Très bonne occasion accordée aux citoyens de s'adresser directement au Gouvernement lui-même. Une étape importante en matière de bonne gouvernance. Merci pour la nouveauté. Une Cellule gouvernementale chargée du suivi des sujets importants évoqués serait très bénéfique.
Oya reka reka mugenzi, mu Rwanda hamwe bagurisha inzu ya 400millions mucamunara kandi nyene kugira ideni mu banque yahejeje kubariha😢😢😢 bakitwaza système 😅😅😅 Raba UKWEZI TV urabe akarenganyo ko mu Rwanda
If so ask you can you answer him that is the president who leads bad the burundians? Tub tumenya kuvuga basha nogushigikira abandi nivyo bizodushikana kwiteramber nkabarundi
@firemanmachine7714 Listen me closely. I know true is hurt. If CNDD FDD, If they are still a leader in the country. country will be destroyed because amaababtu birigwa barpfa everyday so ntaco ufise ubwira abarundii wew
Bravo! Leta kuganira n'aben'Igihugu mu b'iganiro nk'ivyo, batura Leta ibibazo n'ingorane bafise mu buzima bw'imisi yose!? Ni vyiza cane!
Hosy wakoze neza cane kutwumvisha ingorane zihanze abene igihugu. Ndumva Imana ikwiye kubagarukira kugira batunganirizwe.
Icubutungane ntaco tukikivugako kko ntabutungane buzigera buboneka iburundi Imana yonyene
Igihugu kizobadahwa sh Bea
Ikintu giteya agahinda abobose birengagiza ivyo bajejwe bose n'abakirisito canke abakirisitu canke abemerimana😢😢😢😢
Twigarure twame imbuto zikwiranye nukwizera kwacu.
Minister ya Justice niyugare hama imanza bazozihe abanyegihugu kubera reta yarananiwe!!!
Ego kabisa zicibwe n'abashingantahe bo ku mugina
Umuvumo,umukoshi uri ku muntu wese arenganya umukene,umupfakazi n' uwundi adafise inguvu
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭bitey agahinda nukuri ivyiburundi nukuri nkuyumuvyeyii wumufakazi yotsibigori arandijije
Mumfashe numéro yuwo mupfakazi wotsa ibigori plz
Uyironse nanje uzoyindungikire
Naje ndazikeneye
I’m not crying 😢😭😭😭😭
I can’t hold my tears anymore
Me either 😢😢
MANA yacu🙏🏻🙏🏻🙏🏻 ingo nyaruka uze utabare abana bawe kunkengera zikiyaga tanganyika kugihugu citwa uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮😢😪😭😭😭😭😭😭
Imana itabare imiryango kuko ibibazo nivyinshi vrmt😭😭
Uyo mupfakazi nafashwe,amatira yiwe muyshanagure,abenegihugu mwese nabandi bafise umutima wurukundo bose ,hoba abo hanze yigihugu dufatanye twese izo mpfuvyi zironke uko zizonaho
Hosy nadusabire numero plz.
Nibakurira urubanza Imana izobadahwa shenge. Nibabatunganirize muvyeyi❤
Uwo mu maman wanyuma yotsa ibigori disi 😢 agahinda nikica pe😭 iyaba nobona numero yiwe nkamugurira agasukari disi😭
Abantu muri hano ntawomenya uyu muvyeyi wanyuma yambaye nkumu musulmane svp?
Nibatubarize ukuntu twomurinka kabisa anteye agahinda😢
Siren vibe nimirondere nukuri. Home work
51:49 kugwiza imbuto kama avuze ikintu ciza cane gose. Izo mbuto zibivyagwa kubazozirima, naho atabivuze, nuko zonona imbuto kama iyo zatewe ahantu hegeranye kubera zituma imbuto kama zidaheza zimbuke basubiriye kizitera.
