MISS BURUNDI YARANSE KUMBABARIRA/KURI RASKO NA KIGINGI/RAOUL COMEDY ARADUTWENGEJE TURAKUMBAGARA😂

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 พ.ย. 2023
  • #sirenvibestv #comedy

ความคิดเห็น • 95

  • @ZEDTVSHOWRWANDA
    @ZEDTVSHOWRWANDA 4 วันที่ผ่านมา

    Ikiganiro kirasecyeje cyane ❤

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 9 หลายเดือนก่อน +2

    Nn Miss yari kwiremereza ibisusu vyikî? Mushobora kuba arimwe vyababaje ahubwo🤦‍♀️😌😌😌💃

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 9 หลายเดือนก่อน +4

    Ariko udukoreye show tutarishe abandi bahora bakuriha IMANA iguhezagire

  • @casoartv257
    @casoartv257 8 หลายเดือนก่อน +3

    Miss burundi kurators kugira Inzigo
    Raoul il est comedien so ni normal.
    Baho sans stress nka Hosy

  • @justinenduwayo781
    @justinenduwayo781 8 หลายเดือนก่อน +1

    Whaaa, narimaze igihe ntatwenga, merci bcp

  • @valsywilsonirambona3154
    @valsywilsonirambona3154 9 หลายเดือนก่อน +3

    Là où se trouve Raoul ntamahoro ahari😂😂hosy pol san wagir ugir cross😂😂😂😂😂murankoreye ijorooooo🔥🔥🔥🔥🔥

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 8 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂uri ikirori pee.umunya musaga😂

  • @user-il1ss7mz3p
    @user-il1ss7mz3p 8 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂kirahiri we😂😂😂😂

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq 9 หลายเดือนก่อน +3

    Iyi émission ndayimaz nimbavu zumye arik Raoule 😂😂😂

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ariko nibon vraiment jw mbona benshi twatwenze😂😂😂😂😂 bizoza nabandi batanguye uko ariko wirinde gukora comedie zibabaza abo wazikozeko yeah hama nukuri terimbere to relax dutwenge 😂😂😂😂😂

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 9 หลายเดือนก่อน +4

    Wooooa miss burundi imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @casoartv257
    @casoartv257 8 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣🤣None yababajwe niki??
    Raoul viga basi kwafise ibisusu habure ugwanko 😂😂😂😊

  • @leecharon
    @leecharon 9 หลายเดือนก่อน +4

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 merci sana Hosy🤣🤣 ndashoboye kuba ntwenze muri muri present passé na future 🤣🤣🤣🤣🤣

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  8 หลายเดือนก่อน

      😂😂🤣🤣🤣😂

  • @user-gd6mk1dx2h
    @user-gd6mk1dx2h 9 หลายเดือนก่อน +3

    😂😂😂😂😂 un jour de joie à moi merci beaucoup

  • @bellamiemugisha6325
    @bellamiemugisha6325 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nij jenyenee nabonye ko Raoul yahindutsee!???Asa nezaaa

  • @mireillequeenkwizera2173
    @mireillequeenkwizera2173 8 หลายเดือนก่อน

    Munyamusaga Gitaramuka Raoul wakwetu uratwengeje nukuri gusa ico giswahili sico kumusaga nicimwaro😂😂😂

  • @igiranezaleilla2311
    @igiranezaleilla2311 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂mwanryohey peeee mungu awapatiy neema

  • @user-tz8mv4vk1z
    @user-tz8mv4vk1z 8 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 Raoul 😊

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 8 หลายเดือนก่อน

    Hosy nagarutseee ndaryoherwa na emission za siren vibes tv

  • @wangumrembo7282
    @wangumrembo7282 8 หลายเดือนก่อน

    Basha muranyoshe kweri Hosy uyomuhungu wamukiyehe

  • @pascalinensengumuremye4642
    @pascalinensengumuremye4642 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe mana kirahuri uratumaramaje kugiswahili cawe

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu 9 หลายเดือนก่อน

    Urya mwana waratumwe A Deplim vraiment
    Apana nyimba narakubabaje waramubabaje nubundi

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl 9 หลายเดือนก่อน +1

    Emwe nuwugwaye yotwenga nukuri 😂😂😂😂 nukuri raul commedie urayizi gusa uzogerageze comedie ukora zireke kuba ukuri kumuntu donc ibe story nkubu nguhe akarorero ukoze comedie kumuntu mugufi knd murikumwe knd muvyukuri ari mugufi arukuri bica bimubabaza ,ikindi comédie nyinshi uzikinye kumuntu wumugenzi wawe ziba ziryoshe cank ukitangako aka rorero nibon

