Fanny na Lavine : abakobwa ivyabo ntibisanzwe😥🤭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • UBUDASA BW'AMAHASA ni short films muzosangamwo abakobwa babiri b'amahasa Fanny na Fanny aho usanga badahuje imico.
    Ntucikwe n'izi reresi
    Kugira ubandanye uboma izindi film fyonda kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION,LIKE,SHARE na COMENT
    For more info:
    E_mail :fannyuwimana431@gmail.com
    #FANNYLAVINE #SUBSCRIBE

ความคิดเห็น • 230

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 ปีที่แล้ว +5

    Najewe ndarize😭😭😭 kumbe watanguye kuvakera ukina neza. Niwubahwe Mukuru wacu Fanny♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇦🇺🇧🇮

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 2 ปีที่แล้ว +5

    Ntabara muntandukanirize Fanny basha murabo🤣🤣🤣🤣🤣 ndabuze uwariwe mukhama gusa ndabakunda courage

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 3 ปีที่แล้ว +4

    Yooo ndabuze Fanny bose barasa

    • @NduwimanaSandrinee
      @NduwimanaSandrinee 2 ปีที่แล้ว +1

      Firm nziza cane bandanya mwihezagirigwa th-cam.com/video/jHfM7JRw2ZE/w-d-xo.html🙏🙏🙏

  • @clarissemugisha5030
    @clarissemugisha5030 3 ปีที่แล้ว +4

    Fanny none iryonihasa ryawe konyuzwe❤❤❤👍👍

  • @user-qd3jb8hn2q
    @user-qd3jb8hn2q 4 หลายเดือนก่อน

    Mbega Fanny Lavine waaaaaoooooo ❤❤ ❤ mbehoho irizina Fanny Lavine nikwaka ka rerese ryavuyeko ?? Ukinavyiza kweli vyigisha

  • @ayishaayisha3625
    @ayishaayisha3625 3 ปีที่แล้ว +5

    Kurange fanny ndagukunda cen ❤️❤️❤️❤️❤️🙏👌🇧🇮

  • @hatangimanaolivier3373
    @hatangimanaolivier3373 ปีที่แล้ว

    Am really proud and so gladful with your film continu you right u twins girls with your talent big up!!

  • @ihurirotvprepaid9784
    @ihurirotvprepaid9784 3 ปีที่แล้ว +5

    Mbega amahasa Meza mumpe like

  • @dorinetv3013
    @dorinetv3013 4 ปีที่แล้ว +4

    ryoooo Fany urandijije nukuri kuri komba ya mwisho

  • @sufanny924
    @sufanny924 3 ปีที่แล้ว

    Much love fanny courage mazina yanje imbere niheza ma soeur iranyigishij iyi film

  • @nininahazweliece996
    @nininahazweliece996 ปีที่แล้ว

    Wooow amazing congs vrema iryo niterambere ridasazwe ryogukoramwo umuntu 2 person c'est tellement bon kbs

  • @charlesmbaraga3753
    @charlesmbaraga3753 3 ปีที่แล้ว +2

    keep up Real Twins! u all highly talented but never open the door for the Satan to separate u! stuck on u. Nawapenda pia Mungu awajalie Fr Mcd

    • @lightmovietv609
      @lightmovietv609 2 ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/0RbLib1g5yM/w-d-xo.html

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 หลายเดือนก่อน

    Ndemeye👌👌 Fanny courage🥰🥰🥰🥰🙏🙏

  • @AaAa-dd1qu
    @AaAa-dd1qu 2 ปีที่แล้ว

    Mbengimpanuro nuko ubarira uwutunva manaweee mbega agahindaaa😥😥😥😥😥😥😥😥👌👌👌👌

  • @didiersinigirira7041
    @didiersinigirira7041 2 ปีที่แล้ว +1

    Thx for this movie guys

  • @AmuriAroyizi-mw1nn
    @AmuriAroyizi-mw1nn 5 หลายเดือนก่อน

    Ndabkunda can ark nshak muntandukanirize fan uwariw

  • @dinadin6345
    @dinadin6345 4 ปีที่แล้ว +6

    Courage ma chr uje undasazwe kabis umurundikazi winguvu nishaka komera muvyawe vyose ma belle

  • @annyesperancetubisabimana189
    @annyesperancetubisabimana189 4 ปีที่แล้ว +1

    Super woman.Fanny .....

