyene twarakuranye numuntu avuga make cane kandi ntahubuka. Aceni fitna watu wa buja tunawajuwaaa roho mbaya yenu.. Gitega tuyoboje inkoni yicuma umva kirya kigoma uriko ugirira inzigooo. Sinokwilalana imana yompana .nikirundi tugendeeee
Nene icokingabo kuriki yama afise ibibazo nabasani nawe mumurabe abantubose ntiboba babikuko ntamusani numwe nibazako bahuza kugeza iyisaha
Kuki abarundi mufise amatiku
Kuba udafisubwenge ibintu vyose uvyita amatiku
Nohanura Dj Paulin gukorana Na Drama T, amuzanira ivyunguka. Kuki utumwanya kubantu atanibirenze bakuzanira?
Nabanze agende arere umwana wa Colyse ! Areke kwifata nk’umuntu yica agakiza!
😂😂😂
Marlech 🤣🤣 colyse aje gute muri business kwli 😂
Fyoto fyoto genda umurere nawe waramupimye usanga arisewiwe