  • @HamidaUwizeye-yu9ge
    @HamidaUwizeye-yu9ge 8 หลายเดือนก่อน

    Ndagukunda cane Raoul komera

  • @ficelle.b850
    @ficelle.b850 9 หลายเดือนก่อน +1

    😁😁
    Hosy uti Gahanga wishwe n,iki 😄?
    Uzohore umutumira Raoul aratwenza cane

  • @pamelabukuru792
    @pamelabukuru792 8 หลายเดือนก่อน

    we need him back for sure 🤣🤣🤣🤣🤣😂😂

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 8 หลายเดือนก่อน

    Aka Dawa ka Hosy kameze neza😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Mana mwebw ndabashize ahaa❤❤❤

  • @user-pp3uy7ob2g
    @user-pp3uy7ob2g 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂ndagukunda Laoul nukur

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 9 หลายเดือนก่อน +1

    Gabanya ibisazi muhu urarengeje 😂😂😂😂

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 9 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy imbavu zanje we muzozindiha😂😂

  • @divinegirukwishaka1961
    @divinegirukwishaka1961 8 หลายเดือนก่อน

    Ambassadeur w'abanyamusaga jambo sana😂😂

  • @muvunyileonce6466
    @muvunyileonce6466 9 หลายเดือนก่อน +1

    Reka kubesh wew munyamusaga ko nta blague yaw twabonye kuri youtub kndi ndi umunyarwand , Raoul reka gusar

  • @alinekwizera9819
    @alinekwizera9819 8 หลายเดือนก่อน

    Ewe Raoul uranyishe nukuriiiii hahahaha

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 8 หลายเดือนก่อน

    Jew ndakunda Raoul vrnt😅

  • @uwimanacosette5886
    @uwimanacosette5886 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakumbagaye😂😂😂😂e😂😂😂😂😂😂

  • @MapemaTv
    @MapemaTv 9 หลายเดือนก่อน +1

    ngo mbovuuuuuh😂😂😂😂

  • @alicendayishimiye5369
    @alicendayishimiye5369 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂Raul utarasara wakora iki???😂😂😂😂😂😂

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 9 หลายเดือนก่อน +6

    Nongerej ibiro vraiment du début jusqu'à la fin ntwznga.❤

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  8 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂🤣🤣🤣

  • @raoulcomedygarage3302
    @raoulcomedygarage3302 9 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabakunda nanje 😂😂😂😂 Ingn musa 😂😂😂

    • @nellykwizera1989
      @nellykwizera1989 8 หลายเดือนก่อน

      Musaga kure cane❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @vyizigirofiston6783
    @vyizigirofiston6783 9 หลายเดือนก่อน +1

    Wagiy gukor concert murwanda ntayo bana postinze izaband baraxishizeh arik iy raoul ntay bashizeh vyarmbbj

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mbe ga igi swahiri

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 9 หลายเดือนก่อน

    🇧🇮🇹🇿😹😹😹igiswahiri ca danger

  • @queenkellygateka7099
    @queenkellygateka7099 8 หลายเดือนก่อน

    Raoul ntakomeye😂😂😂

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂 imbavu zanje

  • @NijimbereCynthia
    @NijimbereCynthia 9 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @Nakindavyi
    @Nakindavyi 9 หลายเดือนก่อน +1

    Musaga hejuru cane

  • @egidensavyimana3962
    @egidensavyimana3962 9 หลายเดือนก่อน +2

    Musaga murihooo

  • @adilbigirimana6260
    @adilbigirimana6260 8 หลายเดือนก่อน

    Hosy tuzasangra kabiri

  • @Nim2512
    @Nim2512 9 หลายเดือนก่อน +1

    23:12 Raoul wewe bakubwiye ukuntu ureha ucuye uvuga ngo aragusuzuguye muga waruhejeje kubikorera uwundi ngo raba ukuntu areha 😂…Bureka kubikorera abandi nawe.

  • @princiaakimana
    @princiaakimana 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂 kirisu

  • @mucojason9724
    @mucojason9724 9 หลายเดือนก่อน

    Urya musi Raul avuga miss Burundi naramaramay yaratubabaje caaane, urya mwana ivyo yamukorey vyaratubabaje saana

    • @karoprint-nb7mu
      @karoprint-nb7mu 9 หลายเดือนก่อน

      Cane vraiment Yaramukomerekeje
      Ndazi yatashe yunva yiyanse

    • @igiranezaleilla2311
      @igiranezaleilla2311 9 หลายเดือนก่อน

      Ariko ntivyari bibabaj vrt kuko yari comedie kandi vyongey miss ntategerejwe kugira igisusu kinini nabantu tu mwabikabij ntivyari bibabaj nagato nimw mumutera kubabara

