MY FAMILY FILM PART 1|EAST AFRICAN MOVIES|RWANDA,TANZANIA,BURUNDI,UGANDA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • My Family:Kuba umukozi w'Imana ntibisigurako uba uri intungane aho uzosanga abayobozi bamwe bamwe b'amashengero amwe amwe bakora ibintu bitandukanye n'amabanga biyemeje.
    My Family n'ireresi muzosangamwo Pasteur Abel aho yakora ibintu vyinshi bitandukanye mbe wibaza ko Abel yoba yari pasteur ameze gt?
    Ntucikwe n'iyi reresi
    Ntiwibagire gufyonda kuri SUBSCRIBE,NOTIFICATION,SHARE,LIKE,COMENT kuri youtube channel yacu Nduwayo Abel
    For more info:
    E_mail: nduwayoabel1@gmail.com
    Whatsapp Number :+257 75 41 02 98
    #MYFAMILY #ABELNDUWAYO #BURUNDI

ความคิดเห็น • 474

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial  ปีที่แล้ว +3

    Ibitekerezo vyanyu turavyakira kuri 75410298

  • @Rahma-gt7jj
    @Rahma-gt7jj 3 ปีที่แล้ว +23

    Abarundi turashoboye caneee iyo tunaniwe naho tuba twigirishije nimba ukunda ivyiwanyu nkanje ngonga like👍

  • @leonidasbucumi1721
    @leonidasbucumi1721 3 ปีที่แล้ว +64

    Abantu bakunda ukuntu Fanny akinana ubwitonzi n'ubuhinga bashire ukuboko hejuru.

  • @divineitangishaka9284
    @divineitangishaka9284 3 ปีที่แล้ว +8

    Mana agubwo jew baye uwanyuma ababonyeko fanny na Abel barez bampe j'aime tumenyane

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 2 ปีที่แล้ว +5

    Ndumiwe mukama uwuzi paster ndaruzaniye pl ampe like mukama ntankuru yanje nababwiye muga ndabona mwarayivumbuye iyo muba munzi noje kubishuza kuko munkiniyr ubuzima kweri fani mpol urankomeje😭😭😭

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 3 ปีที่แล้ว +8

    Faxine ndagukunda cane ingene uciye bugufi! Mumpe like abantu mubonye iyi action Faxine akoreye Pasteur kukanyuma, je ndagakunze caane!

    • @gygygyslaine5016
      @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว

      Nanka uburyo burigihe baguma bamuriza

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 3 ปีที่แล้ว +32

    Namba2 musige like abakurikira❤️

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial  3 ปีที่แล้ว +44

    Ndabashimiye kabisa.mwazindutse cane

  • @gyslainekeranda5348
    @gyslainekeranda5348 3 ปีที่แล้ว +19

    My God nukur uburundi dusigay dukaz Abel congratulations 👏👏👏👏 wubahwe twobandanya uku twogira ahotuva nahotuja 😘😘😘😘😘

    • @abelnduwayoofficial
      @abelnduwayoofficial  3 ปีที่แล้ว +4

      Imana ikumpezagirire

    • @christabella7992
      @christabella7992 3 ปีที่แล้ว

      Turashoboye peee mubandany muduha ivyiza natw turinyuma ynyu tubashigikire pee

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial  3 ปีที่แล้ว +4

    Turabashimiye cane,kuma comantsire muriko muraduha.araguremesha cane.ico twobamenyesha,nuko izokwama icako vendred soir.rero ikindi gice mucitege,iyi vendred soir.hama ndazi nezako muzoshima.filime ninziza kandi cane.ndabipfurije kuzoyiraba mukayimara

    • @iteritekacycy9244
      @iteritekacycy9244 3 ปีที่แล้ว

      Waouh tubatey intege vrmt muriko murazamura ibendera ry'igihugu cacu❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮courage ndabakunda cane

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 3 ปีที่แล้ว +34

    Si ndimubanyum, mumpe, utwotunt, abomur, omn, twigir, mukuturyoher, barakor, abarund💃👍❤️👏

