URUGENDO FILM|BURUNDIAN FULLMOVIE 2020|EAST AFRICA MOVIES|BURUNDI,RWANDA,TANZANIA,UGANDA,KENYA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • URUGENDO ni ireresi y'Umurwi 3FA FILMS ikaba yateguwe yongera itunganywa na FANNY LAVINE. Muncamake Film URUGENDO ivuga kubuzima tubayemwo hano kwisi aho tugenda duhura nibibazo bitandukanye ariko ivyo bibazo Ducamwo bikaba bituruka kumpwemu mbi zigenda zidukurikira. Woba ushaka kumenya vyinshi kubijanye na Film URUGENDO? nigute twonesha impwemu mbi zituma tudashikira amasezerano yacu? kurikirana film URUGENDO kandi uyisangize nabandi kugirango bashobore kubona uko Ubuzima ari URUGENDO rwibibazo bitandukanye. directed by HAPPY RIVER in FOCUS VISION PRODUCTIONS.
    Ntimwibagire kugira SUBSCRIBE kuri youtube yacu ya 3FA FILMS,SHARE AND COMMENT kugirango muzoshobore kubona iyi film hamwe nibindi vyinshi bizokurikira.
    IMANA IBAHEZAGIRE YONGERE IBANE NAMWE MUNGENDO ZANYU ZOSE. Murakoze cane.
    For more info:
    E_mail: fannyuwimana431@gmail.com
    Fcebook: Fanny Lavine Official
    All right reserved by 3FA FILMS
    #URUGENDO #3FAFILMS #SUBSCRIBE

ความคิดเห็น • 541

  • @user-qi5vr4oc5b
    @user-qi5vr4oc5b 5 หลายเดือนก่อน +4

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤mana narakuze iyi film numva guma nshaka kunguma ndayiraba

  • @stamiliriziki8969
    @stamiliriziki8969 2 ปีที่แล้ว +6

    Uri number one Fanny Lavine.Imana igukomeze .Terimbere nk'umuzinga

    • @DidienneRiziki
      @DidienneRiziki 4 หลายเดือนก่อน

      Fanny arandenz kl😢😢

  • @alvellamuhimbareofficial
    @alvellamuhimbareofficial 3 ปีที่แล้ว +12

    Love from alvella ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 3 ปีที่แล้ว +7

    Wao.irarenze kabisa.mbegutwana tuzi gukina filime

  • @noellaniyonsaba6081
    @noellaniyonsaba6081 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndashoboy kurira bihagije kubera iyi film nukuri courage Fanny lavine ndagukunda can kandi urabizi vuba nguhabwe my lovely sister 🥰🥰🥰🥰

  • @mugishamedia2632
    @mugishamedia2632 4 ปีที่แล้ว +26

    Courage sister,ntugacike intege canke udebukirwe. Imbere ni heza. Toutes mes félicitations soeur lavine n'abo mwakoranye ici gikorwa gitagatifu.

    • @fannylavineofficial1360
      @fannylavineofficial1360  3 ปีที่แล้ว +1

      Merci bcp

    • @dusabemarieruth6289
      @dusabemarieruth6289 3 ปีที่แล้ว +1

      Ndarize maria we urumunyamugisha kweli mbonye Atari film

    • @manundayi2409
      @manundayi2409 3 ปีที่แล้ว

      Iyi film irandijije kuva kuntango gushika kwiherezo. Maria Imana iguhe umugisha ukina neza caane love you

  • @adidjasengadidjaseng4007
    @adidjasengadidjaseng4007 4 ปีที่แล้ว +9

    Ni nziza cane muduhe igiche chakabiri😍😍😍😍😍

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 4 ปีที่แล้ว +8

    WOWWWW MBEGA ILELESI Y''AKARORERO IFISE INYIGISHO KANDI IKOZWE KIJAMBEREEE

  • @morisburundi515
    @morisburundi515 3 ปีที่แล้ว +2

    Asanteni sana tunafurahi sana kuona film yawatu wakwetu Burundi oyeeee

  • @nadiaaa1407
    @nadiaaa1407 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndakunze uwo mu papa nuwo mu mama kurukundo mufs yesu azabibahembere👏👏

  • @theson456
    @theson456 3 ปีที่แล้ว +3

    Fanny lavine aka Mariya ndagukunda caaane!! Uri umukinyi kabisa!!! Burundi on map!!