  • @EricNgendakumana-lj7rw
    @EricNgendakumana-lj7rw 9 หลายเดือนก่อน

    Turimw zana iyo shoooo

  • @MicaNiyonkuru-vd3mi
    @MicaNiyonkuru-vd3mi 8 หลายเดือนก่อน

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-gh1pi9rw8u
    @user-gh1pi9rw8u 9 หลายเดือนก่อน

    ASHA MUTUMYE AKAZI NATEGUYE KUMARA NTAKAMAZE

  • @ornellanishimwe1928
    @ornellanishimwe1928 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂

  • @winnynduwimana4751
    @winnynduwimana4751 9 หลายเดือนก่อน

    Murarenze mukudusetsa

  • @Nim2512
    @Nim2512 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ikibi nuko comédie y’iwacu umenga ni gupondana gusa. Improvisation irumvikana muga hariho akarimbi mubintu vyose. Umuntu yaje kukuraba muhe amahoro ureke kumwinjiza muvyuvuga nimba ibikuzamwo ari gupondana gusa cnk ugende ugira imyemenyerezo kubindi atari gupondana🤷🏾.

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 9 หลายเดือนก่อน +2

    Iki giswahili kirampenuye nari nicaye😀😀😀😀😀

  • @laurasandraishaka4882
    @laurasandraishaka4882 9 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @beniking1337
    @beniking1337 9 หลายเดือนก่อน

    Comédie irafise limites uriga neza ivyuvuga hari équilibre utashikiye Kigingi Abe akarorero

  • @hakimnsabimana7925
    @hakimnsabimana7925 8 หลายเดือนก่อน

    💯

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂❤❤

  • @billyjoel5120
    @billyjoel5120 9 หลายเดือนก่อน +1

    🤣😅😂😅😂😅😅

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 8 หลายเดือนก่อน

    Basha ng amaket agizik???rek sh ah ningene aduhanga kwandika sh nah usaba Stage bakwaka lettre de motivation sh ni hatar

  • @gratianzabana6769
    @gratianzabana6769 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @oliviertuyi9949
    @oliviertuyi9949 9 หลายเดือนก่อน +1

    I’m the first from 🇺🇸 😊

  • @arakaaime3915
    @arakaaime3915 9 หลายเดือนก่อน

    Nyene ivyondo kararyoheye

  • @laurasandraishaka4882
    @laurasandraishaka4882 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @BoscoNIVYIMANA-db9is
    @BoscoNIVYIMANA-db9is 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @carinekaneza565
    @carinekaneza565 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂

  • @ndayizeyeornella6920
    @ndayizeyeornella6920 9 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @majamberejackson6956
    @majamberejackson6956 8 หลายเดือนก่อน

    mon Dieu...

  • @severinhakizimana7903
    @severinhakizimana7903 9 หลายเดือนก่อน

    Erega hosy mukukuraba nubundi tuba twarishe ego kweri!!!

  • @evelyneirakoze7479
    @evelyneirakoze7479 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂

  • @EricBanda-zd9he
    @EricBanda-zd9he 9 หลายเดือนก่อน

    Igisusu musaga na bahatari gusa arik kirahur aratwenz

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 8 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nzoheza gutwenga le 6/11/2024

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 9 หลายเดือนก่อน

    Komer

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka3314 8 หลายเดือนก่อน

    Hahahaa muta bayita sex harassment not sex assault.

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 8 หลายเดือนก่อน

    Miki iherereye hh?

  • @patrickniyongabo6995
    @patrickniyongabo6995 9 หลายเดือนก่อน

    Unomusi Raoul aranryohey sana

  • @ThacienneIgiraneza-gw7mr
    @ThacienneIgiraneza-gw7mr 9 หลายเดือนก่อน

    Ubundi nimw banj

  • @sylvieniyongere
    @sylvieniyongere 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ndasaba num za tel za Hosy ck za Gretta. Ndabafitiye inkuru.

    • @igirimbabazisania9768
      @igirimbabazisania9768 9 หลายเดือนก่อน +1

      Zitore aho kuri écran ngizo ubahe uwomuceri😂😂😂😂

  • @aurorebukeyeneza641
    @aurorebukeyeneza641 9 หลายเดือนก่อน

    Yooooo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ursulaigiraneza1095
    @ursulaigiraneza1095 9 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy you make the best introductions🫶🏼

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  8 หลายเดือนก่อน

      😍😍😍😍❤️❤️❤️

  • @user-gj9yg8yb9d
    @user-gj9yg8yb9d 9 หลายเดือนก่อน

    🤣🤣🤣

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 8 หลายเดือนก่อน

    Wangu🙏🙏🙏🙏

    • @elaichafashimana5869
      @elaichafashimana5869 8 หลายเดือนก่อน

      Yooooo uratukanye tuko mbovu kweri😂😂😂