    • @sshh5464
      @sshh5464 3 ปีที่แล้ว

      Nguwo tora twibandanirize 🤜🤛

    • @chantalkwizera9803
      @chantalkwizera9803 3 ปีที่แล้ว

      Eg vrt nibaduh duc twimanukir gutwik 🤣🤣😘😘😘turabikundir Fanny &Abel mwubahw

    • @sshh5464
      @sshh5464 3 ปีที่แล้ว

      @@chantalkwizera9803 yooooo wamuntu we wantwayizina utwara niryumugabo wanje 😀😀 kabisa abarundi niwacu basigaye batwika peeee 🤜🤛gonga ngaha rero

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 3 ปีที่แล้ว +35

    Love from IHURIRO TV

    • @Fildaus6306
      @Fildaus6306 3 ปีที่แล้ว +1

      Ihuriro tv mwebwe mario yarabananiye twarabavuyeko

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +2

      @@Fildaus6306 Oya reka nawe😃😃😃😃😃

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 3 ปีที่แล้ว

      @@Fildaus6306 hahaha 😂😀😂😀

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 3 ปีที่แล้ว

      @@Fildaus6306 naje nahora njayo ngiye kuraba Mario simoerutseyo uzi ingene yariryoshe sha nihatari ariki turindire bazoyibamdanya

    • @dianenizigiyimana9603
      @dianenizigiyimana9603 3 ปีที่แล้ว

      Nubu irikwirabandanya hama kandi baragizikibazo barabidusiguriye cane turabakunda

  • @jojoirakoze3500
    @jojoirakoze3500 3 ปีที่แล้ว +6

    Rek ndabaterinkur jew nkitangur ku yirab nariz ndasubir ndarir mpakw guturik ah nuk mutambon bury namaso yavyimvy abant bariz nkanj mu ntag yiyi film mump iz like tumenyan

    • @abelnduwayoofficial
      @abelnduwayoofficial  3 ปีที่แล้ว

      Ihangane mukundwa

    • @jojoirakoze3500
      @jojoirakoze3500 3 ปีที่แล้ว

      @@abelnduwayoofficial nukur mu ntag yantey agahind kko yanyibukij imbayek na petit frère wanj bigomb gus nivy vyatubayek niy mpamv rro naciy ndavyibuk ncandarir ark ub turashima iman uk bir kwos

    • @jeannemanirambona293
      @jeannemanirambona293 3 ปีที่แล้ว

      Nanje harya itanguye ela na musazawe handinije bimwe bibi narize cane p

  • @niyongabofidele1245
    @niyongabofidele1245 3 ปีที่แล้ว +2

    Kercy félicitations wateye intambwe wubahwe
    Courage turabakunda cane gose

  • @freemaboy8326
    @freemaboy8326 3 ปีที่แล้ว +18

    Abel paster😅😅 freema docter💪😅ni fire🔥💪

  • @razeqarazeqa2177
    @razeqarazeqa2177 3 ปีที่แล้ว +10

    Yooooo abaz nyum musig like han kbx my family yatuziye

  • @kanezavanessa9667
    @kanezavanessa9667 3 ปีที่แล้ว +2

    Waaaoooh nabakunda can from Saudia ariko aber yanyishe nimbavu zasanzaye utuyoba uyomwana niwe

  • @icirorefilms6568
    @icirorefilms6568 3 ปีที่แล้ว +2

    Niteka ridasanzwe kuri burimukinyi wese wa films mu 🇧🇮 akora atiziganya mukuduza ibendera ry'Igihugu 🇧🇮 kuko aho tugeze unomusi sihotwari turi ejo hahise. Burundian movie GO!! GO!! GO!! Lov from ICIRORE FLMS

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 3 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe pe ,na courage nyinshi nyinshi ,abo kugasaka ndabona mukomeza kuvyitwaramwo neza🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦😍😘

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 3 ปีที่แล้ว +5

    Naje ni mumpe utwo tu like sinacerewe can

  • @anitanahimana2115
    @anitanahimana2115 3 ปีที่แล้ว +1

    Waoo na keris. Arimwo yaje bujumbura yavuye. Ingozi. Kuraje. Dada. Capa kazi. Tuna wapenda