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 4 ปีที่แล้ว +7

    Mbega films nziza courage fanny imbere niheza kwer

  • @lovebdi6336
    @lovebdi6336 4 ปีที่แล้ว +5

    Uziko nisanze nakoroye amosozi😢fany ico mpuza nawe 🙌Imana ibakomeze mwebwe mwateguy rino vuga butunwa

    • @mtokambaliferdinand512
      @mtokambaliferdinand512 3 ปีที่แล้ว

      Aga film nukeza cyane karanshimishjje cn nukuri karandyoheye

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i 3 หลายเดือนก่อน +1

    😭😭😭😭😭 ndabakunze murandijije cane ❤❤❤❤

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360  3 ปีที่แล้ว +8

    Shalom shalom bakunzi.
    Sinoreka kubashimira ingen mudukurikirana ningen mudushigikira mumasengesho yanyu nimpanuro zanyu.kubagumy bansaba num yanj yakazi ni 79210295 murakoze Imana Ibahezagire.mubandanye mugira partage ubutumwa bushikire beshi.Murakoze

    • @sarahndayishimiye613
      @sarahndayishimiye613 3 ปีที่แล้ว

      Urakoze nawe.ariko nimurabe munyarukane igice cakabiri cirya yitwa urugendo

  • @fadmahabdlaziz5887
    @fadmahabdlaziz5887 3 ปีที่แล้ว +3

    Huyumu.papa yatoyabana ndakwinshimirape
    👌💞💞🥰🥰🥰🥰

  • @evodiendayishimiye2806
    @evodiendayishimiye2806 4 ปีที่แล้ว +10

    Hhhhhh ndababwiy turashush Abarundiiiiii😂😂 keke😂😂😂Flm n👌🏽👌🏽☄️☄️

  • @AaAa-dd1qu
    @AaAa-dd1qu 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooooo iyifirime irigisha kwer iman ibakomeze ndabakunda👌👌😘😘😘😘🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @methodmethoddaniel7561
    @methodmethoddaniel7561 3 ปีที่แล้ว +10

    Sha muranyemeje vrmt from Mozambique

  • @iradukundamerveille2886
    @iradukundamerveille2886 3 ปีที่แล้ว +9

    C'est une belle histoire et tellement touchante 🙌🙌🙌🙌malheureusement la réalité en est une autre

  • @digneniyomwungere9153
    @digneniyomwungere9153 2 ปีที่แล้ว +2

    Nice movie big up funny👄👄

  • @mbonimpayealoys1588
    @mbonimpayealoys1588 3 ปีที่แล้ว +7

    Felicitation vrt kugikogw ciz mwakoz kuvandarab film zikirund iyi ibay iyamber

  • @kanezafannyyadav6340
    @kanezafannyyadav6340 3 ปีที่แล้ว +2

    Fanny warakinye neza cane urigishishe benshi ndagufana niwirambire mumwami Yesu agushoboze 👩‍❤️‍💋‍👨

  • @peninendayizeye2408
    @peninendayizeye2408 3 ปีที่แล้ว +1

    Wow mbega film yooo ndarize kubwa Mariya courage kurikigikorwa

  • @madokethiakwizera643
    @madokethiakwizera643 3 ปีที่แล้ว +5

    Courage cane mwakoze igikorwa ciza cane muhezagirwe

  • @chantalmimi3139
    @chantalmimi3139 4 ปีที่แล้ว +5

    Mbega flm nziza Imana ibandanye iguhezagira 👏👏

  • @tambwe
    @tambwe 4 ปีที่แล้ว +6

    Nice Movie ,Big Up sana Lavine ,Mungu akusaidie na akuweke Nguvu katika Kazi zako
    #love from Tambwe the Great Films

  • @user-ug4ef8ew6t
    @user-ug4ef8ew6t 2 หลายเดือนก่อน

    Yooooooo nari naratazwe fany kumbe nivyakera chch gsa urakunzwe❤❤❤

  • @pkmbayeuwakabiripk2889
    @pkmbayeuwakabiripk2889 3 ปีที่แล้ว +2

    Fafa ndagukunda cane urakina neza

  • @sbranss4983
    @sbranss4983 4 ปีที่แล้ว +4

    Nic film nziz cn arimwo unyagish ninziz cn arik iraterany 😭😭😭😭 maria komez kwihangn Iman ifis inzir igihumb hm muduh igic cakabir murashoby kwr ndiho abakomez cn