  • @sammyhassan6033
    @sammyhassan6033 4 ปีที่แล้ว +4

    Nc kabisa Fanny komeza uzoshika kure imana ikuje imbere 🔥🔥❤

  • @dianeniyonkuru1493
    @dianeniyonkuru1493 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda shahuu

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 2 ปีที่แล้ว

    Ariko ga funny uzi ukuntu ngukunda!!!kuba nkubona kumashusho nshaka tumenyane amaso kuyandi kuko urampimbara ubikora bien tumenyana ♥ 💖 ❤

  • @habonimanafridolin7882
    @habonimanafridolin7882 2 ปีที่แล้ว +1

    👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Amahasa tumenyane kabisa ✌️

  • @shadiamunezero4002
    @shadiamunezero4002 4 ปีที่แล้ว +2

    Nice 😍😍😍

  • @fgfg7175
    @fgfg7175 3 ปีที่แล้ว +1

    Wallah nice movies

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 3 ปีที่แล้ว +3

    Big up sana Burundi

    • @NduwimanaSandrinee
      @NduwimanaSandrinee 2 ปีที่แล้ว +1

      Firm nziza cane.bandanya muryohegwa niyi ndirimbo th-cam.com/video/jHfM7JRw2ZE/w-d-xo.html

  • @ibrahimyamni7102
    @ibrahimyamni7102 3 ปีที่แล้ว

    Mukomereze Aho turabakunda barundi biwacu murahanura kabisa ♥️♥️♥️♥️♥️

  • @gecparam9747
    @gecparam9747 3 ปีที่แล้ว

    courage ma chere Fanny ndakunda cane ama film yawe kk arimwinyigish zifasha umutim wanje

  • @rosettenzeyimana
    @rosettenzeyimana ปีที่แล้ว

    Imana ikuje imbere ubikora neza biratwuzuza.

  • @dicoentertainment
    @dicoentertainment 4 ปีที่แล้ว +3

    OMG ,,,What a talented one! For song we've been waiting for you and it's high time you came,,,Big up #Fanny&Lavine ,,,Support from @Dico_Media.

  • @sandranibigira
    @sandranibigira ปีที่แล้ว

    Yooooooo ndahimbawe pee💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞

  • @hdysydhdurjr1105
    @hdysydhdurjr1105 3 ปีที่แล้ว +1

    Nice movie 😍😍😍

  • @richardnsanzumuhire4695
    @richardnsanzumuhire4695 2 ปีที่แล้ว

    We love you so much fanny ,urakumbuwe ikigali

  • @jacquelinekwizera5406
    @jacquelinekwizera5406 4 ปีที่แล้ว +2

    Courage ma belle

  • @nizeyimanalongine9949
    @nizeyimanalongine9949 ปีที่แล้ว +1

    fanny ndagukunda nkunda ukuntu ukina uzansuhurize abarundi mukinana harimo ketty timote solange turabakunda hano mu rwanda

  • @francinenduwimana5581
    @francinenduwimana5581 3 ปีที่แล้ว

    Nziza cyane yesu bakomez goose,kdi mutere imbere

  • @ChristopheGAHUNGU-fs5iu
    @ChristopheGAHUNGU-fs5iu ปีที่แล้ว

    Courage'❤❤❤

  • @bashakhader3327
    @bashakhader3327 3 ปีที่แล้ว +1

    Fanny we love u ❤❤❤

  • @dorinetv3013
    @dorinetv3013 4 ปีที่แล้ว +4

    jew karanyuze pe

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 4 ปีที่แล้ว +2

    kararenze kweri

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 ปีที่แล้ว

    Muzosubize hamwe basha na abel turibamwe nayiheruk kera urakoz cane ngukund kanini🥰🥰

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g 3 ปีที่แล้ว

    Courage ndamukunda fani none koko urafise ihasa vyawe

  • @nzoyisabafaustin7610
    @nzoyisabafaustin7610 4 ปีที่แล้ว +1

    Vrmt nkunda ubu sérieux mufata iyo muriko murakina kimwe gusa courage nipfuza ko namwe mwokwubaka ishusho y'uburundi kandi mukabikora mubikunze kuko si ivyabose.