  • @sarahnshimirimana2959
    @sarahnshimirimana2959 3 ปีที่แล้ว +2

    Nice vrt ndabakunda cane Imana ibaje imbere bakundwa ba Kristo

  • @baetbath1946
    @baetbath1946 3 ปีที่แล้ว +2

    Amavuta nimigisha kurimwese mwabiteguye neza imanibahumugisha mwese mwayiteguye mugirahomuba mwubahwe

  • @jojoirakoze3500
    @jojoirakoze3500 3 ปีที่แล้ว +3

    Umugor wa abel niw yabay uwamber mukugend gusengerw ndamwemey ntiyahishij inges ababonyemw ciz mump lik

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 3 ปีที่แล้ว +2

    OMG!aba pasteur nkawew mwihisha mumurimo w'Imana mugakora amahano muzobona ibara kabisa umugore wawe ingen yatuntuye disi birababj

  • @jadot-michelkarikurubu5929
    @jadot-michelkarikurubu5929 3 ปีที่แล้ว +10

    Film nziza cane. Congratulations Abel. Mafuta

  • @gloriam2903
    @gloriam2903 3 ปีที่แล้ว +7

    What a wonderful Movie, I really love it also we need part 2 as soon as possible please wow .
    From Australia ❣️

  • @fatmasandra8104
    @fatmasandra8104 3 ปีที่แล้ว +10

    Munyarutse part2 vubatuyibone tarayindiranre igishika💞👏👏👏👏

  • @gentilleininahazwe8618
    @gentilleininahazwe8618 3 ปีที่แล้ว +2

    Gusa iyi filme yakinywe nabantu nkunda caaaane vyiza caaaane Fanny Imana ibandanye igukiriza impano vrmt

  • @DianeHabah-nh1vc
    @DianeHabah-nh1vc ปีที่แล้ว +2

    Congratulations to you all who took part in this movie..yes I'm watching from Malawi

  • @sarahirankunda7336
    @sarahirankunda7336 3 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭😭😭😭 Mana birababaje kinda cane pe ese Uri Pasteur ukavuga ibikuraba nawe 😭😭😭😭Nihatari duhinduke pe Yesu vuba araceee

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 3 ปีที่แล้ว +2

    Abel UMWAMI MANA abandanye kukwagurira iyo mpano aguhishurire amabanga menshi, ukomeze gufasha imitima myinshi! Sinkekeranya iyi Film izohera hari abantu benshi bagarutse kuri YESU !

  • @mdenamdena3439
    @mdenamdena3439 2 ปีที่แล้ว +1

    Umukozi w'Imana ryarahiye mukama! 😁😁😁😎Ndabikundira mukina neza🥰

  • @pamelapameling3173
    @pamelapameling3173 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndanyuzwe nizinyigisho can muhezagirwe cn Imana igume ibagurire ubwenge bwokuba abigisha beza igice ca2 kinyaruke pe Mwarahezagiwe

  • @ndahatv6641
    @ndahatv6641 3 ปีที่แล้ว +7

    Irakaze kandi inyigisho ninziza caaaane. Keep up Abel na team yawe yose. Love from Ndaha Tv.

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว +11

    Abel&Fanny Love soo Much💕💕

  • @cankuzianogk4781
    @cankuzianogk4781 2 ปีที่แล้ว +3

    Love from SHOW UP TV🇧🇮

  • @fatmasaf63
    @fatmasaf63 3 ปีที่แล้ว +2

    Mwarakoze kutuzanira camamare n'a kericy💃💃💃mwubahwe mwese murirusangi ndabakunda❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰💯💯💯💯🇴🇲🇧🇮

  • @sarahirankunda7336
    @sarahirankunda7336 3 ปีที่แล้ว +4

    Waoooo 💃💃💃💃💃💃💃birahimbaye cane pe courage cane 💪💪💪❤️❤️❤️

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 3 ปีที่แล้ว +4

    Love from mr sammy comedien arahiyekoko

  • @fatmata9916
    @fatmata9916 3 ปีที่แล้ว +6

    ITANGAZO RYABAKUNDA ABEL mukusanye imega za 5000 🤣kk igice gikurikir mdaba ntazobonek😂😎

