Urakoze cane Nzeyimana Toma Mukombozi nukuri harageze ko u Burundi igihugu c'amata n 'ubuki Abarundi twese hamwe dukangure amab 'Africa bagisinziriye n 'isi murirusangi Imana ihabwe icubahiro yoyaduhaye Eden barundi barundikazi duhaguruke dukore wariwe wese kucashoboye dutezimbere u Burundi bwacu busamirane mw 'isi yose . Karibuni sana watuwa Africa Mashariki inchini Burundi mukashuhudie watu wenye ukarimu vyakula bora hewa safi mbuga za wanyama chemichemi halisi ya muto Nile Rutovu . Burundi inchi yenye maziwa na asali karibu tena wapendwa
Turasavye mumugarukan mkombozi kndi uzoc uhamagaran na bface mu kiganiro kimwe batubwir ivy fatimisaraba na mood uko bazibon nuko babon Hip hop ukuntu isubiy kugaruk
youtube.com/@MkomboziLucifer?si=DbVr22bjwLGk18Wh Mkombozi TH-cam yiwe niyi
Legend 💪💪💪💪💪💪
2PAC OF BURUNDI
VIVA MKOMBOZI Intelligent singer
God protect you
mkombozi much respect
Landry uzomugarukane vuba mzee wa kazi.❤
Nimba Mkombozi bishika akaraba ama comment ndipfuza igikorwa wokorana na El Pro kuko harukuntu mufise inyandiko zigomba gusa vyotoka kabisaaaa
Cank akoran n'a @burundi life🇧🇮
Nakukubali bro mkombozi we nigihugu wokirongora tu es intelligent broo
Mkomboz yubahwe numugab wijunj nijambo nukur amashurwe nayiw verm 🌷🌷🌷🌷🌷🏵🏵🌸💐🌺arayakwiy pe
Jew ndakimaze nkeser kuber mkombozi ❤❤
Hahaha papa makamba AT work 🇧🇮
Ndagukunda mukombozi niwunvish abana kbs
Wooooa we talented ❤❤❤❤❤❤❤
Respect mkombozi we nimsaninkabisa conseiller burundais🇧🇮🇧🇮🇧🇮rekana na cimamanda nimbwa urya ashime kubona yararonse irya america
Je mbony mukombozi singenda ntavuze arazi ubwenge vrt wùbahw muta ur très intelligent
Vyiza cyane Mukombozi
Imana ikujimbere urumuntu wanje
mkombozi plz piga hip hop izonjavyi zi b face na fabiyano ubigishe inyuma yawe ntawendahabona Landry 🤙🤙🤙🤙
Respect Mukombozi, abazungu badusaba ikori kunguvu. Abarundi dukwiye kwibwirizwa.
Mukomboz ❤💪
mukombozi tunyarukirize iza ndirimbo zawe ziradufasha sana
Komer mukombozi
Mkombozi ndakwemera
Urakoze cane Nzeyimana Toma Mukombozi nukuri harageze ko u Burundi igihugu c'amata n 'ubuki Abarundi twese hamwe dukangure amab 'Africa bagisinziriye n 'isi murirusangi Imana ihabwe icubahiro yoyaduhaye Eden barundi barundikazi duhaguruke dukore wariwe wese kucashoboye dutezimbere u Burundi bwacu busamirane mw 'isi yose . Karibuni sana watuwa Africa Mashariki inchini Burundi mukashuhudie watu wenye ukarimu vyakula bora hewa safi mbuga za wanyama chemichemi halisi ya muto Nile Rutovu . Burundi inchi yenye maziwa na asali karibu tena wapendwa
Waou
Mbega amajambo meza yubaka, ivyiyumviro vyiza ushikirije
🥰Germaine wacu
Umuta dukunda mukombozi💪💪💪💪😍😍😍
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI
Ntituvyanse #Mkombozi Sumwana Mwuwu muziki Ndundi Gusa #Sat_B Ahabwamashiyiwe Nukuri
MPa Link maze plus 🙏😊
Respect mkombozi ndakwemera
Légende nikumuhuza na nyinicubahiro vraiment kuko arafise vyinsh vyo guhindura mu rwaruka rwigihugu
Mwese #simbizi arabareze uko nabyumvishe🙌👏👏👏👏🇷🇼🔥
You are the one ruciffer
Mkombonzi na 19th the only .
