Abashikiranganji ba reta y'Uburundi baremesheje ikiganiro aho bishura ku bibazo vy'abenegihugu.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 มิ.ย. 2024
  • #Burundi Hatunganijwe ikiganiro ku benegihugu, aho abashikiranganji ba reta y'Uburundi bishura ku bibazo vy'abamenyeshamakuru hamwe n'abenegihugu Ico kihaniro kiriko kibera ku mugwa mukuru w'intara ya Makamba, kikaba gihagarariwe n'umushikiranganji wambere wa Reta y'Uburundi Gervais NDIRAKOBUCA

ความคิดเห็น • 5

  • @dworldtv250
    @dworldtv250 2 วันที่ผ่านมา +1

    Muri Eden muramutse Adam 😂😂

  • @ErnestNduwimana-w8y
    @ErnestNduwimana-w8y 7 ชั่วโมงที่ผ่านมา

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uburundi ni tesa after tesa. Shimwa Mwami

  • @pascalbucanayandi
    @pascalbucanayandi 2 วันที่ผ่านมา

    Ubumwe? Uriko usoma ivyo nawe utemera. Basha muri ku kivi mukuguma muboheye amaboko imugongo abarundi