    • @raissanshimirimana7654
      @raissanshimirimana7654 3 ปีที่แล้ว +1

      😀😀😀😀🤣🤣🤣Niko yagutumy

    • @babyloveflores3652
      @babyloveflores3652 3 ปีที่แล้ว

      Nibaguhe kweri 🤣🤣🤣🤣🤣

    • @raissanshimirimana7654
      @raissanshimirimana7654 3 ปีที่แล้ว +1

      Ntazobur kubera yabuz imega ahubwo azobura kuber yitay mumutego yasiguy ibimuraba 😀😀😀😀

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว

      Uzoyaronka😃😃😃😃😃😃

  • @furahaburundi4686
    @furahaburundi4686 3 ปีที่แล้ว +3

    Yoooooo Iraryoshe Vraiment Ndayikunze Cane Muduhe Part Ikurikira From Arabic🇸🇦🇧🇮

  • @francinenamahoro2125
    @francinenamahoro2125 2 ปีที่แล้ว

    Bella urafite impano ya film kabisa courage urakina neza Imana ikujimbere ntiwikinisha kabisa nimpano ikurimwo 🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @uwimanaconsole2873
    @uwimanaconsole2873 3 ปีที่แล้ว

    Iyuza kumuha umwanya nukuri ukamwunva none dore ibibaye
    Sh ndagusabye ntuzogere kubabaza fanny wajye Nkunda cyaneee 😍😍😍😍🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 mwese ndabakunda cyaneeeee 😍😍😍😍 courage

    • @abelnduwayoofficial
      @abelnduwayoofficial  3 ปีที่แล้ว

      Sinzosubira kumubabaza pe.kuko nanje sindamwanka.nuko aribikino nyene

  • @ndereyimanajeanpaul1344
    @ndereyimanajeanpaul1344 3 ปีที่แล้ว +5

    Big up vana vi burundi

  • @irankundadevotte600
    @irankundadevotte600 2 ปีที่แล้ว

    Huuuu mbega Aba Pasta bubu Koko ntimugitinya Imana courage cane mitanz inyigisho ibaho pe❤️❤️

  • @asifiwedaniel4815
    @asifiwedaniel4815 3 ปีที่แล้ว

    Mushingantahe Abel Nduwayo reka mvuge iki kintu; uri mu nzira yokuba umu milliaridaire biciye muri cinema ndundi nuguma kuyumuvuduko..terimbere terimbere..!! vy'ukuri Uhoraho abandanye akwagurira..ni reresi nziza cane. ariko ivyo dukora vyose tubikore kubwicubahiro c'Imana..merci knd courage encore.

  • @dianenizigiyimana9603
    @dianenizigiyimana9603 3 ปีที่แล้ว +1

    Fany na abel nabanwanyi bama film yiwacu imanishishikare kibagurira nukubakundisha ivyiwacu namwe abakinyi mukomere turabakunda vyimvamutima muraduhinyigisho zubaka

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 3 ปีที่แล้ว

    Mbega filmé ubwiza ntaconfise nvuga ataru kubakeza Bana bacu courage murashoboye tnzana ntaco ikidukanga Ubu turorera abiwacu mwubahwe

  • @nadiauthman5184
    @nadiauthman5184 3 ปีที่แล้ว

    Burundi tugezweho b felicitation duwayo Imana ibongere inkomezi muteze igihugu cacu imbere

  • @fatmasandra8104
    @fatmasandra8104 3 ปีที่แล้ว +3

    Mwar mwandutebej n araye nicay ndayirindiriy turakunda can abarundi biwacu mugire ahomuba mwubahwe

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 3 ปีที่แล้ว +1

    Iraryoshe pe muhezagirwe cane

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 3 ปีที่แล้ว +1

    Abel urifatishije sha🤣🤣ninde yabonye urujisho Fanny yaravye Abel🤣🤣🤣🤣iyi Film inyibukije Umupasteur antongoza nibereye Saudiya🤣🤣🤣🤣

