💖HangOut RuleBig &KEVINE: ’’I’ve got a Best Husband ever seen''

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 เม.ย. 2024
  • 🎙️Twashoboye kugendera urugo Rw’umu Comedien azwi cane ariwe #Rule_Big hamwe n’umufasha wiwe Kevine, batuyagira vyinshi ku rugendo rwabo rw’urukundo
    🧏🏾‍♀️ Umviriza kano gakuru Kabo karyoshe
    #Burundi #Jimbere

ความคิดเห็น • 25

  • @isamazatv.115
    @isamazatv.115 หลายเดือนก่อน +1

    Beautiful couple , love from Rwanda 🇷🇼

  • @ndayizeyepierrechanel
    @ndayizeyepierrechanel หลายเดือนก่อน +2

    Couple ya bien kweli, ✨✨, ingene amukosoye biratesa, 😂😂, ati karibu iwacu, Murabereye ijisho 👌🏿👌🏿💯

    • @sese667
      @sese667 28 วันที่ผ่านมา

      Couple itesa kweri, gusa nari nabayobewe uwo mudame w'inzobe afise visage nk'iyabagabo ...

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e หลายเดือนก่อน +1

    Ako gahungu nkikikabona barikumw na kigingi kuko baramana narinzi kwari aga sécurité wa kigingi,kndi kenshi niwe akunda kumutwaza ama fone ya kigingi.ubu rro kigingi naze aragira indero yubahe umu papa

  • @tizaterez357
    @tizaterez357 2 หลายเดือนก่อน +7

    Iyi couple sinshobora gusimba interview yabo!!! Muraryoshe sana✨

  • @MusicOfBurundi
    @MusicOfBurundi 2 หลายเดือนก่อน +2

    Love over love❤❤❤

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh 2 หลายเดือนก่อน +1

    Fureshii sana 👌👌

  • @Kazozadesign_TV
    @Kazozadesign_TV หลายเดือนก่อน

    You are so cute guys😍😍,very interesting show

  • @delicia_ella.
    @delicia_ella. หลายเดือนก่อน

    Mi fav couple❤️👌

  • @herberttwagirayezu9768
    @herberttwagirayezu9768 หลายเดือนก่อน

    ❤❤Coupl tuzi niyi mbese❤❤

  • @user-qi8kc3fj7q
    @user-qi8kc3fj7q 2 หลายเดือนก่อน +2

    Baratesa bafise urugo gwiza

  • @RukundoDavid-gc1it
    @RukundoDavid-gc1it หลายเดือนก่อน +1

    Nice couple ❤❤

  • @kellykizzytheboss3891
    @kellykizzytheboss3891 หลายเดือนก่อน +1

    Gasongoo😅😂😂

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l 2 หลายเดือนก่อน

    Fresh sana😅😅😅

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n 2 หลายเดือนก่อน +2

    Baratesa ❤❤❤❤❤❤

  • @aminiroberta2022-yc5db
    @aminiroberta2022-yc5db 2 หลายเดือนก่อน +1

    Kevine ❤👊

  • @kellykizzytheboss3891
    @kellykizzytheboss3891 หลายเดือนก่อน

    Iyi couple iratesa ❤️👑

  • @GaparayeJerryJessecarrel
    @GaparayeJerryJessecarrel 2 หลายเดือนก่อน

    Nakubali kabobs..

  • @niterekajunior4598
    @niterekajunior4598 2 หลายเดือนก่อน +1

    Man yakwishe 🤣🤣

  • @DjaliaUwimana-qm1dp
    @DjaliaUwimana-qm1dp 2 หลายเดือนก่อน

    👌👌👌👌👌👌👌

  • @Kenzog-yk4fo
    @Kenzog-yk4fo 2 หลายเดือนก่อน

    Aho hakurya rero😂😂😂

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂 vibes

  • @dondavinishimwe1417
    @dondavinishimwe1417 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ni Big Song rivuy mri Big fizzo & Gasongo 😂😂😂

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mugore yahatswe kuba tomboy

  • @Kenzog-yk4fo
    @Kenzog-yk4fo หลายเดือนก่อน

    @Kevine ni bn kudashiramwo code Ariko si une fois bayikwivye hagumamwo tes coordonnées nihamwe baca batangura kuyikoresha mu gusaba amahera kuri whatsapp yigira wewe