    • @monssams6495
      @monssams6495 3 ปีที่แล้ว

      ndarwaye neza neza😅😅

  • @djsamiburundi1414
    @djsamiburundi1414 4 ปีที่แล้ว +3

    3Fa ndagusavye ugabanye kuza urandiza kk ncanja muri mudi yokurira. Ham kbs courage kk ukora ivyuzi kd n'umutima mwiza imana ikuje imbere

  • @lionnelfilms8648
    @lionnelfilms8648 4 ปีที่แล้ว +2

    Kabisa urashoboye

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse ปีที่แล้ว +1

    Fanny lavine ngo mariya courage vrma

  • @alicemanirambona8695
    @alicemanirambona8695 4 ปีที่แล้ว +8

    Mbega umumaman mwiza ndagukunze wamuvyeyiwe watoye abobana bamaria imana iguhezagire ufise urukundo rudasazwe irove you

  • @lilianenduwayezu4104
    @lilianenduwayezu4104 3 ปีที่แล้ว +1

    Fanny Lavine ndabafana kandi muranezera ingene mukina neza 💪👏

  • @ntiranyibagiraoscar3263
    @ntiranyibagiraoscar3263 3 ปีที่แล้ว +6

    Courage vrma murashoboyee!

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 4 ปีที่แล้ว +74

    Ababonyeko Maria akina neza tumenyane

  • @uwimanachristella490
    @uwimanachristella490 ปีที่แล้ว

    Fanny Ndagukunda Bimwe ntosigura Ndapfuye nokurira😭😭 Courage murashoboye♥️💞

  • @jeannemanirambona293
    @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว +3

    Fanny duhe igice cakabiri fan sivyiza jew ngumanza kukuraba nturayishirako duhe fanny nukuriz turagukunda kand turayinyotewe iLove you fanny

  • @rambertsamuel161
    @rambertsamuel161 3 ปีที่แล้ว +2

    Wao nice mushikacu Imana iguheezagire

  • @Bechou542
    @Bechou542 3 ปีที่แล้ว +3

    Napenda San huyo maman ameva dress ya rouge ❤️❤️

    • @shedy_marie
      @shedy_marie 3 ปีที่แล้ว

      Nataman waongee kiswahil yan sielewi wala

  • @kimana8818
    @kimana8818 3 ปีที่แล้ว +4

    Waaooh film nziza irimwo inyigisho amasanamu meza namajwi asohok neza. De qualité vrt. Courage

  • @fehiciteand8784
    @fehiciteand8784 3 ปีที่แล้ว +2

    Bac'umugani mukirundi ngo ubwatsi burakura bukabisa ubundi, none ndabona abobana mumisi za bazoba 💥💥 courage turabakunda

  • @dorianeiradukunda6701
    @dorianeiradukunda6701 3 ปีที่แล้ว +2

    Courage ma Chrie urumunyamugisha urabizi sivyubu ncti wakinyene neza cane gose

  • @adegagg8003
    @adegagg8003 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndarengewe niyi film 🤔gusa muduhe iyi kurikira❤❤👌

  • @niyitegekatheoneste4386
    @niyitegekatheoneste4386 3 ปีที่แล้ว +4

    i liked this film so much. keep it up, bravooo!

  • @arcadeniyongabo7694
    @arcadeniyongabo7694 4 ปีที่แล้ว +4

    Waouh you make it sisi ;even if we are in country where entertainment is not favored

  • @candolendayishimiye5917
    @candolendayishimiye5917 2 ปีที่แล้ว +1

    Bien fait, merci

  • @francinebukuru1550
    @francinebukuru1550 3 ปีที่แล้ว +2

    Maria nkukunda kanini wihangane inzira zimana nigihumbi kd courage

  • @RegisMc
    @RegisMc ปีที่แล้ว +3

    Ico gi pétit kiko bien sana! Gusa muracakoresha amajambo menshi muma scenes amwe amwe....just go soft....let the movie speaks of itself...I like what you are doing....keep improving....keep soaring higher!