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 3 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri muhezagirwe kubw'impanuro mutanga,Imana ibagurire imbibe.gusa mutunyarukanire partie 2,ndabakunda

  • @Darcine-bx4ou9by6f
    @Darcine-bx4ou9by6f 8 หลายเดือนก่อน +1

    Kercy hejur cn❤ n'a team yawe

  • @annyp444
    @annyp444 2 ปีที่แล้ว

    Ntawugum ayisubiramwo nkanj😃😃😂🤣 kwanyamwema kagabanuts mbanumv noteraman namwe ndabakunda Abel Fanny love you💋💞

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 3 ปีที่แล้ว +2

    Nimwubahw ndabakund caaaaaaneee👍👍👍👍👍

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 3 ปีที่แล้ว +1

    Mwakoze nezaaa cuti zacu turikumwe tuzoteza uburundi bwacu imbere

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 3 ปีที่แล้ว

    Doctor naw aranyishe nagatwengo ati heba Imana wirire abana atawukwagira ziroze Abel mwene wabo na gahini aho uwomugenzi wawe agire akugire nka gahini yica abel ati reka Imana akurangiy urupfu pe

  • @chacha9874
    @chacha9874 2 ปีที่แล้ว +1

    Genda agusengere amashengesho arikwishi ewe jewe nanj 😭😭😭😭

  • @moniqueshyirambere5804
    @moniqueshyirambere5804 ปีที่แล้ว

    Nkunda ukuntu kercy yactinga Ari series love from Rusizi Rwand

  • @dorinaoswaldi7502
    @dorinaoswaldi7502 3 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo nimuturabire part 2 Abel ndagushimiye cane mukomere cane turikumwe

  • @booojaultimately209
    @booojaultimately209 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndabasabira imigisha Imana ibandanye yimvanga muvyanyu

  • @user-cv6ze5me8c
    @user-cv6ze5me8c 3 ปีที่แล้ว +1

    Nukuzamurahanura ivyomukora namwe mwadukiniyeneza turabakumdacane 💞💞🥰🥰

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 3 ปีที่แล้ว

    Ninziz harimwo inyigisho knd ndabashimiye can imana inkomez Kubaha ubumeny. Nongey Kuba shim ukungen mwafash namajamb yikirundi muvuga mukayashir mucongerez nivyiz niho film ishobor kurabwa nuwariwe wese. 🙏🙏🙏❤️❤️

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 3 ปีที่แล้ว +2

    Nice movie & powerful teachings🥰🥰🥰

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว

    Ewe Bene data murategura pe Imana ikomeze kubagurira

  • @zabulonnzeyimana9937
    @zabulonnzeyimana9937 3 ปีที่แล้ว

    Courage bakunzi buburundi imbere niheza

  • @hatungimanalahma6194
    @hatungimanalahma6194 3 ปีที่แล้ว +1

    Wao film iryoshe cane mutwongere part2🥰🥰🥰🤣🤣🤣

  • @cherissairakoze4206
    @cherissairakoze4206 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndabakunda cane bantu biwacu from Oman

  • @nduwimanajamila8906
    @nduwimanajamila8906 3 ปีที่แล้ว

    Courage abarundi mubikora nez turashak part 2 turayishashay

  • @gaudencedusengimana2849
    @gaudencedusengimana2849 3 ปีที่แล้ว

    Waaaaooooo narindayirindi ranye igishika nubwo natanzwe

  • @Devote281
    @Devote281 2 ปีที่แล้ว

    Funny numwana mwiza aramirindiriye araheza

  • @asdasadd7859
    @asdasadd7859 2 ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰🥰 turabakunda mubikora neza

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 3 ปีที่แล้ว

    Ndakunda film zanyu muratwigisha cane tugafashwa ariko nuko mutabandaniriza hamwe mukomeze cane turabakunda❤❤💪💪💪💪💪

  • @charleneakimana9
    @charleneakimana9 3 ปีที่แล้ว

    Icambere nashaka mbwire abakinye iyi film barakoze neza nkivy nivy tuba dushaka, film ninziza bavugana urupfasonii, ikindi barik bakina bakina neza ntabwo wamenga kwar film umemg ni réalité, mur make mwakoze vyiza cane,, bandanya courage muduh am episodes akurikir 🙏.