My #1 artist
Vendredi sikera n'ejo Aho bukera turarindiriye iyo hit song yo mumudiho wa rap.big up bro ndakwemera
Legend waduhevye man dutemwo
Ndabikunze ivyiyumviro vyumu star 🌠 wacu💪💪
Interview nziza cane gose 🎉
Nakubali broo.wewe ni kiboko yaoo
Uruwambere bro🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪🙏
Uyumu tp yuzuyimpanturo nkazimwe zitangwa n'abakera. Hm babaza umuririmvyi wamber mugihugu ugasanga bariko baraduha abanaba wumvirizindirimbo zb ugasanga ntajambonarimw ryubak abenegihugu ririmundirimbo zb so mukombozi respect uritunga ry'igihugu ibiganironkib vyuzuyimpantur nziz nivyobibabiknew.
Duhe bisha bro
Muga tubwizanye ukuri Landrypromoter…ukuntu azi indirimboo nyinshi😅😅arakwiriye gushikirwaa😊
Mubantu bambr nkunda uyo musaza nuwamber. Take 👊👊 Mkombozi ❤
Babwire mutama ntibumva ❤❤To
🇨🇦🇨🇦🇧🇮Nka gwagasore 👑🔥🔥
Hasta la Victoria simpre..👌
Big up bro
Mukombozi mukali
Niryambere mpejeje ikiganiro..nukuri
🌹🌹🌹nayaw mitnanirwaa
Mukombozi ❤
Mkombozi ubundi niwow wanj niwow mu stard w'umurundi yatumy nkunda umuzik wacu ndakwinginz ugaruk mur Hip Hop plz😭😭😭
Aba stars bacu iyaba biyumvira nka mkombozi twoteye imbere
Yubahw pe aratwemej nambawan uyoooo
Good xana brother❤
We turakwemera shahu
Hast nakunalli kwell ✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️
Satubin❤❤❤
Mukombozi wubahwe kbsa
Mukombozi subira muri studio uduhe ikintu kbx😍💪👍😅
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
☑️
mkombozi❤😂❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉
❤
Wewaranditsamateka muburundi
Ayeeeeee!!!
Sat b is satellite Bana
Mukombozi urantwengeje ngo waruzi ko bazoyivu kuri independence
#fabylove na #kingorongoro nao wanasemaje😂😂
Hasta hejuru cn
Watwiste kukiganiro
Bareke mutama abo Bami 😂😂😂😂❤❤
Hasta
Haata j ndamwemer kur hip hop
Le premier musicien qui vrt m'espire à partout sur la terre c'est toi
Ki te fait Koi ?? N aspirateur 😂😂😂
Ki te fait Koi ?? N aspirateur 😂😂😂
Mkombozi arakwiye kwitoza muvyukurongora igihugu cacu ca Eden yogira icamariy igihugu knd vyos birakunda kuko umutwe afis uratandukany nuwabenshi rero iyompano afis ntayipfish ubusa
Uyu nitwari mumuziki avugibintu vyubwenge vyakamaro
Uwomugabo afise ubwenge bwishi afise amajambo yinkora mutima
❤😂🎉
😂😂😂😂😂 hahhaa mukomez 😊
❤❤❤❤ lucifer
Landry uyo mutama yubahwe
😂😂😂😂ndatwenze itwengo yamarra edeni yari muburundi ninayompamvu igihugu kigumanwe inzara kko edini nicogihugu cambere catanguriyemwo gukoregwamwo icaha ivyaha vyomuburundi niyompamvu arivyishi
Mukombozi naw nemera kwl, uvuga ngo Eden iba iburuni?????
Mkombozi yubahw nubwam kbs
Sat b niyubaw
Mkomboz wubahw
Bacabihaaaa ibisigi😅😅😅😅
Uyumu type ararenze. Nzeyimana wubahw
Izompuz uzozirunguk imakamba tuzigure zamberey
Iki kiganiiro narakiravye nubu ndacasubiramwo kwumviriza
Turasavye mumugarukan mkombozi kndi uzoc uhamagaran na bface mu kiganiro kimwe batubwir ivy fatimisaraba na mood uko bazibon nuko babon Hip hop ukuntu isubiy kugaruk
🤣🤣🤣🤣
Gt mumez nez mfise impano yo kuririmba ariko nta ndimi Inzi nagomba uko mwomfash
Legend waduhevye man dutemwo kbsa
Hasta