Bashike hose 😢batunganirize abenegihugu
😭😭😭😭😭😭😭my country Burundi till when going to change many citizens crying so much
Mana tabara nukur jewe ndarize peee mana nyenububasha. Uhindura ivyase nguhinduka hindura uburundi bwacu 😢😢😢
Imana idutabare tubaka ibibanza mumasoko ariko twatashe uko 😭😭
Duhe suite vrt🤌
Uburundi bufise ibibazo vyishi cne ark reta nivyose nitore inyishu ireke gukwega amaguru ikore ivyo ijejwe!
Number one I'm here noma sana birababaje cane 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅
ū;u
Nihatari kbx ingorane zirarutana😢😢😭
Mwaramutse canke mwiriwe ahomuherereye mwese
Jewe sikibazo mfita ariko ninkintererano mugusaba nkumushikiranganji wambere, uw'intwaroyohagati, umutekano n'iterambere rusangi afadikanije n'umushikiranganji w'ubutungane bafashijwe n'umukuru w'igihugu icoba ciza bohindura ubuhinga munzego zose zigize ubutungane kuko ibibazo bihanze abarundi ivyinshi biri mukarengane gakoregwa abene Burundi bukozwe nabajejwe ubutungane. Murakoze
Enfin, Siren TV mukazi "yahamagariwe" ka PROPAGANDE y'abicanyi.
🇧🇮We will never forget
Wunva uri soulagé
Nta propagande iri ngaha, mamba washaka ko nawe ashirako vyabiganiro vy ibishegu kuko nivyo bikunzwe muriyi minsi!!
@@ngundachris7598 propagande Irazi icarico?
Ibibazo ufise ntitubizi peee. Twe turi mu kazi k’iguhugu n’abenegihugu
@@jahson460 umuntu avugiye abanyagihugu, bica vyitwa propagande ?
Bjr. Uburundi usigaye buryoshe vraiment. Iyo niyo democratie
Mubutungane rero vyaranse nubwo president avuga ntakivamwo
Abenegihugu bararush n imanza 😢
Oh My country when Will be shining!!!! try to building our lend without Rob ourselves 😢
Muburundi ntabutungane Buhari
Never TURAMWIZEYE NTANANIRWA
Izo mbuto zibivyagwa nizimwe za GMO canke ?
Africa nkayose sinzi ikibazo ifise barenganya abakene bagashira imbere umukire atajabuze akiha nuvyumukene .
Merci pour cette vidéo
😢😢😢😢biteye agahinda nukuri😢😢
Nanjye ndafite ikibazo na sentare ya ntahagwa
Birateye agahinda😢😢
Iki kiganiro ni Ciza caane.Nosaba KO coba kenshi.
Merci beaucoup hosy
Hosy nkwisabire ikintu ugire inhibit uje udusabira numero zumuntu ubonye akenye nkuyo mupfakazi ufise uko amufasha amufashe vyabavyiza.
Nibatabare nukuri
Turabashimiye abarikobarabaza ibibazo vyerekey.abenegihugu
Birababaje😢😢😢
Abiwacu muraho
Good job Hosy
Umuken ninyakwi cako 😭😭
Abajejwe ubutungane Nibo bariko badufukamye munda.kandi ico nigisata kitaberanye nugutwagwa numugore.hindura.
umuntu wese arenganya umunyagihugu mutomuto yishikije igihagararo afise , bitebe bitebuke uwomuntu azobona ngaruka yavyo
Ubutungane nikibazo mumatongo hoho sivyokuvuga jewe nakuze mutama wanje aburanitoko bamurenganya ariburanye imyaka iranga30 niyunvire agahinda afise
Très bonne occasion accordée aux citoyens de s'adresser directement au Gouvernement lui-même. Une étape importante en matière de bonne gouvernance. Merci pour la nouveauté. Une Cellule gouvernementale chargée du suivi des sujets importants évoqués serait très bénéfique.