  • @evodedavovo973
    @evodedavovo973 3 ปีที่แล้ว +2

    oooooh my god amarira meshi cane imana irahambayeeee cane

  • @aboumix3238
    @aboumix3238 2 ปีที่แล้ว +1

    Cyakoze ndemeye kand mukomerez aho

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 4 ปีที่แล้ว +8

    Party 2 please Burundi good now no more watch Nigeria movies it's you people I need to watch

  • @orestehavyarimana5806
    @orestehavyarimana5806 3 ปีที่แล้ว +2

    Waoooh film nziza kwa kweli 🔥🤜

  • @aminaodette5297
    @aminaodette5297 ปีที่แล้ว +4

    Fanny nukuri ndarize 😭😭ububuzima narabuciyemwo

  • @studiomusicfiston7879
    @studiomusicfiston7879 4 ปีที่แล้ว +3

    ❤❤😋💓💓💖💖3FA i love u Forever

  • @zenbali3687
    @zenbali3687 ปีที่แล้ว

    Ndabakundacane munkumbuje, sharomee💋💋💋☔

  • @anitanahimana2115
    @anitanahimana2115 3 ปีที่แล้ว

    Wallah mura shoboye kuraje sana burundi tuko juuuu imana ibaje imbere

  • @paulinetryphone6155
    @paulinetryphone6155 3 ปีที่แล้ว

    Burundi terimbele komeza cane banyakubahw mubandanye kutwigisha biciye mu movie nukutweleka imitima yu rukundo Imana ibahezagir Abel komeza

  • @gorethyniyonkuru4040
    @gorethyniyonkuru4040 3 ปีที่แล้ว +2

    Muratwubaka cane twebwe,turihanze turakunda kuraba ibintu vyacu bitera imbere. Kuko nabibilia itubwira ko abanyuma bazoba abambere. Courage turabakunda.

  • @AngeKeke-jh3ou
    @AngeKeke-jh3ou 7 หลายเดือนก่อน

    Yoooooh ndarize can kubwamariya nukuri

  • @chadracknduwayezu2632
    @chadracknduwayezu2632 2 ปีที่แล้ว

    Abana bawe murasa kabisa vyiza komeza

  • @niyoleejohn6740
    @niyoleejohn6740 3 ปีที่แล้ว +5

    Excellent job 👏👏👏👏

  • @shugweryimanaeninisia5292
    @shugweryimanaeninisia5292 4 ปีที่แล้ว +3

    😅😅😅😅😅fafa courage ndagukunduko

  • @agahahhashshsh2923
    @agahahhashshsh2923 5 หลายเดือนก่อน

    Iyi films yarirenz can murasubira kuduha iyindi Murikumwe ukwonyen 🙏🙏🙏❤❤

  • @millybristykimana1117
    @millybristykimana1117 3 ปีที่แล้ว +2

    M chr shishikar nivyiz😍😍😍

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 3 ปีที่แล้ว +1

    Courage vmt murashoboy from Saudia

  • @uwimanalouise3054
    @uwimanalouise3054 4 ปีที่แล้ว +4

    Wao nice

  • @niyompanogabriel8320
    @niyompanogabriel8320 2 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda cane from Rwanda

  • @geridibuzubona2227
    @geridibuzubona2227 3 ปีที่แล้ว +1

    Wow we love your move is very good job did keep that

  • @emelynemanirambona7425
    @emelynemanirambona7425 3 ปีที่แล้ว +2

    Courag courag ms chries ndabakunda uk My Nissi terimber mwana hari aban bensh barik bakurir mwubw buzim babon ko Iman ibakund ❤

  • @zachariendayemeye2609
    @zachariendayemeye2609 3 ปีที่แล้ว +2

    Iyi film iraryoshe cane PE. Terimbere barundi bacu

  • @burundian-lovestories
    @burundian-lovestories 3 ปีที่แล้ว +3

    Niryambere mbonye film yabarundi ikinywe neza! Courage kandi munyarutse igice ca2

  • @brownimranan2349
    @brownimranan2349 4 ปีที่แล้ว +1

    Iyi film inkozeho peee

  • @ghyslaineuwizeye8360
    @ghyslaineuwizeye8360 3 ปีที่แล้ว +1

    Courage ma soeur Henriette nabo muri kumwe murukino Imana ibaje imbere turabakurikirana cane aho turi hose

