Girlfriend:Témoignages z’abakobwa n’abakenyezi bagiriwe ama violence atandukanye/bahagurutse kubwabo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
  • #girlfriends #burundi

ความคิดเห็น • 36

  • @UYEIC
    @UYEIC 5 หลายเดือนก่อน +17

    Naho wovugira hejuru ntiyoca agukubita.ntampamvu nimw ihari yugukubita umuntu akuze akwije ubwenge mwahuye mukuze.Hakora kuganira kukibazo Kiba kihari bidakunda kuganira nukuvana mumahoro atawuboreje igufa uwundi.

  • @aliceumwali8551
    @aliceumwali8551 5 หลายเดือนก่อน

    Hello,niyo ya mbere yavuze y’amajambo mabi ni Violence émotionnelle …love from Rwanda ❤❤❤Hosy ubutaha nugaruka mu Rda uzadusuhuze please ubushize twarakubuze!!😌😌Location ‘’Radiant Kisimenti ‘’😂bzu à tous ❤️

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 5 หลายเดือนก่อน

    Hariho n’a Violence financière: ni mu gihe ton homme afise amahera akwiye ariko Ugapfa wipfuza

  • @VianneyNdayishimiye-s8q
    @VianneyNdayishimiye-s8q 5 หลายเดือนก่อน +1

    Il faut aussi parler des violences faites aux hommes

  • @bucutiarsenelupin164
    @bucutiarsenelupin164 4 หลายเดือนก่อน

    Emission nziza n'umutumire azi ubwenge

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 5 หลายเดือนก่อน +2

    Mwari mwaraduhevye na Girlfriend vrm Gretta twari tugukumbuye nukur🫂🫂🫂💞💞💕💕💓💓

  • @bienvenundihokubwayo330
    @bienvenundihokubwayo330 5 หลายเดือนก่อน +1

    Salut,najewe narindabakumbuye sha Gretta

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 5 หลายเดือนก่อน +3

    Urahanura uwo mukobwa yandikishije umwana wiwe père inconnue kandi se wumwana ariho azokosore ego wewe yakoze ibimuha amahoro ariko yumveko yateye igikomere umwana wiwe azobana naco ubuzima bwose

  • @VianneyNdayishimiye-s8q
    @VianneyNdayishimiye-s8q 5 หลายเดือนก่อน

    Abakobwa nukuri bakwirikize culture bambare neza bikwize!

  • @carrelmazameza2962
    @carrelmazameza2962 5 หลายเดือนก่อน +1

    J'ai beaucoup aime l'emission

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 5 หลายเดือนก่อน

    AMA termes ukoresha kuvyerekeye ihohoterwa rya bana ba bakokwa
    Wapi kabisa en tant que maman
    You should be sorry for yourself

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 5 หลายเดือนก่อน

    Sorry Mama nta droit nimwe iha umuntu numwe kugubita uwundi
    Yaba umugabo canke umugore
    Erega ncuti nabagabo barahohoterwa nabagore babo nuko batavuga

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 5 หลายเดือนก่อน +1

    Aldine❤❤❤❤❤...Hosy et Gleu merci ❤❤❤❤

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 5 หลายเดือนก่อน +1

    Vrmnt ur umugore mwiza cane sha

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 5 หลายเดือนก่อน

    Ariko kuberiki abagabo b'abarundi bakunze gukubita abagore babo? Nibwo burere baronswa bakiri abana ou bien?

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 5 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy na Gretta ndabkunda cane

    • @AllaboutHosy
      @AllaboutHosy 5 หลายเดือนก่อน

      Urakoze caneee

  • @AnithaNkunzimana-u1u
    @AnithaNkunzimana-u1u 5 หลายเดือนก่อน +2

    Umuhungu yibana uja kumuramutsa ushaka iki?uba wamwishiriye

  • @FelixHatungimana-c4m
    @FelixHatungimana-c4m 5 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy uzope ikinganiro nukuri

    • @AllaboutHosy
      @AllaboutHosy 5 หลายเดือนก่อน

      Karibu cane. Twandikire kurizo numero ziguma zica mu biganiro

  • @Mushagalusa-l1c
    @Mushagalusa-l1c 5 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy how are you?

