Isoko rikuru rya Bujumbura, ni irya Reta ibice 100 kw'ijana, Ubaka Nation Group nayo izoyubaka.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 พ.ย. 2024
- #Burundi: Igice ca mbere ko kwegeranya amafaranga azokwubaka isoko nkuru ya Bujumbura kizorangira kw'igenekerezo rya 16 Gitugutu 2024. Fablice Manirakiza atumirira abashaka gushira imitahe yabo mu kigega co kwubaka iyo soko ko bobinyarutsa ngo kuko hariho uburusho bazoronka bivanye n'ivyo bumvikanye n'ama banki. Yatanze n'umuco kandi kubibaza ko ukwubaka isoko vyategerezwa guca mu vyo guhiganirwa isoko.
Ubakanation ndayifana cane ,turashoboye Kuko turikumwe twese birashoboka.
Nimukore kabisa
Acte d,engagement urayironka turondere tugufashe karibu
Iyo act d'angagement noyironka gute ngo ngure umutahe?
Ww nakwise inyeri yakabiri yubutundi abadatahura ivyurimwo ni abagovye gukora ibara 2015 nabayoboke babo gusa ww bakwiy kugucugerera ubuzima nkumushikiranganji barundi turakunda gwiyo menya ww nkufitiy impuhe kobazokwica naho imana ariyo ifise ubuzima bwumuntu ariko yaravuzko twokoresha ubwenge