Mana wee bavandimwe barundi babayobozi nubwo niwacu i Rwanda bitaracyemuka neza byose gusa byaba byiza mugiye mu Rwanda kureba uko bakemura ibibazo byabaturage
Oya reka reka mugenzi, mu Rwanda hamwe bagurisha inzu ya 400millions mucamunara kandi nyene kugira ideni mu banque yahejeje kubariha😢😢😢 bakitwaza système 😅😅😅 Raba UKWEZI TV urabe akarenganyo ko mu Rwanda
Uribeshe pe harurusha akarengane murwanda koko ?yewe vyose nikimwe mpora mbona Kagame bamwiruka inyuma ugasanga ababishinzwe bataragira icobabikoraho.
@@HarosimanaJosette-cj7qnyabuze exemple atanga pe better Tanzania
Please uwo mupfakazi afashwe please
Birateyisoni mu gihugu cacu😢😢
Ubutungane buracari mu kuzimu.
Ego vrt kd sinibaz k bazohav buzuka Imana yonyene
Nta butungane kuva kuzo hasi ntakintu gihari
Birababaj ivyigihugu cacu ni lmana gusa
Igihugu kiri kukivi ❤
Ubutungane bwarapfuye😢
Is really sad 😔 for my country and is the most poorest countries in africa and global this is becom for one person president 🤮🧠🤏 🇧🇮🇨🇵
If so ask you can you answer him that is the president who leads bad the burundians?
Tub tumenya kuvuga basha nogushigikira abandi nivyo bizodushikana kwiteramber nkabarundi
@firemanmachine7714 Listen me closely. I know true is hurt. If CNDD FDD, If they are still a leader in the country. country will be destroyed because amaababtu birigwa barpfa everyday so ntaco ufise ubwira abarundii wew
They use to say true is Hurt
Ariko bro ubiravye umukuru wigihug arageragez ntawomuta kwimfane aho niho tutemeranij naw.
Hama nkabarundi nkatwes twarafashe nubumuga kuko usanga hari imirwi ikora kugir igihugu giterimber nabandi barajwe inshig nokugisubiz inyuma. Noe nkumurundi usanga ariko ataka ibibi gsa igihugu ciw nkuwo vmt😢
@firemanmachine7714 ntanakimwe ageregeza nawe ubwiwe ashigikiye aboba terist CNDD FDD so abo batavuye kubutegetsi igihu kizokwama kiro unyuma yibindi
@@aimeking7056 nimbuzi histoire y🇧🇮 nibaz ko aboba terrorist uvug batangan n'abahaciy ex:uprona
Let's be together and build our nation nawe agorore cank abandi bagorore abahengamy
Masikini hatavua ukipiga inaishiA ndamwake
Kiiiiiiiii muzoba bowibarabara arishura noe yanje kugirante aho ari kukazi yamaze gutonda kukivi
Mpole
Ubutungane wapi
murakoze kurungika umuntu yotsa ibigori vyibihumbi 10 000fbu azegupanga ikibanza c'ibihumbi amajana 200.000fbu afise umutahe wa 10mille 😢😢😢
Nagahinda nukuri
Ikibazo kihari nuko badako ikintu uko kiri bacahirya ntibatumbera neza naneza mukwishura mumutima haracariyo ikibazo.
.
Caratuvunye mudutahure.
Mwarimucikoreye kumutwe?
🙆🙆🙆
🇺🇸🙏🙏🇧🇮
😢😮😢😩
nihatari
Cé
1234
Nikibaz nukur
So sad😭
Hhh.
J😢
😢😢😢😢Hosy titre irangoye gutahura nimukosore
Icutatahuye nigik? Yasubiyemwo ivyurya mumama yotsa ibigori baguma bamumenerako imbabura
@@FifiChou-l4fyabikosoye, je sindumusazi nanditse comentaire aruko nabibonye
@@igirimbabazisania9768ntimwumvikna😂😂😂😂
Nivyo twakosoye merci🙏🏽