    • @AllaboutHosy
      @AllaboutHosy 5 หลายเดือนก่อน

      I am fine my dear❤️

  • @christella5092
    @christella5092 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabira kuvuga intahe bikagorana hubwo ukavuga izabandi none abarundi gute??urinze uza kuri Camera ntutange ibifasha abantu ubushaka iki??bamutanga intahe nziza muhereye hasi kuburyo umuntu yumviriza akagira icatahanye nkakurya mugihugu libanyi babikora ariko uraje uvuga ibintu ubimira umuntu ntatahure ahobihera naho biherera muzane abantu bazi gushingintahe muvuge 😂😂

    • @itekachristadivine8993
      @itekachristadivine8993 5 หลายเดือนก่อน

      Mukama izo commentaires vrt😮😮😮😮😮😮

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 5 หลายเดือนก่อน

      Ariko ntabeshe badashaka kuvuga nibabe bicecekera bigumire iwabo ntaco bitwaye

    • @m.claire3507
      @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

      Muriko murafyinata kandi ibintu biriko vyicabagore beshi mungo siren courage

    • @christella5092
      @christella5092 5 หลายเดือนก่อน

      @@m.claire3507 siren ibikora neza gusa abatumire babo bamwebamwe sibose nabo umuntu yatanze intahe yiwe akaganiriza abantu neza niwamudamu yatwagwa namazi ndibagiye izina ryiwe akina ama film niwe novuga yagerageje kuvuga

    • @m.claire3507
      @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

      @@christella5092 erga iyobabivuze nkukwo bivany numuco wiwacu uwubirimwo niwamenyako arimubihe bibi cank niwamenya icakwiyegukora kk wafadistwe sawasawa ntunamenya kur mur abusing relationship habakubagabo habanokubagore nimpande zose ntakibazo ukwobobivuga kwose ubuzim bwabeshi buzorokoka

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza 5 หลายเดือนก่อน

    Madame,reka,reka ivyo bintu tu es en train de justifier les viols,ngo abakobwa ni bo bavyitera bambaye impuzu ngufi,Rosy yakubwiye ko atari icitwazo ku bagabo,abakobwa bambara ivyo bashatse,uca utangura kuvuga ibintu biteye ubwoba en justifiant kes viols,c,est le mot qu,il faut employer,birarenze,ngi abakobwa baba bambaye mini nibo bavyirinderera,nta soni kweri,nuko bitarashikira umuntu akuri hafi ngo wumve ingene bibabaza,tu es en train de dire n,importe quoi,ba Hosy baretse kugu challanginga kuko uri umutumire,ivyo nivyo ubwira abagore wigisha,ubabwira ko nibatikwiza bazoba violees,oya birababaje

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 5 หลายเดือนก่อน

    Atashoboye kwubaka ingo zabo bafise ibikomere; ntakindi bafise bigisha atari gusambuza abubatse!.
    Mugabe😢😢😢

    • @itekachristadivine8993
      @itekachristadivine8993 5 หลายเดือนก่อน

      @sindayikengeracelestin5444 commentaires négatives ntaco zifasha😮😮😮😮😮

    • @josianendayizeye2707
      @josianendayizeye2707 5 หลายเดือนก่อน

      Uri sûr kwivyo uvuze arivyo?mbega ubuze ngwabananiwe kubaka izabo ubushatse Kuvuga Iki ? Urugo nibabiri none murabo babiri umenya gute uwananiwe? Ntabwo bigisha gusambura ahubwo bahamagarira gutahura valeur yumuntu kugira umuntu abeho yishimye mwoye gukomeza kubahohotera bitwa ngo Bari mungo naho barushe kurusha abisrael bakiri muri Egypte kwa falao

    • @itekachristadivine8993
      @itekachristadivine8993 5 หลายเดือนก่อน

      @@josianendayizeye2707 mbariza sha abantu ni hatari

    • @m.claire3507
      @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

      Iyuriko uravugukoo numva utsitaje rek aba abuser babashir kumugaragaro kugirango mumenye agaciro kumuntu niki?!respect niki bro ntamugore asambura urugo atananijwe numugabo knd ntamugabo ata urugo atasaze cank atabangamiwe numugore rr wew nimbabimeze nez shimirimana usengere nabandi kk ibirahahanze abanabarikobaranganzwa knd bokuriye mumuryango nibeshi ahubwo dusaba uburundi nabarundi kwikebuka nokugwiza amategeko aharanira agateka kazinamuntuu kugir ibikomere bamwe bakuriymwo ours children ntibazob victim
      Thank you