  • @lydiamiburo5501
    @lydiamiburo5501 3 ปีที่แล้ว

    Waaaaoooh murakoze cnee fanny ibihangano vyawe nivyiza cnee imana ikomeze kukwagurira

  • @edmondpolar1717
    @edmondpolar1717 4 ปีที่แล้ว +8

    😭😭😭 iyi film niyo gushigikirwa kuko iteguy neza cane Fanny courage ejohaww niheza

  • @ishimwechantal9844
    @ishimwechantal9844 ปีที่แล้ว

    Urazikurira ndakwemeye

  • @estaniyongabire9956
    @estaniyongabire9956 3 ปีที่แล้ว +2

    Yooo, nivyiz kubona u'burundi bwacu buri guterimbere mumareresi kabis. Imana ibadanye kubahezagiza nizindi nyinshi. Hama muduhe part 2 nayo tuyirindiranye ikishika, watching from Australia 🥰💖

  • @user-df7ek7ny1b
    @user-df7ek7ny1b 3 ปีที่แล้ว +4

    Courage movie

  • @mbonigabajeandamour9638
    @mbonigabajeandamour9638 3 ปีที่แล้ว

    Mariya courage welcome to Rwanda turabavukanyi ibyo mukora turabyishimira mukora neza

  • @alvellamuhimbareofficial
    @alvellamuhimbareofficial 3 ปีที่แล้ว

    Get out kwikinga 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂urakoze fanny 😂😂😂

  • @ggjjjij8116
    @ggjjjij8116 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe barundi barundikanzi

  • @donatienntahombaye2985
    @donatienntahombaye2985 3 ปีที่แล้ว +1

    Aayayaya kabisa mukinye neza cane. Mushike Kure ariko uwumuryango wowo uratesa yaba Ingo zabana nkuko mubwumvikane n'umunezero n'amahoro

  • @fabulabroundy4336
    @fabulabroundy4336 3 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭Muduh ikindi gice

  • @irakozeraul7660
    @irakozeraul7660 3 ปีที่แล้ว

    Abarundi murashoboye vraiment

  • @onechap6
    @onechap6 4 ปีที่แล้ว +2

    Kzi nzuli kbsa 🔥 🔥 🔥

  • @nevitadam3978
    @nevitadam3978 2 ปีที่แล้ว

    Imana iratabara

  • @adelaidemunezero2828
    @adelaidemunezero2828 4 ปีที่แล้ว +2

    Nice movie courage ma sr💪💪💪💪💪💪

  • @uwimanamagnifique6983
    @uwimanamagnifique6983 2 ปีที่แล้ว

    Yesu ni mwiza cyaane Kandi inzira z'Imana zisumba ibihumbi nibihumbi

  • @valerebirahinduka3359
    @valerebirahinduka3359 2 ปีที่แล้ว +1

    lovely films

  • @mutesipatience7153
    @mutesipatience7153 3 ปีที่แล้ว +3

    Absolutely amazing

  • @BigiBeex
    @BigiBeex 3 ปีที่แล้ว +1

    Funny u are so talented... Ooh God bless u so much ...

  • @iteritekakelly7313
    @iteritekakelly7313 2 ปีที่แล้ว

    Mubikora neza cane muhezagirwe

  • @KabaeKk
    @KabaeKk 3 ปีที่แล้ว

    Nice movie.abarundi turashoboye

  • @batonilove304
    @batonilove304 3 ปีที่แล้ว +1

    Oh shn muzigukina ilove you ❤️

  • @jesuschristmutoni4845
    @jesuschristmutoni4845 3 ปีที่แล้ว

    Danny warivye niho nkiyobona mana murigisha neza ntamugisha usumuyu kweli imana ibahumugisha

  • @aziza12241
    @aziza12241 ปีที่แล้ว

    Ma shaa Allah

  • @burundipixelproduction3326
    @burundipixelproduction3326 4 ปีที่แล้ว +3

    felicitations ...courage ....

  • @lxllxl7783
    @lxllxl7783 3 ปีที่แล้ว

    Muhezagirwe !!!Mwakinye film nzira,ihimbaye,irimw'agahinda kenshi,n'ivyirwa vyinshi !!!