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 3 ปีที่แล้ว +1

    Courage turabishimira

  • @geridibuzubona2227
    @geridibuzubona2227 3 ปีที่แล้ว

    Nice movie

  • @sandrinenizigiyimana6012
    @sandrinenizigiyimana6012 4 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @kwizerakwizera2618
    @kwizerakwizera2618 3 ปีที่แล้ว

    Lavine ndagknd Imana igukomeze mukazi kawe

  • @canjamossi
    @canjamossi 3 ปีที่แล้ว

    Ndagukunda Fanny ukuntu ukina Imana ikugirire neza

  • @francinebukuru1550
    @francinebukuru1550 3 ปีที่แล้ว

    Fanny ndagukunda caaneeee🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mascutoman3807
    @mascutoman3807 2 ปีที่แล้ว

    Turagukunda. Fani. Komerakomera. Ukorivyiza

  • @jantilleigiraneza3141
    @jantilleigiraneza3141 3 ปีที่แล้ว

    Fani ndagukunda cane courage mumasengesho. Zuramuhanura kandi azicuza vrmnt natahinduka

    • @NduwimanaSandrinee
      @NduwimanaSandrinee 2 ปีที่แล้ว +1

      Firm nziza cane bandanya mwihezagirigwa th-cam.com/video/jHfM7JRw2ZE/w-d-xo.html🙏🙏🙏

  • @roselynemunezero7354
    @roselynemunezero7354 2 ปีที่แล้ว

    Wow.courage shahuuu.
    Ariko mbaz Kandi unyishure,iryo hasa warikuye he??
    Canke ni wa mukobwa waw??

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 ปีที่แล้ว

    Aka kera😍😍✌

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 2 ปีที่แล้ว

    Courage yemwe 🙌🙌🙌👏💜🙏🙏🙏

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว

    Good job

  • @hervemfura7709
    @hervemfura7709 ปีที่แล้ว

    Aaaamen

  • @adelphinensengiyumva9039
    @adelphinensengiyumva9039 2 ปีที่แล้ว

    Yooo! Fafa nn k mus isaw kwl hm courage kwl❤️❤️❤️💖😗👍😚 je t'eme

  • @omersmith7621
    @omersmith7621 ปีที่แล้ว

    Fany ndagukunda cn ntabara ubwire uwo n9haza ryawe cank niwe wakinyemwo babiri sintahuy

  • @AaAa-dd1qu
    @AaAa-dd1qu 2 ปีที่แล้ว

    Yooòooo ndarize nukuri biraseko nihangana birambabaje 😭😭😭😭😭😭😭😭🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 ปีที่แล้ว

    Nonese kumbe Fanny arafise ihasa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲😘😘😘💖💖💖

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 3 ปีที่แล้ว

    Courage fanny imber yawe niheza

  • @AaAa-dd1qu
    @AaAa-dd1qu 2 ปีที่แล้ว

    Non ababakobwa kobasa fanny nuwahehe???? Ehekuntu amuhikirimi muranyishe kwer nimunyereke fanny muraba kobasa🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤👌👌👌🤣🤣🤣🤣

  • @user-bf7lm9ff1o
    @user-bf7lm9ff1o 24 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤🎉

  • @gloriairadukunda6884
    @gloriairadukunda6884 2 ปีที่แล้ว

    Hahiye koko

  • @luluniyomwungere6344
    @luluniyomwungere6344 4 ปีที่แล้ว

    Murashoboye cane.courage .Ndiho abakomez

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 2 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌👌👌

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 4 ปีที่แล้ว +1

    Kabisa...