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 2 ปีที่แล้ว

    Abarundi turashoboye mwabikoze neza cane Abel niyubahwe

  • @francinenamahoro2125
    @francinenamahoro2125 2 ปีที่แล้ว

    Fanny wubahwe na Abel akamwese mwaduteguriye iyi film mwese mwubahwe muratwigisha 🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏

  • @AlineVyukaOfficial
    @AlineVyukaOfficial 3 ปีที่แล้ว

    Abarundi turashoboye courage bantu banje

  • @ndagijimanaclaude154
    @ndagijimanaclaude154 3 ปีที่แล้ว

    Ndakunda film zanyu zirampimbala imana ibahezagire

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 3 ปีที่แล้ว +1

    nice movie love from Radio voix d'espoir

  • @solangeniyonsaba4331
    @solangeniyonsaba4331 3 ปีที่แล้ว

    Ubwiriza abandi kubaka neza kandi umugore uwawe umunigura

  • @rojinablaso3786
    @rojinablaso3786 3 ปีที่แล้ว

    Nice turabakunda cane kbx 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 3 ปีที่แล้ว

    Film nziza cneee terimbere barundi bacuuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @lydiavyukusenge4653
    @lydiavyukusenge4653 3 ปีที่แล้ว

    Nobella mwarahevye muzanye iyinayo muzogeza kuri part 4 muzoca munyika ndabasavye muzoze muraduha iminota nkiyi mutunyarukiriza .hama courage abel wubahwe

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 3 ปีที่แล้ว

    Iyi flm irimwo inyigisho zikomeye kandi zifasha burimuntu wese mwakoze cane mukomeze muduhee🙏🙏🙏🙏🙏💜💜💜💜💜

  • @ndayisengajolie2651
    @ndayisengajolie2651 2 ปีที่แล้ว

    Nakajegeza maman pastor yabay umuhizikazi.yemeye kwaja gusengerwa.film ya bien

  • @ZaZa-yf9kk
    @ZaZa-yf9kk 3 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda cne murashoboy courage

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 2 ปีที่แล้ว

    Ella big up San urazi gukina abarundi turashoboye

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😀murasigura mugasang murik mwirega mwenyen ndabakunze cane turiteze igice cakabiri

  • @m.claire3507
    @m.claire3507 3 ปีที่แล้ว

    Burundi nzima muradukoreye kumitima yabeshi abagore bab pastori baragowe bararushe nukuri Imana itabar ubwoko bwayoo aba Pastor nka Abel mwikebuke kuko twarabahinyuyee

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 3 ปีที่แล้ว

    Filme nziza caane Abel vrt wari wateguy💞💞 aba pasteur bubu nukonyen bimerey

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 3 ปีที่แล้ว +1

    Much lovely from CRB TV ,

  • @MohammedAli-xw1kt
    @MohammedAli-xw1kt 2 ปีที่แล้ว

    Mwabite guye neza cyane💓

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 หลายเดือนก่อน

    Mbakunda kanin mwes🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @asetv
    @asetv 3 ปีที่แล้ว +4

    What an Amazing story. It takes extra effort and patient to create a such film like this God bless. As Ase Tv we understand that creating something huge like this does cost a lot of money and for us watching it from youtube is not good enough to us. Please i would like to purchase a hard copy of this film so that good movies will continue to be created by your team. Thank you once again for this wonderful story hopeful by the Grace of GOD will help you to create part 2.

  • @drfenaann7863
    @drfenaann7863 3 ปีที่แล้ว

    Komeza ubavura kabisa muraturyoher abarund turabadasazwe

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 2 ปีที่แล้ว

    Yewe uwabonye ciza hano 👍

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c 3 ปีที่แล้ว

    Yeweeee fani 🤣🤣🤣🤣🤣uhagurutse wirukanga nagusenge kwel uzegusanga yahindutse wenyene🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @nananadia3642
    @nananadia3642 3 ปีที่แล้ว

    Woowooo mbeginyigisho wee. Courage. Kercy wabyitwayemwo neza