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 3 ปีที่แล้ว +1

    Fanny ndagukunda nubu sindatahura ko ufisihasa nimuntabara munwire kuko birancanga

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 หลายเดือนก่อน

    Nuwo nyenye ubona😂😂😂ariko arakina

  • @arthemiehabiyaremye8549
    @arthemiehabiyaremye8549 3 ปีที่แล้ว

    Nice

  • @user-vk7vz2fs7m
    @user-vk7vz2fs7m 3 ปีที่แล้ว

    Komunsa

  • @emiliennenderagakura9260
    @emiliennenderagakura9260 2 ปีที่แล้ว

    Noe iyi film yitwa gt

  • @jeanbutoyi8680
    @jeanbutoyi8680 3 ปีที่แล้ว +2

    Murarenze p murabakinyi beza kl

  • @junioruwimana5510
    @junioruwimana5510 3 ปีที่แล้ว

    God bless you

  • @hfhfvdhc3880
    @hfhfvdhc3880 3 ปีที่แล้ว

    Komerezaho Turabakunda❤🥰

  • @mbonigabajeandamour9638
    @mbonigabajeandamour9638 ปีที่แล้ว +1

    Yewe ndumiwe pe guhubuka sibyiza pe

  • @user-rp7hl2ht8c
    @user-rp7hl2ht8c 2 ปีที่แล้ว

    Mwaras kuduh iyind seson

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 2 ปีที่แล้ว

    Mwe murabatekamitwe ndumiwe🤣🤣🤣😍💪

  • @emilienne4664
    @emilienne4664 2 ปีที่แล้ว

    Amen murakoze

  • @samy-welltv9218
    @samy-welltv9218 ปีที่แล้ว

    Appreciation from Samy-well tv/ movies

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 2 ปีที่แล้ว

    Yoooooo nimpanuro pe muhezagirwe

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 5 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mimi-lf2gt
    @mimi-lf2gt 2 ปีที่แล้ว

    Sha uwomumama ndamwikundira muri ya fime ya nina ndamwibuka

  • @user-ht6lc6cn7p
    @user-ht6lc6cn7p 11 หลายเดือนก่อน

    Fanni wakujije

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 10 หลายเดือนก่อน

    Nuko ds j simbon icobarigupfa kuko baras nimukundan ds ehe nimusangir🎉🎉

  • @dorinebestelove5388
    @dorinebestelove5388 4 ปีที่แล้ว

    Nukuri ndahigiye vyishi Fanny uranyubaka

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 2 ปีที่แล้ว

    Nn komusa cn mukavug kumwe🥰🥰

  • @sandrasaraa9545
    @sandrasaraa9545 3 ปีที่แล้ว

    Nice 😘👌

  • @sbranss4983
    @sbranss4983 4 ปีที่แล้ว

    Nic ndabakunz cn komer muz mushik kure Imana ibakomez cn

    • @galaxyace2416
      @galaxyace2416 3 ปีที่แล้ว

      Turabakunda imanibakomeze

  • @zubedadjumma8267
    @zubedadjumma8267 3 ปีที่แล้ว

    Fanny♥️♥️♥️♥️♥️

  • @bellygodwin5571
    @bellygodwin5571 3 ปีที่แล้ว

    Courag😍

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 ปีที่แล้ว

    Basha komusa basha muramahsa

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 3 ปีที่แล้ว +1

    Uyumukobwa nambatarumumama akundagukina arira uraryohera cane%mama pr hamwe nuyu mupapa

    • @isimbiT.V
      @isimbiT.V 3 ปีที่แล้ว

      We,nanje birantangaza ayo marira ya misiyose jewe ntayo noronka, umwanya wose avuze aba yarize abarundi barashoboye nuko batagira ikibafasha,Fanny,vuba ngataha iburundi nzagusura

  • @ClemenceNdarishikanye
    @ClemenceNdarishikanye หลายเดือนก่อน

    Noé Fanny sigurira urumwenimontage canke muribabiri??

  • @lovenanah5040
    @lovenanah5040 4 ปีที่แล้ว +1

    😭😭😭😭♥️♥️

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 3 ปีที่แล้ว

    Impanga series ndabona mwaboishoboy kvx

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว

    Neza cane vrt courage ya mingi

  • @Axella-
    @Axella- 11 หลายเดือนก่อน

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏natanguye umupfakazi ndira irangiye ndira basha😢😢😢😢😢oy oy yibandanye basi

  • @nsaengiyumvapatrick-zk1jz
    @nsaengiyumvapatrick-zk1jz ปีที่แล้ว

    Aba ni abavukanyi basa cyangwa numuntu umwe can some one tell me ?